ALVIN SMITH avuze kuri SEPARATION yiwe na NIRNAH//Ndababaye cane//Kugira MARIAGE numu DIASPORA/Ikosa

  Рет қаралды 28,101

UMUKUBITO

UMUKUBITO

4 ай бұрын

ALVIN SMITH avuze kuri SEPARATION yiwe na NIRNAH//Ndababaye cane//Kugira MARIAGE numu DIASPORA/Ikosa
‪@alvinsmithofficial‬
#lavache

Пікірлер: 103
@umukubito257
@umukubito257 4 ай бұрын
Mushobora gukurikirana indirimbo nshasha ya ALVIN SMITH yitwa LA VACHE by ALVIN SMITH muciye kwiyi link kzfaq.info/get/bejne/h7pdgbGUsaulpX0.html kzfaq.info/get/bejne/h7pdgbGUsaulpX0.html
@elvisirakoze2790
@elvisirakoze2790 4 ай бұрын
Titre zukubesha zizotum uta crédibilité
@bibikiki8437
@bibikiki8437 4 ай бұрын
Alvin ndakwikundira sha wewe na ch wawe. Ngomba ndabe iyo ndirimbo yawe ntuyifute please 🇨🇦🇨🇦🇧🇮🇧🇮❤️
@regisniyongabo7620
@regisniyongabo7620 4 ай бұрын
Izi titre zitarizo ntateka ziguha Gaël. Ivyo tubizi kur Issaac tv
@vanessagateka-nb7dm
@vanessagateka-nb7dm 4 ай бұрын
Caméra yawe Juste Gaël iri top sana🥰
@itekachristadivine8993
@itekachristadivine8993 4 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂ahuiiiiiiiii urakoze kuntwenza peeee.Nirnah urahiriwe ufise umugabo mwiza garde le jalousement surtout wame umusengera...Juste merci sana ❤❤❤❤❤
@DonFrank-zg1ym
@DonFrank-zg1ym 4 ай бұрын
Umwana wa buterere big up bro courage If you don't get today,you will get it tomorrow
@boscoconkunze1068
@boscoconkunze1068 4 ай бұрын
Kuyindi mpwemu idasanzwe ukab wamaz kutuzanira Alvin smith 🎉🎉🎉🎉❤❤❤
@dondirce
@dondirce 4 ай бұрын
Indirimbo iraryoshe kl👌keep it up
@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 6 күн бұрын
Ndakunda ibiganiro vyo kumukubito❤❤
@yvetteirankunda520
@yvetteirankunda520 4 ай бұрын
Ndabakunda mwese
@melingabire5792
@melingabire5792 4 ай бұрын
ndamukunda caane alvin courage caane grand frere
@CRZITHU7
@CRZITHU7 4 ай бұрын
Big up baba Alvin smith
@majedalotaibi9350
@majedalotaibi9350 4 ай бұрын
Gaël iy titre irampabuy kwl
@SamuelNdabitezimana-hm8sm
@SamuelNdabitezimana-hm8sm 4 ай бұрын
So crazy la original
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 4 ай бұрын
Babwire Alvin la vache original ❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅🔥🔥🔥💪💪
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 4 ай бұрын
Alvin jewe ndamufana kbx
@iteritekabenjos-xr7yv
@iteritekabenjos-xr7yv 4 ай бұрын
Umuhushurooo n'inkaa vyahumyee caméra kaliii🎉🎉❤
@user-nt3sp6il2m
@user-nt3sp6il2m 4 ай бұрын
🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇧🇮Gabanyishuvu ahonogutuka nkaraba koharico wongira gusa untantwegejekweri abarundi dukundivyiwacu🇧🇮🇨🇦🇨🇦
@user-gt9eg8wy1i
@user-gt9eg8wy1i 4 ай бұрын
Nukuriiii Alvin Smith turamukund peee wallh
@chantalmakuraza6465
@chantalmakuraza6465 4 ай бұрын
La vache ndakwemeye...urazi Bana Bari Canada, n abagabo beza I buja, ta femme t aimes bien vraiment. Keep it up. Ariko gabanya ibijambo bya Guhara, mayibobo etc...
@chantalmakuraza6465
@chantalmakuraza6465 4 ай бұрын
La vache ni vrais afise umugore mwiza,
@AbassiAlaba-vi7tc
@AbassiAlaba-vi7tc 4 ай бұрын
Juste Gael dukeneye D one
@blueberrypotatogames7950
@blueberrypotatogames7950 4 ай бұрын
Mwari murambanye. N'ingeso zawe.
@aimeesandrineuwimana2146
@aimeesandrineuwimana2146 4 ай бұрын
Alvin vraiment .... Ngo nij mfis umugor mwiz mub star Bose😂😂😂😂😂 esheeeeeeeeeeeeeee bahE😂
@claudinenijimbere2419
@claudinenijimbere2419 4 ай бұрын
Nicyo ngukundi mon frère
@ndayubaheafrica4236
@ndayubaheafrica4236 4 ай бұрын
Inka😊
@msn-zv9oe
@msn-zv9oe 4 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂Alvin is a whooole vibe😂😂😂😂😂😂
@irankundajustin5937
@irankundajustin5937 4 ай бұрын
Juste Gael izo titre wapi vraiment
@uwimanayves1057
@uwimanayves1057 4 ай бұрын
@ezechielnijimbere5347
@ezechielnijimbere5347 4 ай бұрын
Alvin uri umuntu wanj.Hama turakumbuy couple quiz zanyu🗣🗣🗣🗣🗣
@AlineNdikumana-tq7ob
@AlineNdikumana-tq7ob 4 ай бұрын
Iyi titre wapi siyo sha
@julesspencer517
@julesspencer517 4 ай бұрын
Nivyo cank ni titre yaw ihabura
@angeirat
@angeirat 4 ай бұрын
Alvin wee abantubakunda ibishegu nimbutabizi haaa bapfakuvugako atamesage birimwo ariko ibishegu baravyirukira mbiswaa
@user-vx4ro2vf9k
@user-vx4ro2vf9k 4 ай бұрын
🎉
@dorinenzigamwenayo6766
@dorinenzigamwenayo6766 4 ай бұрын
Alvin hejuru cane😂😂🎉🎉🎉
@nzohabonayofamily4701
@nzohabonayofamily4701 3 ай бұрын
Ngo ibisabuni vyinshi 😂😂😂😂😔😂 ndakwemeye...
@oliviermanishimwe4892
@oliviermanishimwe4892 4 ай бұрын
Izo titre zokubesha zirasubiza inyuma nawe twahora twemera
@apprentissageniyongabo3916
@apprentissageniyongabo3916 4 ай бұрын
Gaël na Alvin mukomere cane. Muratwenza.
@angeakeza6542
@angeakeza6542 4 ай бұрын
Ew alvin uraryoherej umusi❤😂
@user-pt8vb8fs3f
@user-pt8vb8fs3f 3 күн бұрын
Arivne jewe ndakwemer KK ntiwishim
@user-sh4jg8rt5h
@user-sh4jg8rt5h 4 ай бұрын
Alvin uvug ukur caneee uratanduknay n'aband ba start ❤
@ADtopcaste
@ADtopcaste 4 ай бұрын
be careful bro! abansi ni bensh.
@munazinelson4405
@munazinelson4405 3 ай бұрын
hahaha ahubwo abantu bazosara neza neza..!!, Alvin nareke imikino, bavuga bati "uwambaye ikirezi ntabonako cera".
@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 6 күн бұрын
Lavach davina urya mwavyaranye simwiza
@organiseTV186
@organiseTV186 4 ай бұрын
Twar tugukumbuy bro😅😅
@ciatt9587
@ciatt9587 4 ай бұрын
Nawe usigaye ubesha koko
@queeniesamantha54
@queeniesamantha54 4 ай бұрын
✌️✌️✌️✌️✌️🇧🇮
@nanananette031
@nanananette031 4 ай бұрын
Ndahwerey no gutwenga🤣🤣🤣🤣
@boscoconkunze1068
@boscoconkunze1068 4 ай бұрын
😂😂,😂😂😂 Alvin urankumbagaje nugutwenga ngo ufise FN yamaso atatu😢😢😢😢
@DavyNsengiyumva-zn6bi
@DavyNsengiyumva-zn6bi 3 ай бұрын
Nikubahata inkoni iyo mihimbiri
@user-fk3pl1jj4p
@user-fk3pl1jj4p 4 ай бұрын
Yooo yooo 😂😂😂
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 4 ай бұрын
Ubundi inka iba yahumye, La Vache
@NsengiyaremyeRevocat-yf9qf
@NsengiyaremyeRevocat-yf9qf 2 ай бұрын
😢😢😢🎉kwr
@user-qb5vp2ou7j
@user-qb5vp2ou7j 4 ай бұрын
Nimuvyarane niyo nyungu y'urukundo
@alainblaise9401
@alainblaise9401 4 ай бұрын
zimyaaa
@alainblaise9401
@alainblaise9401 4 ай бұрын
zimyaaaa
@aimeachileingabire
@aimeachileingabire 4 ай бұрын
Shn Kumajamb uvuz ikiganir cos alvin iyab arijew nohez ikiganir nasaray zuravug mak
@joyeuxniyonkuru2701
@joyeuxniyonkuru2701 4 ай бұрын
Avuge make kandi bamukoresheje ikiganiro ngwavuge nyene?😂😂
@VanneryNishi
@VanneryNishi Ай бұрын
😅😅
@Gloire_Elcan
@Gloire_Elcan 4 ай бұрын
Biheze ukuntu😂😂😂😂😭😭
@user-ui9bh7oq7s
@user-ui9bh7oq7s 4 ай бұрын
Jeduhuy rikarya kamoto kajeweho kuki karekurumwotsi Ubu nisawa
@Musindi736
@Musindi736 4 ай бұрын
Ariko alvin arasara ndak
@ndayavugwajeanmarie1606
@ndayavugwajeanmarie1606 4 ай бұрын
Kwel juste abonyen ukomez kubatuzanira
@soniairadukunda7853
@soniairadukunda7853 4 ай бұрын
😂😂😂reka tuje kuyiraba indirimbo yawe nukuri washavuye🤣🤣gusa wavuze ukuri nababana munzu barashwana ndetse abari en distance 👍jewe mbona twihurije nuwanje mazeu🤣🤣🇧🇮🇺🇸
@Capy-xo1
@Capy-xo1 4 ай бұрын
😳😳😄😄 Ndabinginze abaza inyuma yanje mukande kuri ino photo twimenyanire. Nuko Imana Ibahezagire.🥰🥰🥰
@user-kj2xh6bt5y
@user-kj2xh6bt5y 4 ай бұрын
😂😂😂 poresanaa wewwe siowakwanzaa kuachana jikazee wewe ni jeshi
@justinmuhimpundu2gmail
@justinmuhimpundu2gmail 4 ай бұрын
26life big up san bro
@user-ui9bh7oq7s
@user-ui9bh7oq7s 4 ай бұрын
Non uribazako uyo witwa umugore wawe ww uribazako atagomba kurya rero Aho wihenze
@GodefroidRukundo
@GodefroidRukundo 2 ай бұрын
𝑩𝒆𝒎𝒆𝒛 𝒏𝒖𝒌𝒐
@ffhcgggcjc-ix7fs
@ffhcgggcjc-ix7fs 4 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂ravashe🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤
@schollaschol3948
@schollaschol3948 4 ай бұрын
😅😅😅😅😅😅😅😅❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@user-lq5cd9ru2m
@user-lq5cd9ru2m 4 ай бұрын
😂😂😂😂ew la vache sha courag kwr
@barakamfitiyecelestin8617
@barakamfitiyecelestin8617 4 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😅😅😅😅😅😅😅😅😂😂😂😂😂
@gal_oy9054
@gal_oy9054 4 ай бұрын
La vache 🎉❤
@delacycy
@delacycy 4 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣
@christainc.5217
@christainc.5217 4 ай бұрын
😂😂😂
@fridolinhabonimana4854
@fridolinhabonimana4854 4 ай бұрын
Wangwanaaa my people🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥 😂😂😂😂 ni la vachee namkubari sanaaa akura Stress niwewanje la vache🦌🤣🤣🤣
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 4 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@rickitangiteka458
@rickitangiteka458 4 ай бұрын
Iyi titre vipi???😂
@fulgencecoyitungiye
@fulgencecoyitungiye 4 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@mireillebigirimana807
@mireillebigirimana807 4 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂mwubahwe kabisa
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 4 ай бұрын
😂😂😂uramvunaguye imbavu la vache😂😂
@kabayijafrancis9627
@kabayijafrancis9627 4 ай бұрын
umukubito uriko urazima nimba usigaye ubesha kuri titre,nawe uraja mubandi bayi wagiye bayi,,,,,nturabona channel itakaza abantu muri une semaine?...sha bandanya kweli
@habimanaignace7235
@habimanaignace7235 4 ай бұрын
Ubundi ino mbobo iba ivuga iki koyasaze itanazi kuririmba ahubwo izi kuvuga gusa
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 4 ай бұрын
Ziba
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 4 ай бұрын
Ziba
@kevinnsabimana3788
@kevinnsabimana3788 4 ай бұрын
Eka barya bakobwa baba barazikinye hariya ,amazero barayakase ,nico gituma baca baza kurondera ngaho buja mutabazi 😅
@abdallahalhrbi3621
@abdallahalhrbi3621 4 ай бұрын
Ntumbesh naw afis abana 2 urumva ntiyorosh hariya
@irakozeguyolivier5483
@irakozeguyolivier5483 4 ай бұрын
Kaka uri gou yanje kwer la vache
@elsie4658
@elsie4658 4 ай бұрын
Usigay ubesha titre naw nkababandi sivyiza
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 4 ай бұрын
Wabibony nawe
@sese667
@sese667 4 ай бұрын
Narinzi ngo ni kwahukana (divorce)bagira bavuge, kumbe ni faux titre 😂 😂 😂 ikiganiro cari kiryoshe n'ubwo ivyo nari niteze kwumva bivanye na titre, ataho bihuriye n'ivyavuzwe vy'ukuri ... Naguye mukamashu nk'imbeba banshoboye kweri baze basubire 😂 😂 😂
@kabosskdn2202
@kabosskdn2202 4 ай бұрын
Gäel na Hosy nibo bafise chaine ziri crédible mu bdi ninka isimbiTV ntama buz show bakora,content imwe ntimwicire nyinshi afis z ukuri
@kevinnsabimana3788
@kevinnsabimana3788 4 ай бұрын
Buvugishira ukuri barakurongoye turabizi
@irambonaquelia1924
@irambonaquelia1924 4 ай бұрын
Unteye ishavu none nko kwandika titre idasa nikiganiro ubusaka gushika kuki? Uravye nabi tuzogira unsubscribe 😏😏😏😏
@Ngewe.214
@Ngewe.214 4 ай бұрын
this guy is not yet mature....tjrs adolescent.......
@Hi5392
@Hi5392 4 ай бұрын
6:02 😃😂😂ariko Alvin wige kugirir'ibanga bagenzi bawe😂😂
@VanneryNishi
@VanneryNishi Ай бұрын
@dorinenzigamwenayo6766
@dorinenzigamwenayo6766 4 ай бұрын
Alvin hejuru cane😂😂🎉🎉🎉
@JAime-mn3vm
@JAime-mn3vm 4 ай бұрын
Longue distance iravuna kbx amajambo nimenshi pe 😂😂😂😂
@alainblaise9401
@alainblaise9401 4 ай бұрын
zimyaaaa
@VanneryNishi
@VanneryNishi Ай бұрын
Incredible magic 🤯✨
00:53
America's Got Talent
Рет қаралды 54 МЛН
ОСКАР vs БАДАБУМЧИК БОЙ!  УВЕЗЛИ на СКОРОЙ!
13:45
Бадабумчик
Рет қаралды 3,8 МЛН
Mutima Mukombozi bakinye comedy 🤣 hamwe kuri Stage
17:32
Story Media
Рет қаралды 1,5 М.
Rtd.Gen j.KABAREBE ASOBANUYE UKO BARWANYE URUGAMBA RWO KU MURINDI W'INTWARI
29:24
ЕМУ БОЛЬШЕ НЕ ПРИДЕТСЯ НИЧЕГО ВЫБИРАТЬ😂😂😂
0:39
СЕМЬЯ СТАРОВОЙТОВЫХ 💖 Starovoitov.family
Рет қаралды 7 МЛН
Слепой перехитрил свою жену😳
1:00
Kino_sh
Рет қаралды 6 МЛН
Такого они не видели😱😍
0:55
Следы времени
Рет қаралды 3,1 МЛН
😆 @SantiOficialll @SantiFansshort @CAMILOAGUILLONN
0:15
Santi
Рет қаралды 8 МЛН