Inryane ziri muri Basketball🔥|Kuri Apôtre na Dynamo/BUCUTI finally arabivuzeko/baranyirukanye nanje

  Рет қаралды 9,278

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

2 ай бұрын

#basketball #Dynamo

Пікірлер: 36
@fabricenimubona5288
@fabricenimubona5288 2 ай бұрын
Bucuti afise ivyiyumviro vyiza vyoguhuza abantu nukur yubahwe afisumutima mwiza ❤️❤️
@africaforhope4409
@africaforhope4409 2 ай бұрын
Bucutinho Nyeninzu, MC Babalao, Swedi, manager, plus consultant 🔥🔥🔥🔥🔥🔥 bro ufise amabanga menshi cane uraraba ugabanye make ashobora nayo kuba akongereza ibiro caneee😅😅🤦‍♂️.
@IrakozeArmel-se5gu
@IrakozeArmel-se5gu 2 ай бұрын
Mr Bucuti afise umitima wo guteza imbere abandi,afise ivyiyumviro bintangaza cane, n'umuntu yamana ama créativité pe....Imana imuhezagire cane.
@patrickwasso8082
@patrickwasso8082 2 ай бұрын
MC Babalao kera yari yonze cane. Twarakuranye mu Cibitoke ndanamwakira mumwe mu maradiyo yamuhaye micros. Ico benshi batazi nuko c'est une bibliothèque yigendera. Afise mémoire ifata cane.
@mathiasedoriteriteka1213
@mathiasedoriteriteka1213 2 ай бұрын
First to comment I guess hhhhh😂😂A dream that comes true
@sinomiles
@sinomiles 2 ай бұрын
Irakoze big up to you, nta silent show, vibes utariho nukuri . Ndakwemera.
@claudesinayobye6000
@claudesinayobye6000 2 ай бұрын
Bucuti avuga neza adaparangana ,sibyizako umuyobozi avuga aparangana
@regismfuranzima6312
@regismfuranzima6312 2 ай бұрын
Abo bose twabanye kw' ibarabara rimwe rya 12e avenue mu cibitoke,keep shining.
@mjlan10
@mjlan10 2 ай бұрын
Bandika "Indyane" iyi ndome ya "nry" ntibaho mu kirundi. Ntimubifate nk'igitutsi ibindi ni top silent vibes
@sirenvibestv
@sirenvibestv 2 ай бұрын
Ni Siren Vibes apana silent vibes 🙏🏽 merci kudukosora
@mjlan10
@mjlan10 2 ай бұрын
@@sirenvibestv 1-1 Sasa turindire prolongation
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl 2 ай бұрын
Hosy uraberewe caneee guhera kumutwe gushika kumaguru uratesa mwiza bz
@garythebeast3056
@garythebeast3056 2 ай бұрын
Umuntu wakera kweri muri quartier kenshi wamusanga mu cibitoke kuri zone yikinira
@user-lm9bo4qd4v
@user-lm9bo4qd4v 2 ай бұрын
Arsenakis Bucutinho😀😀ndibuka ko utera coufrans nka Messi
@user-vj9sj6od9e
@user-vj9sj6od9e 2 ай бұрын
Umuntu wabantu agiye muri ville aramutswa nabantu twuwansa "300"😂 ewe muntu wabantu sha ngiye nanje kuza ndakuramutsa mbe 301 hama hosy uyo muntu wazanye yaje kwicira inoti yogutasha acoreshe abo yatahije
@jinamajody
@jinamajody 2 ай бұрын
Izo Microooos
@nshimrimanajeanclaude3909
@nshimrimanajeanclaude3909 2 ай бұрын
Bacita ikimero. Bucuti twarakinanye Basket mu Cibitoke
@fannylavineofficial1360
@fannylavineofficial1360 2 ай бұрын
Mc Baba lao turagutahij
@CimpayeGhyslaine-bf8fv
@CimpayeGhyslaine-bf8fv 2 ай бұрын
Swediiii salamaa...😂
@oscostorch9194
@oscostorch9194 2 ай бұрын
Nones ko Visit Rwanda ifite basket ball ya Africa mu biganza kdi u Rwanda rufite ubushobozi buhagize next time bwo bizagenda gte ? nabwo muzivumbura nk'abana mwange gukina cg ?
@hervengenzebuhoro6538
@hervengenzebuhoro6538 2 ай бұрын
Ndakeneye kumenya imyaka yawe Hosy kuko nanje twakuriye hamwe
@Lionelirankunda
@Lionelirankunda 2 ай бұрын
Hosy sinahora ndaba ibiganiro vyawe ariko niki sinagikunze uratimira na Yussuf mugisha uyu ari trésorier mushasha wa FEBABU
@sirenvibestv
@sirenvibestv 2 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣
@user-dd8dq7kz3e
@user-dd8dq7kz3e 2 ай бұрын
Mugabo mbona wagabanutse
@alanblessed1744
@alanblessed1744 2 ай бұрын
Hossy ndaguhaye n'inkuru muri Canada ubwiye umuntu ko avyibushe aca aguhamagarira Police ugaca ufungwaa nawe wabigize débat 😢
@cynetteIninahazwe
@cynetteIninahazwe 2 ай бұрын
😂😂😂ibaze vrt
@cynetteIninahazwe
@cynetteIninahazwe 2 ай бұрын
Je nifitiye ikibazo co kwonda ibibazo ntitubihuje kweli
@laurasandraishaka4882
@laurasandraishaka4882 2 ай бұрын
😂😂😂😂
@izerelouannaarchie3011
@izerelouannaarchie3011 2 ай бұрын
hosy siga numero ya coiffeur wawe plzzz
@godsgrace6820
@godsgrace6820 2 ай бұрын
Hosy imbere ya vyose wibuke gusiga numéro ya ton coiffeur😀
@sirenvibestv
@sirenvibestv 2 ай бұрын
😂😂😂😂
@user-vj9sj6od9e
@user-vj9sj6od9e 2 ай бұрын
38:12:umuntu wese aranzi inde?wasamye ibombe?!irafise akantu kokwiyemeza cunya ushire ibirenge hasi,watumariye iki aho tukumenya?!!!!nibaza kowabeshe uvanze naba kongoman ikiganiro nguma numva jew,jew,jew 😅
@ndizeyebruce3805
@ndizeyebruce3805 2 ай бұрын
Uramuzi niwaba wararaba basket lol
@nshimrimanajeanclaude3909
@nshimrimanajeanclaude3909 2 ай бұрын
Mwabigize birerebire.
@raoultunchi5927
@raoultunchi5927 2 ай бұрын
😂😂😂😂
@aimensengiyumva5172
@aimensengiyumva5172 2 ай бұрын
Uyumunya buyenzi swedi aratwenza
Despicable Me Fart Blaster
00:51
_vector_
Рет қаралды 25 МЛН
Nastya and SeanDoesMagic
00:16
Nastya
Рет қаралды 17 МЛН
Задержи дыхание дольше всех!
00:42
Аришнев
Рет қаралды 1,9 МЛН
Smart Sigma Kid #funny #sigma #comedy
00:26
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 12 МЛН
Ni ryari umukenyezi yibungenze yopimisha imbanyi yiwe?
53:29
Magazine Santé Burundi TV
Рет қаралды 646
Despicable Me Fart Blaster
00:51
_vector_
Рет қаралды 25 МЛН