Hari ibanga bategerezwa kwibikira kuko bavuze apparemment leurs diverses expériences vécues. Nibiyumvire comment elles revivront cette émission après 5 ou 10ans? 😢😢
@Sindamug9 күн бұрын
Turacari duto kandi ni n'ututãya!! Turi na fière y'ivyo dukora.Apparemment expérience dufise iruta Kure n'iy'abubatse😢😢😮
@kamilgadobvs811213 күн бұрын
Ndumva notanga ukuri ariko biriko birandusha kime reka nihangane but experience is the difference ababasto uriko urabasaba ama ideal ariko ukuntu bagusubiza biraboneko ari ama true story yibyababayek.
@LysechrissaIngabire-ov2qe12 күн бұрын
Mana imbabaz zawe kubantu bawe nizo dukeneye gusa 😢
@futuremillionaire45012 күн бұрын
Abarundikazi bacu ko ari beza none 😮,, munyandikire ndi single 😅😅
@cynthiairakoze25714 күн бұрын
Anais uri mwiza ❤
@jeanmariemaniragarura35686 күн бұрын
Imana itabare bashiki bacu bararushe kbxa
@nijimbereaimable994711 күн бұрын
Anaïs est intelligente et presque fidèle. Courage Juste❤
Kuva ku munota wa 25:50,abo bakobwa baratubesheye ngo twebwe abahungu ni twe twanka gukoresha udukingirizo....ubwo se nta dukingirizo tw'abakobwa tubaho ku buryo umuhungu atakambaye,umukobwa ahita yambara akiwe ?
@user-fk3pl1jj4p14 күн бұрын
😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮
@clovisniyibimpa767213 күн бұрын
ako ka demu kimpuzu ya bleu k umeng nakamenye😂 kabaye p
@ishimwejf13 күн бұрын
Uwuzoraba azobona.Gusa abo bakobwa baraciye ubwenge pe
@DesireNtirampeba-iv4oz14 күн бұрын
Gael ubu nabakombwa ntabanga barabivuga Gael mwubahwe mukazi nomukibano
@Akagumyebagumako2513 күн бұрын
Karabaye!
@user-if6ye7kp6g13 күн бұрын
Wap ahohantu mwahohendeye kbs hari umugani baca ngo ntakuri kuwashutswe RER wamaze gushukwa ivyumwana ntiyiyunvira ivyingwara ntiyiyunvira sasa RER ahejeje kuveresa niho umengo ubwenge bwagarutse kbs
@bsc417714 күн бұрын
Abo bana baratera inkuru😂😂😂
@OMGTv12613 күн бұрын
😂
@EigisNahayo14 күн бұрын
Noe mwibazako mubamukundanye na basaza banyuu??
@EnockNdayishimiye-hn6oh14 күн бұрын
Nukuri naje narabitinye kubikora kubera ingaruka yavyo mpaka nubaste
Abantu murik mubona nabi bano bigeme sindabumva ,la réalité blesse et ça c’est la réalité de certaine fille dans notre société,ni sujet iri tabou ham chose à savoir le sexe pour certaine ni identité uwuciy umbwenge aratahur identité siy gucafuz kuwubon agacir .nivy novuga pour ma part😌
@Yesiknow-c7l12 күн бұрын
Numvirije ikiganiro, ni ciza cane ariko avant d’assumer ibntu mutazi renseigner vous. Les pilules ntizica umwana… oui zironona uravyaro ariko ntizikorora inda ! Please, uyinyoye vyarengeranye inda urayitwara
@user-zu8gh2zz6p14 күн бұрын
Sirimuka bana murekekwibanira 😄😀😃
@JustineNizigiyimanajustine14 күн бұрын
😂ngogwiki
@njejimanajean372813 күн бұрын
😂none ko abana bacu bitera bigorana tutabaye mwibi barimwo, nabo abo bazovyara birigute? Mwitege ama live😂😂😂amasanamu ntutugiye kurindira kwaca muri studio ngwaryohogwe😢😢
Ivyo wavyize hé ? La pilule du lendemain (ou contraception d'urgence orale) peut être prise dans les 5 jours (120 heures) suivant un rapport sexuel non protégé, pour prévenir une grossesse. Plus elle est prise rapidement, plus elle est efficace. Il est recommandé de la prendre dans les plus brefs délais, idéalement dans les 24-72 heures après le rapport non protégé. Son efficacité diminue avec le temps. ✍️✍️