No video

UKURI KOSE ARAKUVUZE ,IKIVYINVYE KIMENEKE

  Рет қаралды 66,255

HUNGA ICAHA MINISTRY

HUNGA ICAHA MINISTRY

Күн бұрын

#*Pasteur Isidore MBAYAHAGA +257 68235604#*

Пікірлер: 79
@Israelmboni
@Israelmboni 4 күн бұрын
amena amena areruya imana ikugirireneza kuko uvuze ukuri komerezaho imana ikongerere amavuta amena areruya
@asifiwedaniel4815
@asifiwedaniel4815 2 жыл бұрын
Vy'ukuri uvuga ukuri kuzuye..icompa ubu butumwa bukaba mu mitima yacu..; Imana nishimwe ku bwawe Pasteur Rehoboth ikurindire mu buntu bwayo kuko ndazi neza ko hari nabakozi b'Imana badashigikira ukuri kuri muri wewe..ariko courage bandanya unyegurura.
@girukwishakaclaudine5374
@girukwishakaclaudine5374 Жыл бұрын
Gusa tugusabira can twebwe kugira Imana yomw'ijuru igomeze can kuko amajambo uduha avyura imitima myishi iri muri gihenomu Nukuri Data ahari mw'ijuru ahabwe icubahiro nukuri Amen
@julesniyonkuru7059
@julesniyonkuru7059 2 жыл бұрын
Yemwe psteur yubahwe kd Imana imuhe inkomezi turamukunda kuko avuga ukuri kwivyo tubayemwo
@izuwayonestor3646
@izuwayonestor3646 2 жыл бұрын
Urakoze Mbayahaga Isidore Imana Igufashe cane gusobanukirwa.
@ukurikwabibliya6007
@ukurikwabibliya6007 2 жыл бұрын
Kabisa uhezagigwe cane YESU akongerere amavuta
@TharcisseIyakaremye-so5mw
@TharcisseIyakaremye-so5mw 9 ай бұрын
Imana ishimwe cyane ndabakunda cyane
@carinesabukunze8874
@carinesabukunze8874 2 ай бұрын
Urakoze canee 🙏🙏🙏🙏👏👏
@hyacinthemahoro-pi7vr
@hyacinthemahoro-pi7vr 9 ай бұрын
Yesu aguhe umugisha ndagukunda uvuga ukuli,Uzi kugirango ubonane na paster ni protocol itoroshye!kd Yesu yicishaga bugufi!ikinyoma kwifuza indonke....yesu adutabare😢
@user-os2tz8db8i
@user-os2tz8db8i 11 ай бұрын
Nijambo ryamavuta ukomere kukivi uwuvugira arahari nashaka kumubaza ijambo ryo kuvayo 20:8 icarivugako kuko Imana yaduhaye ivyagezwe 10 ngo tuvyitondere hakaba ivyahinduwe
@oliviernduwimana5254
@oliviernduwimana5254 2 жыл бұрын
Ukuri kwuzuye kbsa.🤩🤩🤩
@nibwobumanatv2826
@nibwobumanatv2826 2 ай бұрын
Blessings pastor , greetings from Rwanda🎉
@user-rd9cs2pk4z
@user-rd9cs2pk4z 7 ай бұрын
Imana idushoboze mukuyikorera mukuri.Murakoze cn Mukozi wi Imana,
@NiyomugaboEugene-qk6my
@NiyomugaboEugene-qk6my 8 ай бұрын
Nukuri ndi umunyarwanda arko ndagukunda! Kndi umuntu wese ubasha guhagarara imbere yabantu akwiye kubwira abantu ukuri ko icyambere ari ubugingo kndi tugahora twiteguye ko yesu azaza nibwo butumwa kwizera yesu kristo bakamwizera!
@JohnByamungu-jp5xs
@JohnByamungu-jp5xs 3 ай бұрын
Imanaibaheumugisha ugizeaho unkuyenahoushize👏
@chellaniyinshoboza9146
@chellaniyinshoboza9146 2 жыл бұрын
Abakozi b'Imana bavuga ukuri mwiki gihe barakenye Imana ikwongereze inkomezi ukomeze uyivugire izoguhemba
@claverndayishimiye2852
@claverndayishimiye2852 2 жыл бұрын
Protection y'Imana ibe kuri wewe, yewe Mukozi w'Imana. ❤️❤️❤️
@user-qu3dc4rj6p
@user-qu3dc4rj6p 7 ай бұрын
Urakoze cyane paster inyigisho zawe zigira akamaro kenshi🙏🙏
@user-ny9kg3sr4l
@user-ny9kg3sr4l 7 ай бұрын
Amen
@fidelehabimana9792
@fidelehabimana9792 9 ай бұрын
Ndagukunda rwose,Imana iguhe umugisha Mushumba❤
@angestecy6093
@angestecy6093 2 жыл бұрын
Imana iguhezagire mukozi w'lmana uratubwiye hasigaye ahacu.
@fistonnkndegea9543
@fistonnkndegea9543 7 ай бұрын
Pst ndagukunda cane gose
@fleuryb8706
@fleuryb8706 2 жыл бұрын
Uyu mutama yubahwe😀👋
@revprjuvenalndayishemeze7354
@revprjuvenalndayishemeze7354 Жыл бұрын
Ijambo ryiza cane
@thierry3318
@thierry3318 2 жыл бұрын
Imana ibahezagire
@nestorvyamungu1313
@nestorvyamungu1313 Жыл бұрын
utubwie neza cyan, ukomez ukomezw na Nyagasani
@paulyamuremye7081
@paulyamuremye7081 Жыл бұрын
Pasteur n'ukuri maz'indwi 2 ndakukurikirana,uratang'umuti pee uramfashije nukuri uriko ungirira operation ndabishimira IMANA.ndabasabe mudusengere twari twataye agakiza.Nanje namea ndi ku mavi nsaba IMANA ingwanirire kuko ndi muntambara ntokwishoboza kuyinesha. Murakoze cane kumasengesho mugiye kudusengera.muhezagirwe cane
@kimeregyslainbi
@kimeregyslainbi 2 жыл бұрын
Imana igukomeze kubw'Ubutumwa bwiza udushikiriza.
@samsonmuragizi4701
@samsonmuragizi4701 2 жыл бұрын
Amen Amen 🙏🙏🙏 Ubarikiwe sana mutumishi wa Mungu
@fulgencetuyisenge7208
@fulgencetuyisenge7208 Жыл бұрын
Neza cyane kuko muravuz'ukuri
@jeanclaudeniyonizigiye5639
@jeanclaudeniyonizigiye5639 2 жыл бұрын
Mutubwre aho iri shengero titumbereye
@hungaicahaministry3747
@hungaicahaministry3747 2 жыл бұрын
NGAGARA QUARTIER 10 AVENUE NYABISINDU
@hungaicahaministry3747
@hungaicahaministry3747 2 жыл бұрын
ÉGLISE VISION DE JESUS CHRIST
@etcexpert_topoconsult5306
@etcexpert_topoconsult5306 2 жыл бұрын
Ndagukundira ukuntu wama uvuga la réalité y'ubuzima twamamwo aha mwisi🤣🤣
@fredtv5337
@fredtv5337 2 жыл бұрын
A Adventist church yumve ayamajambo bareke iryane
@charlesgatete6033
@charlesgatete6033 2 жыл бұрын
May God bless you so much man of God
@levissinzoyiheba2380
@levissinzoyiheba2380 2 жыл бұрын
Imana ishimwe cane
@plannzuguru2825
@plannzuguru2825 2 жыл бұрын
Mimi ni Mtz Huyu mchungaji namkubali sana, japokuwa kirundi sikijui sana
@hungaicahaministry3747
@hungaicahaministry3747 2 жыл бұрын
Asante sana ndugu
@MTheoTV
@MTheoTV 7 ай бұрын
Ningira amahirwe yo kugera i Burundi nzoteranira mu ishengero ryawe
@marcelnkomo1539
@marcelnkomo1539 2 жыл бұрын
Ni inkebuzo kuko ndashima ingene ushikiriza la vraie morale de la société kandi ubandanye turagukeneye. Imana iguhezagire muvandimwe
@niyonsabagenevieve6261
@niyonsabagenevieve6261 Жыл бұрын
Ndakunda ubutumwa bwawe uracari uwambere kubutumwa bwiza
@leonidasbuntu789
@leonidasbuntu789 2 жыл бұрын
Ubutumwa bwiza bw umwuzuzo.
@JaphetNirandekura
@JaphetNirandekura Жыл бұрын
Bakwanke mugabo ubabwizukuri
@nindamutsajosiane-cj4yi
@nindamutsajosiane-cj4yi Жыл бұрын
Uko nukuri
@christophenzohabonayo6871
@christophenzohabonayo6871 2 жыл бұрын
Turashimwe inyigishozawe 90% nukuri ariko harico ngomba kuntahuza mbega niryari umuntu avuga ATI YESU ashimwe ryari tuvuga IMANA itubabarire mudufashe canke IMANA ishimwe mumpe umuco harinibindi atubwira ntemeranya cane Nawe ndasavy umwanya kugira untahuze
@andremisago8023
@andremisago8023 2 жыл бұрын
Nejerejwe ni jambo twigishijwe, Umuvugabutumwa Imana imuhezagire Nagira rero nterere gato, mbonyeko abihana baza bagahagarara imbere gusa nyuma bakabasengera, Nasaba ko abakozi b' ishengero ubutaha bobatega ugutwi umwe umwe bakatura ivyaha vyabo kugira babohoke, kuko ntushobora kubohoka ku caha utacaturiye umukozi w Imana. Ikindi icaha kifita imbaraga zidasanzwe kuburyo bw uko utacatuye bicorohera kukwizingirako ubugira kandi ariko iyo wacatuye uba umenye ibanga rya Satani. igihe cose umuntu ataratura icaha ciwe aba akiri umunyamabanga wa Satani Soma Yakobo 5:16 Kwaturiranira ivyaha niyo nzira yonyene yogukira ivyo vyaha umuntu yahora akora akabigenderamwo.
@MTheoTV
@MTheoTV 7 ай бұрын
Ntekereza ko KZfaq bite we n'iminota mike uko biri kose uyu mugabo arimo ubwenge bw'Imana buriya no Kwatura birakorwa cg se wenda niko Uhoraho(Uwiteka) yamutegetse .Mu Rwanda turabakunda cyane.
@nzeyimanaagnes7300
@nzeyimanaagnes7300 Жыл бұрын
Uhezagigwe mutumishi uvuzukuri kabisa nahacu kweri
@100miyamacho7
@100miyamacho7 2 жыл бұрын
Ndafashijwe
@cedrickadafi6140
@cedrickadafi6140 2 жыл бұрын
Urimvugakuri mukorera hehe
@user-cy1mj1qu4s
@user-cy1mj1qu4s Жыл бұрын
Amen Amen 🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮
@HeritierKezakimana-hs7oh
@HeritierKezakimana-hs7oh Жыл бұрын
Very good
@ngabeernest4072
@ngabeernest4072 Жыл бұрын
Murahoneza? Uranezezacyane ndagukundarwosee imana ikwongerere impano nokwizera.
@TharcisseIyakaremye-so5mw
@TharcisseIyakaremye-so5mw 9 ай бұрын
Ndumunyarwanda ndifuza nimero zanyu
@fundi_feli6299
@fundi_feli6299 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🙌🏼🙌🏼 Uhezagirwe cnee Pasteur
@faidandamukunze157
@faidandamukunze157 2 жыл бұрын
urigishaneza turikumwe ndukeneyeinimeroyaweyafone murakoze
@kanyangemimi5953
@kanyangemimi5953 2 жыл бұрын
Balikiwa
@zawadinduwimana
@zawadinduwimana 6 ай бұрын
Noe dukorik
@milym2713
@milym2713 2 жыл бұрын
🙏🙏🙏👋👋🙌🙌🙌amen💝💝
@josephnindabira7875
@josephnindabira7875 2 жыл бұрын
Hezagigwa muvyeyi
@lionelbandyatuyaga4326
@lionelbandyatuyaga4326 2 жыл бұрын
Babwire
@emerynimbona1730
@emerynimbona1730 2 жыл бұрын
Uko ni ukuri kwose
@marielouiseumutoni6551
@marielouiseumutoni6551 2 жыл бұрын
Iri jambo rifise akanovera kabisa
@eliasmpozamarira2536
@eliasmpozamarira2536 2 жыл бұрын
UVUZUKURI MUTAMA PASTOR ABIBONE NIBESHI CANE, NONEHO MWIBIBIHE HADUTSE NABAGUNGA ABAPFAKAZI NI PFUVYI KANDI BITWA BAPASTOR,BAREVERA BABISHOPU NIYANDI MAZINA NTIRIWE NDAVUGA, BISIGAYE ARAMAYOBERA,
@angeaudreynimenya2401
@angeaudreynimenya2401 2 жыл бұрын
Shalom. Muri Romains 10: 9-10 Kuvuka ubwa kabiri bizera mu mitima bakatuza akanwa! Noe ko batatuye n akanwa kabo ko Yesu ari Umwami n' Umukiza w'ubuzima bwabo abo benedata??
@marcelnkomo1539
@marcelnkomo1539 2 жыл бұрын
Mbe ko utambara impeta yo gusezerana n-umufasha wawe! Hari akanenge wabonye muri iyo mpeta y-isezerano. Nifuza ko woyambara kuko wama wamushize imbere mu ubutumwa bw-imiryango imana yaba yaguhamagariye! None ntayo wigeze wambara???
@manirakizadidier8112
@manirakizadidier8112 Жыл бұрын
Jewe mbona wigisha neza ! Ariko ivyo wigisha ubihere iwawe!! Wa mupfakazi yakwitwarira urabanza umutunganirize umugirir impuhwe. Ikindi urivanga cane muri politique kandi ivyo vyica ubutumwa bwiza!!! Wigish ariko nibaza ko ubutumwa bwa mbere buhera kuri twebw nyen
@izuwayonestor3646
@izuwayonestor3646 2 жыл бұрын
Ariko wewe nokubona gute Muvugabutumwa?MPa Whatsapp yawe.
@richardmanirakiza3756
@richardmanirakiza3756 2 жыл бұрын
Iri shengero riri amaja hehe?basenga ari dimanche??
@hungaicahaministry3747
@hungaicahaministry3747 2 жыл бұрын
Ngara Q10
@marielouiseumutoni6551
@marielouiseumutoni6551 2 жыл бұрын
Ukuri kudateye amazi
@felixnfoley1791
@felixnfoley1791 2 жыл бұрын
Impà ñumero
@fleuryb8706
@fleuryb8706 2 жыл бұрын
Subsribe ngiriyeko nshirako.
@umusarabatv8746
@umusarabatv8746 2 жыл бұрын
Yooo,🤔😭💔 ikuzimu 😭😭 mbegukuntu ikuzimu hateyubwoba 😱 ihangane urebe iyi video rebukuntu mwijiruru bizaba bimeze nshuti yumusaraba biteye ubwoba. kzfaq.info/get/bejne/jNVonLt11rC8d58.html
@ericndihokubwayo6830
@ericndihokubwayo6830 2 жыл бұрын
Amen
THEME : UMUGORE W'AGACIRO
50:49
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 3,2 М.
ROLLING DOWN
00:20
Natan por Aí
Рет қаралды 10 МЛН
КТО ЛЮБИТ ГРИБЫ?? #shorts
00:24
Паша Осадчий
Рет қаралды 1,4 МЛН
黑天使遇到什么了?#short #angel #clown
00:34
Super Beauty team
Рет қаралды 45 МЛН
Gli occhiali da sole non mi hanno coperto! 😎
00:13
Senza Limiti
Рет қаралды 18 МЛН
UMUTIMA WO GUSHIMA IMANA
38:44
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 26 М.
Intigisho n'a patiri Olivier IRAKOZE faire s ABONER, PARTAGER, J'AIME COMMENTER.
50:50
CHORALE SAINT AUGUSTIN PAROISSE KIROMBWE
Рет қаралды 4,5 М.
IYABA UVYIBUKA NTUBA USUZUGURA ABANDI
1:05:42
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 34 М.
KIKUVISHA AMARASO BAGUMA BADUHA AMASUMU DUTWENGA NABO TUBIZI #MBAYAHAGA Film
1:00:02
NDABIZI NAWEWE AMAKURU Y'IY'IMPONGO NTAYO WARIBWUMVE. IMANA N'UMUHANGA
1:31:17
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 39 М.
ROLLING DOWN
00:20
Natan por Aí
Рет қаралды 10 МЛН