No video

KARABAYE: AMARASO agiye kumeneka ari menshi i BURUNDI! Perezida Evariste../Agathon RWASA|| UBUHANUZI

  Рет қаралды 129,002

ISEZERANO TV

ISEZERANO TV

Күн бұрын

Hari igitekerezo, ubuhamya cyangwa inyunganizi ushaka kuduha cyangwa hari inkuru n' inyigisho ushaka gusangiza abandi watwandikira cyangwa ukaduhamagara kuri + 250 788 393 934
PLEASE LIKE & SUBSCRIBE FOR MORE.....
#Abel_0785864705

Пікірлер: 302
@vivianengurinzira3626
@vivianengurinzira3626 2 жыл бұрын
Back to sender in Jesus name. uvuguruje abandi bahanuzi bahanuye ibyamahoro kuburundi. Imana ntizobikora ibyuvuze nibyifuzo byawe gusa.ushindwe katika jina la Yesu
@user-ke5xt7et3d
@user-ke5xt7et3d 5 ай бұрын
Ahubwo nibibe kuko hagez kure
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine 5 ай бұрын
Hh wewe urabona amahoro azocahe kugira aboneke
@Paul3Ntira
@Paul3Ntira 2 ай бұрын
Vyarivyo gusa iryorangi ntirigaragaza uvugishwa n'IMANA mube muvuga ibigaragaza uwuriwe
@user-mg3cl8uj4e
@user-mg3cl8uj4e 2 жыл бұрын
Ndagutahura Mukozi W'Imana gusa Imana itugwanirire iduhe kwihana maze Imana iturengere bivuzwe kenshi cane abanyamwuka turavyumva pe
@470aflo5
@470aflo5 5 ай бұрын
Wewe Imana ikubabarire,urunva ntahandi wohanurira Atari muburundi ,ihende uhanurire u rwanda urabe KO batarara bakwishe,uraza uduhanurire uri mugihugu,urumuswa
@DivineNiyonkuru-f5x
@DivineNiyonkuru-f5x 25 күн бұрын
Imana ikwongere amavuta cane Hama uwiteka azampishe mumababa yiwe numuryango wanj bikund nzakomez kuyikorer nkuko nsamzw nbikor imp kwezwa gose nukwihan jugez Aho uwiteka ashaka kunyishimir nzapfe mbony amasezerano nabwiy nabahanuzi buhoraho kul iteramira ijambo yavuze knd Imana atarumubeshi
@babybunnyblessing3736
@babybunnyblessing3736 2 жыл бұрын
Ibyo wifuza wamugomewe wamaze Abana bumugore wawe ubica none Ugarutse wifuriza iguhugu cyakubyaye Intambara wa dayimoniwe puuuuuuuu Ntuze usubire kuvuga Imana kandi Nabanyamakuru baguha ikiganiro nabo ninkawe
@rosemarienkumbiri9878
@rosemarienkumbiri9878 2 жыл бұрын
Imana itube hafi iturwanirire. Ize iduhishe mu mababa yayo. Niyo izi ikibereye co gukora kuko ntawurwanya ishaka ry'Imana.
@lboirentahomvukiye8579
@lboirentahomvukiye8579 2 жыл бұрын
Kuber'iki Honorable agathon Rwasa uvuzeko Imana Imugereranya navDawidi ga Abert
@evelyneziganya9713
@evelyneziganya9713 2 жыл бұрын
Ntakuntu vyorya wewe numuryango wawe !burigihe uhanura ibintu bibi mugihu cacu ! Imana iradukunda izaturengera !
@aimablenibaruta168
@aimablenibaruta168 4 ай бұрын
Ham Uyumukozi wimana muzomubwire muti iyo akorera siyo twe dukorera iyo dukorera idufiseko amasezerano meza Kuko ivyiyumviro itwiyumvirako sivyivyago ariko nivyamahoro kgra iduhe ivyizigiro vyakazoza kacu.Amen
@prudendayikeza2694
@prudendayikeza2694 Жыл бұрын
Imana itubabarire kandi iduhe umutima umenets nukuri jewe unsengere imana impindure rwose imparire cne
@rooroom3067
@rooroom3067 2 жыл бұрын
Imana ikunda abarundi kobagiyekubamumahoro
@menyautahure1251
@menyautahure1251 2 жыл бұрын
PASTEUR, Loti ntiyarimburanywe n'umurwa, Imana yaramurikoye umugore wiwe niwe bageze munzira yahindukiye yahindukiye ahinduka inkingi y'umunyu.
@prudendayikeza2694
@prudendayikeza2694 Жыл бұрын
Imana ikongerumugisha igihe cose uzamara kw'isi ya rurema
@iradukundadiotreph2410
@iradukundadiotreph2410 17 күн бұрын
Ariko wewe hako uririra Imana ngo itare u Burundi ,ushaka ko umenyekana ushigwe hejuru uhabwe icubahiro !! Takamba Imana igire imbabazi.
@kwihanganacharles-cu3ep
@kwihanganacharles-cu3ep 5 ай бұрын
ese nkaka kagabo kahunze amahoro nn ngak ng nagahanuzi sh ntuzohera hiyo uzogaruk ivyo vyose uvuga tuzobikubaza knd uwurik atagukorezh mugucafuza Iman nogihu cayo uzokivuga nyakubwirwa nimisi
@user-kd2tn6et8l
@user-kd2tn6et8l 8 ай бұрын
Umunwa wawe ugaragako urumogi rwishi! Ngaho inkoni Y'Imana irakurimbura !Kuko Uriko urarogota Umuriro w'Imana uguturire MW'IZINA RYA YESU KRISTO Yabambwe!
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine 5 ай бұрын
Ivyo lmana yavuze birashitse mwavyemera mwareka ukuntu mupinga ndazi komugiye kubibona😊
@rgtv7864
@rgtv7864 Жыл бұрын
woe utuka umuntu w'Imana bibaye arukuri wa mututse ibyo bitutsi byose wajyahe ko mutazi gucunga iminwa yanyu
@gahunguemmy9524
@gahunguemmy9524 Жыл бұрын
Sha nanje sinumva ubuhanuzi bwawe kbs Paster yisiga mukorogo kwel urababaje
@user-lt2qh5dj1b
@user-lt2qh5dj1b 4 ай бұрын
Asant sana mukozi Wimana umwami akuzogame pe Kandi izobisitsa kuko naje harico nerezwe Kandi carasohoye narakibwiye abantu kitaraba kibaye nongera ndakibibuca Kandi baratangaye pe nivyo bizotegerezwa gushika kuko uburundi amaraso yinzira karengane imana irayabona Kandi yasigaye igihe gito igatabara uburundi nabarundi
@BerchmansMinaniJean
@BerchmansMinaniJean 4 ай бұрын
Komera bwana pastor.
@ThomasBukuru-hj6ly
@ThomasBukuru-hj6ly 5 ай бұрын
Wamugabo we,umwansi aguciricobo, imana ikagucira icanzo. Ivyo uvuga nivyipfuzo vyawe, imana rugiravyose abarundi dusenga ijoro numutaga, tuguma tuyisaba yuko ishaka ryayo ryoranguka.uraguma wibuka yuko imana atarumuntu.
@SeraphineManirambona-ss2oq
@SeraphineManirambona-ss2oq Жыл бұрын
Rekareka Imana iturinde Ayo makuba izotuzigame
@enfantdedieu4347
@enfantdedieu4347 2 жыл бұрын
Ndumiwe!! Ngo bisohore?? Biburizwemo mu izina rya Yesu.!!
@kanyangemimi5953
@kanyangemimi5953 Жыл бұрын
Amen
@bukeyenezajeanbosco
@bukeyenezajeanbosco Жыл бұрын
Sinemeranye namwe urumubeshi uburundi igihugucance kizama gitekanye Kandi kizama giterimbere umwasiwacu nisatani nawe yesu Kristof yaramunesheje twizeyimana ishobora kudutabara
@mmakki2106
@mmakki2106 Жыл бұрын
Imana iturengere idutabare iduhishe mumababa
@LeopoldNbey
@LeopoldNbey 4 ай бұрын
Wewe reka gutuka Imana. Niwerekwe ivyo murwanda kuko ivyo muburundi ntibikuraba. Uwo mutwe wawe wuzuyemo amazi yonyene.
@FransiaGift
@FransiaGift 4 ай бұрын
Imana iradukunda
@xaviennemukeshimanairaryos4267
@xaviennemukeshimanairaryos4267 2 жыл бұрын
Uyu yarasaze,koko kuki yifuzako igihugu cye cyabamwo intambara
@NinaNina-xr8jj
@NinaNina-xr8jj 2 жыл бұрын
Ibiza nawe arkomana nawe uratugiriye impuwe koko kumusha? imana iguhumugisha birababaje 🥲🥵😭😭😭
@nimubonadesire4139
@nimubonadesire4139 Жыл бұрын
Abonicokimwe nabo kuri Ahabu muhanurira inda yawe ntanuwusenga Imana yomwiju ahagaze
@user-ph1nh8wu8b
@user-ph1nh8wu8b 5 ай бұрын
Mana urambahafi nubwo ndumunyabyaha undindire nubyaro rwacu amen
@ElieNsengiyumva-fn3tv
@ElieNsengiyumva-fn3tv 5 ай бұрын
Amen Imana nidutabare abarund turarushe
@k-fa685
@k-fa685 5 ай бұрын
Rekana nuwomubenshi
@FransiaGift
@FransiaGift 4 ай бұрын
Imana ikubabqrir wihenze
@user-vu8qi9yf5p
@user-vu8qi9yf5p 10 ай бұрын
Ndashigikiye ubuhanuzi bwawe Amen
@NiyokwizeraJoseline
@NiyokwizeraJoseline 4 ай бұрын
Imana iguhezagire ikonger amavuta
@nkurunzizagad6083
@nkurunzizagad6083 Жыл бұрын
Vuga mukozi w'imana tubabarire mana kuko turi abanyavyaha kandi uduhe umutima umenaguritse imbabazi z'imana zitubonekeko
@user-ev6jv6dm6m
@user-ev6jv6dm6m 5 ай бұрын
abadasenga baha Kazevyose Vamubujiji
@nizigiyimana3sayidati80
@nizigiyimana3sayidati80 2 жыл бұрын
Mw'izina rya Yesu Christ Iman ibiturinde ivyari amarira ibihindure ivyishino.
@pierrendimbereyimana8735
@pierrendimbereyimana8735 2 жыл бұрын
Uvuze thanks ibintu bibi wamugabo we ibyo nuguteranya abantu bimana go batizerena
@MathewNdayizeye-jf6wv
@MathewNdayizeye-jf6wv 10 ай бұрын
Ndakumv kk ntajambo ryavuz Imana ngo rihez rihere
@jopraize1436
@jopraize1436 2 жыл бұрын
Tuzabamenyera Ku mbuto zanyu tubone kumva ivyo muvuga! Urahemuka muri rubanda ntiwihana warangiza ngo Imana yagutumye. Twamenya Ari iyihe se?! Ibyo uvuga NTA gishya isi NTA mahoro azabamo kugeza ishize. Urashaka ko ibibi bisohora ngo utwemeze NTA Soni....mbaya sana
@giftjannet1047
@giftjannet1047 Жыл бұрын
Ushobora kuba harindi Mana Atariyaremye Ijuru nisi Imana Igufate kumunwa Aho kuchingingira Uragishwanyaguza
@antoinendihokubwayo3491
@antoinendihokubwayo3491 Жыл бұрын
Urasoma neza bibiliya nta rôti yaguye ininewe , ntanuko yaguye isodoma naho utahavuze yarahasohotse umugore wiwe niwe yahindukiye acinka inkingi yumunyu.
@AlexisMasabo-mu8xe
@AlexisMasabo-mu8xe Жыл бұрын
Amen vugishwa mukozi w'Imana!!
@user-wi2ps6de3c
@user-wi2ps6de3c 7 ай бұрын
Mana dutAbar
@jeanneniyomuremyi5604
@jeanneniyomuremyi5604 Жыл бұрын
Mwizina rya Yesu ntibizobe Tubitesheje agaciro
@kuziririzaisabatosiitegeko7088
@kuziririzaisabatosiitegeko7088 Жыл бұрын
Amajambo uvuga nibinyoma gusa.Ubwembere ubeshako uri umurundi uri umunyarwanda no kugasaka. Turakwihanije wa mbwembwe we kudebagura kugihugu cacu. Vugishwa kugihugu canyu Rwanda.Inzara irakuvugisha nabi
@user-rq6tf9oz2b
@user-rq6tf9oz2b Жыл бұрын
Warabivuze bakomeza kugupinga, none nubu wumiye kw'ijambo. Imana idufashe gusimbika ivyo bitero vyaba ruburakigongwe
@masterdamascene5316
@masterdamascene5316 Жыл бұрын
Reka kubesha aberi rekakwigumiriz abanyagwand uriko usuzugur uburi ngontamahor ahar besha abatakuz gus
@user-dg6so1mj8v
@user-dg6so1mj8v 7 ай бұрын
Mwizina rya Yesu turabivuguruje
@groupamasengeshotv691
@groupamasengeshotv691 2 жыл бұрын
Revera pastor buhungu Abel aremewe cyane n'umukozi w'imana turamwemera
@omernshimirimana
@omernshimirimana Жыл бұрын
Itavyaye ishuri ubu izovyara inyana nikimwe muribi 2
@paulndayizeye8321
@paulndayizeye8321 Жыл бұрын
Kuberiki abantu mukunda guca imanza
@venustentirampeba2801
@venustentirampeba2801 Жыл бұрын
Ubwo buhanuzi nimubugumize mu Rwanda sha
@NicoleUmutesi-vf8md
@NicoleUmutesi-vf8md 10 күн бұрын
Abahanuzi ndemeranya namwe nabo bakura umutima ijambo ryiza nimugenzi wimana
@Clementinekwizera-lf6vx
@Clementinekwizera-lf6vx 11 ай бұрын
Haa mbega IMANA ivuga indimi zingahe ivyuhanuye ntibihuye nivyo'umuhanuzi Bosco yahanuye noneho ntibiturandira umutima kuko imvugo y'IMANA kubantu bayo noy'amahoro
@kwizerayvonne1950
@kwizerayvonne1950 2 жыл бұрын
none aberi, jewe ko nsengera uburundi ntibusubire kumenekamwo amaraso, nabandi nkanje bariho, none imana izunvira wewe uvuga uko , oya muburundi ntamaraso azosubira kumeneka mwizina rya yezu, twature vyiza , apana bibi
@erickmufugizi5508
@erickmufugizi5508 Жыл бұрын
Mbona n'a Denis NKURUNZIZA avugukonyene ngwimana yamubwiyeko ije gukoropa zamwunvira
@habibumasenga6213
@habibumasenga6213 Жыл бұрын
ariko mwomureka agakorera igihugu burke kukora ubusimbira hamwe Nndayishimiye arakunda igihugu
@falesniyobushobozi-4225
@falesniyobushobozi-4225 Жыл бұрын
Imana ibazigam kand ivyomuvug ndavyemez vyos nukonyen ntakizovaka iman izodufash can
@hakizimanaviolette1564
@hakizimanaviolette1564 5 ай бұрын
Allo uyumugab ubundi yagaruts. Akatubwira ivyobintu kovyatinze twabibuzehhhh ahubwo nar naramubuze
@GLORYTOGODTEMPLETV
@GLORYTOGODTEMPLETV 2 жыл бұрын
Nimba ibibi biriho ubure gusenga Imana wamugabo ugiye gutaha wowe
@masterdamascene5316
@masterdamascene5316 Жыл бұрын
Waratay umuryang sha kutasengey umuryang waw wemey urahukan
@ndayikengurukiyejaphet9777
@ndayikengurukiyejaphet9777 Жыл бұрын
Wamugabo ivyuvuga sivyo we urahengamy igihugu kigiy kugir umugish nigikundiro ok tumaz kubibona knd nimvugo yaw irakuranga we urahengamye.
@byamungujeanvie9514
@byamungujeanvie9514 9 ай бұрын
Urimokusakuriza abantubose kwisi wowe kagame arakubeshya
@Singbarthe5100
@Singbarthe5100 3 ай бұрын
Aramubeshya niwewamutumye x??
@user-im2oh9pz5m
@user-im2oh9pz5m 11 ай бұрын
IMANA yama ishaka ineza kubo yaremye mu gashusho kayo
@user-ek5sr4sd4r
@user-ek5sr4sd4r 5 ай бұрын
Komera mukozi w Imana abagutuka nibitonde Imana izobikora kandi siwewe wenyene uhanuye baruburakigongwe Imana ikongere amavuta
@user-oe7ic2vx2z
@user-oe7ic2vx2z 5 ай бұрын
😂😢😮😅😊
@user-kk4ow7iz7n
@user-kk4ow7iz7n Жыл бұрын
Àmeni nzabo nyimana ntirivugira ubusa
@dumbifabu1909
@dumbifabu1909 2 жыл бұрын
Umina izoze irababarira kuko mbona abavugishwa mwarahinduye ubweng mukora ivyomwiyumviye
@Peter.boka14
@Peter.boka14 2 жыл бұрын
Ivyipfuzo vyawe biherane nawe kandi bijane nawe nyene! Ariko mureke kutukisha izina ry'Imana. Bigukurikire wewe numuryango wawe!
@maelici3693
@maelici3693 4 ай бұрын
Ivyo imana
@mbonimpa-jf4od
@mbonimpa-jf4od Жыл бұрын
Urimbwa kabisa inzara irahera ariko igihemu 3:49 ntigihera wogiye guhinga kombona utamugaye .ufisumwuga mububicane ntuzowurage umwana wavyaye
@user-bf9oq6hk1d
@user-bf9oq6hk1d 5 ай бұрын
Gusa agabanye mukorogo Pasteur
@AimableNdayishimiye
@AimableNdayishimiye 11 ай бұрын
Ako kagabo sagahanuzi ahubwo Ni mission bamuhaye karabesha ntavyo imana yamutumye .uyo s umuhanuzi indaya mbii'uyo n umuescro mubi.iburundi baramuhiga kubera amakosa yakoze
@NepomuseneNdayishimiye-rb8ty
@NepomuseneNdayishimiye-rb8ty Жыл бұрын
Ivyobintu biteye ubwoba kubwanje nzogira iconvuga mbonye Manda yaneva irangiye komeza muvuge
@user-eq8ky4fh1r
@user-eq8ky4fh1r 5 ай бұрын
Ibibwa gusa vyaba paster bamuvuga ubuhamya bwumvikana cang musengere abarokoka barokoke
@theresiakarwera2279
@theresiakarwera2279 2 жыл бұрын
Wavvuze ko Ndayishimiye atazatorwa none ubu ni presida
@user-rd9cs2pk4z
@user-rd9cs2pk4z 4 ай бұрын
Nurukundo udukunda?cnke nurwanko utwanka hanurira urwanda .urareka kudusengera twebwe Imana twiringiye ntizodutererana.mwama mutwifuriza ibibi gusa .banza wisige mukorogo nuheza uzoza uhanurire urwanda rwanyu
@ClaudeVandamme-hr4bb
@ClaudeVandamme-hr4bb 4 ай бұрын
Imana ituburanire nahandi iyisi niyakarenganyo
@cesariebakunda4498
@cesariebakunda4498 Жыл бұрын
Abantu bivugisha nkibi barashisha lmana itubwira gusengera igihugu nabakirongoye .rero umuvyeyi wacu turamusengera kugira abo arongoye babe impore.nareke kutumena umutwe twitekaniye .
@esthernakiwala2873
@esthernakiwala2873 5 ай бұрын
Roti ntiyarimbuwe ahubwo ni muka roti yarimbuwe ahinduka inkingi y'umunyu.
@ndikumasabodidace3025
@ndikumasabodidace3025 2 жыл бұрын
Hazotangure kumeneka ayawe, kuki wama uhanur amahano kugihugu cacu. Uburundi n igihugu camahoro.
@safarimarc9770
@safarimarc9770 2 жыл бұрын
Wewe vunga ivyuzi yesu uwuhe wumuzanano canke yesu wuburundi,canke tubwire yesu wuburundi yitwande kuvunga wabandi bantu?tubwire wuburundi yitwande pls,pls,pls.
@user-eq5cb6wp7c
@user-eq5cb6wp7c 8 ай бұрын
imana nzorinde abarundi nigihugu
@imvangetv9425
@imvangetv9425 2 жыл бұрын
Mugusenga ivyomuriyimisi biragoye rero nimba umuntu avuzeko Imana yavuze twaridukwiye gusenga kugira vyukur tumenye Iyamutumye iyariyo kuko burya umuntu wese agize umutima Uyirondera Imana Arayibona ivyakozwe nintumwa17:27 muhezagirwe mwese
@ndayegamiyemika6549
@ndayegamiyemika6549 6 ай бұрын
Bamureka kubesherimana nimbamwishakiramahera ahubwo imana nibatabare mwebwenyen
@nibogorabella5804
@nibogorabella5804 Жыл бұрын
Imana iturinde
@SirayeriNgabirano
@SirayeriNgabirano 3 ай бұрын
REKA TUREEKE UBUGOMBE BWOMANA IMANA NIYIZIBIBEREYE
@NshimirimanaEmmanuel-su2kw
@NshimirimanaEmmanuel-su2kw 9 ай бұрын
Mana wee nukurii abantu bigira abavugushwa n Imana babandanya kurwira dusabe imana iduhe impwemu yo gusesa ubuvugishwa bw ukuri?? Gute umuvugishwa umwe aza avuga ko uburundi bugiye kuba mugihe ciza abandi ngo turahonye!! Umugororotsi iyatunganye igisagara kimererwa neza!!
@user-yv1pd8hj2y
@user-yv1pd8hj2y 8 ай бұрын
Burya ntasoni kwama mubesha yesu christo araturinze cn
@lilianeinandava3039
@lilianeinandava3039 2 жыл бұрын
Ivy,amabanga nivyo,Imana avyahishuwe navyo tubirindire
@zerbabelnyabenda7007
@zerbabelnyabenda7007 2 жыл бұрын
Inzara igufashe nabi ,man !
@user-un1nc3yz3b
@user-un1nc3yz3b 8 ай бұрын
Urumusazi womumutwee namate ntugira mukanwa gabanya itabi Sha!!!
@user-rw1mr1nf1z
@user-rw1mr1nf1z 11 ай бұрын
Uraza ubivugire mubutundi none
@dumbifabu1909
@dumbifabu1909 2 жыл бұрын
Uba uhaze ban Iman izakwiyicira kubera ibinyoma🤣🤣🤣🔥ise imana yabatarinyakigorw igahita ikizivya ahonyene 🤣🤣🤣🤣💯💯💯💯💯imana ninyakigorw pe kuyu yacimugaragaz kwaribinyom
@JeannedArcMukacubahiro-xh6sq
@JeannedArcMukacubahiro-xh6sq Жыл бұрын
Oya Aho urihenze twaratashe nyene kandi lmana ico yanka yanka icaha izotuzigama
@AlineKwizera-ve4qg
@AlineKwizera-ve4qg Жыл бұрын
Nanjy uzusome muri matayo 24:24
@augustingahondo5860
@augustingahondo5860 Жыл бұрын
Mana urampa iherezo ryiza mbabarira mwami wanje kukwigihe kirihafi Amen nyeza amaraso ambonekeko amen
@minaniserges8385
@minaniserges8385 Жыл бұрын
Oya Uburundi Imana irabukinda ntakizoba Uburundi ni Isirayeri ya2
@user-vj6zb6xk1v
@user-vj6zb6xk1v Жыл бұрын
Mana turwanirire uduhish mumababa yawe
@RR-mi1yr
@RR-mi1yr 2 жыл бұрын
Ese då mugabo kwanza uriyambiza koko Imana mwahurirahe inzara ni hatari
@naradatv3939
@naradatv3939 9 ай бұрын
Kuri NARADA TV kurabakunda cyane nyarukira kuri NARADA TV wihere amaso
@user-es4nn5nb9b
@user-es4nn5nb9b 5 ай бұрын
Vraiment nikigugu
@damienndiku1064
@damienndiku1064 2 жыл бұрын
Imana ikubabarire gusa niwihenda ugahonyora muburundi ingona zacu zizorara zihaze.
Ku nama : ni igiki Hon. Agathon Rwasa azokorera abarundi niyatorwa ?
1:00:38
How I Did The SELF BENDING Spoon 😱🥄 #shorts
00:19
Wian
Рет қаралды 36 МЛН
Running With Bigger And Bigger Feastables
00:17
MrBeast
Рет қаралды 144 МЛН