Pastor Janvier : UBUVYUTSE N'IKI ?
1:07:35
Пікірлер
@NduwimanaEuphraim
@NduwimanaEuphraim 19 сағат бұрын
Kure cane na yesu Papa appotre
@egidenikiza8081
@egidenikiza8081 6 күн бұрын
Maman wanj ivyo bintu barabimuroze uko nyene mubivuze niko nawe vyagenze... Vyari biteye ubwoba cane, ubu ni muzima ! Ariko yari amerewe nabi cane rwose.
@YahwehYawehYaweh-qo3gr
@YahwehYawehYaweh-qo3gr 11 күн бұрын
In Jesus Christ name!!! Yea yesu Kristo Himbagwa Ur'uwera amen hallelujah hallelujah ❤️🙏
@alaincolinizere3703
@alaincolinizere3703 19 күн бұрын
igihe cose umuntu akwumvirije ariga
@nicolendabateze6307
@nicolendabateze6307 24 күн бұрын
Yesu akomeze abagirira neza Joelle na Bienvenu. Wakoze Ornella
@martinekwizera5104
@martinekwizera5104 26 күн бұрын
Hallelua !! Intahe nziza cane isubira kugaragaza ubukuru bw'Imana!! Imana ishimwe cane kubwabo bavyeyi yatwengeje ikabaha ikibondo inyuma yimyaka myinshi. Kuko 15ans ni myinshi pe. Murabahizi nukuri mwashoboy kwihangana mugikundanye!! Yesu ni mwiza ibihe vyose❤
@queenaqk9939
@queenaqk9939 27 күн бұрын
May God bless all the clc worshippers ❤️ muri umugisha Cynthia Yesu akomeze akwongere amavuta mukozi w’Imana
@INTEYITEKAWilly-Joyeux-pq9mq
@INTEYITEKAWilly-Joyeux-pq9mq 27 күн бұрын
Woow,ikiganiro ca bn
@joellebazizane2478
@joellebazizane2478 27 күн бұрын
Wakoze caneee Ornella na team yose ya Warubizi kuduha opportunité yo kuvuga imirimo y Imana🙏
@user-nr2tv9cw1q
@user-nr2tv9cw1q 27 күн бұрын
Mbwira uwomuti disi!
@OrnellaNIKOBAMYE
@OrnellaNIKOBAMYE 5 күн бұрын
Wotwandikira tukaguhA number ya joelle 🙏
@philotenibafasha329
@philotenibafasha329 27 күн бұрын
Ndanezerewe cane Ornella Abo bantu ndabazi muri vivante buja. None uriko ukora ikintu ciza. Jewe ndi maman Christophe ngira uramwibuka,muri église. Ndiko ndaba ico kiganiro. Biranejereje.
@muzingajulienne5682
@muzingajulienne5682 27 күн бұрын
Ornella bless you cane ku batumire beza b'uyu musi,iyi ntahe ntituyimenyera nukuri,itubera nshasha igihe cose bayishinze
@ndayisababeatrice8440
@ndayisababeatrice8440 27 күн бұрын
Imana nishimwe iragahora ihezagirwa KO yabagiriye neza yitwa ntihemuka kandi ikora kumwanya wayo
@Allmediaworldvrf
@Allmediaworldvrf 27 күн бұрын
Imana ibakomez mugikorwa vyayo
@NimbonaAncilla-vf9xg
@NimbonaAncilla-vf9xg 27 күн бұрын
Ornella ndabibuka muri chorale yo muri vivante kwijabe
@Blendairakoze
@Blendairakoze 27 күн бұрын
Mwarahezagiwe 😢🥰
@cynthiakaneza8419
@cynthiakaneza8419 27 күн бұрын
Amazing testimony! Imana ihezagire uyumuryango🙌🏽
@MarieIrakoze-dd8kd
@MarieIrakoze-dd8kd 27 күн бұрын
Ornella uri Mwiza cane warahezagiwe
@vansarah480
@vansarah480 28 күн бұрын
Imana yarakoze caneeee inyuma yi myaka 15ans nimyaka myishi canee mwakomeje urukundo ukwizera Ijuru riheza riratabara muryango mwiza wa Joelle na Bienvenu. Murakoze cane kuntahe nziza mugume mu bwiza bwa Ndiho 🙏🙏
@sandrineuwimana1362
@sandrineuwimana1362 28 күн бұрын
Beautiful couple muaryoshe intahe yanyu irubaka 🙏🙌❤️
@OrnellaNIKOBAMYE
@OrnellaNIKOBAMYE 28 күн бұрын
Mwaduhezagiye canee. Joelle na Bienvenu
@francineingabire2633
@francineingabire2633 28 күн бұрын
Yitwa ntihemuka,niyo Mana yacu,mwarakoze kwikomeza ku rutare rukomeye,irya Zaburi125:3 irankomeje ,merci
@blessedmann3644
@blessedmann3644 28 күн бұрын
Imana Ishimwe kubwa Joelle na Bienvenue ❤
@tuyizere_gad.5
@tuyizere_gad.5 28 күн бұрын
Ni Devotta ? Mutubarire
@tuyizere_gad.5
@tuyizere_gad.5 28 күн бұрын
None iyo ntahe mwatubariye mugitangura no kibona gute ?
@user-vo4yf2ri2b
@user-vo4yf2ri2b Ай бұрын
Ameeeeeeeen ubarikiwe sana mama pastere ❤
@vizubu7
@vizubu7 Ай бұрын
@user-nx4vr7rc7o
@user-nx4vr7rc7o Ай бұрын
Wow nimba abarundi kazi bose batekereza gutyo nibyagaciro pee nkufatiyeho icyitegererezo
@iranzimukungu2563
@iranzimukungu2563 Ай бұрын
ndagushimye mana
@mireillenzeyimana8510
@mireillenzeyimana8510 Ай бұрын
Amen
@elgringogringo5238
@elgringogringo5238 Ай бұрын
Rongai amajahe?🙏🙏
@elgringogringo5238
@elgringogringo5238 Ай бұрын
Manyinya we nzogusereva bakunywe😂😂😂
@DushimimanaSamuel-yp5fv
@DushimimanaSamuel-yp5fv Ай бұрын
Good
@Mambo936
@Mambo936 Ай бұрын
None ko abagore badahungabana iyo badafise amahera?Na bagabo bari bakwiye kuvyakira na bagabo bake cane baha abagore babo amahera iyo yaguhaye ration abona ko bikwiye,ni bake bibaza ko nyuma ya ration hari ibindi umugore akenera atarinda guhora asaba
@ToAllWomen9255
@ToAllWomen9255 Ай бұрын
kzfaq.info/get/bejne/i7d0jdhh2rOuYqs.htmlsi=QRfxa13h73LDKY3N
@IradukundaJeanette-yk7oj
@IradukundaJeanette-yk7oj Ай бұрын
Amen ❤ thank you
@NimukuzeJdeDieu
@NimukuzeJdeDieu Ай бұрын
Nitwa Jde Dieu Nimukuze from Rwanda,Apotre na Madame, nukuri mbazi kdi mbakunda kuva kera kubera your song igituma ndirimba,mumbabarire munsengere mubuzima bwange hazemo impinduka kdi ziturutse ku Mana,Amen
@nadegen.7850
@nadegen.7850 Ай бұрын
Imana ibandanye ibagirira neza, muronke ivyiza vyose biva kuba muri présence yayo❤
@christinenduwayo953
@christinenduwayo953 Ай бұрын
Urakoze cane ❤
@AimeJururito-rm4st
@AimeJururito-rm4st Ай бұрын
byaterwa numugabo uwariwe ubwose arumugabo windaya cyangwa umusinzi wayamuha akayanwera cyangwa akayanjyana mundaya.from Rwanda.
@KubwimanaMary
@KubwimanaMary Ай бұрын
Ndabakunze pe lmana ibagure muri speech zanyu zirubaka.
@user-fd2zo9br1q
@user-fd2zo9br1q Ай бұрын
Emelyne ndagutoye Imana ninziza warakijijwe Yesu ashimwe ndondera yooo Emelyne ndakuzi ukiri kwa grand mere nanje nyibuka ndabe mfise abana bava iwanyu 😅
@elianemushiranzigo
@elianemushiranzigo Ай бұрын
Amen. Murakoze cane Pasteur Evode ku ntahe yanyu yubaka cane. Imana mukorera yame ibitaho na ntaryo kuruta uko abantu bobikoze.
@alicenizigiyimana9264
@alicenizigiyimana9264 Ай бұрын
Imana Irakomeye cane, nanje ndanezerewe kubw'intahe ya couple nziza ya Elvis et Emeline, YESU yaravuze ATI ntaco mushoboye mutamfise nukuri nukuri umuntu adafise YESU KRISTO ntaco yoshobora, Imana Ishimwe cane yazanye WARUBIZI❤
@stanleymhozi7590
@stanleymhozi7590 Ай бұрын
Pole mrembo wa rwanda
@rozy_mnk7550
@rozy_mnk7550 Ай бұрын
Not Rwanda, from Burundi
@MamyEsperance-rm6bt
@MamyEsperance-rm6bt Ай бұрын
Imana ihezagire iyi coupe ❤❤
@user-hs8zg9yr9o
@user-hs8zg9yr9o 2 ай бұрын
Amina burundu
@nyaminanipromien9032
@nyaminanipromien9032 2 ай бұрын
Nibyiza
@user-ry4ij3hd3t
@user-ry4ij3hd3t 2 ай бұрын
Yooo niko kuri
@odetteniyonizigiye7993
@odetteniyonizigiye7993 2 ай бұрын
Ndafise ikibazo : est ce que birarekuwe ko mme Jocelyne agira 2 eme mariage , idini ryacu rirabimurekurira?????
@EriaBikorimana
@EriaBikorimana 2 ай бұрын
🙏 🙏 🙏 🙏 🙏