KUMENYA ABO TURI BO MURI KRISTO | Jocelyne & Elvis

  Рет қаралды 5,100

Christ Life Center

Christ Life Center

11 ай бұрын

#christ, #life, #Center,
Ushobora kumara imyaka myinshi mu rusengero ariko atazi uwuriwe. Wowe nyene wiherereye ukibaza, apana ivyabantu baguha amazina wibajije wenyene uwuri ugasanga waratakaye kandi uri murusengero rw’Imana.

Пікірлер: 12
@signolinenijimbere4462
@signolinenijimbere4462 11 ай бұрын
Ico nzi nuko kuva muvyaha ariko kujijuka kandi kumenya Uhoraho nibwo butunzi buruta ibindi vyoooose...ndanezerewe kubwa Elvis kazungu kumubona ariko avuga amajambo mazima....ntawundi atari Yesu wokuredressa umuntu ngo amenye ikibi n'iciza...kumwizera nokumumenya nibwo buzima...Imana ibandanye iha amaso mazima nubwenge buva kuriyo abantu bayo maze bacike abana b'Imana vyukuri....
@erasmemasengo9525
@erasmemasengo9525 11 ай бұрын
Mwagize neza gutanga umuco kuco twagizwe muri Kristo! Imana ikomeze ku bagura mu kuyimenya.
@solangendabigengesere6580
@solangendabigengesere6580 3 ай бұрын
Solange bubumbura Q2 ngagara arashima Imana yakije joce
@claudinekamariza9221
@claudinekamariza9221 11 ай бұрын
Ma belle sœur Darlene ❤ christu agume yagura ivyawe ma belle
@nadege1518
@nadege1518 11 ай бұрын
Murakoze bantu b'Imana &God bless you
@jeanineiradukunda5049
@jeanineiradukunda5049 11 ай бұрын
Komera ma chrie🎉❤
@emmanuelbishariza776
@emmanuelbishariza776 11 ай бұрын
Shalom
@belysebutoyi5658
@belysebutoyi5658 11 ай бұрын
Waiuh 5/5
@alaindevisndayisenga5884
@alaindevisndayisenga5884 11 ай бұрын
Darlene Yesu abahezagire cane ndanezerewe kukubona kristo yaragukujije mugikorwa ca kristo .akomeze kukwagura nguheruka muri assemblée de maison kwa maman darnel.ndi devis
@irakozedarlene7743
@irakozedarlene7743 11 ай бұрын
Oooh Devis thank you so much
@felixkazonkiza3619
@felixkazonkiza3619 11 ай бұрын
Mugize neza kudukomeza mu nzira ya nzira y’agakiza , nimba mufise numéro ya Elvis mwoyimpa
@ireberaimbwa-xn4cb
@ireberaimbwa-xn4cb 11 ай бұрын
Uri inde? Muri banded? Nyirabayazana.
Эффект Карбонаро и нестандартная коробка
01:00
История одного вокалиста
Рет қаралды 9 МЛН
What it feels like cleaning up after a toddler.
00:40
Daniel LaBelle
Рет қаралды 75 МЛН
IMANA IRAKOMEYE: BARONSE UMWANA NYUMA Y'IMYAKA 15  || JOEL NA BEINVENUE
1:13:08
Live at Christ Life Center : Sunday Service - July 21st, 2024
3:35:41
Christ Life Center
Рет қаралды 447
IKAMYO YARANGONZE MARA AMEZI MVUGA UBUTUMWA KWA MUGANGA : Pastor Dieudone
1:13:22
Umugore w'agaciro arangwa niki?|Bibiliya ibivugako iki [Pst prudent]
27:42
Ubutumwa bwiza kuri bose
Рет қаралды 3,5 М.
CHRIST LIFE CENTER' S SUNDAY SERVICE ( June 2nd, 2024)
2:37:11
Christ Life Center
Рет қаралды 446
wow indirimbonziza nudushya twinshi
47:15
YAWE25 tv
Рет қаралды 50
Christ Life Center : Sunday Service | June 09, 2024
2:40:59
Christ Life Center
Рет қаралды 381
Ev Amani - Ntaho Itakura Umuntu (Official Video)
4:46
Evangeliste Amani
Рет қаралды 11 М.
Apollinaire Habonimana na David Nduwimana live muri Narahariwe concert
3:34