Umukobwa MWIZA arabivuze vyose//Urukundo hatarimwo kuryamana//Ivyambayeko nuko//SUGAR DADY zubahwe

  Рет қаралды 65,392

UMUKUBITO

UMUKUBITO

2 ай бұрын

Umukobwa MWIZA arabivuze vyose//Urukundo hatarimwo kuryamana//Ivyambayeko nuko//SUGAR DADY zubahwe
‪@NtareRushatsiHouseTV‬
#urugo

Пікірлер: 427
@bigirimanafiacre4929
@bigirimanafiacre4929 Ай бұрын
Mw’abantu mwe muja ngaho mugatukana kuk mwe mwagiriw ubuntu mukamenya ukuri ivyo sivyiza, uyu mukobw muravye ntabwo afise inyigisho zikwiye mu vy agakiza kuko nivyo base y ubuzima bwacu bwose, so kandi urabonak abaza ibibaz vyinsh Gael kugirang atahur afis confusion, so don’t judge her kuk na yesu akeney abamez nkabo, kandi ndazik no muribensh mwamututs usanga hariho ababikora binyegej Usivyek we atinyegez. Ivy arimwo bitamuhay experience ntazotahura. Donc umuntu wese afise inzira acamwo yaba mbi cank nziza kuko Imana ibishak abone réellement ivyagomw.
@kiganahebenjamin7467
@kiganahebenjamin7467 Ай бұрын
Uwo mwana arakeney umuntu amufasha akamuhanura atamuciriy'urubanza, akanamusengera,ntari mature nagato.kuko arashobora kugira ibibazo n'ibikomer vyinshi muri kazoza.hama les parents twige kwegera abana bacu tubaganiriz tumenye uko biyumvira..ntituzobogore twashesh
@albatrosrutaho6513
@albatrosrutaho6513 Ай бұрын
kzfaq.info/get/bejne/oZZ5kqx0xNTLgok.htmlsi=pcEr_XLXlDmv9uJT
@user-rx9hn6hi7y
@user-rx9hn6hi7y Ай бұрын
Urimwizape kd turagukunda cyane uduhe nimero yawe nitwa Ikirezi maick Ndi ikigali
@user-rx9hn6hi7y
@user-rx9hn6hi7y Ай бұрын
Nibikunda unyandikire uyumwana azubwenge bwishicyane kbs
@LauretteMinda
@LauretteMinda Ай бұрын
Conseil gratuit think twice imbere y'uko uvuga, c'est important 🤦‍♀️🤦‍♀️🤦‍♀️ ndababay
@kabizit.v4586
@kabizit.v4586 2 ай бұрын
Juste Gaël si vyiza kuzana imicuko nkiyo ngo ivuge ivyerekeye ingo..hama abo ingo zananiye ngo baje kuvuga ivyo amago... wari ukwiy kuzana abnatu bazima apana abo bana batazi niyo baja.. ..Hama je te suggère de subdiviser iyo chaîne yawe kurya kwa Red blue JB habe umu journaliste avugisha mwene izo ndaya hama habe iyindi chaîne ivuga ibintu vyubaka. Politique Entertainment Entrepreneurship and business. Bipange neza sha Juste pour le Bien de ton développement et le bien de ta réputation
@innocentnkurunziza9055
@innocentnkurunziza9055 2 ай бұрын
Iyo mbwakazi yaraboze ikazana uwomunuko mubantu
@kevinbrown1900
@kevinbrown1900 Ай бұрын
Ngo imicuko 😀😀😃😃misamuko nini?? 😂😂😂
@Okia257
@Okia257 Ай бұрын
EWE MANA ndous muet😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@williamkarekezi3369
@williamkarekezi3369 Ай бұрын
☠☠☠☠☠
@dlp3656
@dlp3656 Ай бұрын
J'étais d'accord avec vous sur tout jusqu'à ce que tu vire dans vulgarité et l'impolitesse. Tu ne devais pas dire indaya,. C'est malpolie.
@RAC-h5g
@RAC-h5g 23 күн бұрын
Ibintu vyose yavuze uyu mukobwa nivyo. Ndamwemeye pour son courage kuko c'est pas tout le monde barikuvuga ayo ma vérité . Abo nabo mu ma commentaire bavuga ko atarivyo ni hypocrisie kandi nababeshi gusa😂😂
@Fulgencelarry
@Fulgencelarry 2 ай бұрын
Sha uwumutuka ngo ntasoni afise sinzi kavugisha ukuri nihamw abarundi dufis ibint vyacu mumitwe kar open mama yngu 🎉😂😂😂
@graigitangineza8158
@graigitangineza8158 Ай бұрын
Biraryoshe kubona ko génération yugurutse kudiscuta ama sujet ari tabou nkayo mugabo ari important cane. Franchement yabishizemwo ubwenge kandi abantu barazi yuko ariko bigenda. Big up !
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 2 ай бұрын
Gusa uwu mukobwa araciye ubwenge kandi avuga ukuri kwinshi naho asa nuwudatinya icaha co gusambana.
@innocentnkurunziza9055
@innocentnkurunziza9055 2 ай бұрын
Iyo nintumwa ya rusiferi, iriko ikwirakwiza umwanda wubusambanyi, bakabon ngaho ngo numuntu kumbe hagenda ibore rinuka
@user-ge8mj2yr6c
@user-ge8mj2yr6c Ай бұрын
Rek kuba mucira imanza abantu
@ueush643
@ueush643 Ай бұрын
Uwo niko kazi kiwe uwukeneye ivyemezo ndabimuha
@joelndayisaba2310
@joelndayisaba2310 Ай бұрын
​@@ueush643ivyemezo bind bitarivyo avugiy ngaho mukiganiro?
@elsansengiyumva1098
@elsansengiyumva1098 Ай бұрын
@@innocentnkurunziza9055🤣🤣🤣🤣🤣
@bamberic248
@bamberic248 2 ай бұрын
Jew ndibaza ko Bercy ari umukobwa wiwacu ku Musaga...kuko ntarya umunwa avuga ukuri kandi arazi ico ashaka
@keletsonothando2869
@keletsonothando2869 2 ай бұрын
Juste wakoze guha akanya aba nouvelle generation nabo bisanzure Bercy courage
@cloviskwigize4478
@cloviskwigize4478 2 ай бұрын
Some respect to her..mumututse atanumwe yatutse..uwutanze iciyimviro ciwe nuwutukanye ninde mubi?
@MukunziCedrick-mu6gj
@MukunziCedrick-mu6gj 2 ай бұрын
Mwapfuye rumwe nawe tuu
@NdohoAud
@NdohoAud Ай бұрын
​@@MukunziCedrick-mu6gjAho wosanga umaz kubigira nuwurenze umwe
@malkiahouse6036
@malkiahouse6036 Ай бұрын
La fille arafis 18ans par hasard ? normalement aba mineur ntibafise droit yoguca kuja kuri télé ata permission des parents. Please aba journaliste mwige amategeko n'amake agenga u umwuga . Wishire mukibanza c'umuvyeyi!
@Gateretsesteve1
@Gateretsesteve1 2 ай бұрын
L'avenir de notre génération est en difficulté vraiment c'est terrible 😢
@nshimirimanaelie8529
@nshimirimanaelie8529 2 ай бұрын
Ntabwo bigiye kuzoroha abantu amajwi yanyu agera kure mugerageze muje murasukamwo mabisi mufa kurutaa.
@lydi791
@lydi791 Ай бұрын
😂😂😂ni Mana yonyene kbs
@irankundaancke561
@irankundaancke561 Ай бұрын
It's danger
@Thibilisse
@Thibilisse Ай бұрын
😂😅
@emeryntirenganya-ew2sh
@emeryntirenganya-ew2sh Ай бұрын
Nn uwo urikumureb ikintu kizim yohanura wobon arikihe twahuriy mur boîte Ash ico nitw zéro faute vrt😢
@albertndayizeye7270
@albertndayizeye7270 2 ай бұрын
juste za uramenyako iyi TV yawe yaciyeko Président hama umeny ibiganiro ucishako
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 2 ай бұрын
Exactement nico nanj navuze arabe aba slay Queen baze baraja kuri Siren Vibes aha ahacishe abantu bari sérieux gusa bavuga nibintu biri Sérieux gusa apana abo bana bagihendwa n'Isi ko bavuga ngo bakunda amahera ntabagira ntabahungu baja kuresha atamahera bafise muga Imana ikazobahezagira munyuma erega ntawutegeka umugisha wiwe isaha uzirako hashobora kugera kuja kuresha ayo mahera ataraboneka cank ako kazi hama ukazobona biraj nyuma wumva yarakwase ukija kumuresha ngo ntayo ufise aba aguhoye ukuri?juste gukunda kuraba ivyinyuma gusa harya umuntu n'indani.
@Yesiknow-c7l
@Yesiknow-c7l 2 ай бұрын
Nta bindi vyo ?
@mere_nature
@mere_nature 2 ай бұрын
Mxiuuuuu iyo upfuma uhora aho ubona uvuz iki??
@angeburundifggfgg8755
@angeburundifggfgg8755 2 ай бұрын
Nn nisowawe hhh jewe abantu murasetsa
@user-hu3dc4sh2q
@user-hu3dc4sh2q 2 ай бұрын
Yamara naho mumutuka avuze ukuri kwuzuy kbs
@yamuremyemethode5941
@yamuremyemethode5941 Ай бұрын
Uyu mwana avuze ukuri kwinshi nubwo bitajanye nakaranga kacu! So ivyo avuze nivyo biriko bibera mu gihugu! Murakoze
@Ircherubin
@Ircherubin 2 ай бұрын
Juste Gael urakoze kutuzanira bashiki bacu kugira twumve iryo bagamba gusa ndabo ye ntaco twanze nukuri😂😂 jewe ndabl'onye ngira sinzorongora
@venistenkorerimana-um6bn
@venistenkorerimana-um6bn 2 ай бұрын
Nn gael nkumwana nkuwo uzumubaza ivya divorce uzutuma avuga ibitarivyo nivyatazi so uyumusi watubiye vrt ibiganirir nkibi ntibikenewe
@user-co6lm1yk1h
@user-co6lm1yk1h Ай бұрын
U yumukobwa ari sharp azubwenge nazi kigali 😍🥰
@chrisarmelishimwe3704
@chrisarmelishimwe3704 2 ай бұрын
Juste Gaël était l'un des mes youtubeurs préférés kuk façon dont akor ibiganiro vyiwe wabonako haba harim msg nzizaa mais cette fois yaguy down atazi réellement ibikwiy kuvurwa dans les médias ntibidakwiyee 😢ikibabaj ni génération à venir izorerwaa naba maman nkuyuu
@valerecedrichayimana
@valerecedrichayimana Ай бұрын
Waouw..!!icompa akabona ino commentaire yawe ntabiyibone gusa ahubwo akagira icahinduyemwo nanje ngira nihanize uwandingikiye iyi lien ngo numviriz akamaramaza ntaze asubir kundungikira ngo numvirize ibintu nkivyo(sinanakimaze) beurk!!!🤮🤮🤮
@galaxytechnologycenterelec268
@galaxytechnologycenterelec268 Ай бұрын
Nivyo yakoze nivyiza kugira tumenye cette génération ico yiyumvira. Ahubwo umviriza ibibazo amubaza
@Hakizi123
@Hakizi123 Ай бұрын
😅😅 uyumukobwa nikigougou vrt
@charlessadoc2203
@charlessadoc2203 2 ай бұрын
Gael usigaye utazanira ivyuki😂 Ubunibwo ntangiye kugukurikirana kubera kutuzanira abakobwa babarundi basa neza caane ❤ Uziko abantu batamenyako iburundi hari abana beza nkaba ! Bavuga urwanda gusa
@user-so6hx9qs2k
@user-so6hx9qs2k 2 ай бұрын
Nukuri uwo mudemu yubahwe vrmt ndamwemey
@KanezaMonia
@KanezaMonia 2 ай бұрын
Juste iyi chanel yaw irabwa nabantu benshi cane tuyifata nka ISIMBI tv ya SABIN rero uze urazana abantu bigisha ibintu vyiterambere.
@JesperManirankunda
@JesperManirankunda 2 ай бұрын
Dufashe dufashe, mutumire, ngo abasore ninkumi zigeze kwubaka izabo, basambane imberere ko bashinga ingo zabo. 😊😊😊 oyaye namba namba
@user-nm3yt8yz3y
@user-nm3yt8yz3y Ай бұрын
Yooo, mbega akana keza, defaux yonyine gafite, ni ibigohe bibi. Uwabigashyiriyeho yarunzeho byinshi. Nuko ari mwiza cyane naturellement, naho ubundi ibigohe byari bimuhindanyije isura
@Cl_wazlah257
@Cl_wazlah257 2 ай бұрын
Mbega ininja iraho🤔🤔abavyeyi twajwemwo pee😂😂😂
@julesspencer517
@julesspencer517 2 ай бұрын
Juste gaël usigaye uvuga aha nini kuvyingo ni miryango raba ugabanye ugend mur entertainment , business na entrepreneurship hamwe na coaching en development personnel ubumire aba coach comme ça jew ivyo vyo mugitanda bihebe🔥🔥💯
@miguelstephanemukunzi
@miguelstephanemukunzi 2 ай бұрын
Nimumureke rega juste ashaka kwumv Ama avis yabandi kugir azoyakorereko murugo gwiw ngira😂😂😂
@Darcy641
@Darcy641 2 ай бұрын
Abakobwa beshi beza usanga mumutwe aribirofa
@kamanzikhadija3951
@kamanzikhadija3951 Ай бұрын
Nawe wabibonye kwari kirofa mumtwe wapi ntakigenda nkuwo umutoye wobuhovye araboneka nomumaso kwatakwari
@guyfleurybigabo3147
@guyfleurybigabo3147 2 ай бұрын
Yemwe,ntitworonse Eden ngo tubure Eva kabisa...Juste ibintu biraje kuyindi mpwemu idasanzwe as you say....😅😅😅😅
@cynthiairakoze3025
@cynthiairakoze3025 2 ай бұрын
😂😂😂😂
@emmanuelalleluia
@emmanuelalleluia Ай бұрын
😂
@comendikuriyo8564
@comendikuriyo8564 Ай бұрын
Uyu mukobwa iyi sujet iramurengeye Kubera aracari muto cane ategerezwa gutanga inyishu zijanye nubu adolescent.
@ericnijimbere7248
@ericnijimbere7248 Ай бұрын
uyu ntaragira aho abazwa ibibazo nkibi aracari muto isi izomwigisha
@Claire-rq9cg
@Claire-rq9cg Ай бұрын
Gaël merci kuruyu mutumire. Les gens bari choqué vous serez étonnés de trouver que bcp de jeunes entre 20-30 ans garçons comme filles pensent la même chose qu’elle. La leçon ici c’est d’éduquer vos enfants au lieu de juger les enfants des autres.
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 Ай бұрын
Gael ntukazane abana bato kuganira ivyabakuru ivyingo biramurengeye mubaze ivyomwibarabara
@irenakinz2988
@irenakinz2988 Ай бұрын
Why ur umwana mu mutwe🙆🏾‍♀️ uraba film zirenze, tt ce que t'as dis est réel à 0,5%, elle sait pas la vraie vie nukur
@iteritekabenjos-xr7yv
@iteritekabenjos-xr7yv Ай бұрын
Aba mamaa bomurikazozaa🤣🤣 gsaa yavuze ukuri nibatekanee😂😂😊 jew ndamu fan kuri tik tok ibivyongahaa wp🙈
@happyciza4972
@happyciza4972 Ай бұрын
Birababaje kuba jolie nkuko ham ntugire vision ya future yawe,nubwo woba ubikora wohisha ibikurimwo kuma réseaux sociaux.plateforme nkizi nizo kwiyubakira et pas kwisamburira nkuko abikoze
@DianeIrakoze-uw1in
@DianeIrakoze-uw1in Ай бұрын
Ararushe bamusengere
@mickaelyouna4776
@mickaelyouna4776 Ай бұрын
Time will tell sh🤦🏽‍♀️
@nzeyimanajoy9476
@nzeyimanajoy9476 2 ай бұрын
Uracari muto mwana Ibibera mungo ni vyinshii can
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 2 ай бұрын
Komera @Juste Gaël 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾,Love from Sweden 🇸🇪🇸🇪
@user-lx5br8ud5m
@user-lx5br8ud5m 2 ай бұрын
Bercy ni Eva kbx yibereye muri Edeni naho twishwe n'inzara ntitubura ibidutwenza Chch i love the way you say true❤
@festuspromoter3376
@festuspromoter3376 Ай бұрын
Inzara ikwica kubera urikinebwe
@lydi791
@lydi791 Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂
@user-ge8mj2yr6c
@user-ge8mj2yr6c Ай бұрын
😂😂😂😂😂
@inesirankunda3815
@inesirankunda3815 Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂
@ChristellaIradukunda-or8wr
@ChristellaIradukunda-or8wr 2 ай бұрын
Mushwana mugihe utamubwije ukuri uwuriwe mugih wabikoze ukaca umubwir kukir vierge murabipfa
@RAC-h5g
@RAC-h5g 23 күн бұрын
Uyu mukobwa vraiment ndamwemeye. Asha ibintu vyose yavuze nivyo. Abo nabo mu ma commentaire bavuga le contraire ni juste ignorance gusa bafise, iyo ignorance bafise izohera bashatse😂.
@benjyfranklin
@benjyfranklin Ай бұрын
Menya ko génération ya 2000 ari ibiremwa vy'agatangaza🥱🥱 numiwe nk'incuro nka 10 kbr amajambo yiwe💀💀 Asha nukuri Imana idufashe cane..😂😂
@raussakarire5509
@raussakarire5509 Ай бұрын
Ikiganiro ciza cane unomokobwa ufise ukuri kwinshi ndamukunze❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@Aristide-tr8jh
@Aristide-tr8jh 2 ай бұрын
Uyumukobw ashobor kub amaz gukin nyish gus impano zirinkwinsh nukuri hama ngo mukeney vision 2040-2060 ugwaruka ruba gwiberey muma expérience yinkundo nubusambanyi
@lydi791
@lydi791 Ай бұрын
😂😂😂😂arazi ibintu vyishi kbs
@user-ep3xq9db6h
@user-ep3xq9db6h Ай бұрын
Juste Ayo masujet uzoze urayaha abahinga baba babimenyereye apana izo nzererezi zabakobwa!!Ego araciye ubwenge mais akaranga si ikirenga
@masaboisaie6911
@masaboisaie6911 Ай бұрын
Ariko nkumunyabwe igomba kwinviriza abo vyakunze nabo vyanse incabwenge nibijuj abagore nikumi abatam nabagabo nabasore abungutse nabahonvye
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 Ай бұрын
mbga ayo mahera wob ugomb ko umuhung aguha kuki utoyahiga nkuko ayahiga ham basi nubw yoyaguh abe ari just kugusororer pas k ariwe aza kugukorera vyose nkukumeng niw muvyeyi waw .
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. 3 күн бұрын
😘u deserve ako kantu
@njejimanajean3728
@njejimanajean3728 Ай бұрын
Ewe,umutumire wawe nyimba arumukotano😮,ibitara bacamwo inkoni vyarahonye?
@user-xj9gk8ig8t
@user-xj9gk8ig8t 2 ай бұрын
Uyumukobwa namukunze avugisha ukuri adaciye kuruhande, ndabakunda from Rwanda.
@nivertv8910
@nivertv8910 2 ай бұрын
Nimburumunyarwanda birumvikana kweli
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Ай бұрын
Ntiworeka kubikunda nyomba urumunyarwanda kubusambanyi turaziko umengo nimw mwaburemye
@lydi791
@lydi791 Ай бұрын
Mubisazw ivyo yavuze kuriw ni mitwarire yiwe birasa uyu arigenda mubisazw na muvyeyi akimubaza ngo uvuyehe,gusa ibi bivuga aba legend bo muri Eden😂😂😂
@DianeIrakoze-uw1in
@DianeIrakoze-uw1in Ай бұрын
Nigitandero uyu nigishushungwe aje kutwigishiriza ingesombi abana
@NinganzaBede
@NinganzaBede Ай бұрын
Sinahora nandika. Ariko, abashobora kwishura, ibibazo vyingo boshobora kuboneka. Ariko kandi abana nabone barafise ico bohigira cane cane uko isibiteye. Rero vyoba vyiza, mumenye ico muganiriza abantu nabonmuganiriza nico murondera gushikiriza abantu. Uwutacafise ntaco atanga.
@MOUSTAPHATHEDONBD-pp1zr
@MOUSTAPHATHEDONBD-pp1zr Ай бұрын
Umwana huyo hari uomwonka mze mrek kwivugisha 😘😋😋😋
@user-ez5ll1yu1b
@user-ez5ll1yu1b 2 ай бұрын
Nn nkuwo wamuzany ngwakoriki? Canke uriko umugirira publicité amenyekane
@user-so6hx9qs2k
@user-so6hx9qs2k 2 ай бұрын
Imana itubabarire vrmt abahungu turagowe❤❤❤❤❤❤❤❤
@user-ds9gc3wx4n
@user-ds9gc3wx4n 2 ай бұрын
Apan bisanzwe 🤣
@Okia257
@Okia257 Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂
@divinbruneldushime1871
@divinbruneldushime1871 2 ай бұрын
Numva nomucirumugani ati kurubone 😔😔iyi interview vrt ntakintu nakimwe imariye société 💔reo juste kugwa sibibi ariko wisubireko abatumire badafise aco babwira abantu ntuzobagarukane iyi TV iriyubashe
@alainblaise9401
@alainblaise9401 2 ай бұрын
Shaaa, pour la première fois je suis totalement déçu kuri UMUKUBITO. N'ikiganiro ntaco mpejeje 😔
@LAPE817
@LAPE817 2 ай бұрын
Nabamamaza ubwami bwa satani gusa
@ericnshimirimana8781
@ericnshimirimana8781 2 ай бұрын
Juste kwiyubaha birakenewe
@user-br4wg1di7n
@user-br4wg1di7n Ай бұрын
hemwee gusaa iconzi nuko bizohera nabii😂😂😂
@DianeIrakoze-uw1in
@DianeIrakoze-uw1in Ай бұрын
Yesuweeeeee abavyeyi baravyara
@nkezimanathadee7433
@nkezimanathadee7433 2 ай бұрын
No1
@MukunziCedrick-mu6gj
@MukunziCedrick-mu6gj 2 ай бұрын
Eeee😮😮😮😮 haha uraryoshe kwl wew baguma bahonja batagura sha abahungu barihanga wew ukwiye imashine abakwobwa mwasaze mwiyimisi😂😂😂😂😂😂
@Iyatwesecarla
@Iyatwesecarla 2 ай бұрын
😂😂😂🤣
@MorelDonFernand-qj9zq
@MorelDonFernand-qj9zq 2 ай бұрын
Huhuum iyo rofa ukuntu yiyemera nani yibaza ivyo yagize ko twavyibagiye!!!ngo mon vie 😂😂😂kelly tawonaire yaraguhanye shaaa
@Eliane-zt6vs
@Eliane-zt6vs 2 ай бұрын
😂😂😂 yibaza ngotwaravyibagiye
@mwananyamalaz4427
@mwananyamalaz4427 2 ай бұрын
Yagize iki tubwire?
@cynthiairakoze3025
@cynthiairakoze3025 2 ай бұрын
Du coup nti mwatahuy sukuvug ng ntiyar abiz hubw yagomvy bab baratwenga kuko na Kelly yaciy atangar nuk nawen abariko aradutwenz Kelly nawen araz igifaransa
@dinadispinanininahazwe8153
@dinadispinanininahazwe8153 2 ай бұрын
Izo ni contre-valeurs. Igihugu cose kirafise umuco kigenderako. Reka kwonona ugwaruka gwacu. Rondera ibiganiro vyubaka apana bisambura.
@AlfredPfukamusenge
@AlfredPfukamusenge 2 ай бұрын
Bien
@kabosskdn2202
@kabosskdn2202 2 ай бұрын
ama views urayaronka mugabo uratakaje crédibilité kubari mature bakunda iyi TV,iyi TV nayifata nka isimbi TV ntaba invité sans message constructif yaha micro.ndagufana Gael ntuzobisubire
@Darcy641
@Darcy641 2 ай бұрын
Cundabira iribara vrm. TV yavugishije président vraiment !!
@venistenkorerimana-um6bn
@venistenkorerimana-um6bn 2 ай бұрын
Ibaz mukur nkogutumira isadunda nkiyi vrt ata message azatanga
@DianeIrakoze-uw1in
@DianeIrakoze-uw1in Ай бұрын
Jewe numiwe Aka nakambaro kibara Gaëlle uritesheje agaciro
@l.thimotheeniyomukiza7422
@l.thimotheeniyomukiza7422 Ай бұрын
NUkuri nugusenga Imana nimba la majorite y urwaruka yiyumvir uko
@stylorougeofficial3194
@stylorougeofficial3194 Ай бұрын
sujet yiki kiganiro nayibuze 🤣🤣 noe uwomukobwa numuremeshakiyago???
@gagairakoze3279
@gagairakoze3279 Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂noooooo
@stylorougeofficial3194
@stylorougeofficial3194 Ай бұрын
Bari kuyaga kubimwerekeye🪢
@AbbeytresorSabushimike
@AbbeytresorSabushimike 15 күн бұрын
Kbx
@Muniraksu
@Muniraksu 2 ай бұрын
Kimwe gusa, yemey ko abakobwa atabwenge kandi nta rukundo! Hama, nukuri yagerageje gusigura.
@KaribwamiBlandine
@KaribwamiBlandine Ай бұрын
Uwo mwana yarataye akaranga kweli Gael ntuzogarukane izondushi ngaha nukuri
@filmromantique6715
@filmromantique6715 Ай бұрын
😁😁😁 sha biranamucanga iyo sujet iramurengeye hhh Nca mbona Drama ntikamuruhishije kuel Gusa vmt utw twana muraduhohotera🤔🤔🤔😁😁😁
@userk23456
@userk23456 2 ай бұрын
Uyu bercy aba musaga ??? Juste uyu mukobwa ndamuzi,numwana caneeeee s'uwo kuzana kuri tv yawe ukabaza ibintu nkivyo. N'umwana cane gose ndamuzi
@Burundistartv
@Burundistartv 2 ай бұрын
❤❤❤
@user-dl7qp8uo7e
@user-dl7qp8uo7e Ай бұрын
Mana yanje mbega umwana muto atagira umuco Imana iturere nukuri biteye ubwoba uyumwana ateye ubwoba
@user-rx9hn6hi7y
@user-rx9hn6hi7y Ай бұрын
Gaël Uyumukobwa nimwizacyane rwose ahubwo uduhuze nzakugabira Inka nukuri
@user-zs2is9we7u
@user-zs2is9we7u Ай бұрын
Yoooo, c'est grave pe.
@alinenduwimana5859
@alinenduwimana5859 2 ай бұрын
Abavyeyi turagowe kweli!!!nkumuvyeyi wawe arambabaje afise agahinda
@ntsnziarmelkinte1695
@ntsnziarmelkinte1695 2 ай бұрын
Hhhhh😂😂😂
@IzompozaKelly
@IzompozaKelly 2 ай бұрын
Ntakindi yavuze nihamwe nyene abarunfi tugoye knd uwutabizi namuteribuye
@lydi791
@lydi791 Ай бұрын
😂😂😂😂😂
@ueush643
@ueush643 Ай бұрын
Niwe amutunze ntaco bimubwiye
@ericniyungeko2747
@ericniyungeko2747 Ай бұрын
Ubu umukobwa wawe urazi iyo ari?
@rukankamajohn3433
@rukankamajohn3433 Ай бұрын
Uko nukuri Bercy uvugishije ukuri
@kwizeraparfaite9781
@kwizeraparfaite9781 2 ай бұрын
Iyosaha bambara mumwenda azayimpe ngerageze nukuri😂😂😂 nanjye
@user-hs9kt7fw6s
@user-hs9kt7fw6s Ай бұрын
Ukuri gutinya kuvuga aba girl benshi ❤
@BigiBeex
@BigiBeex 2 ай бұрын
Ayo masoneli agomba kutwemezako Burundi ifise imodoka nyishi Kandi nigitolo chuzuye😅😅..hama ngo is poorest Country ptuu . Is richest country wallah ❤ ..🇧🇮 on map
@user-ry5pm9ni1b
@user-ry5pm9ni1b 2 ай бұрын
Amenyo aragutwenga arayawe
@amolam97
@amolam97 Ай бұрын
Ubwiza bwose n'icubaho cose cigitsina gore bituruka kugitsina Gabo may be your Father hubby brother ivyo mwigira ngomurakaze muribesha urya niwamunanira uwundi azokunoba always men win
@caritasnduwayezu4851
@caritasnduwayezu4851 Ай бұрын
Wamubajije ibimurengeye💔🇧🇮
@AlainBlaiseMasango-ub5gn
@AlainBlaiseMasango-ub5gn 2 ай бұрын
Bwana juste Gaël turakubaha kandi TV turayubaha muga ugiye urazana abantu ata influence bafise ngobagire icobaterera Kiri remarquable koko ukirikiranwa surtout des intellectuels mais ubikora neza
@user-ge8mj2yr6c
@user-ge8mj2yr6c Ай бұрын
😂😂😂😂 oky bsi je commentaires zanyu ziratwenza😂😂😂
@MukezamfuraJeandAubert-oj2ul
@MukezamfuraJeandAubert-oj2ul 2 ай бұрын
Uyumukobw ndamwemey jendikundir abant bavugukuri
@IrutingaboAelon-kt1nr
@IrutingaboAelon-kt1nr Ай бұрын
C'EST VRT DINGUE JE SUIS COUVERT DE HONTE
@YvanIrakoze-mi3gc
@YvanIrakoze-mi3gc Ай бұрын
La maturité corporelle est très différent que la maturité mental ingene yishura ntibihuy n'imyaka afis vrt
@kingjaguar49
@kingjaguar49 2 ай бұрын
⚠️⚠️oe ko mu Burundi hari ubukene ubu rr abahungu dukeney nisabuni nikiyer 😅🤣🤣🤣🤣🤭
@youngkiller4920
@youngkiller4920 2 ай бұрын
Uyu mwana yirekuye knd nivyo vyiza kuvuga Ibintu uko uvyumva atawe ututse. Ariko reo new generation surtout kubakobwa Sha badutera ubwoba Isi baramaz kuyihindura😢, plus amafaranga aguma agorana kuronka plus bano bakobwa bwayashaka cane. Abahungu bakenye 💔💔😢, ariko siko vyokagenze. Abakobwa Mukunda amahera mutazi kuyarondera usaba 100milles kuri compte yawe atana 10milles ziriko kumyaka yawe uba umaze Vrt😂😂😂
@kingjaguar49
@kingjaguar49 2 ай бұрын
⚠️⚠️oe aho uzohonjw nabangana ik ??😅uwuzoza wese muhuye ugasanga ntagukwiriz uheba naw ntuwumv ko uzoba urik uraguka !😱 inkumi mwikebuke nimba muduhemukir kubera ivyo Wlh mirihenda sana 😭😭😭🤣🤣🧐🧐🔥🔥🔥🔥
@Darcy641
@Darcy641 2 ай бұрын
Ugacurwa kumukobwa nkuyu ngugirushire munzu ?; sha nugusenga kbisa abahungu twaragowe.
@yvettedusabe547
@yvettedusabe547 2 ай бұрын
Ni keza gasa na Monia
@bsc4177
@bsc4177 2 ай бұрын
Uyumukobwa abuga ukuri gusa😂😂😂
@gerardmanirema4621
@gerardmanirema4621 Ай бұрын
Uno muntu avugukuri avuga ivyo twamamwo,twebwe abantu ntidukunda abavuga ukuri
@eustacheniyombikesha2030
@eustacheniyombikesha2030 Ай бұрын
Sex avant- marriage ni faux yangiza relationship. Ninicaha mugabo (ubusambanyi)Naho ivyo yavuze vyukuri ni uko abahungu bakenye barafuha saaana.
@PatoNduwayo-pz6si
@PatoNduwayo-pz6si Ай бұрын
Abajama mukenye mko wapiii
@4EIIGNERR
@4EIIGNERR 2 ай бұрын
EDEN IS ENDING WELL
@EricBanda-zd9he
@EricBanda-zd9he 2 ай бұрын
Umuc w iburund waramaz gutituk but ukwiy kuz urazan nabafis ivyiyunvir
@olivergir8207
@olivergir8207 Ай бұрын
Uyo mukobwa ni ikirofa vraiment yarapfuye agenda akeneye gusengerwa
@ahmadbelier3160
@ahmadbelier3160 2 ай бұрын
Ingorane y'abarundi iyo umuntu yivugiye ukuri bamutera ivyatsi😢 birakenegwa yuko ukuri gushigwa ahagaragara, ivyo vyo gukora sexi sitwe twabizanye n'umwami dawidi yarariye mwene uriya ngaha buja idemu ziraribwa ibasore barahabwa😋 nubu ndiko nandika ndazi haraho imizikizi iriko irarungikwa😋🤣 ubuki burasosa😂😂😂
@ChristellaIradukunda-or8wr
@ChristellaIradukunda-or8wr 2 ай бұрын
Mushwana mugihe utamubwije ukuri uwuriwe mugih wabikoze ukaca umubwir kukir vierge murabipfa.Nn ub uzigute ko fiancé muzoguman ck akaguheb 🤔
@adorateurtitebestman1117
@adorateurtitebestman1117 Ай бұрын
😂😂😂😂mbega sha wewe Gael nukur kwa Yesu
@NinganzaBede
@NinganzaBede Ай бұрын
Ikindi nuko Claudette "munama yumusi" no abakobwa beshi ibisuko nibiri kumutwe amavuta canke ibindi bashira kumutwe, birzrusha agaciro ibiri mumitwe yabo. Then like this....
НРАВИТСЯ ЭТОТ ФОРМАТ??
00:37
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 1,6 МЛН
Heartwarming Unity at School Event #shorts
00:19
Fabiosa Stories
Рет қаралды 18 МЛН
#KuKAYI : Abavukana  bokorana business? / MONNA WALDA & ERWAN
37:11
PAM Channel TV
Рет қаралды 42 М.
Моя Жена Босс!
0:40
Petya English
Рет қаралды 2,2 МЛН
我说我不是故意的,你们信吗
0:25
侠客红尘
Рет қаралды 12 МЛН
Спит с ОТКРЫТЫМИ ГЛАЗАМИ! 😱😴
0:25
Взрывная История
Рет қаралды 5 МЛН
как попасть в закулисье в schoolboy runaway
0:51
Жалко эту собаку 😥
0:34
Awesome Cuts
Рет қаралды 3,9 МЛН