Ndamukosore akantu gatoyi si vs le permettez. UK uretse ko itakiri no muri union européenne ntiyigeze iba muri schengen. Espace schengen na union européenne vyari ibintu bibiri bitandukanye kandi bitatanga les mêmes droits kuba résidents baho. Aho nshatse kuvuga ibijanye na libre circulation, (freedom of movement) uvuye muri espace schengen udafise pasport européen abongereza ntawe bigeze bemerera kwinjira iwabo peu importe la provenance y'igihugu co muri europe uvuyemwo.
@berkamp14 ай бұрын
@Gael, Nubu ntudushirirako links zabatumire bawe muri description ngo tuje kubashigikira. Sinon aba ari promo ya account yawe gusa
@IrakozeOlivier-tt2tq4 ай бұрын
Saba ahubgo contact c est mieux😂😂😂😂😂
@silvernizi77904 ай бұрын
Gael, this man is saying the truth Prix nino ziguma ziduga gusa uca ukora cane. When I 48:26 came here, one gallon was about 1 dollar now it is more than 3 dollars.