No video

#Imbonerakure

  Рет қаралды 6,536

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

Күн бұрын

"ASHOBORA KWIFATANYA NA RWASA MUTOTEZE"
#𝗕𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶 𝗜𝗻𝘁𝗮𝗿𝗮 𝘆𝗮 𝗕𝘂𝗯𝗮𝗻𝘇𝗮,𝗖𝗼𝗺𝗺𝘂𝗻𝗲 𝗕𝘂𝗯𝗮𝗻𝘇𝗮.
𝗨𝗸𝘂𝘁𝗶𝗵𝗮𝗻𝗴𝗮𝗻𝗶𝗿𝗮𝗻𝗶𝗿𝗮 𝗺𝘂 𝘃𝘆𝗮 𝗣𝗼𝗹𝗶𝘁𝗶𝗾𝘂𝗲.𝗔𝗺𝗮𝘇𝗶𝗿𝗮𝗻𝘁𝗼𝗸𝗶 𝗸𝘂 𝗻𝗴𝗼𝗿𝗼 𝘆'𝘂𝗺𝘂𝗴𝗮𝗺𝗯𝘄𝗲.𝗜𝘁𝗲𝗿𝗮𝗯𝘄𝗼𝗯𝗮??
Indwi irarangiye ingoro y'umugambwe SAHWANYA FRODEBU muri Zone Mitakataka isizwe amaziratonki,ariko ababikoze ntan'umwe aramenyekana kugira bahanwe.
Kw'igenekerezo rya 07/07/2024 ni ho ababwanyi b'umugambwe SAHWANYA FRODEBU bikangura basanga ingoro yabo bariko bitegurira kwinjira yafuswe ivyandiko vyose vyariko n'akarwi k'abantu kayisize amazirantoki.Kuva ico gihe abajejwe intwaro bashikirije ko batanguje amatohoza,ariko gushika ubu mubakoze ako kamaramaza ntan'umwe arashirwa ahabona.
N'aho ayo matohoza y'abajejwe intwaro ataco arashikako,amakuru twatohoje yemeza ko ayo mazirantoki yasizwe n'urwaruka rw'imbonerakure rwo mur'iyo Zone.Mugukora ivyo,imbonerakure zishobora kuba zatwawe n'agashavu gafatiye ku nama yaheruka gukoreshwa n'indongozi z'umugambwe SAHWANYA FRODEBU ku Muzinda,kw'igenekerezo rya 30/06/2024.Mur'iyo nama hakaba hakiriwe urwaruka rw'imbonerakure rushika 200 rwinjiye mur'uwo mugambwe SAHWANYA FRODEBU,ibitanezereje na gato abatware ba Cndd-Fdd mur'ako karere.
Ivyo bir'uko mu gihe abarundi bariko bitegurira amatora mu mwaka uza wa 2025,aho bamwe babona ko ivyo vyo gusiga amaziratonki ku ngoro z'imigambwe ari iterabwoba ritegurwa n'umugambwe uri ku butegetsi @Cndd-fdd ku migambwe itavuga rumwe nawo.#amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Пікірлер: 46
@IrakozeElias-lt5rh
@IrakozeElias-lt5rh Ай бұрын
Nibareke basige namwe muzosiburira mukazi kitora
@user-zs6wv7lk6z
@user-zs6wv7lk6z Ай бұрын
Uhanuye NEZA cane nibabe baraja MURI frodebu bereke dd ko abarundi bamaze kuruha❤❤
@ButoyiThierry-j8e
@ButoyiThierry-j8e Ай бұрын
Jw hamwehamwe birambabaza cane ibikorerwa mu Burundi 😢😢
@SamanthaIradukunda
@SamanthaIradukunda Ай бұрын
nakamaramaz kuko biragoy hakwicara twiyumvir ibizo duteza imbere
@RizikyPoro
@RizikyPoro Ай бұрын
Izo nimbunuza biruka n imigambwe aho kwiruka nibibazo bihanze igihugu
@claudetuyisabe48
@claudetuyisabe48 Ай бұрын
Uvukuri kiyango
@user-lt2qh5dj1b
@user-lt2qh5dj1b Ай бұрын
Ntakindi bashoboye pe
@ERICKSHIANYULA
@ERICKSHIANYULA Ай бұрын
Mugisha nukuri abantu baheze erega Jew nkaho ntuye mwuyumwaka hapfuye abantu benshi
@irakozebelyse2432
@irakozebelyse2432 Ай бұрын
Nukuri nibakoranye ikoraniro kuribivyuma nguruka nabumenyi ndazi kobazomutora kwel
@ERICKSHIANYULA
@ERICKSHIANYULA Ай бұрын
Iyintwaro itugeze muruhanga
@user-ry7il6bz6w
@user-ry7il6bz6w Ай бұрын
Non izombonerakure kuki zipfa mumutwe nkuko icozitazi zirahendwa ababahend bihindutse bazihungira musigare mubibazwa .
@ERICKSHIANYULA
@ERICKSHIANYULA Ай бұрын
Nukuri iri nibara mwibagara turabasavye mutegure amatora neza tuzotuma dutorera kumugaragaro
@willymbonimpa2868
@willymbonimpa2868 Ай бұрын
Nta mitima bagira baravumwe kuva kera
@user-xm6hf9ix7p
@user-xm6hf9ix7p Ай бұрын
Ubu dukeney abantu bivyiyumviro nkibi vyoguhindura intoro kuko abarundi turarushe 😢
@ERICKSHIANYULA
@ERICKSHIANYULA Ай бұрын
Ayamatora hatavutse impene hazovuka intama nukubikurako ejo mugatondo inkoko niyo ngoma
@melchiadendihokubwayo-vb5lt
@melchiadendihokubwayo-vb5lt Ай бұрын
❤❤❤❤
@ButoyiThierry-j8e
@ButoyiThierry-j8e Ай бұрын
Mugisha wew ndakwemera canr❤❤
@NkurunzizaAlexis-gd2rv
@NkurunzizaAlexis-gd2rv Ай бұрын
Niyonkuru
@user-hu9ym7vg6n
@user-hu9ym7vg6n Ай бұрын
😢😢😢😢
@ladislasmasabarakiza1012
@ladislasmasabarakiza1012 Ай бұрын
Basha aba DD baragowe kuko bishwe n'ubwoba bwuk botsindwa
@user-zb2pv6le6l
@user-zb2pv6le6l Ай бұрын
Abonibirofantabwegebifise
@user-un8jl9fx7u
@user-un8jl9fx7u Ай бұрын
Twese tuzofa ntawuzorusimba
@ladislasmasabarakiza1012
@ladislasmasabarakiza1012 Ай бұрын
Les ligues des jeunes maudits 😢😢😢
@PhocasNiyinteretse
@PhocasNiyinteretse Ай бұрын
Ndabatahura canee ntakindi bashoboye atari gusambura kanatsinda nikobamye kuvanakera bakigwana wasanga nimpuzu bambaye zuzuye amzirantoke hamwe ninda namavunja .
@user-xm6hf9ix7p
@user-xm6hf9ix7p Ай бұрын
❤️❤️❤️
@mykeke3255
@mykeke3255 Ай бұрын
Nooo Atakuja muri prona Kobagasuzugura Nyabuna mutama Arabubuhinga Mbwogarukana CNL GUKO IZONDOM 3 NDAZIKUNDA KUVA NKIKIRI MUTO TWARIRIMBA MAVAGE RERO KUKANYUMA INGUVU ZOGARUKA JEWE NDAVYIZEY 🎉
@ERICKSHIANYULA
@ERICKSHIANYULA Ай бұрын
No mumatora ntahangayike niyitoreze kuri KZfaq TikTok turiko turi benshi
@user-vc2eg1ng9j
@user-vc2eg1ng9j Ай бұрын
Asha muburundi ibibazo bihari ntawobitorera inyishu ngo bihere!!!!!
@manirampaaugustin8500
@manirampaaugustin8500 Ай бұрын
Uhubwo iyo baza nogutora ayiwanje
@user-zz4vo8ms1r
@user-zz4vo8ms1r Ай бұрын
Nonivyobimaziki?
@MariamMukashyaka-us7od
@MariamMukashyaka-us7od Ай бұрын
Mwebwe mutekane gusa murindore amatora burya nabo muribo hari abidogera ivyo gusa nuko batiyerekana
@josephnkundwanabake8179
@josephnkundwanabake8179 Ай бұрын
Abarundi baragowe none kubera. ubukene Burundi butagira ama "Devises" basigaranye "painture" y'amazirantoke!
@BasukaGilbert
@BasukaGilbert Ай бұрын
😂😂😂emwe ndumiwe kabisa,ntacomvuze ariko....
@manirampaaugustin8500
@manirampaaugustin8500 Ай бұрын
Amavyi kutinya kubivuga
@johnphiri-vf3ih
@johnphiri-vf3ih Ай бұрын
Urumogi nirwo rwikorera barayamaz bati imburamaboko zibagara umushatsi abo ntateramber bafitiy igihugu.
@user-ry7il6bz6w
@user-ry7il6bz6w Ай бұрын
Biruhiriz ubusa nababaj inyuma ntibakir mur dd Bose nibikanganyoni ngo nabanwanyi
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to Ай бұрын
Yew turagowe mana none izombunuza zitwajiki?
@user-bj2ct6ms6p
@user-bj2ct6ms6p Ай бұрын
Iyurikuvuga womenga uringaha 😂😂😂😂
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira Ай бұрын
Erega turi hanze ariko amabwa akorerwa abarundi aratubabaza. Izo nkozi z ibibi zirakwiye gusezeregwa
@RizikyPoro
@RizikyPoro Ай бұрын
Mana yanje ndakweretse abariko baratotezwa uze wiyerekane
@Sarfien-ft5vc
@Sarfien-ft5vc Ай бұрын
Nibagumehamwe tubemez bagizubwob nugutoo abitah abanyagihug turahar mugish turikumw 5/5
@NijimbereBienvenu-zp4hw
@NijimbereBienvenu-zp4hw Ай бұрын
Himirizeamatoranukononemukuyasigantibakoresamabokoabobanabarahendwabado
@ERICKSHIANYULA
@ERICKSHIANYULA Ай бұрын
Vyaratunezeye ivya Kenya nukuri rwasa tuzomutorera kuri KZfaq nukuri ijana kwijana
@Dieudone-dc9jb
@Dieudone-dc9jb Ай бұрын
None ivyo bipfamutima tuzobigire gute
@oswaldbaranyedetse9297
@oswaldbaranyedetse9297 Ай бұрын
Un peuple sans discipline
🩷🩵VS👿
00:38
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 25 МЛН
OMG what happened??😳 filaretiki family✨ #social
01:00
Filaretiki
Рет қаралды 13 МЛН
Schoolboy Runaway в реальной жизни🤣@onLI_gAmeS
00:31
МишАня
Рет қаралды 3,7 МЛН
Imvugo ya Ndayishimiye : ico abarundi boyitahuramwo
2:19:45
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 52 М.
🩷🩵VS👿
00:38
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 25 МЛН