No video

Kurikirana ibirori nyezina vy'ingene Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yarahiye

  Рет қаралды 80,006

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Kurikirana ibirori nyezina vy'ingene Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yarahiye kuri uwu wa kane mu ntara ya #Gitega, imbere y'Abarundi.

Пікірлер: 38
@clementinemahoro1437
@clementinemahoro1437 4 жыл бұрын
Felicitations ku Barundi mweseeeeee👏👏👏👏 kubera ukuntu igihugu cyanyu cyateye imbere👌 impundu nyinshi kandi kuri perezida mushyashya warariye uyu munsi Evariste Ndayishimye💐 ni byiza cyane rwose kandi Imana ikomeze ihe nyakwigendera perezida Petero Nkurunziza iruhuko ridashira🙏🙏 ntazibagirana na rimwe❤❤Amahoro kuri mwese mwese. Umuryango we ukomere cyane❤🌹
@morisburundi515
@morisburundi515 4 жыл бұрын
Komeraaa
@jeandedieundereyimana7750
@jeandedieundereyimana7750 4 жыл бұрын
Komera caane shaa mwene wacu Hoba na we, utandukanye n'abandi. Ndagukeje caane..
@Sirila18
@Sirila18 4 жыл бұрын
Ndashimiye uyu muvukanyi Clementine kumwe n abandi bavandimwe batubaye bugufi baduhoza twabuze , bakaba n ubu banezererewe n intambwe ya democratie Uburundi bugezeko ata maraso asesetse. Murakoze. IYAKURE TV YARI YATURIYE UMUTIMA N UBU IKIRIKO.
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 4 жыл бұрын
✊🏾🇧🇮
@jonathanniringiyimana1197
@jonathanniringiyimana1197 4 жыл бұрын
Imana yamahoro izabashoboze kuyobora neza ico guhugu!
@jonathanniringiyimana1197
@jonathanniringiyimana1197 4 жыл бұрын
Imana niyo yambere rwose!!!
@kayitarebenon2692
@kayitarebenon2692 4 жыл бұрын
All The Best Mr. PRESIDENT. Congratulation to Burundian People. You just made a new Era, A new beginning of democracy in the Great Lakes Region. I'm From Rwanda
@hadijasalimu1808
@hadijasalimu1808 4 жыл бұрын
Imana ikujimbere murivyose papa👏👏👏👏
@juslainendayikeza6376
@juslainendayikeza6376 4 жыл бұрын
Imana ikujimbere my president amaso yabarund bose turakuraba
@arcadearakaza6925
@arcadearakaza6925 4 жыл бұрын
Musa w'uburundi yaratashe Imana yaduhaye yosuwa,ntankeka ikivi ca mosse azogikutsa,niharambe amahoro,ubutungane,iterambere n'ukwikukira nyakwo kuri mubikorwa atiri mumajambo,yorodani twayijabutse Imana ihorane natwe.ndabakeje nyenicubahiro Neva uwiteka abakomeze yosuwa wacu
@bebebebe9269
@bebebebe9269 4 жыл бұрын
IMANA igukorashe murivyinshi mu BURUNDI
@Sirila18
@Sirila18 4 жыл бұрын
Igukorashe?????
@anicetdoto6526
@anicetdoto6526 4 жыл бұрын
Komera mutama mushasja Imana ikuje imbere muri vyose
@morisburundi515
@morisburundi515 4 жыл бұрын
Asante sana mashariki
@trophainamagogwa7966
@trophainamagogwa7966 4 жыл бұрын
Inapendeza saana ila Tu Vita ikiwepo naumia mno mpaka Moyo unataka kutoka. MUNGU wasaidie Warundi akili ziamke kama Tanzania Wampende Raisi mpya tutakushukuru Kwa wema wako
@ndayishimiyecynthia4990
@ndayishimiyecynthia4990 4 жыл бұрын
Amina
@iracymartins1432
@iracymartins1432 Жыл бұрын
Reba iyi vídewo congregação cristã no Brasil mwizina rya nyagasani yesu ufite inzozi nziza.
@pice-marcntigahera2621
@pice-marcntigahera2621 4 жыл бұрын
Toutes nos félicitations au nouveau président de la république du Burundi.
@pice-marcntigahera2621
@pice-marcntigahera2621 4 жыл бұрын
Toutes nos félicitations au niveau président de la république du Burundi.
@bebebebe9269
@bebebebe9269 4 жыл бұрын
Felicitation
@nadmuzikaofficial9392
@nadmuzikaofficial9392 4 жыл бұрын
Dukurikire aka karirimbo kabakongomani NAD MUZIKA - hommage Pierre Nkurunziza
@ndikumanadesire5961
@ndikumanadesire5961 4 жыл бұрын
Congratulations congratulations our president may Almighty God bless you.
@nahimanahussein707
@nahimanahussein707 4 жыл бұрын
God bless u in brndi thank u
@abodetidings8392
@abodetidings8392 3 жыл бұрын
byari byiza cane
@ghhhhy1812
@ghhhhy1812 4 жыл бұрын
From 🇧🇮Saudia 😘😘
@libetztanzania-kiswahilina2845
@libetztanzania-kiswahilina2845 3 ай бұрын
TUNAWATAKIE MAISHA YENYE FANAKA NA AMANI TELE MJENGE BURUNDI MPYA
@jean-mariedikunduakila5481
@jean-mariedikunduakila5481 4 жыл бұрын
KABILA NA TSHILOMBO BOTALA NDENGE NINI PSSATION DE POUVOIR ESALAMAKA.OYO ESENGO TE PONA KIMIA NA MBOKA.
@jean-mariedikunduakila5481
@jean-mariedikunduakila5481 4 жыл бұрын
BATO OYO BAZALI KOKENDE MOSIKA PENZA,NA MONOKO YA BANGO MOKO.MATONDO SOLO PONA MBOKA BURUNDI.BILAKA MALAMU MOKONZI EVARISTE.
@esperancenahimana70
@esperancenahimana70 4 жыл бұрын
Merci mingi, Nzambe apambola yo
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 4 жыл бұрын
✊🏾🇧🇮
@mistanackis8269
@mistanackis8269 4 жыл бұрын
Waouh nice
@biziyaremyeemmanuel63
@biziyaremyeemmanuel63 4 жыл бұрын
😍🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@jonathanniringiyimana1197
@jonathanniringiyimana1197 4 жыл бұрын
Felecitation kubaturanyi bacu!
@laurentuwitonze310
@laurentuwitonze310 4 жыл бұрын
A nimaux
@andrewbarichako270
@andrewbarichako270 4 жыл бұрын
Tugomba amahoro muri iyi si
@emmanuelgatsinzi9289
@emmanuelgatsinzi9289 4 жыл бұрын
mbonye abantu ndusha parade
@bizashira2108
@bizashira2108 4 жыл бұрын
Ko mutikingira CORONA basha!?
КТО ЛЮБИТ ГРИБЫ?? #shorts
00:24
Паша Осадчий
Рет қаралды 3,1 МЛН
Kind Waiter's Gesture to Homeless Boy #shorts
00:32
I migliori trucchetti di Fabiosa
Рет қаралды 15 МЛН
طردت النملة من المنزل😡 ماذا فعل؟🥲
00:25
Cool Tool SHORTS Arabic
Рет қаралды 19 МЛН
Uko byifashe hirya no hino~#RIRARASHE
TV1 Rwanda
Рет қаралды 1,9 М.
КТО ЛЮБИТ ГРИБЫ?? #shorts
00:24
Паша Осадчий
Рет қаралды 3,1 МЛН