Intahe ibabaje cane😭MAMA AMBABARIRE SINDAMUMARAMAJE😭namwe mworira😭Yari amarira gusa/my Journey

  Рет қаралды 75,126

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

7 ай бұрын

#myjourney #sirenvibestv

Пікірлер: 633
@sirenvibestv
@sirenvibestv 7 ай бұрын
😭😭Constance yaciye mu gahinda gakomeye ariko Imana ishimwe ko yahamurindiye😭 🙏🏽Muze kwihangana muheze ikiganiro kugira mutahure ubukuru bw’Imana🙏🏽🙏🏽 Constance ansanzwe akina Film Uwifuza kumukurikirana yoca kuriyi link : kzfaq.info/get/bejne/edWWm5R-zOCqZGQ.htmlsi=CmJZx5MYqSTPWQY1 Kuwuza kwifuza gushigikira uyu muvyeyi numero ziwe ni ‪+257 69 46 94 19‬ Muhezagirwe 🙏🏽
@Beronegahimbare344
@Beronegahimbare344 7 ай бұрын
Imana ikugirire nezaa constance
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 7 ай бұрын
Pore 😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 7 ай бұрын
Nukuri urakoze nukuri
@user-rj5dd6vg7g
@user-rj5dd6vg7g 7 ай бұрын
Sorry sorry sister I think you're growing like me
@user-rj5dd6vg7g
@user-rj5dd6vg7g 7 ай бұрын
😢😢😢😢
@AjenezaNuria
@AjenezaNuria 3 ай бұрын
Ndumva umutima wa Nuria utuntuye munyibukije nanj ubuzima nabaywmwo na mm gushikaho numva imengo nokwiyahura nkapanga komoka bikanka ariko ubu ndashima Iman Kuba ahongeze😢😢😢😢😢😭😭😭😭😭Hosy ahoubona Imitim yacuntiyorohewe gs nsubiye kwibuka ubuzima bwanj bwakahise😢 kw ndibuka ingene mama wanj yanyima ibirato akagurr mukuru wanj 😢😢 Hosy courage kubikorwa vyawe cosi nawe mana imukomeze kumurindira umuryango imuhe nubuzima bwiza ndi Nuria mvuka muntara ya cibitoke carugombo uwoba yarabaye mubuzima nkubwo link zanj ndazishaka 😍😘😘
@Ngabiranoelnassif
@Ngabiranoelnassif 7 ай бұрын
Constance bibaho mubuzima kl,gsa uko uzoguma ubona abo ba maman ukavyibuka bizotuma uguma ucumurira ubusa.wewe reo nka constance wababajwe urazogenda iwanyu umubwire umuvyeyi wawe ko wamubabariye,hanyuma uce wegeranya abo bagore ubabwire ko bakubabaje kukukwambika ibara ariko ko wababariye.aho uzoba wibohoye pe.ndagukunda sana ❤❤❤
@alinehabonimana6344
@alinehabonimana6344 7 ай бұрын
Ooohhh Mana ndakwingize constance umuhezagire caaaane booose bazomutangarire kugira umuhoze amarira yose yarize.Au nom de Jésus. Amen
@afsamossi830
@afsamossi830 5 ай бұрын
❤❤❤🎉🎉🎉
@user-no1xu7vy8o
@user-no1xu7vy8o 7 ай бұрын
Pol sana constra vyukuri wahuye nibigeragezo vyinshi ariko lmana harigihe izokwibagiza uwomubabaro wose courage ❤❤❤❤❤🔥🔥🔥🌟
@alinendayishimiye7028
@alinendayishimiye7028 7 ай бұрын
Nukuri kwankwa numuvyeyi nigikomere atamuntu akomora kiretsimana yonyene jewe nubu numva hataragera ko nobivuga ndacabaye cane imana niyanyomora ibisebe nfise kumutima nzobivuga😢😢😢😢
@bellairakoze2769
@bellairakoze2769 6 ай бұрын
Mpoleee naw mwiza wanj ni htr turakwiy kwiyakira mubuzima
@FannyFafaofficial
@FannyFafaofficial 7 ай бұрын
Nanj ndarize😢😢 😢😢😢😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭ikiganiro ndagihevye nosara namarira😢😢😢umunyamuyinga wiwacu love from FANNY FAFA OFFICIAL 🎉🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦
@ZawadZaoadi-po1us
@ZawadZaoadi-po1us 7 ай бұрын
Muyinga tumenyane
@user-ou5kj1vn8c
@user-ou5kj1vn8c 6 ай бұрын
😊😊😊😊
@christella5092
@christella5092 7 ай бұрын
Usenge cane shahu kuko uwomwana kubona yisukako amazi sha nakaroge nukuri ntiwibaze ngo ivyo nibisanzwe
@VenusteHumble-no8qg
@VenusteHumble-no8qg Ай бұрын
Intahe ikomeye cane n'aho iteye agahinda ariko irakomeza cane umutima Vyukuri nanje ndafashijwe cane
@rwemavedaste-dh8vj
@rwemavedaste-dh8vj 7 ай бұрын
Mushiki turagukomeje hari impamvu wanyuze murivyo bihe,kwari kugirango imana yiheshe icubahiro,niyo mpamvu uriho,pole sana.
@belysenihorimbere1588
@belysenihorimbere1588 7 ай бұрын
Yooooo pôle sana conso vrt Imana ikomeze kukubahafi ubandanye uterchargea uw munezero kl nayubundi kwisi nihatari 😢😢
@ChannyQueenofficial
@ChannyQueenofficial 7 ай бұрын
Hosy merci 🙏 😘 canee gukoresha igikiganiro na constance❤❤❤
@kavaofficial203
@kavaofficial203 7 ай бұрын
Constance kuva ndamubona muma film namubonye yaciye mu ntambara itoroshe guhera narifuje cane kuva sa témoignage merci beaucoup kubona wamuzaniye numvirize inkuru yiwe yitwa intambara kandi ndumukiriya wiwe nama ndamushorera impuzu yama yaciye mu Bwiza nabizi muga naramukunze cane kuburyo mbwira Umukozi ni niwabona constance umushorere impuzu yabana ntwarira Abo mu bitaro constance urumugisha kubagushorera wama urengana
@murekeyisoniemelyne4393
@murekeyisoniemelyne4393 7 ай бұрын
Yoooo Imana iguhe umugisha uri imfura ❤❤❤Kandi Imana ige ihora iguha byinshi kugirango ubone ibyo utanga nibyugumana 🙏🏽 Ndumunyarwandakazi nkurikira ibiganiro byanyu cyane cyane Siren vibes tv ❤❤❤❤
@christella5092
@christella5092 7 ай бұрын
Warakoze kumushorera nukuri
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx 7 ай бұрын
Duh number ziw tumushorer disi
@EddyNDEGEYA-sl3ui
@EddyNDEGEYA-sl3ui 7 ай бұрын
Murakoze cane !! Constance merci beaucoup pour votre témoignage !! Merci ndafashijwe nukuri !!
@vanessagateka-nb7dm
@vanessagateka-nb7dm 7 ай бұрын
Mana weee😭😭😭 Ariko ubundi nanje nanka akarwi kabagore peee Yoooo ikindi umugore wo kuja kunwa inzoga agataha yaborewee nukuri kenshi ntaco bavamwo 😢
@AliceBarabwiriza-yl1jv
@AliceBarabwiriza-yl1jv 7 ай бұрын
😭😭😭😭hariho intah nudutah peee😭😭komera can constance bury mwijur hari Imana ihoza abarira nukurii
@meryorndi630
@meryorndi630 7 ай бұрын
Iman irikumwe naw ivyoyaguteguriy birahar ncut yanj najew ndariz vyari bitey agahind❤❤
@JeanineNiyonkuru-pi6ew
@JeanineNiyonkuru-pi6ew 7 ай бұрын
Wigore uronder aho wokura imbabazi. Biragoye ariko Imana izogushoboza sha. Jtm bcp bcp
@cheillakessyndayishimiye3661
@cheillakessyndayishimiye3661 7 ай бұрын
Ndaye mbabay kubwubuzima bwa constance nukuntu ndamukunda ! Sha hosy wakoze kumwumviriza nukuri Hashimw yesu akikurinze consta🙏🙏ubahe imbabazi zibwina mutima Abo bantu Bose bakubabaje niho uzoruhuka neza
@nadinengendakumana6296
@nadinengendakumana6296 7 ай бұрын
Ndashimiye cane Constance kuriyo témoignage. Kimwe gusa courage Jésus est au contrôle. Agufitiye kazoza keza
@JunnyJunny-sj3gt
@JunnyJunny-sj3gt 7 ай бұрын
Pol sana constance Imana iracarikunwe nawe intambara waciyemwo Imana azakomora igikomere nureme Yesu aracakora
@aurorebukeyeneza641
@aurorebukeyeneza641 7 ай бұрын
Disiiiii weeee😢😢😢😢😢araruhutse kubona ashoboye nokuvuga😢😢😢😢😢😢mpole constance..... Merci Hosy🎉🎉🎉zurayagisha abantu birafzsha kuruhuka
@rg4631
@rg4631 7 ай бұрын
Imana irikumwe nawe ,izoguhoza ayo marira ,hari ibindi vyiza yaguteguriye ❤
@NadineNdayikeza-ft9ct
@NadineNdayikeza-ft9ct 6 ай бұрын
Imana iguhe umugish constante nukuri wararokots ahantu hakomey
@annemarieshemezimana9097
@annemarieshemezimana9097 7 ай бұрын
😢pôle sana constance intahe yawe iradufashije knd Imana ize ikugez kure
@NishimweNadia-kt8pe
@NishimweNadia-kt8pe 7 ай бұрын
🥹🥲🥲😭😭birababaje pe,Constance ihangane,urarize nanje numva ntuntuye, bushaka gusa n'ubuhamya bwanje😭😭
@raissafabien4285
@raissafabien4285 7 ай бұрын
😢😢😢😢IMANA ikworohereze mukobwa mwiza❤❤❤❤
@francineciza1395
@francineciza1395 7 ай бұрын
Mon Dieu, Constance wacu Imana yarakubaye kandi iragukunda ikomeze igukomeza😘
@user-no2im8pg1b
@user-no2im8pg1b 7 ай бұрын
Iyi témoignage vrt irarizanya😭😭Gusa Imana Yubahwe izikurinda🥳🥳consta uzokwame wibuka iryo sezerano wahay'Imana ntuzoyitenguhe🙏
@joselynendayipfukamiye6720
@joselynendayipfukamiye6720 6 ай бұрын
Ubwo rero lmana ishatse gutanga icigwa irafita matériel didactique. Kuba wararokotse mumazi nkarya, n'uruyoya lmana yerekanye ubumana bwayo kabisa. Iriho, irumva, iratabara... Tuzoyomeko nukuri. Merci Constance
@user-dm7hx6bf8g
@user-dm7hx6bf8g 7 ай бұрын
Pole sn mwiza wahuye nibikomeye😢😢😢😢😢Imana izoguhoza amarira warize
@TheddyOrnellaGATEKA-qe3wm
@TheddyOrnellaGATEKA-qe3wm 7 ай бұрын
NIY'IFISE IJAMBO RYA NYUMA KU BAYO😭😭courage sh Constance Imana igufiseko umugambi nukuri!!
@murekeyisoniemelyne4393
@murekeyisoniemelyne4393 7 ай бұрын
Mbega ubuhamya bubabaje 😢😢😢 ubuhamya Mu kirundi mubyita gute ? Imana imworohereze Kandi Hosy wakoze kumutega amatwi 😢😢ubuhamya bwe bwandijije 😭😭 love from Rwanda 🇷🇼 ❤️❤️❤️
@sirenvibestv
@sirenvibestv 7 ай бұрын
Ubuhamya ni intahe mu kirundi
@murekeyisoniemelyne4393
@murekeyisoniemelyne4393 7 ай бұрын
@@sirenvibestvMerci Siren vibes tv❤️❤️🇷🇼
@user-vy9tj6kc6v
@user-vy9tj6kc6v 7 ай бұрын
1:29:18 duhe nimero ya constance wobukoze
@sosomh5430
@sosomh5430 7 ай бұрын
Komera di Consta, har'impamvu Imana yagucishije muri ivyo vyose maze ikakurokora, uri uwudasanzwe
@anithansengiyumva2013
@anithansengiyumva2013 7 ай бұрын
😭😭😭umuntu atababajwe n'iyi ntahe nta mutima agira gusa n'uyo mwana afise intahe ikomeye muri kazoza😢😢
@moisentawiha5924
@moisentawiha5924 5 ай бұрын
😭😭😭😭😭
@IradukundaEmery-dk3pu
@IradukundaEmery-dk3pu 20 күн бұрын
Ooh pole sana mwene Data constance.ndaguhojeje mpore.kandi ndamuzi aritekerereje kweri.ndamwibuka ahantu bja🤗(BMBCI)
@nihorimberedorine9945
@nihorimberedorine9945 7 ай бұрын
Nukuri niryambere mpevye kuraba ikiganiro kubera amarira 😭😭😭. Imana nyen'amahoro izogushumbushe ukiri mwububuzima no mubuzoza🙇🙇🙇🙇
@user-tt8mi5wc5s
@user-tt8mi5wc5s 7 ай бұрын
Yoooo Mana yanje !!!!!mbegintahe ibabaje kumukinyi wacu wa film.Hosy congratulation kuba iriko utuzanira abadusangiza intahe zabo biduha kurema tukabona ko ibibazo dufise aribito cane ckn bikaduhankurema kuku hejur yavyose hari IMANA
@GorethGoreth-lp6kl
@GorethGoreth-lp6kl 7 ай бұрын
Hashimwe yesu yakoze ibikomeye caneeee constance wihangane imana harimpanvu ya kurinze kugira uze gukomeza abandi
@JNy-rh9yg
@JNy-rh9yg 6 ай бұрын
Imana yacu iratabara n'inyuma ya zéro arakora ndafashijwe cane nubu buhamya Ndiho agukomeze azabahe iherezo ryiza 👏👏👏🙏🙏🙏
@peace7313
@peace7313 7 ай бұрын
Oh my Goddess mbuze ico mvuga you 😭
@Danydanie23
@Danydanie23 7 ай бұрын
Shaa yarageragejwe pe biteye ubwoba😭Imana igufiseko umugambi amarira warize azohanagurwa ubandanye u telechargea uyo munezero Imana ikwongerereze igukize ibisebe vyos wagize🙏🫂❤️
@user-ym2rb7xp6c
@user-ym2rb7xp6c 7 ай бұрын
😢😢😢 constance ihangan hashimw IMANA yakurinz ntivyar vyorosh ncuti dimanche ndagukeney tuyag kur église umubabar urandenz 😢😢😢
@mariesolangeniyodusaba
@mariesolangeniyodusaba 7 ай бұрын
iki kiganiro kinaniye kucyirangiza kubera amarira😢😢😢😢😭😭😭 ihangane costance, Imana yagucishije mubikomeye izi impamvu zabyo😢😢
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial 7 ай бұрын
Jew vyanseko nihangana😢😢😢😢😢😢😢😢
@user-ym2rb7xp6c
@user-ym2rb7xp6c 7 ай бұрын
😭😭😭😭😭😭 constance mpole ncuti kuvuk mubavyeyi banyw inzoga bakaboregw nikibazo gikomey unyibukij vyinshii intah yaw irasa niyanj UWITEKA azodukiz ibikomer ihangane canee mwiza 😭😭😭😭
@aimeerusselleiradukunda9743
@aimeerusselleiradukunda9743 7 ай бұрын
Pol San consta ukomeze gusenga cane Imana niyo iturinda usengere nuruvyaro gwawe urwatureko ivyiza ntibazob mubih wabayemwo Hama Imana ikomeze umutima wawe mukuwurons amahoro intah yaw inyigishij vyinshii hezagirwa
@DianeIrakoze-dv8ky
@DianeIrakoze-dv8ky 5 ай бұрын
Yoooo ndatangariye Constance vraiment sinarinzi koyaciy murububuzima mugabo ukaguma wiha amahoro nukuri ichimwe kumana yacu yakuzigamiye murububuzima ndagukunda cane❤
@claudinendayizeye4619
@claudinendayizeye4619 7 ай бұрын
Yoooo mbg umusalaba 😢😢😢mpore mpore sha Imana iracakurinze
@gloriosentakirutimana7499
@gloriosentakirutimana7499 7 ай бұрын
MANA DUSENGA weeeee tabara nukuri numva ntuntujwe n'iyi ntahe,uyu mwana arakeneye kugirirwa ikigongwe n'urukundo🙆
@ninalarissadusabe9713
@ninalarissadusabe9713 7 ай бұрын
Imana yarakwimanye Constance.ukomere cane ubandanye ushingira intahe Imana.uri umuhizikazi
@yvettenzeyimana9548
@yvettenzeyimana9548 7 ай бұрын
Courage maman Constance, merci Rosy kumpanuro umuhaye atange imbabazi. Atabishoboye asabe Yesu Christo amufashe atange Imbabazi. Kandi Christo niwe atanga amahoro kandi niwe adukiza ibikomere❤
@uwimanasarah5865
@uwimanasarah5865 6 ай бұрын
harabantu bigoye cane kubabarira...ariko Kristo Yesu we atuvura ibikomere abe ariwe wokudufasha kubabarira abandi..namubonye yomora ibikomere umutima wanje
@angecheillaigiraneza9766
@angecheillaigiraneza9766 7 ай бұрын
😭Imana igufashe kwibagira ivyo bikomere bikire 👏
@user-oh4jt6ys5i
@user-oh4jt6ys5i 7 ай бұрын
Constance nukuri Imana yarakwimanye vrt😢😢😢😢😢Nukuri uzayinambeho .Ikindi naco nkumuganga mwogenda kumu psychologue akabagirira cousling Ndazi vyose bizohera Ubeho nkumuntu utigeze uhura nikintu nakimwe ,Kandi Imana izokuramira mwiza Imana ikuzigamire Ibibondo vyawe iguhe namagara meza yo kurondera kugira Ubeho Bose baze batangazwe nukugiraneza kw'Imana
@pali3502
@pali3502 7 ай бұрын
Yooooo😢😢😢😢mana urandijije kweri Imana yishurira kugihe kweri uzogumeko Imana wamenye❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
@feliciteirakoze2544
@feliciteirakoze2544 7 ай бұрын
mana warakoze kumurunda Constance ihangane mama ❤
@celiavaninaigiraneza1702
@celiavaninaigiraneza1702 7 ай бұрын
😭😭mpore muvyeyi❤
@niwemugeni
@niwemugeni 7 ай бұрын
Mpore mwiza ❤
@KampimbareDiane-lt9dc
@KampimbareDiane-lt9dc 7 ай бұрын
Imana izogushitse kuree hashobok,Ikurememw umutima mushasha,hama uzobaharire ivyo bagukoreye.Dieu est grand.
@user-uq5vh7jo9b
@user-uq5vh7jo9b 6 ай бұрын
Imana iguhe umugisha costance intahe yawe iramfashij cn
@jeremiendayishimiye3467
@jeremiendayishimiye3467 7 ай бұрын
😢Seigneur !!! mpore shahu. ariko Yesu N'umwizigirwa azokugirira neza caaaane!!
@user-jm3yj5le6j
@user-jm3yj5le6j 7 ай бұрын
Mana weee! Mbeg intahe imbabaje!! Abobagore Imana izabahemba, humura Yesu ahoza amarira, azaguhoza
@uwizeyeghyslaine5468
@uwizeyeghyslaine5468 6 ай бұрын
Pole constance Imana ikwirure warababaye kandi ikomore ibikomere waciye mubikomeye
@parfaitendayikengurukiye7306
@parfaitendayikengurukiye7306 7 ай бұрын
1corinthien 10.11-13❤❤❤❤❤Imana izokugeze kure wewe ufse intahe.
@LandraNziza-mq1pq
@LandraNziza-mq1pq 7 ай бұрын
L'Éternel est grand et sa miséricorde dure à toujours!!Imana ishimwe ukuntu yabatabaye igatabara n'Umwana muburyo butangaje.
@habonimanamumanitha5030
@habonimanamumanitha5030 7 ай бұрын
Wihangane
@ClaudetteNkengurutse-ht6ue
@ClaudetteNkengurutse-ht6ue 7 ай бұрын
Yesuweeee azogukiza ibikomere vyo mumutima; niwe asomora inguma! Imana ishishikare igukomez
@niyonsabafloride179
@niyonsabafloride179 7 ай бұрын
Nanje ndarize vraiment mbega intahe,hari vuga naziba nukuri,Imana ishimwe yakwongeye iminsi yokubaho,kandi kweri ndabona Imana urayikworera.
@inesingabire
@inesingabire 7 ай бұрын
Imana Nsenga Inyumve uwumwanya ndabivuze Imana igutwenze izogukurize umwana😢😢😢 Numva mbabaye cane Imana irakomeye cane Uwirata niyirateko yayimenye
@RenildeNiyogusengwa-yi3lw
@RenildeNiyogusengwa-yi3lw 7 ай бұрын
Ndarize ,ndariz, n'ukuri sinoronk ingn ndijijw n'intah ya Constance!kumbe wahora untwenza waciy mubuzima nkubw🤭🤭🤭!Imana yabany naw,iy niy MANA muze tuyigumeko Ntitetereza!
@ellaclarissearakaza-xe5cq
@ellaclarissearakaza-xe5cq 7 ай бұрын
Imana iguhe kumeregwa neza
@user-sy1bc6qq6q
@user-sy1bc6qq6q 6 ай бұрын
Ndateye Intege Uwomuvyeyi Ndamubwire Imana iragukunda kandi urumunyamugisha! Kubwizontambara ukure icaha cose urabe umugisha w'Imana urimbereyawe. Shishikara wegere Imana gusa.
@user-me4xz8bc9p
@user-me4xz8bc9p 6 ай бұрын
IMANA Iguhezagire caaane Mme Constance.ndafashijwe caaane nintahe yawe.Ooooh MANA WE urahambayeeeeeeee...ikinezreye caane Mr vyose nuko wakiriye Umwami Yesu.niw Yoshobora kurihira wenyen.Ameeeen.Merci bcp.kandi ndagukunda Mr film😊😊😊😊
@user-yw2sm7cr1n
@user-yw2sm7cr1n 7 ай бұрын
Yesuuu weee uzoramire uyu muntu uzomunezereze yarababae umutima wiwe ndababaae a sa place
@benignemanirakiza5440
@benignemanirakiza5440 7 ай бұрын
Mpore constance!Yesu ni Imana
@jeromenyandwi9535
@jeromenyandwi9535 6 ай бұрын
courage nukuri warababajw bikwiye Imana iguh ibih vyumunezero.nukuri bury abakiny ba film ndundi nibak badafis intahe ziteyubwobaaa.yooo
@marieangetuyishemeze
@marieangetuyishemeze 7 ай бұрын
Pole Constance.Imana iri kumwe nawe
@ChachaChany
@ChachaChany 7 ай бұрын
Constance wanje mpore mwiza warababaye nanje ndarize😭😭😭😭😭😭😭😭
@uwimana8584
@uwimana8584 7 ай бұрын
Hosy niwubahwe unzaniye umuntu nkunda 😊
@florenceirakoze1850
@florenceirakoze1850 7 ай бұрын
Ndiho agume agukomeza mwiza aguhe umunezero utazongera gushira apana uwo ucréa
@mariekamikazi9308
@mariekamikazi9308 7 ай бұрын
Yoo pole madam warahuye ningorane lmana ishimwe koyakurinze
@user-kz8mt6nx8g
@user-kz8mt6nx8g 6 ай бұрын
Pol Sana constance wacu intah yawe iramfashije cane❤
@user-ur1uo2pj8u
@user-ur1uo2pj8u 6 ай бұрын
Pole sana muvyeyi imana imana ihabw icubahiro ko yabarokoy numwana,kndi ukomez usenge cne
@AliceNiyibizi
@AliceNiyibizi Ай бұрын
yooo pole sana shaa Consta.Biratey ubwoba ivyo bintu kabisa😭😭😭
@JoselyneBivakumana
@JoselyneBivakumana 8 күн бұрын
Constance mpole cane! Imana igutabare waraciye mubigoye
@kanezaalice7369
@kanezaalice7369 7 ай бұрын
😭😭😭😭😭😭 nukuri ndatuntuye NDIHO azoguhe ijuru
@remesha
@remesha 7 ай бұрын
Constance pole sana kuvyowaciyemwo ukirumwana muto, ariko iyabikurindiyemwo iracahamye kuntebe. Hosy jewe ndashaka kumuvugisha Constance
@christella5092
@christella5092 7 ай бұрын
Basha jewe ngiye iwacu nokuntebe ntibampa nukurarayo sindarayo kbx nkihagera mbona umengo nifilme igarutse yivyo nahaboneye ariko jewe nararekuye ariko bo ukutwe uracafunze mukuri nguma nsenga pe Imana yonyene niyo yokwikorera
@claudinebayubahe-jx8yq
@claudinebayubahe-jx8yq 7 ай бұрын
Mpore mpore naw mwiza Iman izobirangiza ntakiyinanira
@user-fe3ds8pe8o
@user-fe3ds8pe8o 2 ай бұрын
Constance babarire kuko guca mubikimeye niho ukura gukomera kand ninabwo uzaba uruhutse❤❤🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@user-ww1uu9mq8v
@user-ww1uu9mq8v 7 ай бұрын
Ikimbabaje murivyovyose vyooooooose mpereye kuvyowagiyuracamwo muntango hose icandijije nuwomwuzurira nubwo bushe bwuwo mwana kuko nibintu vyukuri biteyagahinda😢 nukuri ahukubabara kugera ndababaye Gusa Imana ?Nyenicubahiro Ihabwicubahiro kuba ukiriho nuwomwana ✍️✍️ ndishimye umwanyumwe kuk uwomwana iyazagupfa narikubabara gusumvya ukombabaye none mwese muriho Imana Ikomeze kubagumbira
@NsabimanaFlorida-gp1cx
@NsabimanaFlorida-gp1cx 7 ай бұрын
Imvukira zi muyinga tumenyane 😊Mana nukuri sinzi ibitera abavyeyi bacu ariko je ndashima Imana uko papa na mama bahindutse🙏🙏🙏🙏🙏
@sandrinemurekerinka
@sandrinemurekerinka 7 ай бұрын
turahari❤
@NsabimanaFlorida-gp1cx
@NsabimanaFlorida-gp1cx 7 ай бұрын
Tumenyane di sandi❤
@ntakarutimanaadeline9639
@ntakarutimanaadeline9639 7 ай бұрын
Imana ikujimbere Sha Constance
@afsamossi830
@afsamossi830 5 ай бұрын
Manaweee ndarizekubwa costence mbegibigeragezo weee!!!❤❤❤🎉🎉🎉
@nadinenizigiyimana2005
@nadinenizigiyimana2005 7 ай бұрын
Constance mpore, Imana Iragukunda
@user-zk8mi9uf3w
@user-zk8mi9uf3w 7 ай бұрын
Mpore cane muvyeyi ndumva warahuye ni ntambara zikomeye
@uujg406
@uujg406 6 ай бұрын
Consta uzomuharire mama wawe wibohore uronke ijuru nawe imana izomubaza ivyo yakoze birababaj kbx
@arlySerge703
@arlySerge703 7 ай бұрын
ooohhh coco wacuu❤🎉turagukunda
@emelynekwizera4475
@emelynekwizera4475 6 ай бұрын
Komera muvyeyi Imana ibandanye iguhezagira ❤❤ uzoze dusubireyo kukaraza busizi
@user-fx4ol3ii5x
@user-fx4ol3ii5x 7 ай бұрын
témoignage nziza canee ndafashijwe
@irakozeariella6988
@irakozeariella6988 7 ай бұрын
Vrt hosy faut ko umufasha uko wagize initiative yo kumukoresha ikiganiro umufashe kuronka umu pyschologue akamufasha gukira ibikomere hamwe no kwiha Imana azokira neza merci
@KampimbareDiane-lt9dc
@KampimbareDiane-lt9dc 7 ай бұрын
Imana igufashe caane sha constance nasanz narizee.Hosy wakooz cane bituma aruhuka k'umutima.Nivyo hakab hari umu psychologue azomugirire écoute vrt vyomufasha kandi asenge caane aje muri chorale hama yikinir film aryoherw .
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 7 ай бұрын
Yooooo Ikiganiro catanguy ndiiiira gihez ndira mpooooore Constance Ubuzima burazerereeeeza buragoye mpore mwiza gus kahise kawe karababaje cane nukur😥😥😥 mpore mpore
@fefeuniquenifertv2576
@fefeuniquenifertv2576 6 ай бұрын
Iyi ntahe ndariiiiiiiiize amosozi yose andimwo aramperamwo. Consta, wihangane kweli kk wabonye ayo Yezu Yaboneye ku musalaba n'ukuri! Nababajw cane n'ukuntu ivyago vyakubako bikurikirana, kimw kihava haza ikindi knd kitorosh ark ugakomera ntiwiyahur. Imana Yagucishij mw'ivyo sans doute ko igufitiy ama surprises menshi. Izogushumbusha knd yarabitanguye
@user-sm1fn3pt9t
@user-sm1fn3pt9t 7 ай бұрын
Imana ni nziza ibhe vyose❤
Does size matter? BEACH EDITION
00:32
Mini Katana
Рет қаралды 20 МЛН
Despicable Me Fart Blaster
00:51
_vector_
Рет қаралды 24 МЛН
DAD LEFT HIS OLD SOCKS ON THE COUCH…😱😂
00:24
JULI_PROETO
Рет қаралды 14 МЛН
BOYOKA NDENGE BAZOSEKA CARDOSO BBL ELIEYE NZOTO
20:12
SANDRINE TV OFFICIEL
Рет қаралды 2,9 М.
PLAINTE DE CHRISTIAN LUSAKWENO: VOICI LE PETIT DÉTAIL QUI CHANGE TOUT!
37:39
Does size matter? BEACH EDITION
00:32
Mini Katana
Рет қаралды 20 МЛН