No video

Inyigisho zatanzawe na Pasteur Isidore MBAYAHAGA ku munsi wa gatatu w'amasengesho yo gushimira Imana

  Рет қаралды 82,089

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Tereza w'i Kalkuta ati: "Imana siyo yaremye ubukene, ahubwo nitwe twaburemye kuko twanse gusangira ivyo dutunze". Ni ryo nshimikiro ry'inyigisho zatanzawe na Pasteur Isidore MBAYAHAGA ku munsi wa 3 w'amasengesho yo gushimira Imana. Yashimikiye kukwibuka abashonje, gufasha aboro ko ari vyo biranga umuntu w'intungane. Kubw'uwo mu pasteur, ngo umutunze nyawe ni uwibuka gufasha no kuzamura ababanyi biwe.

Пікірлер: 38
@user-le1ng2xn6o
@user-le1ng2xn6o 4 ай бұрын
Amin...
@user-rs6gc5lu5p
@user-rs6gc5lu5p 5 ай бұрын
Nivyo pe
@CyizaFoster
@CyizaFoster 5 ай бұрын
Mukozi wimana imana lguhezagire ❤
@signolinenikiza3710
@signolinenikiza3710 Жыл бұрын
Mukozi w,Imana uvugukuri iminsi yose ubutumwa bw,Imana utanga buranyubaka cane.Muhezagirwe caaane
@etiennensanzamahoro3393
@etiennensanzamahoro3393 Жыл бұрын
Banutse kubera ubwo butumwa bwiza bwabacumise ku mutima ariko ivyo bakora vyose nibumve hakiri kare kuko bazohiga uwubaha ubwo butumwa bamubure iyo nimburi
@bebrineniyonkuru3737
@bebrineniyonkuru3737 Жыл бұрын
​@@etiennensanzamahoro3393❤
@ephraimkabura5664
@ephraimkabura5664 5 ай бұрын
Akoreshejwe n'Imana
@ByiringiroAlexson
@ByiringiroAlexson 3 ай бұрын
Amen
@user-le1ng2xn6o
@user-le1ng2xn6o 4 ай бұрын
Imana igume igusiga amavuta...
@nihimbazweofficial4759
@nihimbazweofficial4759 Жыл бұрын
Ndafashijwe gumamo ubabwire tugeze mubihe birusha
@Ev_joselyne_official
@Ev_joselyne_official Жыл бұрын
kzfaq.info/get/bejne/oMuae692kpm7qWg.html Yesu ashimwe mwenedata nongeye kukwinginga ngo dufatanye ibihe byiza mu ijambo ry'Imana *-Abantu benshi ntabwo basenga nkuko bikwiriye kurikira nkubwire uko Yesu yabivuze* *-Niba ukunda gusenga hano uramenya neza intambwe zikwinjiza mubihe byiza byo gusenga* - *Ntibishoboka ko usenga utanyuze mu kuri no mumwuka* bana nanjye duhabwe umugisha mu ijambo ry'Imana
@donatienkanyabwero6174
@donatienkanyabwero6174 Жыл бұрын
Reality
@aimecesaire7197
@aimecesaire7197 Жыл бұрын
Inyigisho nziza nkizo zirakenewe nacane cane mubantu nkabo kuko ivyo wavuze Isidore wabivuze hageze
@leopoldyamuremye6127
@leopoldyamuremye6127 Жыл бұрын
Twari twakurindiriye ngotwumve amajambo yawe
@nzoyisabakevin7512
@nzoyisabakevin7512 9 ай бұрын
Uvuzeamajambo yukuri nuhezagigwe
@JohnByamungu-jp5xs
@JohnByamungu-jp5xs 3 ай бұрын
Murakoze. Imanaibaheumugisha
@m.mabeba1972
@m.mabeba1972 Жыл бұрын
why should i give u what i have? is there any rules tell me that i have to give u from what i have? is anything wrong if i don't give u from what i have? i'm just saving for my kids future & my retirement. is there anything wrong that i am doing?
@samuelintwari5850
@samuelintwari5850 Жыл бұрын
Ko mbona abantu bari barakaye kandi inyigisho ari nziza 🤣yakubise ahababaza.
@mutabazisaidsaidmutabazi3172
@mutabazisaidsaidmutabazi3172 Жыл бұрын
Kii
@TharcisseIyakaremye-so5mw
@TharcisseIyakaremye-so5mw 9 ай бұрын
Ndabakunda cyane mwampaye adress
@irakazaeriekim4753
@irakazaeriekim4753 Жыл бұрын
Asante
@emmanuelburaga-gd9
@emmanuelburaga-gd9 3 ай бұрын
Umu Pasteur ukenewe muriyiminsi ❤
@franckniyukuri
@franckniyukuri Жыл бұрын
Komera kwibanga
@hassanleeajeneza2613
@hassanleeajeneza2613 Жыл бұрын
Bwira uyo muntu yaje nkabasilam ko azopfa urupfu rugayitse rwagasuzuguro kuko yasuzuguye uhoraho imana.waislaam tuna mungu wetu na makafili Wana mungu wao.tuna dini yetu na makafili Wana dini yao
@elvispozes635
@elvispozes635 Жыл бұрын
Wacha masiala bwana alikua namuhaliko
@evaristendayishimiye3430
@evaristendayishimiye3430 Жыл бұрын
NDABARAMUKIJE MWESE TURIKO DUFASHA ABANTU GUKIRA INDWARA ZIDAKIRA IYO UGIYE KWAMUGANGA TURAZIVURA ZIGAKIRA NEZA 1.KUTARANGURA AMABANGA YABUBATSE NEZA UTARENZA 2~5min 2.KUTAGIRA UBUSHAKE KUBAGORE 3.AMAZI MUGITSINA 4.KUGIRA IBIVYIMBA MUNDA 5.KUTAVYARA BIVUYE KURI ACIDE BAFISE MUMUBIRI 6.ESTOM 7.AMIBE 8.UMUTIMA 9.DIABETE 10.CANCER 11.KUZURINDA 12.AMASO 13.AMENYO 14.ASMA 15.IGITIGU 16.UMWINGO(IKIMIRONGO) 17.IMITSI IVYIMBA 18.KWISINZIRAKO 20.KURIMBA MUMAGUFA 21.UMUGONGO 22.HEPATITE ABC 23.UMUSIPA 24.AMAPFIGO 25.UBUVYIBUHE BURENZE UFISE IMWE MURIZO CANKE NIZINDI TUTANDITSE TUHAMAGARE KURI +25767909718
@user-ez4sd9oo8s
@user-ez4sd9oo8s 6 ай бұрын
Mu
@tsindarwanda
@tsindarwanda 5 ай бұрын
Umva nubundi kzfaq.info/get/bejne/d6pjn8VhtM2ynIE.htmlsi=r5gx0gqOwaUAgQxx
@ntiranyibagirafloride1107
@ntiranyibagirafloride1107 Жыл бұрын
Q j'y
@mireillenirera3351
@mireillenirera3351 Жыл бұрын
KO bakanye none
@JohnByamungu-jp5xs
@JohnByamungu-jp5xs 3 ай бұрын
Iyaba abakozi bosebavigankawe ubutunzi bwakuyeabanu mugakiza koko
@irakozepaul6058
@irakozepaul6058 Жыл бұрын
Amen
@nzoyisabakevin7512
@nzoyisabakevin7512 9 ай бұрын
Uvuzeamajambo yukuri nuhezagigwe
@iratubonastam2248
@iratubonastam2248 9 ай бұрын
Amen
@girukwishakaclaudine5374
@girukwishakaclaudine5374 Жыл бұрын
Amen
@nzoyisabakevin7512
@nzoyisabakevin7512 9 ай бұрын
Uvuzeamajambo yukuri nuhezagigwe
WHO CAN RUN FASTER?
00:23
Zhong
Рет қаралды 43 МЛН
Comfortable 🤣 #comedy #funny
00:34
Micky Makeover
Рет қаралды 17 МЛН
Schoolboy Runaway в реальной жизни🤣@onLI_gAmeS
00:31
МишАня
Рет қаралды 3,3 МЛН
Pool Bed Prank By My Grandpa 😂 #funny
00:47
SKITS
Рет қаралды 19 МЛН
UKURI KOSE ARAKUVUZE ,IKIVYINVYE KIMENEKE
38:44
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 66 М.
WHO CAN RUN FASTER?
00:23
Zhong
Рет қаралды 43 МЛН