#KuKAYI

  Рет қаралды 21,359

PAM Channel TV

PAM Channel TV

2 жыл бұрын

Kenshi turakunze kubona ama couples amarana igihe kinini ariko ntashike ku ntumbero yo kwubakana, ugasanga nk'umusore atwaye umwigeme bamaranye igihe gito gusa, uwo bamaranye igihe kinini akamwihoza. None vyoba biva kuki? Turabiganira n'abatumire bacu KuKAYI...
#pamchanneltv #thepassword #Burundi #Smartmind #indundi #tvshow #Diaspora #Diasporaburundi #Communauteburundicanada #Voa #Murisanga #Burundionthemap #+257 #Communauteburundibelgique #bujasanstabou
Retrouvez tous nos émissions sur nos plateformes en ligne:
Website: www.pamchanneltv.com
Facebook: PAM Channel TV
Instagram: pam_channel_tv
Twitter: @PAM Channel TV
TikTok: @pamchanneltv
E-mail: info@pamchanneltv.com
Telephone: +257 76 284 000
Présentatrice : Pamela Irène IRAKOZE
Réalisateur(Director) : Jean Calvin NDABIHIMANA
CameraOperators: Jean Calvin, Nina Gloire INGABIRE & Darcy MWUHIRO
Editing: Jean Calvin & Nina Gloire
Lighting: Darcy Mwuhiro
Graphics: EmmaB

Пікірлер: 115
@jovioncuti3275
@jovioncuti3275 2 жыл бұрын
Yolo est très sage, avuga ukuri mubwitonzi ntangere
@havyarimanacharles1608
@havyarimanacharles1608 2 жыл бұрын
Iyi chaine yubahwe✌️aba guest ba soin,emission ya soin,umu journaliste wa soin kdi yiyubashe vrm
@dris-bellaishimwe6230
@dris-bellaishimwe6230 2 жыл бұрын
Waauuhh iki cayi ni 🔥🔥🔥😂😂first la présentatrice est tjrs top vrmt kandi ari cool sanaa❣️❣️akaba yazanye nabantu bafise sagesse vrmt🔥🔥Yolo, Willy, Wadawa kudos to you guys🙌thank you so much Pamela kuma sujets meza all the time❣️
@odettekamanzi4842
@odettekamanzi4842 2 жыл бұрын
mbeg ikiganiro kyiza from Bruxelles
@teginezamilca2472
@teginezamilca2472 2 жыл бұрын
La présentatrice ukuntu aryoshe wohora uraraba😍😍 Much love❤️ God Bless🙌
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Tegineza Milca merciii sana uzoze muri PAM Channel Tv twiramukanirize💛
@bucutiarsenelupin164
@bucutiarsenelupin164 2 жыл бұрын
WebTV ya mbere mu Burundi
@musuposesiyoza2430
@musuposesiyoza2430 2 жыл бұрын
Dada, ndibaza ko wihenze nta muntu ahindura uyundi. Umuntu uramuhanura hanyuma akihindura we nyene.
@fiacrenishimwe4919
@fiacrenishimwe4919 2 жыл бұрын
Ku kayi ni hubawe,Pamella ibiganiro nkibi birakenewe na cane cane kuri sujet zubaka muri société ,Yolo respect urumuhanuzi mwiza vrmnt 👍👍👍✌️
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Fiacre Nishimwe urakoze cane kuri encouragement zaw,n’hésites pas de suivre nos émissions notamment #kukayi chaque 18h vendredi et smart mind (ushaka kumenya ibijanye na business na entrepreneuriat) chaque mercredi a 18h de BUJA
@linkankeze9741
@linkankeze9741 2 жыл бұрын
Cari kiryoshe kandi kirubaka
@davymikeirakoze7150
@davymikeirakoze7150 2 жыл бұрын
Waouhhh murarenze kubiganiro vyanyu merci beaucoup ❤
@elsayvanna3
@elsayvanna3 2 жыл бұрын
#team Rocel ndabakunda vs m'inspirez troooop😍😍respect yolooo love from MSG
@dauphinebenimana7978
@dauphinebenimana7978 Жыл бұрын
Pamella👏icayi gikwije ibirungo🙏😍
@iammasterland
@iammasterland 2 жыл бұрын
Émission ya bien 🤌🏽
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Merci bien Masterland n’hésites pas de suivre nos émissions notamment #kukayi chaque 18h vendredi et smart mind chaque mercredi a 18h de BUJA
@arleneininahazwe
@arleneininahazwe 2 жыл бұрын
Courage pamchu ikiganiro caw niciza wadawa wavuze ukuri
@lovingfiona6889
@lovingfiona6889 2 жыл бұрын
I love this.Go ahead ma'am
@alvellamugisha5096
@alvellamugisha5096 2 жыл бұрын
Ingeso iraraba ntihwera. Burya hahinduka uwohinduka. Mushaka kumera nkababandi bavuga ngonzomusengera.
@beatriceahishakiye6308
@beatriceahishakiye6308 2 жыл бұрын
That’s very nice!
@mickequintiaarakaza7338
@mickequintiaarakaza7338 2 жыл бұрын
Yolo na Wawa😂😂mwubahwe🤝
@soniakamutako7234
@soniakamutako7234 2 жыл бұрын
Bravo Sarah
@kenychadian8453
@kenychadian8453 2 жыл бұрын
La meilleure chaîne vrt😍😍ndkunda vos émissions
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Thatgirl waBUJA un gd plaisir pour nous shan’hésites pas de suivre nos émissions notamment #kukayi chaque 18h vendredi et smart mind chaque mercredi a 18h de BUJA🙏
@gracemelissantakarutimana15
@gracemelissantakarutimana15 2 жыл бұрын
Bien ideas Pamella❣️❣️❣️❣️biratwubaka caneeee
@christinendayisenga3008
@christinendayisenga3008 2 жыл бұрын
Ikiganiro kiryoshe cane. Ahubwo muze mukibandanye kugira mufashe abana bacu kwubaka neza. Murakoze
@blandineniyonzima2594
@blandineniyonzima2594 Жыл бұрын
Hellooo, akayiii Abahungu barakunda ibintuuu bishashaaa,
@lisninganji8949
@lisninganji8949 2 жыл бұрын
Good one!! Respect🔥🔥🔥
@godsgrace6820
@godsgrace6820 Жыл бұрын
Les filles muraba mwumva mukanure. Pam et ses invités vous font un bon clein d'œil
@umukunzikathiabenitha8855
@umukunzikathiabenitha8855 2 жыл бұрын
Kukayi😍😍😍😍😍😍😍
@blandinemuco
@blandinemuco 2 жыл бұрын
Thanks a lot Pamela 🥰 ikiganiro ciza cane...Akayi kama gasukuye kandi karyosh🥰
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
mtitwihenda😅
@mikepmedia3540
@mikepmedia3540 2 жыл бұрын
Yolo Yolo wubahwe mutama!!!Love from Zambia
@gratiablessing79
@gratiablessing79 2 жыл бұрын
Mais non, abakobwa ni mwe mukwiye kumenya ubwenge, utazabumenya ni akazi ke. Abagabo ni uko bateye ntibahinduka kereka abakizwa by ukuri bahuye na Yesu . Ariko abandi iyo biboneye ibiryo bihiye bararya. Musabe ubwenge Imana izabubaha. Abakobwa nibmwe mukwiye kugira umutima wo kwitonda no gutegereza .mureke kwigira ibirara. Musenge.
@nellykwizera1989
@nellykwizera1989 2 жыл бұрын
Love you Pam channel TV
@thieryniyonkuru5023
@thieryniyonkuru5023 2 жыл бұрын
Ntamuntu ahindura uwundi, Ese uwarezwe na se na nyina gushika aje kutangura gukundana atarameya kubaha, ninde wundi yomuhindura?
@keyllakimana4638
@keyllakimana4638 2 жыл бұрын
Quality content !🤌
@nkinditanguy944
@nkinditanguy944 2 жыл бұрын
Respect Rodrigues hari umudemu abera urugo nuwundi abera toxic nahandi hagezweho kandi jew nfise umugore abereye urugo,Darlene nkwifurije kubera urugo apana bar
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
🙏n’hésites pas de suivre nos émissions notamment #kukayi chaque 18h vendredi et smart mind (ushaka kumenya ibijanye na business na entrepreneuriat) chaque mercredi a 18h de BUJA
@user-yq8je2pj1r
@user-yq8je2pj1r 2 жыл бұрын
Mr6 bcp bazogaruke cabe kk twahigiye. Vyishi.
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
tuzobabwira
@fleurykingros8487
@fleurykingros8487 2 жыл бұрын
Darlène sarah; un idole pour moi. Suis ton fan depuis longtemps. Keep hard working 💪 🥰
@tontonginolla1234
@tontonginolla1234 2 жыл бұрын
Mwabiciye kumayangi bashiramwo nikinyabufura . Jew uwontumira boca banyanka abakobwo nobivuga vyose
@user-yq8je2pj1r
@user-yq8je2pj1r 2 жыл бұрын
Oya bivuye ntakibazo
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
turi abarundi dufise ikinyabufura 😊n’hésites pas de suivre nos émissions notamment #kukayi chaque 18h vendredi et smart mind (ushaka kumenya ibijanye na business na entrepreneuriat) chaque mercredi a 18h de BUJA
@guydarnelnzosaba3107
@guydarnelnzosaba3107 2 жыл бұрын
Good Emision,👌
@aimableruduri1975
@aimableruduri1975 Жыл бұрын
Courage PAM 😀😀😀😀 conseil ni furesh xaaaana
@vaninandayikeze5521
@vaninandayikeze5521 2 жыл бұрын
ikiganiro kiryoshe canee♥️
@nicolenininahazwe8748
@nicolenininahazwe8748 2 жыл бұрын
Emission ya top👌
@IrAub
@IrAub 2 жыл бұрын
Respect🇧🇮🇧🇮✌🏿
@abdoulamidourachid1992
@abdoulamidourachid1992 2 жыл бұрын
vraiment ikikiganiro ni bon kuk kirimwo vyishi vyigisha
@nkorerimanajehovanis1249
@nkorerimanajehovanis1249 2 жыл бұрын
Émission ya bien
@waIrakoze
@waIrakoze 2 жыл бұрын
ikiganiro ciza caane 👏🏾
@cizajacqueline3194
@cizajacqueline3194 Жыл бұрын
Ivyo biganiro nukuri niyo ntango y'Ubuzima nyakuri . Gumizako twubake info zirama.
@munezeroingrid3890
@munezeroingrid3890 2 жыл бұрын
Merci bcp Dada😘😘
@havyarimanacharles1608
@havyarimanacharles1608 Жыл бұрын
Murashoboye endelea
@najatf6650
@najatf6650 2 жыл бұрын
🥰🥰🥰🥰mwubahwe kabisa
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
merci Najat F n’hésites pas de suivre nos émissions notamment #kukayi chaque 18h vendredi et smart mind (ushaka kumenya ibijanye na business na entrepreneuriat) chaque mercredi a 18h de BUJA
@norepentancenoheaventv
@norepentancenoheaventv 2 жыл бұрын
Ikiganiro niciza .Abatumire mwubahwe
@karimmutabazi7780
@karimmutabazi7780 2 жыл бұрын
Ikiganiro cari top ariko abo bagabo babeshe iyo hariho debat nkizi nuko haba hakenew ukuli kofasha societé , titre ya topic s’ikibazo ahubwo n’ukuri kuzuye nivyo ndavyemeza hari abakobwa bo gusohokana nabo hakaba na wawundi wokubakana nawé (femme de tes rêves) ashobora no kuba atari femme de tes rêve ariko ukabona ko akwiye urugo nkuko Yolo yabivuz abagabo dukunda respect , reka ndabivuge bo babitiny la majorité yabo bakobwa bo gusohokana usanga baryoshya uburiri ariko waraba imico ugasanga ntiyokubera umugore ; Fullstop umpinyuza ambwire aho nibeshe 😉✌🏽peace n love Sister n keep it up
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Karim MUTABAZI asha uradudurieko kweli lol n’hésites pas de suivre nos émissions notamment #kukayi chaque 18h vendredi et smart mind (ushaka kumenya ibijanye na business na entrepreneuriat) chaque mercredi a 18h de BUJA
@carinenisubire
@carinenisubire 2 жыл бұрын
Mb ingeso nziza zu muntu mumarany umwanya Muto muzibona gute ??ntawutagira akanenge nagira uwo wabonyeko akanenge muricara mugahanurana naburya muba muzinanye?kumureka ngo ugiy kuwundi sindabishigikiy!
@fgfhhshemezimanalima762
@fgfhhshemezimanalima762 2 жыл бұрын
Nar naratazw wallah
@karolldjikaroll3802
@karolldjikaroll3802 2 жыл бұрын
Yolo uvuz nk'umugabo kweli ukuri kose kwabagore bari infidele uragushiz hanze c'est bien dit
@Yoyo-oe6uv
@Yoyo-oe6uv 2 жыл бұрын
🔥🔥🔥
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Yoyo merci de nous suivre et n’hésites pas de suivre nos émissions notamment #kukayi chaque 18h vendredi et smart mind (ushaka kumenya ibijanye na business na entrepreneuriat) chaque mercredi a 18h de BUJA.
@gitumvagenevieve8806
@gitumvagenevieve8806 2 жыл бұрын
Vraiment bavuze ukuri Bose aba jeunes ba kino gihe barakwiye kubona ko amahera atariyo yubaka ahubwo hubaka umutima.kandi bakavugana ukuri dès le départ.
@angeniyuhire6458
@angeniyuhire6458 2 жыл бұрын
Ati uri igiporoporo😝😝yoo Pam urandagijeee
@nimbonaemery2301
@nimbonaemery2301 2 жыл бұрын
Ndakunda Darlène Sarah , komez mutera imbere bana b'igihugu.
@iradukundamike5370
@iradukundamike5370 2 жыл бұрын
Mbega iki ganirokiryoshe nabishimiye mugarukane part 2
@odettekamanzi4842
@odettekamanzi4842 2 жыл бұрын
ikindi n'iki kivuga ko umufasha uretse abarokore atashobora kujyana n'umugabo kubyina?se marier n'est pas un cachot. muséographie kwidagadura hamwe et après mukaba sérieux pourquoi pas?
@niniahewzalaurence922
@niniahewzalaurence922 2 жыл бұрын
Ndakunda ibiganiro vyanyu birigisha cane
@oscarfashionbuja1267
@oscarfashionbuja1267 2 жыл бұрын
Popolosi shaa ubisiguye neza canee 🔥🔥🔥 ikirori kwenda mber ikiyago niciza canee
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 2 жыл бұрын
har umuhung umurwa inyum abony mutey imber akaguta akaronder uwunf
@didiniyonzima3206
@didiniyonzima3206 2 жыл бұрын
Dada nimubi kweri nanj yarayasavye ndayamwima ducaturahebana
@kezakelly3053
@kezakelly3053 2 жыл бұрын
Ndakunze ikiganiro
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
keza Kelly ntuzosubire gusiba rero kukayi urumva ko karyoshe lol n’hésites pas de suivre nos émissions notamment #kukayi chaque 18h vendredi et smart mind (ushaka kumenya ibijanye na business na entrepreneuriat) chaque mercredi a 18h de BUJA
@fortuneemugisha4178
@fortuneemugisha4178 2 жыл бұрын
N'ibareke kutubesha aba atamukunze erega urukundo rurahera ahubwo nuko bigoye kwakira aguhevye kare utararushikamwo Willy kimw gusa respect knd Imana iguhe umugore mwiza muzumvikana nuko abakobwa unomunsi ushobora kubona arumuntu mwiza ukamushira murugo agahinduka ukamubura n'uwundi yama ari muku banjuka ariko hagez ko yubaka akibwira akabivamwo pe.Pamele merci gutumako abo bantu kabisa Willy uti ubwo busore buvemwo bana🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@fabricehakizimana2554
@fabricehakizimana2554 2 жыл бұрын
Ikiganiro cari kiryoshe ariko rero impamvu ninyishi zituma uwomugendanye umwanya munini Atari utwaye un ingeso deux inyifato trois ivyiyumviro arivyo mukabare kwambara kunywa uyo ntaho womutwara rero abashiki bacu nukuza bintengesera muvyo bakora yirekuye sana bica bigora
@beatriceahishakiye6308
@beatriceahishakiye6308 2 жыл бұрын
Hello guys Ikiganiro cyiza cyane kirimo icyigishi cyiza cyane
@odettekamanzi4842
@odettekamanzi4842 2 жыл бұрын
il faut discuter umukobwa agukunda yakunvira
@kathynsonzera4152
@kathynsonzera4152 Жыл бұрын
Utwo tujeune twanka kwumvira impanuro twishinga ikirori tuhakure icigwa. Basore bandanya mubahebere mu mpisho niho bohakura icigwa bakigarura bakava I buzimu bakaja I buntu. Ku kayi mwubahwe!
@africantalent23
@africantalent23 2 жыл бұрын
Imico umuntu arayivukana ntahinduka kubera ko kumuhindura bidashoboka uhitamo kumukwepa ugasanga uwavukanye comportement zo kubaka
@mairymairy1851
@mairymairy1851 2 жыл бұрын
Ivyirwa neza cne nukur harinyigish nyinshi nkuyemw
@evscottdumas8825
@evscottdumas8825 2 жыл бұрын
La honte mais bien sûr sa droits ntanumwe ari hejuru yuwundi kuriyi si mon Dieu 😨
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 2 жыл бұрын
Ikiganiro ciza cane mukomeze muduhanurire abakiri bato
@niyongendakoezechiel8716
@niyongendakoezechiel8716 2 жыл бұрын
😍😍😍😜😜
@odettekamanzi4842
@odettekamanzi4842 2 жыл бұрын
alors kageso uba warihanganiye imyaka nk'itatu yose utamucorrigea warangiza ugahura n'umukobwa ukwezi kumwe ugaht'urongora niki kikwizeza ko uwo mushyasha adafite utugeso aguhisha?
@appolinemalaika4157
@appolinemalaika4157 2 жыл бұрын
Ati les femmes à marier et les femmes à sortir....oya sha baba bashaka des femmes a manipuler ....abo bita ngo femmes a marier ni bamwe bar naive et facile a manipuler et controler....sha ibintu vyinkundo nta formule. Uwo bita ngo afise ingeso nziza uramushikana akakwereka sa vr face ugasigara wumigwa. Umwe naw wita ngo ni femme à sortir ugasanga niw yar kuba wife material
@xrxr7430
@xrxr7430 2 жыл бұрын
Darlène Sarah uyu munsi ndamubonye. wao kukayi nisawa
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
oo urunva ko kuayi tudasiba kubanezereza n’hésites pas de suivre nos émissions notamment #kukayi chaque 18h vendredi et smart mind (ushaka kumenya ibijanye na business na entrepreneuriat) chaque mercredi a 18h de BUJA
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 2 жыл бұрын
Abakobwa bumvireho kabisa mubabwize ukuri bisubireko.
@gaellakaneza7700
@gaellakaneza7700 2 жыл бұрын
Pale urantwengej😅😅😅😅😅😅ATI nta biswahili nzibkuvuga😂😂😂
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Gaëlla Kaneza 😄😄 nukuri simbeshe nta biswahili kabisa
@obedyniz7972
@obedyniz7972 2 жыл бұрын
Biraryosh kub uwuriwe murugo même avant mukir mur copig
@eliciaukuri9476
@eliciaukuri9476 2 жыл бұрын
Ha ha ha ha ha
@christianebukuru6997
@christianebukuru6997 2 жыл бұрын
Ibi bintu n'ivya SOINS
@didiniyonzima3206
@didiniyonzima3206 2 жыл бұрын
Nkawew ga sahar wohinduka ??? Urumunyakirori gusa
@didiergatabazi4382
@didiergatabazi4382 Жыл бұрын
Nawe yarabuz umugabo
@yvanj816
@yvanj816 2 жыл бұрын
Abo bagabo bavyishuye, abo gusohokana gusa utoshira murugo BARABAHO, n’abo unezerwa kugumana na bo imyaka myinshi, ariko hageze MARIAGE ugasubira kuja kurondera ABANDI.
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 2 жыл бұрын
Ubu umugore wifuza kombona nawe utaba woroshe?
@evscottdumas8825
@evscottdumas8825 2 жыл бұрын
Well maze kuraba 8 minutes mais franchement mbega umukobwa nakabati uterura ugashira munzu ? Abahungu nimana ? Ingeso zabo nazo zirabwa nande ? Hahaha umengo c, est garçons batora gusa abakobwa ntaruhara babifisemwo ? Well 2022 ivyuyunviro nkivyo wow welcome iterambere muri Africa 🙄🤦🏾‍♂️
@user-yq8je2pj1r
@user-yq8je2pj1r 2 жыл бұрын
Eeeeehee Jewe nabakurikiranye cane ubu babahungu birasaba amahera ex: jewe umutype naramuhaye amahera anyizezako azoyasubiza mais. Safe 4mois sms ntiyishur ubu urukundo rusa nurutahari numva nomusezers, kk mbona ariko antesha umwany twaridukunda 1an plus de moi? Pls3 impanuro zanyu.
@angeniyuhire6458
@angeniyuhire6458 2 жыл бұрын
Urafis inyishu..à moins k uri mu babandi ngo nzomusengeraa😅😅
@didiniyonzima3206
@didiniyonzima3206 2 жыл бұрын
Akundinoti kubi DDA
@didiergatabazi4382
@didiergatabazi4382 Жыл бұрын
Reka kumbwira Kandi nshaka kumudraga😂😂
@odettekamanzi4842
@odettekamanzi4842 2 жыл бұрын
mukunda les filles hypocrites bakechetse mukabona ko bétonnage méfiez vous de l'eau qui dort!!!ça ne veut rien dire
@carinenisubire
@carinenisubire 2 жыл бұрын
Mb ingeso nziza zu muntu mumarany umwanya Muto muzibona gute ??ntawutagira akanenge nagira uwo wabonyeko akanenge muricara mugahanurana naburya muba muzinanye?kumureka ngo ugiy kuwundi sindabishigikiy!
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 2 жыл бұрын
avnt kumuheb nuko uba wageragej kumubwir ahinduk bikanka niho ufata dcision ukarab ivy wipfuza si bikunda ku suppora mu rugo izo défaut ufise
@gahongayiresolange8389
@gahongayiresolange8389 2 жыл бұрын
Ibintu bitinze birapfa,abasore barahararuka.agasigara abona ntacyo uvuze,usanzwe!
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Gahongayire solange merci cane kuri commentaire yaw PAM CHANNEL irakunezerew cane💛
@carinenisubire
@carinenisubire 2 жыл бұрын
Mb ingeso nziza zu muntu mumarany umwanya Muto muzibona gute ??ntawutagira akanenge nagira uwo wabonyeko akanenge muricara mugahanurana naburya muba muzinanye?kumureka ngo ugiy kuwundi sindabishigikiy!
@leonghislainntirampeba5069
@leonghislainntirampeba5069 2 жыл бұрын
Ikiganiro ciza
#KuKAYI : Abasore boba batinya kuresha abakobwa bafise akanoti?
54:57
PAM Channel TV
Рет қаралды 17 М.
#KuKAYI : Bibaho ko abavyeyi baja muri Gestion y'urugo rw'abana babo ?
1:41:22
Wait for the last one! 👀
00:28
Josh Horton
Рет қаралды 132 МЛН
Вечный ДВИГАТЕЛЬ!⚙️ #shorts
00:27
Гараж 54
Рет қаралды 14 МЛН
OMG🤪 #tiktok #shorts #potapova_blog
00:50
Potapova_blog
Рет қаралды 18 МЛН
NERF WAR HEAVY: Drone Battle!
00:30
MacDannyGun
Рет қаралды 44 МЛН
BE TV : Ikiganiro c'abakundana with Thierry ( Titi )
31:18
BE TV Burundi
Рет қаралды 7 М.
INTAHE Y'UMUVYEYI YABUZE ABANA BANE ARIKO MU NYUMA IMANA IKAMUSHUMBUSHA
37:35
Wait for the last one! 👀
00:28
Josh Horton
Рет қаралды 132 МЛН