Wa murundi yataha ava SERBIE ubuzima abayemwo//kuva nshika//Agahinda nari mfise//Abipfuza depression

  Рет қаралды 15,131

UMUKUBITO

UMUKUBITO

10 ай бұрын

Wa murundi yataha ava SERBIE ubuzima abayemwo//kuva nshika//Agahinda nari mfise//Abipfuza depression
‪@NtareRushatsiHouseTV‬
#serbie #diaspora #ubuzima

Пікірлер: 166
@eddy-michelirakoze8518
@eddy-michelirakoze8518 9 ай бұрын
Gaël,émission ikurikira uzomutumire et puis wongere utumire uwundi asanzwe aba Europe na cane cane en Allemagne,hama haheze habe débat contradictoire ! Merci
@regishabarugira9012
@regishabarugira9012 10 ай бұрын
Kugira ube iburaya canke mubindi bihugu bikomeye bisaba kuba uri déjà préparé,ukunda kwiga ibintu bishasha ufise aho ushaka gushika kandi ntabintu bizima biboneka mugihe gito birategurwa.Rero hari abarundi bakunda amahera make anyaruka abo bazoje gukora kuri Bata
@eustachesitaki3698
@eustachesitaki3698 10 ай бұрын
Ukuri kuzuye
@mabare68in
@mabare68in 9 ай бұрын
Uyu musore ivyavuze sivyo kuko iburaya uhageze ubanza gushaka uruhusha rwokuhaba Hama Hama ururonse ukaba wemerewe gukora niho uba utanguye ubuzima umubwire aje mu buyenzi arabe Arya ma etages abanya buraya bariko baribaka ngo iburaya ntamahera? Ahubwo n umurezi
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 9 ай бұрын
Ego nibintu bisaba kurindira ugatuza kweli
@user-jy1sk3bw1t
@user-jy1sk3bw1t 9 ай бұрын
Neige yonyene itangura kudukubita Novembre gushika Avril ibiseru bikoroka. Iki gihano cimbeho conyene kirakwiye kuri twebwe twavutse kunkende. Ntamwana wa Ministre basha yoba muribi bihugu atari kwishure muvugishe ukuri.
@liberemugenzi9803
@liberemugenzi9803 10 ай бұрын
Merci Gael
@kalyka4107
@kalyka4107 9 ай бұрын
Jewe iyo ababatumire mubakura sinzi. Munyibutsa abantu ba ruguru bamanuka bibaza ko i Bujumbura abantu bose babayeho kimwe. Hari abamanuka bagasubira inyuma biruka ngo harashushe hari nabandi bapagasa bakubaka i Bujumbura na ruguru.
@alvellaniyonzima4046
@alvellaniyonzima4046 9 ай бұрын
Tutabeshanye kweli muri Africa niho honyene ushobora gukora business birashoboka. Kuko I burayi system zaho ntizivyorosha. Leta imenya ivyukora vyose. Urose n'amahera arenze irakubaza😊😊. Kandi ntimubone aba Diaspora bakora imigambi muri Africa ntibaryama Kandi murabo baba bakora ubuzi bubiri. Eeeh harya ubunyene umuntu akuguriye amakaye y'abana abagukoreye ikintu kidasanzwe abayaraye amajoro menshi adasinzira.
@guy-noelntunga4706
@guy-noelntunga4706 9 ай бұрын
Uyo mu brother jewe ndamwemeye kabisa uyo niwe yovuga ukuri yashitseyo abandi bose bari ino bamutuka ntaco babiziko
@mihigoinnocent711
@mihigoinnocent711 10 ай бұрын
None muri 6mois warikuba uramenya iki ciburayiiiii mon frère,warafashe choix yaw mais reka gucompara ibidacomparika sha ntubeshe abantu
@songamberetv2219
@songamberetv2219 9 ай бұрын
Nkawe usanga utarenga kanyaru niyompamvu ivyavuga utobitahura ababaye hanze nibo bamutahura
@igirimbabazisania9768
@igirimbabazisania9768 9 ай бұрын
😢Mwoshak mwomutahur basha ubuzima bwohanze ntibworoshe ningorane nukuri gusa inda woyibaza uwayirayeko
@UYEIC
@UYEIC 9 ай бұрын
Gaël bureka gutumira ibijuju sha...ngo mu Burundi wohaba atakazi ugafungura,ukariha n'inzu😂😂😂😂😂 hahindutse mur Edeni
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 10 ай бұрын
Nihatari kaka pol sana ❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤❤❤🙇‍♂️🙇‍♂️🙇‍♂️🙇‍♂️🙏🙏🙏🙏
@NusraBarwani
@NusraBarwani 9 ай бұрын
Courage bro uvugu kuri pe
@brillantkaze
@brillantkaze 9 ай бұрын
Owo musaza yatashe Yubahwe azabwire Nabandi kbx Natwe hazogera igihe twigarukire
@vansarah480
@vansarah480 9 ай бұрын
Nukuri wamugabo we nta patience ufise 6mois ntuba urahebura pe wamenyereye ubuzima bworoshe cane nayo ngaha muri Europe Canada ou USA intango ntiba yoroshe hose pe bisaba beaucoup de courage nugusenga nukwizera Imana irya opportunité waronse umusi umwe uzokwicuza kuko nabavuye Allemagne bafise dublin bakaja ahandi bamwe zaramaze kubavamwo. Nayo akazi ka Allemagne wokora kose uraruha muga uramenya ayo ubika ukiteza imbere ntuzogereranye Allemagne na Africa pe sauf kubantu basazwe batunze Afrika niheza nayo uwuja kurondeza Allemagne afise ukwihangana yogera aho aronka
@gcwavey4099
@gcwavey4099 10 ай бұрын
Gaël ivyo uwo mutumire waw avuga ni réalité 100%
@migazocumba7212
@migazocumba7212 10 ай бұрын
Uyu.mutype ntakigenda😮😮
@jefftotheworld1
@jefftotheworld1 9 ай бұрын
6 mois c rien ntaco uba urabona! Uyu mu type mu mutima iwiwe arazi kwariko arabesha 6 mois ntaco urabona. #gael ni nko gutangura business nn business muri 6 mois woba washits kwiterambere ? Uyu mu type yarazi kwagiyr kuronka❤amahera ubwonyen? Ntibishoboka ubanza gukora déjà Nta passport yar bwaronk nn utararonka impapuro woba uriko urakor iki ? Uba urindiriy gusa nibaza kwarubunebwe ukunda ivya gusa reka tuvug ukuri
@mariegorethnzitonda775
@mariegorethnzitonda775 10 ай бұрын
Nimba yagiy azi ko agiye gutora ubwo nyene ,ariko avuga ibitarivyo,utangura bigoye,ariko imbere haba ari heza.Abaciye Serbie iyi saha nfise temoignage yabahagaze neza ubu bakora avec leur carte orange
@tresorndabemeye2917
@tresorndabemeye2917 9 ай бұрын
Noé wewe habuziki kugire ugende ufise témoignage yuwo vyagenze neza iyo nayo yifate nka témoignage yuwo vyagenze ntiwibaze ko bica bigenda neza vyose
@NdayikejeElvis-en7gi
@NdayikejeElvis-en7gi 9 ай бұрын
Juste gaël go ahead
@ismaelntare3850
@ismaelntare3850 10 ай бұрын
Urikijuju brooo
@jeankwizera4719
@jeankwizera4719 10 ай бұрын
Muratahura uko yavuz hamw nivyo kuko ufis umugore nabana gushirako nabavyey wopfa uribaza. Bisaba gukora kwanza ukipang kwanza
@francescafrancesca8901
@francescafrancesca8901 9 ай бұрын
Umwe wese afise uko atunganya ivyiwiwe. None mu burundi ntwuhembwa 100 milles ugasanga arusha ubuzima uwuhembwa 300 milles. No hanze n'uko. Vyose bivana n'uko ukoresha amafranga.
@CongeraalexisBabalao-fg9tv
@CongeraalexisBabalao-fg9tv 10 ай бұрын
Uvuzukuri blo
@user-jy1sk3bw1t
@user-jy1sk3bw1t 9 ай бұрын
Nimba iwanyu mukenye nka jewe ingo upagase. Ariko nimba iwanyu mwifise woronka umutahe, Mama/ Papa uritonda, ahubwo uzomanze ufate Vacance ya 1mois uze wirabire ivyo vyiza muhendwa, ariko ukagurisha urupango rwawe uzopfa uyerera nka Gahini, benshi turiko twironderera umutahe
@gcwavey4099
@gcwavey4099 9 ай бұрын
That's true
@viateurphiripe2440
@viateurphiripe2440 9 ай бұрын
Beshi turiko twironderera umutahe❤?ukuri kuzuye.
@MNKeye
@MNKeye 9 ай бұрын
Nivyo
@alexandreniyomwungere4364
@alexandreniyomwungere4364 10 ай бұрын
Nubwo mumutuka Umuntu yagiy ahembwa 500mill Numuntu yaronka 1million Abo ntibabona ibintu kimwe Kko hari uwuva ngaha ahunze inzara
@manofgod1321
@manofgod1321 9 ай бұрын
Haha kuvuze menshi boss , Hari nabahembwa 250 milles 😊
@jeannentaho8002
@jeannentaho8002 9 ай бұрын
Uko nukuri avuze natwe turinyuma . Ntimuvyemera shika wirabire ,niho wemera.
@jamesmichael1932
@jamesmichael1932 8 ай бұрын
Erega uburayi isigaye ari continent yamavyi.uwujayo muri ibi bihe nta choix aba afise
@niyomwungerekevin8560
@niyomwungerekevin8560 9 ай бұрын
En allemagne turonka 400€ ya sociale....
@manofgod1321
@manofgod1321 9 ай бұрын
Hari abaja hanze kubera 2 causes : Harabarondera imibereho ariko kazi iyo umushomeri agiye hanze nibon ivyakora vyose nibon kuko ntiyigeze akora , harabajana abana kugira Bigeyo , gusa iyo ugiyeyo winjiza des millions / mois la deception est totale. Uyu mu type ashobora Kuba yarafise cash imbere Yukon ajayo .. I'm not judging him gusa Kuja hanze wifise si benshi bagumayo .. Ariko reka aba gwanyi bigwaneko boss ... abana bari buja bashomerey nibenshi reka birwanire bajeyo gushaka
@osemanirakiza1427
@osemanirakiza1427 10 ай бұрын
Mararamara ahubwo barakwirukanye
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 9 ай бұрын
Inde yamwirukanye
@Akanovero
@Akanovero 9 ай бұрын
Ntaco abeshemwo benshi bagenda mumahanga batiteguye . Si mwijuru vraiment .
@gmbtvburundi2725
@gmbtvburundi2725 9 ай бұрын
Da way da way da burundi way
@KuwakuMalumba6895
@KuwakuMalumba6895 9 ай бұрын
Bro kurudi kwetu Burundi 🇧🇮 nigisi weye una amuha. Akini usi semi Burundi 🇧🇮 ao Africa ina pita Europe 🇪🇺 ao America 🇺🇸 Australia 🇦🇺 Canada 🇨🇦 . Maisha ya kwetu Burundi 🇧🇮 nimagumu sana. Kitu ujuwe Maisha ni popote. Washa niku oneshe maisha ya Europe 🇪🇺 yumba zina bei, kula sio bei, kusoma weye ao watoto ni buye, electricity sio bei, maji sio bei, amani ya Europe 🇪🇺 ina pita kwetu Burundi 🇧🇮 ao Africa. Kama jisi nili sema maisha popote. Ukweli mimi najuwa Europe 🇪🇺 America 🇺🇸 Australia 🇦🇺 Canada 🇨🇦 kila mutu na bahati yake ya maisha. Yumbani ni yumbani tu. Akini maisha ni pesa. Kwetu Burundi 🇧🇮 bado sana kabisa. MUNGU Ibariki Burundi 🇧🇮 na Africa yote🇧🇮🇷🇼🇹🇿🇨🇩🇸🇴🫵🏿👊🏿
@MNKeye
@MNKeye 9 ай бұрын
Vyose bivana nukuntu uvuye mu Burundi vyifashe uri I Burundi ushobora kuronka business ikwinjiriza amahera ashika 1000$ ca bénéfice ntakamaro ku kuja I buraya nayo ukaba no kurya ku musi vyanka kujayo ugapagasa kugira utere imbere ntaribi
@user-pk4yn9vc2u
@user-pk4yn9vc2u 3 ай бұрын
Kusiku tukorera amahera meshi rekana kuheda abantu
@bahemajavan4716
@bahemajavan4716 10 ай бұрын
PLZ PLZ TUGUHANURE NAWEWE. CHANNEL YAWE UZOZE URAZANA ABANTU WAGENZUYE NEZA. NONE WEWE IVYO ABA DIASPORA BARIKO BAKORA MWITERAMBERE NGAHO MUGIHUGU NTAVYUBONA?
@niyoncu
@niyoncu 10 ай бұрын
Bareke bivugire ivyo bashaka. Ukabona inzu baduza izindi bazigura zihagaze hanyuma ngo ngwiki.
@wizerepamella5762
@wizerepamella5762 10 ай бұрын
Courage ntaho Imana idahezagirira.uce ugabanya amajambo yogupondana
@claudebigirimana4469
@claudebigirimana4469 10 ай бұрын
Uyu jamaa ni rofa sana buraya yagiyeyo atazi ivyo yagiyemwo yarazi kwaru kwicara amafranga uyatora mwibarabara?
@DorianeManirakiza
@DorianeManirakiza 6 күн бұрын
Kiburugutu wacu igarukire wakera
@jeannentaho8002
@jeannentaho8002 9 ай бұрын
Hama iyo 50mille fr akwishuje dugikira inimero dayikurihire kuku dakuda ibiganiro vyawe.
@kevinnsabimana3788
@kevinnsabimana3788 9 ай бұрын
Burya Juste Iyo tv yawe iremewe kandi irabwa nabeshi Kuko urazi ko numukuru w‘igihugu yaguhaye ikiganiro,so kucubahiro cawe jewe ndazi uranzi mugabo uyo mugabo uguma utumira ivyo akubwira sivyo namba ivyo rero bituma hariho nabantu badasubira kugukwirikirana,nogusaba ko utosubira kumutumira uzoba ukoze
@irakozechimene656
@irakozechimene656 9 ай бұрын
mureke kutubesha wew harakunaniye abandi harabakundiy ureke rero ivy bintu vyaWE NON USHAKA twese tugume mur Africa aca weye wa CIBITOKE dufise abana abagabo babayo bamerewe neza cne
@CynthiaIrakoze-dk7jz
@CynthiaIrakoze-dk7jz 9 ай бұрын
None mb ho uraziko utagum mur centre
@user-ew2ir2jd4j
@user-ew2ir2jd4j 9 ай бұрын
Bureka kubesha
@mugishatherence20
@mugishatherence20 9 ай бұрын
Tubwire ukuri non wewe?
@niyomwungerekevin8560
@niyomwungerekevin8560 9 ай бұрын
😅😅😅naturindire tuyakorere azotubera umukozii
@raoulirakoze3031
@raoulirakoze3031 9 ай бұрын
😂
@user-pk4yn9vc2u
@user-pk4yn9vc2u 3 ай бұрын
Uratuheze uku tuko sawa kuriko iwacu muburudi wariru karywe
@aliceakimana1547
@aliceakimana1547 9 ай бұрын
Il ko iyi TV yugara😂harageze
@niyomwungerekevin8560
@niyomwungerekevin8560 9 ай бұрын
Umuntu wese yari a peu pres 10 ,15 million yarashika europe
@manofgod1321
@manofgod1321 9 ай бұрын
Gael ndakurihiye 50
@nestengabi9768
@nestengabi9768 9 ай бұрын
Gaël vyakugoye usanga usigaye utumira umuntu nkuyo. TV yawe bazoyiheba😂😂😂😂
@sawudasawuda2838
@sawudasawuda2838 10 ай бұрын
Yanavyibush
@user-28Gerardineakimana
@user-28Gerardineakimana 10 ай бұрын
Nsomye comantere muramwatatse pe😂😂😂
@nandy662
@nandy662 9 ай бұрын
Icogikamuri
@kevinnsabimana3788
@kevinnsabimana3788 9 ай бұрын
Hama uyo yagiye atazi ikimujanye hama gu compara un pays puissant au monde nuburundi nibaza,c‘est domage et c‘est vraiment ridicule
@user-ni9fm2rc3d
@user-ni9fm2rc3d 9 ай бұрын
Ahubwo ararwaye mumutwe😂
@manasseninteretse8510
@manasseninteretse8510 10 ай бұрын
Nanje 2025 njana KFC muburundi , kandi nzoyishinga mu KIZUKA, Rumonge iwacu
@mukesicatrine2744
@mukesicatrine2744 10 ай бұрын
😂😂
@kalyka4107
@kalyka4107 9 ай бұрын
Urazana sha ibintu bio kubera LFC uzoba ubagemuriye ingwara. Bravo ko wiyumvira iwanyu
@angeburundifggfgg8755
@angeburundifggfgg8755 9 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂
@niyomwungerekevin8560
@niyomwungerekevin8560 9 ай бұрын
Business zi burundi zishobora guhomba d un coup d oeil ukaba umuhimbirii...urabaza abo badandaza bo hiyo
@aliceakimana1547
@aliceakimana1547 9 ай бұрын
Ati muburundi nahantu woba atakazi ufise😂😂😂😂😂ewe disiii mpore
@herveigiraneza
@herveigiraneza 10 ай бұрын
Uvuz ngo mu Burundi udakora,urafungura ukongera ukarih'inzu neza nah'atakazi ubufise???
@niyomwungerekevin8560
@niyomwungerekevin8560 9 ай бұрын
Ba sokuru bacu kugira baterimbere barapambanye....ba sokuru bacu nt relax nta bisukoo...urabon uwo mushatsii
@ndikumagengedidace9914
@ndikumagengedidace9914 10 ай бұрын
Uyumutip,nububeshi gusa vyishi muvyavuga,twe niyoturi mubabirire ndumiwe agereranya ubudagi nuburundi kanda yacu ntiyadusamvya Business muburundi
@mabelengodjuma8771
@mabelengodjuma8771 10 ай бұрын
Wewe umekuwa umeangukia pabaya mzee
@edwardmisigaro3790
@edwardmisigaro3790 9 ай бұрын
Nitwa Edward kumazina banyita. Nukuri nivyukuri ubuzima kwomumahaga buragoye. Ntabesha cane zuravunga kuko hariho abantu batavugukuri.
@alicendayishimiye5369
@alicendayishimiye5369 9 ай бұрын
Ubw ibuja nibwo bworoshe???
@davidkwizera2586
@davidkwizera2586 9 ай бұрын
Uwu mutype arampimbara cane numwe muri bake ashobora kuvuga ivyiza vy'uburundi ari mugihugu hagati .bamwe babibona iyo bageze hanze hari nabandi batigera babivuga.ariko uburundi nibwiza nanje ndavyemeza
@mizerodondivin8076
@mizerodondivin8076 9 ай бұрын
Uwo mutype twarakinanye billard sinar ndamuzi
@user-td3ok1tt1e
@user-td3ok1tt1e 9 ай бұрын
Arabesha cane nimuzohore mumuha ikiganiro
@mugishatherence20
@mugishatherence20 9 ай бұрын
Wewe utabesha uraza utubwire ukuri apana kuvugira mukwaha😛
@mananzizaabdul2689
@mananzizaabdul2689 9 ай бұрын
Uyo jama nimsazi hana akili sawa..sema nimshenzi..anaingea utumbo tuu..naomba siku moja unikutanishe nae..nimpe makavu yake.
@DivineMbonimpa-il3sn
@DivineMbonimpa-il3sn 9 ай бұрын
Bro wewe ,reka guca manota cank ushaka kumenyekana cnk pub Dufis testimony nyishi zaba diaspora bakora vyishi kand bikomey hama harimo ukuri mucowavuze m harico utazi bro ,hama Gael inyungu yawe turayizi kuberiki umugirsha interview nuko uzi poids yohaze na impact Bifise kur TV yawe rero bro aho vyerekana ko utari professional journalist, ub tuvuga ndimuhanga,m nturi professional
@yves7091
@yves7091 9 ай бұрын
😂😅
@niyomwungerekevin8560
@niyomwungerekevin8560 9 ай бұрын
Batinya kwigururimii......nta nikirundazii .....
@alinemunezero3227
@alinemunezero3227 10 ай бұрын
Uwo mutype ngira yagarutse mu Burundi bumucomoyemwo ubwonko . Ngo mu Burundi hararyoshe kwuba ku buryo umuntu yohaba akarya , akanywa , akishura inzu ata kazi afise ??? Turangire aho hantu hano mu Burundi, barya , bakanywa , bakaba mu nzu za gusa , natwe twimukireyo !!!
@appolineniyonkuru9157
@appolineniyonkuru9157 9 ай бұрын
Urimuribake bavugisha ukuri ,nico baguhora
@niyomwungerekevin8560
@niyomwungerekevin8560 9 ай бұрын
Amahera twakoresheje kuva serbie abaye menshi ni 3000$...si menshi
@niyomwungerekevin8560
@niyomwungerekevin8560 9 ай бұрын
Ama unite ni 25€/mois illimite+gutelefona hose ntabeshe
@gervaisthomason4612
@gervaisthomason4612 10 ай бұрын
None ko ataravuga ko umugore wiwe bari bamutwaye anarico catumye ataha ataraririye
@Fitbdi
@Fitbdi 10 ай бұрын
Ukagira amakuru 😂😂😂
@muhirepatrick851
@muhirepatrick851 10 ай бұрын
Reka guhimba inkuru zuburofa wa mbecile we
@gervaisthomason4612
@gervaisthomason4612 10 ай бұрын
@@muhirepatrick851 wewe sinokwishura kuko abantu ntimukunda kwumva ukuri!Kubera iki ikiganiro ca mbere les comments zari desactivés?Kubera iku mukuza yaje atabwiye umugore wiwe ko aza?
@agakwavu9473
@agakwavu9473 9 ай бұрын
Hari ico atavuze umutumire wawe Gaël. Allemagne ufise impapuro, gufungura,kwivuza,kuriha inzu gutembera aho ushaka kw''isi yose,,kuronka ico unywa ikiyeri canke ifanta ivyo kubironka ntibisaba gukora akazi . Ni garanti. Mumbarize aho aherereye ko atirutse nibirenge bigasha ivyo yobironka😂
@niyomwungerekevin8560
@niyomwungerekevin8560 9 ай бұрын
Umuntu wese yagize investissement yo kuja serbie arazi ko yashoye ahadahombaa😅😅😅
@frankbigirimana451
@frankbigirimana451 10 ай бұрын
Ntimumutuke amahanga arahanda kandintabeshe iburundi niheza
@jeankwizera4719
@jeankwizera4719 10 ай бұрын
Nivyo kabisa vuga gusa ahant hos hagoy umutah
@kalyka4107
@kalyka4107 9 ай бұрын
Mu Burundi ni heza cane uhaze.
@panacool978
@panacool978 3 ай бұрын
Ega hari inkintu kinini chane ubona mugihugu cyawe utobona ahandi: possibilité ya entrepreunariat n'ishema. Surtout ubutaka, la terre. Ni richesse nini utobona ahandi... Europe nti wotekereza guhinga, kworora....ubutaka wo bubona he i burayi??
@munanagloire9622
@munanagloire9622 9 ай бұрын
Ati nasanz harahindutse😮... In less than a year😂😂😂 Wonahaba utagira nakazi,uKriha inzu... Uyirihisha iki? Murampa izo tuyoooo😂😂
@ericjohnson315
@ericjohnson315 9 ай бұрын
Gael atakeneye kujabuka nawe nyene 😅 kugira aze arabeshuza bimwe bimwe. Harivyo avuganl vyo ariko nibindi atavyo. Canke atumire babiri bafise points de vue 2 zidasa. Uyu avuga nkumuntu yababaye cane kubera experience atiko ni vie yaciyemwo nukumwunviriza nawe
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 9 ай бұрын
Nayo abasuma baguma birira inoti ngo bariko babakinira ama diri yokuja hanze
@mihigoinnocent711
@mihigoinnocent711 10 ай бұрын
Ahubwo Gaël abantu nkabo uzotuma na tv yaw tuyireka nyamba yaje afise suko abndibose baje bafise uyomutahe wokugurisha ayo ma tv na bar afise rero nazibe ivyiw nivyiw areke abaje gukora bakore hama naw uzorondere abobazananye ubaganirize nabo areke kuvuga ubwoburofa naw ureke kubaza des questions bêtes
@FideleNiyontsinzi
@FideleNiyontsinzi 9 ай бұрын
Wewe TV ya Gael uyiretse, twebwe turi mumahanga turayikunda, erega uvuyemwo canke jewe mvuyemwo akazi kiwe karabandanya. Ubwo nibwo bwabwiyemezi bwabononye mumitwe.
@RegisKwizera
@RegisKwizera 9 ай бұрын
Ahubwo uwo baramuroze justin iki gihugu ico yavuyeyo akiziko nikihi ko atazi no kuramukanya ivyaho abizi gute ko arikigugu ivyaha ntavyazi Justin agende gahoro arabaza yumve uko bimeze 😂
@nijimbereschadrack2304
@nijimbereschadrack2304 10 ай бұрын
Claude wew uri contraria muvyuvuga,uribuka Claude turi muri croitie ndakubwira ko ww atakignda?wew Koko ntakigenda,na Gaëlle ariko agukoresha ikiganiro arabona ko uri umu fou kuri point idasanzw,uno musi harabo mwarikumw Bari kurungika 1500euro kukwezi naw ugaca uja ngaho uhenda abantu ngo amahera wari gukorera ngo ntayo gusevinga woronse!!genda henda abatabizi warihus knd ndazi uravyicuza
@majedalotaibi9350
@majedalotaibi9350 10 ай бұрын
1500euro angn na 1500$$?
@kevinmugisha1293
@kevinmugisha1293 9 ай бұрын
@@majedalotaibi9350 ararenga
@pellancilendihokubwayo
@pellancilendihokubwayo 10 ай бұрын
Kuronka amahera nikimwe kumenya kuyakoresha nikindi uwontazi kujerant amahera umbwiye ko muri 2500euro wosigarana 200 harihoho abariko barungika 1500euro kukwezi wentakirimwo urakabona utashe uzocishishumugani abasize ababo ino.ntamuntu akorera devise yongana nuwukorera amarundi hora ntampanuro uriko uraduha ngaho muburundi turahazi.
@niyoncu
@niyoncu 10 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@kingf1511
@kingf1511 9 ай бұрын
Yarananiw navugish ukuri areke kubesha ko mu Burundi wobaho udakora ukaronka vyose😂😂😂😂😂...ivyo yabisiz iburaya niyo bibarizwa
@regishabarugira9012
@regishabarugira9012 10 ай бұрын
Gaël uzohore utumira abantu bavuga ibintu bizima,uzobanze ubakoreshe interview inbox.That was too early for him kugira aje kuvuga ibintu vyinshi atazi.Nta mpapuro yari bwaronke ngo aronke ubuzi yipfuza bivanye na skills ziwe.Kuronka amahera ntivyoroshe nico gituma ataronka benshi bisaba igihe kinini.Abarundi bareke kwibaza ko ushobora gutunga nk’umuntu yabiteguye il y a 40 ans.
@Dan4real-le2ey
@Dan4real-le2ey 9 ай бұрын
Billard yo mur zanzi ngira niyo bamurogeyeko😂😂😂😂😂🤣ngira Allemagne ntama billard ariho
@allan777able
@allan777able 9 ай бұрын
Umuntu avuka ku muCongomani n'umunyarwandakazi aba umurundi gute???? Uwu nyina niyitwa Mutijima??
@user-28Gerardineakimana
@user-28Gerardineakimana 10 ай бұрын
Oya nnje siheba amafranga angana namrini 100 ngo ngiye mumahanga noyakoreshereza iwacu mu gihugu Kandi ndaziko noterimbere
@eustachesitaki3698
@eustachesitaki3698 10 ай бұрын
Bivana na vision y'umuntu. Uyo mu type yakurikiye agakuku atazi ikimujanye niko nabonye. Ikindi arivuguruza ngo niwe wambere akunda amahera ariko ngo yanse gutora ubukopo nk'abandi kandi bahemba ayo make yavuze yari kuyareka akunda amahera. Arashobora kuvuga ubuzima bwababayeyo imyaka nawe ata na 5 mois yamazeyo. Ngire yari akumbuye kugendera kuri ya jeho kuki yiwe. 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@user-28Gerardineakimana
@user-28Gerardineakimana 10 ай бұрын
@@eustachesitaki3698 😂😂😂😂Ariko reo amahanga ashobora abahanga pe
@eustachesitaki3698
@eustachesitaki3698 9 ай бұрын
@@user-28Gerardineakimana erega n'amahasa imigisha iratandukana
@Aiuoex
@Aiuoex 10 ай бұрын
Uyo muhungu aragwaye mumutwe. Ariko agereranya européen n'igihigu c'uburundi mubijanye n'imibereho!! Ahubwo ntamutima afise. Yarazi ko européen ahashitse amahera azoyatora muri poubelle 🚮 !! Atabanje gucumukura ayarondera !! Iburaya ntamugwayi afungigwa mubitaro ngo yabuze ayo kuriha, iburaya ntamuntu ahasonzera . Kuvayo wavuyeyo kubera waruzi ko amahera atogwa hasi
@AlthrayhGold-qh1ii
@AlthrayhGold-qh1ii 10 ай бұрын
Abarundi mwize gutukukana nkabanya Rwanda kweri iburundi nahambere komuvyanka
@ndayishimiyerichard5680
@ndayishimiyerichard5680 10 ай бұрын
Ni hwerehwere sana. Ahubwo usanga yaraj kuyindi mission
@larissaakimana3384
@larissaakimana3384 10 ай бұрын
@@AlthrayhGold-qh1ii mu burundi haryoshe ufise Amahera ukenye ntiharyoshe wumva wohava gusa
@darcyiradukunda5931
@darcyiradukunda5931 9 ай бұрын
Uyo muntu sintemera ko yashitse allemagne avug ivyo atazi😂😂😂 hoho nyamb yarashitseyo 6mois woba uhejj kubona iburaya uko hameze
@user-cs1tr6yn1k
@user-cs1tr6yn1k 10 ай бұрын
Hahomvye abawe bagiye babona ubaturako amaguru!!!!Ntuzi ico ushaka muhu.Kubitigwa aho ntakundi
@gracentirampeba604
@gracentirampeba604 9 ай бұрын
Ego vraiment nibazako abiwabo bababaye. Umuntu akiri muto gutyo!
@YvesNdayizeye
@YvesNdayizeye 9 ай бұрын
Amahanga arahanda muta ntakujandajanda ntajana ninkonda ahubwo korakazi
@fabricesimbare5549
@fabricesimbare5549 9 ай бұрын
Umuserveur amuhemba ama € anagah konkubitits amp akazi? J damwmera uwomusaza nkewara nankorer umuti😂
@christainc.5217
@christainc.5217 9 ай бұрын
😂
@tygauzy
@tygauzy 10 ай бұрын
😅😅 mbere ndamutwe Just Gael uwo mujama twarabanye ahantu bita bad falling arko yaje ino umengo arafise agacent mumutwe. So nukuvuga k yaje ino atiyumviriye injira ajemwo nukuvuga ko yaje munzira itazi namategeko ataje nkuwuje mûri tourisme mwico gihe uje uciye miminyuro utegerezwa kuca mwikambwi bakakugirira procédure... ariko uhejej procédure ubaho good bro baraguha inzu yiwaw ugahabw akaazi ka bien ubu man ndakubwij ukuri jewe maze 1ans mubudagi nararose impapuro kandi mperuka kugura nahantu ha 40millions reo uwo mujama nirofa nico gituma aguma ashaka ibiganiro kubwo kwicuzaaaa
@kenny-gofficiel8287
@kenny-gofficiel8287 10 ай бұрын
Rek kubesha abantu😅
@gcwavey4099
@gcwavey4099 10 ай бұрын
Reka kubesha 😢. Umaz umwaka umwe NGO waronse 40millions reka kubesha. Jew ndahamaz plus de 12 ans ndazi kubesha ivyo uvuz
@pp-wd9qq
@pp-wd9qq 10 ай бұрын
Gezaho
@francescafrancesca8901
@francescafrancesca8901 9 ай бұрын
​@@gcwavey4099😂😂😂😂 none twemere ivyande duhakane ivyande?😂😂😂
@jennyirakoze5406
@jennyirakoze5406 9 ай бұрын
1. The interviewer is doing bad. You’re supposed to be neutral when interviewing. But you’re gaslighting this guy. 2. Going to any country in the world illegally, it’s extremely hard at the very beginning. Go to Kenya or any neighboring country illegally and see what kinda experience you’re get. 3. How is Burundi better when people are starving? Let people be man. If they want to go search life elsewhere, let them. People have totally different experiences where they are.
@derrickirakoze8343
@derrickirakoze8343 9 ай бұрын
Uyo muhungu ntibipanze neza mumutwe aciye akwishuza imbere ya camera
@annemarie971
@annemarie971 9 ай бұрын
Ingorane za ba jeunes bazi ko mu bazungu amafaranga yandagaye Wapi Au moins 3 ans d adaptation Nawe ngo yaragiye kuyora atunge Ingo zibiri😂😂😂 Bagenda bahari ka Ugatutse aca yicara agatima akarondera Ata raja hanze aguma arota
@mugishatherence20
@mugishatherence20 9 ай бұрын
Ibaze kumara 3ans urindiriye ngo uzomera neza kandi ubona ubuzima urimwo buri hasi cane kuruta ubwo wobamwo uri mu burundi. Umwe wese aba afise choix yiwe kandi imworohereza ariko kandi ntaho uzova muri africa ngo uzoshike woroherwa mugihe ata muntu yagufashe ukuboko ngo akwakire abe aragufasha ubuzima bw'intango
@bamberic248
@bamberic248 9 ай бұрын
Usubiriy kuzana iyo mbonerakure?
@hidjadejong004
@hidjadejong004 9 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😅😅😅🙌🙌🙌🙌ngo imbonerakure😂😂😂
@teddyciza9995
@teddyciza9995 9 ай бұрын
Waruz ushika uyora?😂
KINDNESS ALWAYS COME BACK
00:59
dednahype
Рет қаралды 124 МЛН
I wish I could change THIS fast! 🤣
00:33
America's Got Talent
Рет қаралды 118 МЛН
当小孩上学后,路飞太开心了#海贼王#路飞
0:25
路飞与唐舞桐
Рет қаралды 5 МЛН
Гениальный План Хвостатых 😂
0:28
ДоброShorts
Рет қаралды 1,7 МЛН