Hello Juste Gael Nizera ko uguwe neza can so nashaka kugusaba Emision iyi semaine kugira dutumirire igikorane kinini cane citiriwe LIFE OF GLORY 2023 categuwe nishengero GGC hamwe numukozi w'Imana Pastor Patrick NGENDAKUMANA yahora mugihugu ca kenya ariko arakubura Africa
@luckyprocessor7217 Жыл бұрын
Iyatugirira akapella ka ayayayaaa first part ngo harimpamvu ndirimba nezerewe
@simonsindayigaya734 Жыл бұрын
Umusaz
@gshugsua9531 Жыл бұрын
Mana yanje nanje ndizera musazawanje ko azohinduka kuko pe turarushe😢😢😢😢😢
@nduwimanajeannine7934 Жыл бұрын
Asha Centre Jeune Kamenge yararamuye abantu benshi p
Nciy nibuka igih agira mariage umugenzi yaj ashavuye tumubajije la cause acatubwira ngo Dudu yagize mariage nari mfis espoir😀icadutwengej n'uko elle était jeune pour se marier yiga 9è🙈
@cynetteIninahazwe Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂
@menyavyishinabagenzi8089 Жыл бұрын
Nimba wipfuza ivyishimo bidahera guhora useka nezereza amaso na chaîne ya you tube yitwa comedy spécial harakubereye ya ma comedy yose mwari mwarabuze amwe aryoshe ukuntu hamwe wokwirirwa uratwenga ugapfa