Imana yanyiyeretse nkiri inkumi imbwira ibizombako vyose gushika nshaje/intahe ya Mamy

  Рет қаралды 1,347

STV-Schadou TV

STV-Schadou TV

Жыл бұрын

Imana ihagarara kuntango ikavuga ivyo mw'iherezo, ubuzima bw'ubukumi ningene Mamy yahuye Yesu akamwiyereka akamubwira ko amukunda ndetse akamuhishurira urugendo rwose rw'ubuzima bwiwe hamw ningene azobaho murugo gushika Imana ihamagare umushingantahe wiwe ariko Imana ikabana nawe mugihe yarik arera abana wenyen none ageze kubuzukuru 16 ubu ari Mamy vyatumye urwo rugendo rwose arubonamwo ikiganza Cayo ahamenyera ubuzima bw'amasengesho budasanzwe umviriza neza iyintahe igukomeze
ushaka kuduterera
lumicash : Niyomukiza Schadrack 69853344
ecocash: Niyomukiza Schadrack 79761824
intererano y'amasengesho irakenew cane kubwa Schadou TV
ushaka kutuyagisha andika msg kuri 69853344 tel ya WhatsApp
Murakoze cane

Пікірлер: 31
@jclaudendayishimiye6738
@jclaudendayishimiye6738 Жыл бұрын
Imana ninziza ibihe vyose numwizigirwa iyisezeranye irashitsa irinyuma yijambo ryayo ngo irishitse ndakuzi muvyeyi muriwewe hari Imana gusenga nubuzima bwawe bwaburimunsi nanje warabinyigishije nkora nkuko nabonye ukora ijoro ryawe igitondo cawe umugoroba wawe utakambira Imana yaremye Ijuru nisi ndabizi nanje nzokwama ngera ikirenge mucawe
@kampimbareghislaine632
@kampimbareghislaine632 Жыл бұрын
Waouh!!!!!ndafashijwe kweri mbega umuvyeyi!!!nukuri uwo mugabo Yesu ndamwemera murahiriwe disi kugira maman nkuyo
@arakazayves-bx1mz
@arakazayves-bx1mz Жыл бұрын
Imana n'umwizigirwa mamy urinyahe wew ubwaw
@nimwerukundoceleste6323
@nimwerukundoceleste6323 Жыл бұрын
Haleeeluaaaa, ndahaye icubahiro Imana yabaye Umwizigirwa muri uyu muryango.
@jeannendimubakunzi3585
@jeannendimubakunzi3585 Жыл бұрын
Imana ibandanye ishigikira uyo muvyeyi izomwereke n' abuzukuruza bakijijwe
@dorianeingabire9139
@dorianeingabire9139 Жыл бұрын
Intahe nzizaa!!
@GilbertKWIZERA-dc2wj
@GilbertKWIZERA-dc2wj Жыл бұрын
IMANA NI NZIZA
@amedeendagijimana6563
@amedeendagijimana6563 Жыл бұрын
Intahe nziza, Dieu est tjrs fidèle.j'adore ça 🙏🙏
@kwizeraanitha-mk5vx
@kwizeraanitha-mk5vx Жыл бұрын
Yezu aguhezagire uri umuvyeyi mwiza
@eddyrosekaza7922
@eddyrosekaza7922 Жыл бұрын
Vyukuri iyontahe niyukuri uwomuvyeyi arakijijw 🙏 bitarivyamajambo❤️ Imana ikomez kumutuzigamira rufatiro rwabo mururu runganwe.
@chriscomedie5691
@chriscomedie5691 Жыл бұрын
Uhazwe kurambaa muvyeyi
@annickndayishimiye514
@annickndayishimiye514 Жыл бұрын
Imana ni se w'impfuvyi n'umugabo w'abapfakazi 🥰🥰🥰 Imana iguhaz kuramba unezerew mamy😘😘
@alexandrenigirubuntu-my4om
@alexandrenigirubuntu-my4om Жыл бұрын
IMana ishishikare kugukoresha umurimo wa ndiho
@magnifiquekamugishq5720
@magnifiquekamugishq5720 Жыл бұрын
Icitegerererezo ciza cacu❤️❤️❤️
@Ibintu.Nibindi
@Ibintu.Nibindi 4 ай бұрын
waouh...Kristo yabanye nawe kweri kabisa
@stv-schadoutv4088
@stv-schadoutv4088 4 ай бұрын
Uwizeye Kristo ntiyigera amaramara
@Ibintu.Nibindi
@Ibintu.Nibindi 4 ай бұрын
@@stv-schadoutv4088 Cane gose. Naryohewe no kumenya kandi ko ari Maman wawe. Yari surprise! Uzomutugarukanire aze kwigisha inkumi n'abagore kuvyerekeye inyambaro ya gikristo. Ingene yambaye akikwiza yiyubashe, n'icitegererezo kuri benshi muri ibi bihe vyanyuma, aho abakobwa, abagore ndetse n'aba mamy basigaye bagenda bari hafi kwambara ubusa!
@carmenmugisha9168
@carmenmugisha9168 Жыл бұрын
Mamy wacuuuuu❤️❤️
@angeliessedercantirankunda3152
@angeliessedercantirankunda3152 Жыл бұрын
Be blessed🥰🥰
@maximebigirimana8333
@maximebigirimana8333 Жыл бұрын
Shadrack umuvyeyi wawe yakoze ibikomeye n’ukuri,Imana Ibandanye Imukomeza,uzomumpe umunsi umwe tuganire
@stv-schadoutv4088
@stv-schadoutv4088 Жыл бұрын
Cane rwose ncuti
@febronienduwimana8839
@febronienduwimana8839 Жыл бұрын
Hallelujah iyi ntah irandijije
@meckabba19
@meckabba19 Жыл бұрын
Il y a un Dieu fidèle...✍
@kwizeraanitha-mk5vx
@kwizeraanitha-mk5vx Жыл бұрын
Yoooo mukama,intahe iraryoshe cane
@celestinsafari189
@celestinsafari189 Жыл бұрын
Be blessed mama
@bedbuntu1171
@bedbuntu1171 Жыл бұрын
Ndigihamya c'ivyavuze pe,Yesu aguhezagir mumama mwiza
@alexandrenigirubuntu-my4om
@alexandrenigirubuntu-my4om Жыл бұрын
Validé
@annickndayishimiye514
@annickndayishimiye514 Жыл бұрын
Imana ni se w'impfuvyi n'umugabo w'abapfakazi 🥰🥰🥰 Imana iguhaz kuramba unezerew mamy😘😘
@annonciatendayubaha4154
@annonciatendayubaha4154 Жыл бұрын
🥰🥰🥰Intahe nziza.murakoze Muvyeyi.Shadu Claude murasa nari nibwiye ko mwoba muvukana😀
@tuyisengesamuel-5411
@tuyisengesamuel-5411 Жыл бұрын
Imana iguhezagire muvyeyi
Scary Teacher 3D Nick Troll Squid Game in Brush Teeth White or Black Challenge #shorts
00:47
Does size matter? BEACH EDITION
00:32
Mini Katana
Рет қаралды 20 МЛН
Happy 4th of July 😂
00:12
Alyssa's Ways
Рет қаралды 66 МЛН
HARAGEZE YUKO UMUKRISTO AGARAGARA//Pasteur Blaise NDAYISABA
41:10
MBEGA INTAHE ITEYE AGAHINDA😭 YA MADAME JACQUELINE HATUNGIMANA
32:01
Robert Greene: A Process for Finding & Achieving Your Unique Purpose
3:11:18
Andrew Huberman
Рет қаралды 10 МЛН
What is ChatGPT doing...and why does it work?
3:15:38
Wolfram
Рет қаралды 2,1 МЛН
UI/UX Course | UI/UX Free Course | UI/UX Training | Intellipaat
3:34:54
Scary Teacher 3D Nick Troll Squid Game in Brush Teeth White or Black Challenge #shorts
00:47