ABARUNDI MWESE NIMUFATE IRY,IRYIBURYO INKURU NZIZA YINJIYE MU URWANDA UMUPAKA URAFAUNGURWA VUBA!?

  Рет қаралды 20,799

MUHABURA TV

MUHABURA TV

12 күн бұрын

WATERA INKUNGA IBIKORWA BYA MUHABURA TV#0783996164#NDAYISHIMIYE#KAGAME

Пікірлер: 89
@MUHABURA_TV
@MUHABURA_TV 10 күн бұрын
INKURU MBI KURI PRESIDENT NDAYISHIMIYE AGOMBA KWEGURA VUBA UMURUNDI ARARAKAYE ARASHAKA RWASAASIMBUREkzfaq.info/get/bejne/l9uGZM9kktu4ooU.html
@Hilaire-dd5sx
@Hilaire-dd5sx 10 күн бұрын
Dukwiye kubana nk'Abavandimwe(Abarundi n'Abanyarwanda).👍
@AllyMurerwa-wq5uv
@AllyMurerwa-wq5uv 10 күн бұрын
Abarundi simbizera Abanyarwanda bitonde Guhita bajya Uburundi batazatwicira abantu babe bitonze babanze barebe aho bigana
@jeanbaptistedieudonne2885
@jeanbaptistedieudonne2885 10 күн бұрын
Ari abarundi mwabaretse kweli . Ibyo bigira byose ahubwo ko bakagombye gusaba imbabazi
@user-dm3xf8wd5g
@user-dm3xf8wd5g 10 күн бұрын
Ndumurund ariko potke nimbi kbx akoboturetse bakugurura nubundi koturibamwe duhurura kubyishi kbx nibatureke icyonabonyeco ntamuturage wumurundi yanka umunyarwanda kandi nanumunyarwand yang uburundi
@mugenzieric6530
@mugenzieric6530 10 күн бұрын
you are right
@user-cm3nd7um3l
@user-cm3nd7um3l 10 күн бұрын
reka nta kihutirwa, reka babe baretse.
@Musindi736
@Musindi736 10 күн бұрын
Erega usivye politique ntakintu kizodutandukanya
@djohaumuhoza2685
@djohaumuhoza2685 10 күн бұрын
Byaba aribyiza pe!erega turi abavandimwe
@kwzrvivanHamza
@kwzrvivanHamza 10 күн бұрын
Hongela sana kwa nchi Rwanda.
@ICGLRGERARD
@ICGLRGERARD 10 күн бұрын
Abatama, abasaza bacu di nibavuge rumwe, twibanire mu mahoro. Iyo tutumvikanye duhomba vyinshi kurusha ivyo twunguka. Peace in our countries.
@Hilaire-dd5sx
@Hilaire-dd5sx 10 күн бұрын
Ukora akazi neza,komereza aho👍
@semajororubabaza3399
@semajororubabaza3399 10 күн бұрын
Abanyarwanda bitonde, abarundi ni aba [ swahili] nk’uko Neva yabivuze.
@user-bk1mo6tv7o
@user-bk1mo6tv7o 10 күн бұрын
Nibabirusha abanyarwanda huuuui utazi ubwenge se ...uzuza yewe
@GaparaniNdinda
@GaparaniNdinda 7 күн бұрын
Turakwemera kubusesenguzi bwiza ukora turagukurikirana
@uwimbabaziesperance8478
@uwimbabaziesperance8478 10 күн бұрын
Ahaaaaa,nimube muretse gushyuha ntawakwizera ndayishimiye ucumbikiye interahamwe pe!
@leonidasmusonera579
@leonidasmusonera579 10 күн бұрын
Uburundi buzafungura imipaka batarabona Niyombare, none se RED tabara ntizaca k'umupaka ngo yinjire iburundi, wagirango abaroberi iyo binjiye mu gihugu baba bafite passport bagateza muri immigration mbere yo kwinjira. Abarundi barashaka aho bigurira igitoro mu baturanyi s'ikibazo cyabatera uburundi ubukene burabishe
@GivasNgezaho
@GivasNgezaho 9 күн бұрын
Jew nkeney ko dushora ivyokurya murwanda, hama ivyo murwanda navyo bize muburundi
@MUHABURA_TV
@MUHABURA_TV 10 күн бұрын
ibitekerezo byanyu byose ni inyamibwa
@user-ot2jl2pd1x
@user-ot2jl2pd1x 10 күн бұрын
Ubundi c neva yumvaga turamusaba imbabazi ,abanyarwanda tuzi agaciro kumuntu tukagaha buri wese nakingurire abarundi yaboshye kandi ajye amenyako ntacyakadutanyije😊
@user-zm2bj1kl4q
@user-zm2bj1kl4q 10 күн бұрын
Mwabaretse bakagumana indagara zabo ko twazihuzwe ! Ni abatindi
@chales08
@chales08 10 күн бұрын
Ntuzosubire kuvuga ngo ABARUNDI...Uzoze uravuga uti aba CNDD FDD...
@MUHABURA_TV
@MUHABURA_TV 10 күн бұрын
hahaa mukomere
@TetaIgiraneza
@TetaIgiraneza 10 күн бұрын
Wotuma ndakudahwako none bo sabarundi
@Sirila18
@Sirila18 10 күн бұрын
Uburundi ni demokarasi haremewe imigambwe myinshi. Twese ntituri aba CNDD / FDD . Sinarinzi yuko mutari abarundi
@user-wj1kz4yv3i
@user-wj1kz4yv3i 10 күн бұрын
Ka tubategereze turebe.
@Arshimed
@Arshimed 10 күн бұрын
Courage RUGAMBA
@Lock940
@Lock940 10 күн бұрын
Nta gihugu kuri iyi si gicyeney u Burundi uko bumeze Ubu. U Burundi budahari twabaho, nibashake bakomeze bafunge nta wubacyeneye
@user-cn5nn6kx5v
@user-cn5nn6kx5v 10 күн бұрын
Ariko ubundi mwirukira kuri tanganyika, muha I cg kivu ntihari, murasa ra ahubwo
@TetaIgiraneza
@TetaIgiraneza 10 күн бұрын
Ahubwo kivu yacu iryoshye kurusha tanganyika yayo
@KaramagiProtasius
@KaramagiProtasius 10 күн бұрын
Abayobozi benshi babarundi baracyafite ryavangura rya moko ya Hutu Tutsi ideology, bayikwije no muri DRC,niyo irimo kubica muri riya ntambara ya M23,ngo bazarangiza,batera Urwanda,
@rwigemapatrick3164
@rwigemapatrick3164 10 күн бұрын
URwanda turatuje ariko abarundi ntibatuje kuko gufunga imipaka byabakozeho cyane . So nubwo hari utuntu duke cyane dukura iburundi twanakura nahandi nkeka abarundi bakeneye urwanda cyane kurenza uko urwanda rubakeneye
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 10 күн бұрын
@@rwigemapatrick3164 murwanda naco dukurayo kuko ntanico mufise inzara irimukubica
@olivierbyiringirogacard1281
@olivierbyiringirogacard1281 10 күн бұрын
Nonese icobaribawufugiye umupaka carangiye
@umuha-s05
@umuha-s05 10 күн бұрын
Uwo mugabo mubona niwe wavuze ko imipaka itazugururwa vuba. Nta kwezi gushize abivuze. Ubwo mubona bahita bahindura décision aka kanya?
@eliesindayigaya9787
@eliesindayigaya9787 10 күн бұрын
Ubundi munyangire ntacyo yabagezaho bareke tubane mumahoro
@ntirenganyajean8888
@ntirenganyajean8888 10 күн бұрын
Abarundi turi bamwe turabavandimwe
@JonasKamanzi-ot5fb
@JonasKamanzi-ot5fb 10 күн бұрын
Abarundi nabanyarwanda nabava ndimwecyane,kerabahoze arigihugukimwe ikibazo bazambirizwa,nabategetsibabo
@MikeNdayi
@MikeNdayi 10 күн бұрын
Vaho nkaho uri kuvugiki ?namwe nimurifate iryo ryiburyo
@umuha-s05
@umuha-s05 10 күн бұрын
Ubwo mwishimye ngo bigiye gukemuka!!! Mutegereze muzaba mumbwira
@user-zd9ck8km5i
@user-zd9ck8km5i 10 күн бұрын
Ariko Tanganyika iyo birirwa barata ko itaruta iKivu cyacu ubwiza, kuki twumva ko feri ya mbere yaba kuri Saga plage?. Mwibuke ko umutekano wanyu iburundi utaba wizewe 100% kuko bariya baturanyi bagira uko baramutse.
@chadrackroutine
@chadrackroutine 10 күн бұрын
Ufise ukuri kbx kuk Tanganyika ntabirenze kbx
@Musindi736
@Musindi736 10 күн бұрын
Sha urabaz itandukaniro ndumva ntayuzi
@user-zd9ck8km5i
@user-zd9ck8km5i 10 күн бұрын
@@Musindi736 Ahubwo wewe niwe utazizi kuko iyo Tanganyika ndayizo cyane, Kivu ndakizi cyane. Ahubwo wewe uzi iyo tanganyika gusa, uzobaze ntahandi uzi
@user-yx9sm3oi6e
@user-yx9sm3oi6e 10 күн бұрын
Ese ubundu ngewe umuturage ibi kubimbwira byamfasha iki?
@chadrackroutine
@chadrackroutine 10 күн бұрын
This is not true kbx
@hilalishaban8431
@hilalishaban8431 10 күн бұрын
Kano gahungu ntikazi ivyokarimwo.abobantu uvuga ntabuzi, kweli
@user-ot2jl2pd1x
@user-ot2jl2pd1x 10 күн бұрын
None c gisekedi amusigiye nde?naze badutukire hamwe
@user-fq2ht5cz8x
@user-fq2ht5cz8x 10 күн бұрын
Ubuse uvuze iki ? Nikihe gishya cyabaye ?
@AntohBuju
@AntohBuju 10 күн бұрын
Sinzi Nico dupfa tuvuga ururimi rumwe nibere riba riyaze😂😂😂😂
@AhorukomeyeSulaiman
@AhorukomeyeSulaiman 10 күн бұрын
Biri ofisho iyonkutu utibwire 5:39
@2aakaine
@2aakaine 10 күн бұрын
Uvunguwe naseka rwose harya Byose ngo ni political ahhh harimo nubuhone rwose bagira ngo u rwanda 🇷🇼 turibagirwa Oya nabahekuye u rwanda 🇷🇼 baba kwa food ndayi turabazi bituri kumutima nibindi byumugoryi bakora harigihe bazakosorwa sinzimvuze people rwose
@user-lm2oc7nd2b
@user-lm2oc7nd2b 10 күн бұрын
Nashaka areke kuyifungura arebe ko hari icyo tuba ntekereza ko ariwe ukomeje kubabara kuturusha
@Sirila18
@Sirila18 10 күн бұрын
Abadashoboye gufata indege ngo baje mu Rwanda ni bo babihomberamwo
@IgirukwishakJamari-zs3sb
@IgirukwishakJamari-zs3sb 10 күн бұрын
warasaze twebwe twobakenera kwibik nigiki mufise tudafise kugira agasuzuguro urumva twebwe dusaba kobugurura imipaka simwe mwirirwa murarira
@JeanclaudeTuratsinze
@JeanclaudeTuratsinze 10 күн бұрын
Amashusho yawe harimo akantu
@MugishaAuxane
@MugishaAuxane 10 күн бұрын
Gusa abanyarwanda imbere yukuza bazobanze babe sur ko umutekano wabo wubahirijwe ntibazogirire ikibazo i burundi
@user-qf9gx1qf9j
@user-qf9gx1qf9j 10 күн бұрын
Hhhhh tuzajya kurya imicyecye ni ndagara hhhhhh
@etienneniyungeko-er7hd
@etienneniyungeko-er7hd 10 күн бұрын
simbona igituma bashaka gusaba abahungiye mu Rwanda kandi nabo wumva bafise fdrl mu nzego zabo kandi zohungabanya umutekano w'Urrwand!!!
@chales08
@chales08 10 күн бұрын
Ahubwo n'uko CNDD FDD isaba uRwanda gusa kandi hari n'aba putistes babaye ibulaya...kuki badasaba ibihugu ibihugu vy'ibulaya 😅😅
@jimmydelphinsabukwigura3092
@jimmydelphinsabukwigura3092 10 күн бұрын
Man n'aho bwofungura imipaka canke mukugurura ivyo mushaka je iyo arrogance yanyu ntayo nzokwigera nshigikira...
@StivinKymb
@StivinKymb 10 күн бұрын
Urasuzugurigihugu numukuruwigihugu ok nabado ntawuziyobwirageze muhungu kigihugu numukuruwigihugu witondeca
@MUHABURA_TV
@MUHABURA_TV 10 күн бұрын
nkawe ubikura hee cyangwa ni ibiri mumutima wawe
@ChristineNSHIMIRIMANA-m4k
@ChristineNSHIMIRIMANA-m4k 10 күн бұрын
Tugire.ubumwe turi bamwe
@nyamurangwajeanmarie5331
@nyamurangwajeanmarie5331 10 күн бұрын
Nibashake bakomeze bafunge ntitugikeneye ko bafungura rwose igikuru nuko abaturage bombi nta kibazo dufitanye
@kemosabe4996
@kemosabe4996 10 күн бұрын
Ese uburundi nibwiyunga nu Rwanda uzongera kuvuga iki
@MUHABURA_TV
@MUHABURA_TV 10 күн бұрын
nayo ni inkuru nziza nshuti yange
@PrinceTuyishime
@PrinceTuyishime 10 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂
@ntwaristeven-oo8en
@ntwaristeven-oo8en 9 күн бұрын
Uvuze nabi nshuti
@joelnzeyimana7791
@joelnzeyimana7791 10 күн бұрын
ikibazo abanyarwanda murabicanyi ntamuntu yobizera,.. mushaka kwigira ikimana ca Afrika
@AngeKazege-sy1ok
@AngeKazege-sy1ok 10 күн бұрын
Wasanga Ururuterahamwe Utari Numurundi Wanyawe Toka
@joelnzeyimana7791
@joelnzeyimana7791 10 күн бұрын
@@AngeKazege-sy1ok ohooo narizi kwatakindi wandika kuko ibiterahamwe nivyo biri mutwe yanyu, muganivyo ntamuntu ayobewe ko ibiterahamwe vyose bituruka mu Rwanda none,wunva weho urgiki kurimuvyara wigiterahamwe ..umutsi womuwanda umutu womurwada,mwese muribiterahamwe kuko mwicanye muribamwe.
@StivinKymb
@StivinKymb 10 күн бұрын
Uraciriritse muvyogusesengura urihasi
@MUHABURA_TV
@MUHABURA_TV 10 күн бұрын
ndagushimiye wowe kandi urihejuru
@chales08
@chales08 10 күн бұрын
Ahubwo niwe uciriritse... Jewe ndi umurundi, kandi iyi Channel ndayikunda cane!!!
@StivinKymb
@StivinKymb 10 күн бұрын
Wewurisonera abarundi bozagusurikimugwanda? Uti prezida wacu arindwaninterahamwe baraguhenze wewevugivyushaka harihimisi?
@TetaIgiraneza
@TetaIgiraneza 10 күн бұрын
Wogiriki muriyo minsi nawe nyene uraziko ata gouvernement mufise namwe muraziko atakigenda none ndakubaze ubukene mufise urabuzi wewe no gukubitwa aho mushitse hose
@user-ds6mp7es2l
@user-ds6mp7es2l 10 күн бұрын
Abo Barundi ubundi Baba bikora uduki. Kobameze nkumurozi ucuragura kunzu yumukire.ntacyo batwara Urwanda.
@user-ib1pk7fb8p
@user-ib1pk7fb8p 10 күн бұрын
😂😂😂😂😂
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 10 күн бұрын
wew ntuzisende uze muburundi tuzokumesa kumajambo mabi wavuze nukuguhonda
@leonidasmusonera579
@leonidasmusonera579 10 күн бұрын
Wewe urikijuju
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 10 күн бұрын
@@leonidasmusonera579 nawe araza turabe naho imipaka yokwugururwa umunyarwanda wese azi koyagiye kukinyamakuru akavuga uburundi nabarundi nabi niyahonyoza ikirenge kwantare azobihanirwa
@MUHABURA_TV
@MUHABURA_TV 10 күн бұрын
Niba icyibyumva gutyo uracyafite ikibazo
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 10 күн бұрын
@@MUHABURA_TV Burya wahuragura ibijambo witeranya nabarundi wibaza kobizijana naho urwanda nuburundi bizosubiza hamwe wew uzogume iwanyu ntuzuhonyoze ikirenge muburundi raba ingene abamenyeshamakuru biburundi butiteranije
@MugishaAuxane
@MugishaAuxane 10 күн бұрын
Niw uzomuhana ????
50 YouTubers Fight For $1,000,000
41:27
MrBeast
Рет қаралды 138 МЛН
HAPPY BIRTHDAY @mozabrick 🎉 #cat #funny
00:36
SOFIADELMONSTRO
Рет қаралды 15 МЛН
100❤️
00:19
MY💝No War🤝
Рет қаралды 22 МЛН
UI/UX Course | UI/UX Free Course | UI/UX Training | Intellipaat
3:34:54