INDIRIMBO ZO GUHIMBAZA IMANA - Old Protestant Hymns Lyrics/Pentecôte Bujumbura - Nyakabiga

  Рет қаралды 325,956

MEIRRA Tv

MEIRRA Tv

Жыл бұрын

Abarongoye indirimbo z'Ishengero - Album 1 - Eglise de Pentecôte de Bujumbura/Nyakabiga - INDIRIMBO ZO GUHIMBAZA IMANA
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Пікірлер: 494
@wiyangamoussa3002
@wiyangamoussa3002 Жыл бұрын
Waoh Uwahezagiwe wese nizi ndirimbo ashireko aminaaaa
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amina🙏💖
@miracleange1588
@miracleange1588 Жыл бұрын
Yesu abahezagire ndafashijwe nizindirimbo mukomeze kuduha nizindi nyishi
@mariammunezero2444
@mariammunezero2444 Жыл бұрын
Aminaaa
@ezechielndikuryayo684
@ezechielndikuryayo684 Жыл бұрын
Yesu azobibahere imigisha kubwu butumwa bwiza mwashoboye kudusangiza nabtinjirira ngaho turafashwa caaane Amina
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen🙏💖
@MbabaziLucky-tx7en
@MbabaziLucky-tx7en 16 күн бұрын
Mbonye mukunzi mwiza Koko nibyo ryose I have liked the song very much God continue to give me favour and power, protection in whatever I do God give me courage to move on not to down in Jesus name Amen 🙏
@meirratv
@meirratv 16 күн бұрын
Amen 🙏❤️
@ericitangishaka2780
@ericitangishaka2780 Жыл бұрын
Yesu abahezagire cane cane
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen🙏💖
@elianemushiranzigo
@elianemushiranzigo Жыл бұрын
Amen Alleluya. Yesu Umwami wanje niwe aruta incuti zose zo mw'isi. Imana ibahe umugisha ibongere n'amavuta yayo.
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen🙏💖
@desirengzh4606
@desirengzh4606 Жыл бұрын
Izo nizo ndirimbo zo guhimbaza Imana rero apana zimwe z'insaku n'izo guciriran'imanza. Sawa soyez bénis au Nom Puissant de Jésus Christ de Nazareth
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen. Que Dieu vous bénisse abondamment 🙏💖
@godalone3487
@godalone3487 4 ай бұрын
Kuva murwanda ndabakunda nshuti mukomere mu Mwami Yesu abahe umugisha.Niwe aruta inshuti zose zose zo mwisi
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Yesu aguhezagirane natwe mwene Data🙏💖
@MbabaziLucky-tx7en
@MbabaziLucky-tx7en 16 күн бұрын
Lord I need that river of blessings Amen 🙏
@meirratv
@meirratv 16 күн бұрын
Amen. May the Lord grant you what you prayed for 🙏❤️
@user-yw1or5tb8s
@user-yw1or5tb8s 3 ай бұрын
Amen amen.yesu arushirize kubaha amavuta masha
@meirratv
@meirratv 3 ай бұрын
Amen 🙏💖
@AmielIranzigama
@AmielIranzigama 6 ай бұрын
Amen Amen Amen Mukomerezengaho imyambarire yanyu irabaranga nimwebwe mukwiye kuba urumuri itabaza kubandi baririmvyi mukomeze,
@meirratv
@meirratv 6 ай бұрын
Amen Amen Amen. Murakoze cane ku mpanuro nziza mudushikirije🙏💖
@remegiebimenyimana8376
@remegiebimenyimana8376 5 ай бұрын
Muhezagirwe bakundwa izindirimbo ziradufasha gose mushishikar muzishireko zose,nyakabiga yubahwe.amen
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
Amen 🙏💖
@kevinuwimana5898
@kevinuwimana5898 11 ай бұрын
Sha Muduhe nizindi kabisa...ubundi iri niragi ryiza, kandi kubantu tutari Muburundi biradufasha gusengera muri izi ndirimbo
@meirratv
@meirratv 11 ай бұрын
Yesu Kristo abahezagire cane! Album igira kabiri audio yaraheze hasigaye video twizera ko mu misi itari myinshi izosohoka.
@rutayisirejeanclaude7403
@rutayisirejeanclaude7403 7 ай бұрын
Aleluya Yesu ntazansinga nkimfubyi no mu mwijima yaka nkinyenyeri iteka ngo ntayoba.Asifiwe Bwana Yesu Kristo.Muhezagigwe cyane iteka❤❤❤
@meirratv
@meirratv 7 ай бұрын
Amen Amen Amen 🙏💖
@impuhwechoirofficial1149
@impuhwechoirofficial1149 Жыл бұрын
Muhezagigwe bakozi b'Imana, Iyi ni Chorale Impuhwe tubifurije kuzagira umwaka mwiza wa 2023
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen🙏💖
@archengineer
@archengineer Жыл бұрын
Yesu n'abahe umugisha
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@munezacharles9116
@munezacharles9116 4 ай бұрын
These are anointed songs. Be blessed all of you stars
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💖
@niyungekodarius6541
@niyungekodarius6541 Жыл бұрын
Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Amen amen
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏💖💖💖💖💖
@JosueNIJIMBERE
@JosueNIJIMBERE Ай бұрын
Amen Yesu ashimwe ko yatanze ubwenge n'ubuhinga bwo kumuririmbira 🎻🎤🎸🪕
@meirratv
@meirratv Ай бұрын
Amen 🙏💖
@pascalngendakumana9338
@pascalngendakumana9338 Жыл бұрын
IMANA Ibakomeze mubikorwa muyikorera.
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@yvetteininahazwe7244
@yvetteininahazwe7244 4 ай бұрын
Amen amen. Mufashije umutima wanje nukuri. Komera mukorera umwami mu gihe canyu❤
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💖
@alicefaraja7712
@alicefaraja7712 Жыл бұрын
Ndabasabiye imigisha myinshi, mbega indirimbo nziza.
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@alicefaraja7712
@alicefaraja7712 Жыл бұрын
Again, Imana Ibahezagire kugikorwa Ciza. Turarindiriye nizindi.
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen. N'izindi ziriko zirategurwa!
@YvesBukeyeneza
@YvesBukeyeneza 5 ай бұрын
Imana yo mw'ijuru ibibaharureko nko kugororoka!!!
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💖
@ericndayishimiye7623
@ericndayishimiye7623 Жыл бұрын
UWITEKA IMANA YOMWIJURU IBAHE UMUGISHA UTAGABANIJE. NKABIPFURIZA NIHEREZO RYIZA ❤️
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@user-sj3xk8fr4g
@user-sj3xk8fr4g 2 ай бұрын
Ameeen ndafashijwe can Imana ibahezagire can 🙏
@meirratv
@meirratv 2 ай бұрын
Amen 🙏💖
@protogeneiyakaremye7963
@protogeneiyakaremye7963 Жыл бұрын
mufite imano nziza kandi muririmba neza ka kera ADPR itaravangirwa .
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@damascenengirinshuti2211
@damascenengirinshuti2211 6 ай бұрын
Yesu abahezagire mwese amen 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@meirratv
@meirratv 6 ай бұрын
Amen 🙏💖
@user-il6dm9kx1m
@user-il6dm9kx1m 5 ай бұрын
​@@meirratvùhhthg
@jeremiensengiyumva3004
@jeremiensengiyumva3004 Жыл бұрын
Imana ihezagire ibikorwa vyanyu,ndabakurikira kandi muraruhura umutima wanje. Hallelujah
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@laurentnsabiyishura2863
@laurentnsabiyishura2863 Жыл бұрын
Yesu abahezagire izi ndirimbo zubaka imitima myinshi
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@umuhiresandrine3741
@umuhiresandrine3741 Жыл бұрын
Muhezagigwe bwoko bw’Imana 😭😭😭Ndafashijwe Mu mutima. Muri beza Muruho ubwiza bw’Imana🙏🏻🙏🏻🙏🏻
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen Amen Amen 🙏🙏🙏💖💖💖
@ernestndayiziga642
@ernestndayiziga642 Жыл бұрын
Âme amen,yesu abahezagire cane.
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@Gloria26799
@Gloria26799 Жыл бұрын
Congratulations kundirimbo nziza mwaduhaye mwese muhezagirwe.nakunze nuwo muma avuza ingoma ❤❤
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@dariyakarigirwa5934
@dariyakarigirwa5934 Жыл бұрын
Imana Ibahe imigisha kandi izina rya Yesu ryamamare 🙏🙏
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@godalone3487
@godalone3487 4 ай бұрын
Tuzabana n'Imana data ahatazaba imbibi zimipaka
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💖
@valeriemozzi5460
@valeriemozzi5460 Жыл бұрын
I LOVE YOU JÉSUS CHRIST 💙💙💙🙏🏽🙏🏽💕
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
God bless you abundantly 🙏💖
@mariammunezero2444
@mariammunezero2444 Жыл бұрын
Amen amen amen sifa kwa Mungu🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen🙏💖
@uwayesuchristian3829
@uwayesuchristian3829 Жыл бұрын
Hallelluyahhh, ama cantiques meza cyaneeeee. YESU abahe umugisha mwinshi chorale pantecote Nyakabiga. Sending love & Prayers from Rwanda🇷🇼
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen Amen! Yesu abahezagire namwe🙏💖
@godalone3487
@godalone3487 4 ай бұрын
Nifuza ko abanyarwanda n'abarundi babana neza kuko turi abavandimwe Ibaze nkubu zino ndirimbo ndazumva ntakeneye umusobanuzi yewe numurundi usoma iyi commenteur ntakenera umusobanuzi.Ikinganza cya Yesu kibe muwacu.ndabakunda Mbyutse ndirimba nyuzura.
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen Amen Amen! Yesu Kristo aguhezagire cane, ashitse n'icipfuzo cawe c'uko Abarundi n'Abanyarwanda tuba bamwe, na kare turi bamwe mu Mwami wacu. Ndanezerewe n'iyi commentaire yawe🙏💖
@user-zd9ck8km5i
@user-zd9ck8km5i 3 ай бұрын
Merci bandimwe muri Kristo. Imana idukangurira kubana mumahoro kandi koko abanyarwanda n'abarundi turi abavandimwe, naho ibindi biducanishamo ni imigambi ya Satani n'abakozi bayo tubyime amatwi Imana ibahe umugisha
@Bapfunya
@Bapfunya 3 ай бұрын
Imana izobikora turibamwe
@godalone3487
@godalone3487 3 ай бұрын
Ndabakunda cane nubu nicaye muri bureau numva
@maishacenter-eastafricatv3976
@maishacenter-eastafricatv3976 2 ай бұрын
Umuzungu yaraduhenze sha, urwanda ntirubaho, uburundi ntibubaho ni igihugu kimwe​@@godalone3487
@dinosTz
@dinosTz Жыл бұрын
Bagenzi muramfasha gose nama nabumviriza naha dar es salaam muranduhura muhezagigwe
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖 Ushishikare guhezagirirwa.
@hakizimanaaline196
@hakizimanaaline196 Жыл бұрын
Amen🙌
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@benjaminvyizigiro6353
@benjaminvyizigiro6353 10 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤❤
@meirratv
@meirratv 10 күн бұрын
🙏❤️
@privatniyokwizera4792
@privatniyokwizera4792 Жыл бұрын
Muririmbe munezerewe kristo arakunda abanyavyaha Amen muhezagirwe
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen. Namwe muhezagirwe 🙏💖
@user-zl2vb3tj6e
@user-zl2vb3tj6e 10 күн бұрын
Amen
@meirratv
@meirratv 10 күн бұрын
Amen 🙏❤️
@gastonbarankiga2746
@gastonbarankiga2746 4 ай бұрын
Soyez bénis de l' Eternel pour avoir produit cette œuvre des cantiques à l, ancienne mode
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💖 Un autre album est proche !
@NijimbereClement-wu4op
@NijimbereClement-wu4op 10 ай бұрын
Ameni imana ikomeze kubuzuza mpwemu yera
@meirratv
@meirratv 10 ай бұрын
Amen 🙏💖
@terencebanter967
@terencebanter967 Жыл бұрын
@MeirraTV: Yesu abampere umugisha kur'iki gikorwa co kutugezako ubutumwa bwiza biciye mur'izi ndirimbo. Mbere twigireho nizo tutari tuzi amajwi.
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen! Namwe Yesu Kristo abahezagire 🙏💖
@nzabandorathomas9428
@nzabandorathomas9428 Жыл бұрын
Munyibitsa iminsi ya kera ubwotwakiraga Yesu nkumukiza wacu.
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Yesu abahezagire cane🙏💖
@elieirafasha4629
@elieirafasha4629 Жыл бұрын
Yesu abahe umugisha mwinshi, indirimbo zirimw'amavuta.
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@user-iz8ew1ku1j
@user-iz8ew1ku1j 6 ай бұрын
woooow, ndabakunze cane rwose basangirangengo b'i Burundi. Uwiteka aduhane umugisha. munkumbuje igihugu cyo mu ijuru aho tuzahurira duturutse mu amahanga atandukanye y'isi. mbasabiye ngo twese tuzahurireyo. Ndi umu adventiste du septieme jour ariko twese turi umwe muri kristo Yesu ndabakunda.
@meirratv
@meirratv 6 ай бұрын
Amen Amen. Kristo Yesu aguhezagirane natwe muvandimwe mukundwa 🙏💖
@uwamahoroclaudine6891
@uwamahoroclaudine6891 6 ай бұрын
Amen 🙏
@joselinefaida
@joselinefaida 8 ай бұрын
Imana ibongere imigisha Muririmba neza cane 🙏🙏🙏
@meirratv
@meirratv 8 ай бұрын
Amen 🙏💖
@elientakirutimana9810
@elientakirutimana9810 Жыл бұрын
Ndabakunda cyane Imana ikomeze ibakoreshe Umurimo wayo!!!!!
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@elientakirutimana9810
@elientakirutimana9810 Жыл бұрын
Mwaretse nkabaha numero yanjye nkoresha kurinwhatsapp mukazazimpa ari audio nkajya ngenda nzumva mu modokali?? Byakunda?
@bizimanakosiriya9138
@bizimanakosiriya9138 Жыл бұрын
​@@elientakirutimana9810 n 3½
@musangamfuracelestin6629
@musangamfuracelestin6629 Жыл бұрын
Imana ishimwe. Noneho dusome Yudita ibice icumi Umurongo wambere, kujyeza kuri kane Yudita amaze gutakambira Imana yabisiraheli, 2 arahaguruka ahamagara wamujawe, amanuka mucyumba yakundaga kujyamo ku isabato no kuminsi mikuru. 3 nuko yiyambura imyambaro yakababaro niyubupfakazi, ariyuhajyira yisiga amavuta meza ahumura, asokoza umusatsi we maze awufatisha agatambaro. Yambara imyambaro myiza cyane yakundaga kwambara mu minsi yumunezero ijyihe umugabo we manase yari acyiriho. Hareruya iri ni ijambo Ryi Imana. Ariko najyirango nkwibutse ko niba ujyifite abahirwe yo kubona mujyenzi wawe nezerwa kuko harijyihe, bihinduka. Nyamara ugasanga ntacyo wakoze, kandi ntanicyo uribukore. Ngaho kara bijyishoboka ko ukora Imana ishimwe.
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
🙏💖
@EgideNdagijimana-nt7hu
@EgideNdagijimana-nt7hu Жыл бұрын
Amen yesu nabahezagire kbx
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@terencebanter967
@terencebanter967 Жыл бұрын
Imana ibahezagire. Bishobotse mwoturirimbira indirimbo zo guhimbaza Imana zose kugira tuez twame dufise amajwi nyakuri y’uko ziririmbwa. Murakoze kandi Yesu abampere umugisha. M’étira TV mamwe mukomere cane ku gikorwa mubandanya mu kutugezako ubutumwa bwiza bwa Yesu Kristo.
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen. Murakoze cane kur'ico ciyumviro ciza. N'izindi ndirimbo zitari nke turamaze kuzitegura mu misi iri imbere tuzozibashikiriza. Mushishikare guhezagirwa 🙏💖
@sabimanaadolphe6023
@sabimanaadolphe6023 Жыл бұрын
Yesu abandanye abahezagira noël nziza mwese
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen. Noël nziza kuri twese🙏💖
@user-xq2mr1hy4s
@user-xq2mr1hy4s Жыл бұрын
Ntimucogore dore turi munyongezo y'imyongezo.
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@GerardNiyungeko-ec4os
@GerardNiyungeko-ec4os 2 ай бұрын
Yesu,abakomeza kkomukijije imitima yarushe
@meirratv
@meirratv 2 ай бұрын
Amen 🙏💖
@user-zl2vb3tj6e
@user-zl2vb3tj6e Жыл бұрын
Amen !Ndapfurij guhor mugakiz
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@philbertkwizera8100
@philbertkwizera8100 Жыл бұрын
Turabakunda, turabanezerererwa. Imana ibahezagire abondamment
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen! Murakoze cane🙏💖
@mwenentare2930
@mwenentare2930 3 ай бұрын
Amen!
@meirratv
@meirratv 3 ай бұрын
Amen 🙏💖
@jeaninecampwata2906
@jeaninecampwata2906 6 ай бұрын
Amen yesu nashimwe
@meirratv
@meirratv 6 ай бұрын
Amen 🙏💖
@nzeyimanaodette6077
@nzeyimanaodette6077 Жыл бұрын
Bazoduhe nizindi Imana ibahe umugisha mwishi cane kurizindirimbo
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen🙏💖
@Sethbenoit7
@Sethbenoit7 Жыл бұрын
Ndabakunda,ndabakumbuye,indirimbo nkizi zinkunbuza mu Nyakabiga aho nkunda cane. Yesu abahe umugisha ko mukomeza guzigama orginalité y'izi ndirimbo dufise mu igitabo kuko hari benshi bagenda baraziririmba ukutariko bikambabaza. Ndakumbuye kuririmbana namwe ninza bizonduhura umutima!
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen! Yesu Kristo aguhezagirane natwe Mwene Data Seth-Benoît 🙏💖 Karibu cane mu Nyakabiga.
@NiyontezeEraste-kf1yp
@NiyontezeEraste-kf1yp Жыл бұрын
Indirimbo zanyu zitwongerera inkomezi. Turabakunda cyane. Murantera inkumbu nyinshi yo kuzosubira gusengera muri église yacu nabayemo imyaka myinshi gushika 1994. Ndizera ko un jour ou l'autre nzobishikako. Imana ikomeze ibatuzigamire.
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@rehemakatana7029
@rehemakatana7029 7 ай бұрын
I didn't understand by the wemons wear respectively and praise God this is how we are supposed to look God bless you
@meirratv
@meirratv 7 ай бұрын
Amen 🙏💖
@yvonnegahimbare
@yvonnegahimbare 8 ай бұрын
Amen ndabakunda nkunda ningenemuririmba
@meirratv
@meirratv 8 ай бұрын
Amen 🙏💖
@juniornizigama2547
@juniornizigama2547 Жыл бұрын
amen
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@yvonnegahimbare
@yvonnegahimbare 2 ай бұрын
Amen tuzomubona Yesu
@meirratv
@meirratv 2 ай бұрын
Amen 🙏💖
@great683
@great683 6 ай бұрын
YESU abahezagire Cane
@meirratv
@meirratv 6 ай бұрын
Amen 🙏
@solivanmelodocanto2053
@solivanmelodocanto2053 Жыл бұрын
Lindo... lindo demais... Achei um bom amigo... Jesus o salvador!...🙏
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
God bless you abundantly 🙏💖
@niyungekodarius6541
@niyungekodarius6541 Жыл бұрын
Hallelujah Hallelujah Hallelujah
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen Amen Amen 🙏💖
@moisecishahayo
@moisecishahayo Жыл бұрын
Amen amen 🙏🙏
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@hacimanaetienne-wj1gp
@hacimanaetienne-wj1gp Жыл бұрын
Hallelujah
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@lovepeace5460
@lovepeace5460 Ай бұрын
Courage! Vuba muduhe izindi shasha kugeza izirimugitabo zose tuzimenye kuzihibongoza
@meirratv
@meirratv Ай бұрын
Murakoze cane kudutera intege. Turizera ko Album igira 2 igiye gusohoka vuba kuko yarahejeje gutegurwa hasigaye uburenganzira bwo kuyishira ahabona.
@lovepeace5460
@lovepeace5460 Ай бұрын
@@meirratv Glory to the Lord!
@adielmukozi5983
@adielmukozi5983 Жыл бұрын
Best song ever
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
🙏💖
@solivanmelodocanto2053
@solivanmelodocanto2053 Жыл бұрын
Esse louvor pra mim é vida!...🙏⭐⭐⭐⭐⭐
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@nicolemushimiyimana5358
@nicolemushimiyimana5358 Жыл бұрын
Murarirmba neza cyane uwiteka abampere imigisha 🙏❤
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen. Namwe Yesu Kristo abahezagire 🙏💖
@LeonardMusengimana-nr8qq
@LeonardMusengimana-nr8qq 10 ай бұрын
Imana ibahe umugisha bwoko bwimana mwe
@meirratv
@meirratv 10 ай бұрын
Amen 🙏💖
@severinmajambere9898
@severinmajambere9898 10 ай бұрын
Amen❤❤❤❤❤
@sifadianeirankunda9000
@sifadianeirankunda9000 Жыл бұрын
Amen amen Yesu arampisha.
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen🙏💖
@user-bx6ys1ph8v
@user-bx6ys1ph8v 5 ай бұрын
Merci Seigneur
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
Amen 🙏💖
@janenshimiyimana2924
@janenshimiyimana2924 Жыл бұрын
Nice song I love it
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
God bless you abundantly 🙏💖
@renilidakubwimana7716
@renilidakubwimana7716 Жыл бұрын
Amen muhezagigwe🌹
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@user-hv4px1dh4l
@user-hv4px1dh4l 2 ай бұрын
Imana ibahezagire caane❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@meirratv
@meirratv 2 ай бұрын
Amen 🙏💖
@user-jc5pb9il8e
@user-jc5pb9il8e 6 ай бұрын
Soit bénis dans le précieux nom du Seigneur Jésus Christ pour ces cantiques.
@meirratv
@meirratv 6 ай бұрын
Amen 🙏💖
@munezeroemelyne5083
@munezeroemelyne5083 5 ай бұрын
​@@meirratv❤❤❤❤❤ ❤0
@alexiskuwizerwa7543
@alexiskuwizerwa7543 10 ай бұрын
Amen,muririmbe n'izindi ,zaraturyoheye cyaneee,Imana ibahe Umugisha
@meirratv
@meirratv 10 ай бұрын
Amen. N'izindi ziriko zirategurwa vuba cane tuzozibashikiriza. Mushishikare guhezagirirwa!
@user-uj1lf7pk2k
@user-uj1lf7pk2k 5 ай бұрын
Praise be to the lord
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
Amen 🙏💖
@donatienntirutwa6328
@donatienntirutwa6328 Жыл бұрын
Egooo cane tuzobonana. Yesu abahezagire cane
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏😨
@nshimirimanadieudonne1997
@nshimirimanadieudonne1997 9 ай бұрын
zikomeje guhembura Imitima
@meirratv
@meirratv 9 ай бұрын
Amen 🙏💖
@nigaruraodette9738
@nigaruraodette9738 Жыл бұрын
Iman ibahe umugisha niherezo ryiza nukuri muzoje mwijuru
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen Amen🙏💖 Tuzorijanemwo!
@onesimetuyaharanire6101
@onesimetuyaharanire6101 Жыл бұрын
Muhezagirwe caane mwanaririmvye mwisunze amanote nkabadive nivyiza caane apana bimwe vyokuduraguza
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@oliviermugisha1371
@oliviermugisha1371 Жыл бұрын
Angaburira manu yo mw'ijuru.. Aruta inshuti zose zo mw'isi.
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@bigirimanapapy5253
@bigirimanapapy5253 Жыл бұрын
Amen Amen Amen !!!
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen Amen Amen 🙏💖
@jeanndayiziga
@jeanndayiziga Жыл бұрын
Abarongoye indirimbo muri Paroisse Nyakabiga na MEIRRA Tv Imana ibahezagire caane. Icipfuzo, nuko mwodushiriraho Album 2, 3, 4.....(indirimbo zose zo muri cantique). Murakoze. Umwami Imana ibahe umugisha utagabanije.
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen! Album ya 2 audio yaraheze kandi na video turiko turayitegurira. Izoba irimwo indirimbo ziryoshe canee😍 Hari n'iyindi ya Wokovu iriko irategurwa. Mushishikare guhezagirwa 🙏💖
@jeanndayiziga
@jeanndayiziga Жыл бұрын
@@meirratv Merci. Kandi iyi mirimo mukora izibukwa" Imirimo y'abera izibukwa imbere y'Imana."
@peneas107
@peneas107 Жыл бұрын
Amin alleluya
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@manirankundajules9226
@manirankundajules9226 Жыл бұрын
MUKOMERE KU MURRIMO BANA B IMANA
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen🙏💖
@valeriemozzi5460
@valeriemozzi5460 Жыл бұрын
MERVEILLEUX JÉSUS CHRIST 💙💙🙏🏽🙏🏽👍
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Que le Seigneur vous bénisse abondamment 🙏💖
@loybukuru1314
@loybukuru1314 Ай бұрын
Igikorwa ciza co kuririmba indirimbo zo mu gitabo uko ziri
@meirratv
@meirratv Ай бұрын
🙏💖
@damascenengirinshuti2211
@damascenengirinshuti2211 11 ай бұрын
Umwami Yesu abahezagire mwese
@meirratv
@meirratv 11 ай бұрын
Amen 🙏💖
@user-dr5jo9bi1c
@user-dr5jo9bi1c 6 ай бұрын
Hezagirwa mweeeese abakiri hano kuri iyi si y'amarira!
@meirratv
@meirratv 6 ай бұрын
Amen twese🙏💖
@yvetteniyomwungere7024
@yvetteniyomwungere7024 Жыл бұрын
Allia Yesu!! Amena! Imana ibampezagirire
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
Indirimbo zagufasha mu gihe ubabaye by Abiyemeje Choir
44:54
Abiyemeje Choir Maendeleo SDA Church
Рет қаралды 630 М.
INTAHE IKOMEYE - IVYANANIRANYE MURI YESU BIREMERA/IRAMBONA Alice
25:10
Heartwarming: Stranger Saves Puppy from Hot Car #shorts
00:22
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 14 МЛН
Sigma Girl Past #funny #sigma #viral
00:20
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 30 МЛН
The child was abused by the clown#Short #Officer Rabbit #angel
00:55
兔子警官
Рет қаралды 22 МЛН
ОСКАР ИСПОРТИЛ ДЖОНИ ЖИЗНЬ 😢 @lenta_com
01:01
INDIRIMBO ZOSE ZA CHORALE KANGUKA AUMONERIE NGAGARA
46:50
Ubutumwa Bwiza Bw'amahoro
Рет қаралды 24 М.
Indirimbo zo Guhimbaza Imana, zaririmbwe na Cantate Domino, Umuzingo wa 1: Kugaruka Kwa Yesu
36:00
Cantate Domino SDA Kigali - Rwanda
Рет қаралды 64 М.
INDIRIMBO ZIRYOSHE ZA MUTIMA MWERANDA
33:58
EKATO TV
Рет қаралды 56 М.
UMUKIZA AZAHANAGURA AMARIRA YOSE - NZABAKIZA PATRICK Ft RWIYEREKA
18:55
Bakr x Бегиш - TYTYN (Mood Video)
3:08
Bakr
Рет қаралды 709 М.
ҮЗДІКСІЗ КҮТКЕНІМ
2:58
Sanzhar - Topic
Рет қаралды 5 МЛН
Iliyas Kabdyray ft. Amre - Армандадым
2:41
Amre Official
Рет қаралды 394 М.