No video

Pacifique Nininahazwe bwambere ashize hanze ayamajambo yagizibanga||vyanteyisoni gupostinga

  Рет қаралды 28,205

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

Күн бұрын

#amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Пікірлер: 35
@PascalNgabonzinza
@PascalNgabonzinza Ай бұрын
Mr PACIFIQUE akora neza.... Le changer n, est pas nécessaire...Les gens qui prennent le risque comme Mr Pacifique ne sont pas nombreux. ON NE CHANGE PAS UNE ÉQUIPE QUI GAGNE
@MagnifiqueNduwimana
@MagnifiqueNduwimana Ай бұрын
mbe ngabo abatutsi nibo batubujije igitoro sarira hiyo ndumuhutu ariko sindagushigikiye nimugihe uwundi muhutu
@nicayenziarcade2044
@nicayenziarcade2044 Ай бұрын
Nukuri igitoro nubututsi vyinjirana gute?kweri abarundi twikebuke kabisa.tureke amacakubiri ahubwo turabe ivyoduteza imbere pls.
@doudoumaduwamohsin1552
@doudoumaduwamohsin1552 Ай бұрын
Uwabaroze ntiyakaravye....kubura ubwenge nibwo bukene bwa mbere
@ENOCKboyTv-fm5ye
@ENOCKboyTv-fm5ye Ай бұрын
Pacifique Turamukunda kuko afitukuri kwishi ayomajambo ya Neva aramaramaza mumakungu nka président avugakurya
@yolo._96
@yolo._96 Ай бұрын
Pacifique ni ngabire twagabiwe n imana
@user-hj4fj8jr8p
@user-hj4fj8jr8p Ай бұрын
mana , riryajambo yavuze ngo we ntiyomenya ko ibintu bizimvye iwe afise ama stocke yivyarya , emwe harya yararogose . niwe hubwo akwiye kumenya ko ibintu bizimvye kugira aduze imishahara . ration yabarundi . ntamitwarire yiwe ! gutwara nukumenya nuko uvuga , yewegaye , ! abarundi murigorewe mutwarwa nibihuruduke mumumajambo . yarakwiye gusaba ikigongwe igihugu kurivyo yavuze , biteye isoni. nta prezident nkuyo yovuga ivyo . mubihugu tubayemwo hagize umukuru wigihugu avuga ivyo , borara bamufuse kuko nitwe tumushiraho canke tukamukura adukoshereje . polotik yabarundi ni umunuko, uyo abarundi booose borara bamukuye canke bakamuhonda igiti kumunwa ,
@CharlseChima-tj7tu
@CharlseChima-tj7tu Ай бұрын
Nimurabe mutabare banyagihugu uwariwewese aze arababwira amatora aregereje
@user-xg8rq8nd9f
@user-xg8rq8nd9f Ай бұрын
Komera kumuheto
@aloysdegonzagueniyoyita1974
@aloysdegonzagueniyoyita1974 Ай бұрын
Ha! Umurongo w'abahutu n'uw'abatutsi......quelle sale honte. Twe twiga mu congereza twarabirwanije. Uno musi twese tugatonda aha. Ejo tugatonda harya. Baciye batwita aba inconscients, au dela du son etc........Mais bon, de loin du Burundi ou je suis, je continue a croire ko ubumwe n'urukundo bizotsinda urwanko n'ama cakubiri.
@SleepyCroquet-hi5yj
@SleepyCroquet-hi5yj Ай бұрын
Kuvugira kubivugira mukinyegero taha ubivugire muburundi
@NgaboJeanvier-iw4yu
@NgaboJeanvier-iw4yu Ай бұрын
kandi ubu wasanga Kino cyigoryiii Ninahazwe hari benewabo bakidegembya muburundi??cg bose bahunze amahoro basanga criminal paul kagame nawe abajugunya mahama camp ngo azabaha ubutegetsi ra😣🙄🙄🙄barabahenda na red tabara yanyu mwese bazabamesa.
@nmnteamdknn8405
@nmnteamdknn8405 Ай бұрын
Ubuzima mubayeho murinyuma yabahunze… nuko tutakubona twosamga ufise ubucafu kubera utoga… nta mazi nta matara… ariko pacifique wew umurusha ubuzima kweli??
@NgaboJeanvier-iw4yu
@NgaboJeanvier-iw4yu Ай бұрын
@@nmnteamdknn8405 harya ubu wizera ko cyino cyirambu ngo Pacific azaba president ra🙄🙄🙄🙄🙄barabahendaaa muri ibijuju..naho pacific ni umuhirimbili Toka satani
@felicienharerimana1666
@felicienharerimana1666 Ай бұрын
None ga wa mukobwa ubaza ryari?
@felicienharerimana1666
@felicienharerimana1666 Ай бұрын
Uwo mukobwa ariko arata umwanya. Nabaze ikibazo areke kumara umwanya ashima
@Jeanclaudemboma
@Jeanclaudemboma Ай бұрын
Waradusutse uca wiyuririra indege ngo wafuse amacakubiri wagifyera we nukuntu ari wew wateyimizi yamoko mugihugu urumwicanyi uzopfe utabonye uburundi kandi turakwank wa setan we imana irinde uburundi umwansi wabwo nka Pacific ngo neva ateyisoni ? Weho iyuvuze udutera kudahwa ndabivuze ndumututsi mwenewanyu ariko narakwiyambuye waraduhekuye urapfa ugenzamavi wa nzavyi we
@ReemAl-Qahtani-se6bl
@ReemAl-Qahtani-se6bl 27 күн бұрын
Ya kerbe vaho ya zege rofa
@bennyparfaitmunezero9242
@bennyparfaitmunezero9242 Ай бұрын
muzovuga nimwaka ijana ihere
@yemamaulidi4969
@yemamaulidi4969 Ай бұрын
@user-jd5xd6vo3t
@user-jd5xd6vo3t Ай бұрын
Nawe uzomara imyaka ijana
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to Ай бұрын
Ivyo yakoze twese ntitwabishimye kuko ubu bose nivyo basigaye bayaga aho bateramiye ikiyago kikaba ikiyago gusa yaratanze shoooo mumahanga hose😀😀😀
@Jeanclaudemboma
@Jeanclaudemboma Ай бұрын
Iki kirumbarumba ,umwicanyi umwuzykuru wa satani Pacific aravugiki iri shano nyakurwa muruzi ubwicanyi wakoz uzopfa udasubiye kugaruk I burundi ubu tugorewe hanze yigihugu kubera wewe wakigoryi we
@SleepyCroquet-hi5yj
@SleepyCroquet-hi5yj Ай бұрын
Ewe nininahazwe urarushe kuva ahowavugiye inyungu uraronka niyahe reka kwiha amenyo yabatwenzi wamwicanyiwe twaraguhinyue
@MagnifiqueNduwimana
@MagnifiqueNduwimana Ай бұрын
ngaho ndakugaye cane none neva niwe muhutu wenyene
@nkurunzizaaugustin8845
@nkurunzizaaugustin8845 Ай бұрын
Ninde yaguhenze ko dukunda Pacifique
@SleepyCroquet-hi5yj
@SleepyCroquet-hi5yj Ай бұрын
Wibagiye yamisore warekurira mwibarabara kumutakura ugacawiruka wakirofawe
@NgaboJeanvier-iw4yu
@NgaboJeanvier-iw4yu Ай бұрын
ariko ubundi Kino kigoryiii @pacific Ninahazwe ubu koko urareba ukabona wayobora uburundi??biciye muyihe nzira se??iyintambara se??iya dipromacy se??😉😛😜🤣🤣🤣🤣🤣🤣 kagame arabahendaa muri ibijuju...naho muburundi haba hasigayeho wowe gusa nabwo ntabwo wayobora uburundi kuko uri icyigoryiii uri umugome u'r tutsis stupid extremist wahoze uyoboye aba sanscheke turabizi abahutu wishe nabene wanyu ndetse na so urangije muri 2015 ugumura za mujeri ngo zisenye uburundi na cndd-fdd mwaratsinzwe kandi muzahora mutsindwa kagame yarabahenzee muri ibipfagundu ko mwarwanyaga H.E Nkurunziza ubu yaratabarutse none mwarahinduye ubu Murarwanya HE Ndayishimiye??so ni muvugishe ukuri ikibazo mufite si nkurunziza si ndayishimiye ahubwo murashaka ubutegetsi bwabatutsi nkaburya mwahoranye na cyacyigoryii buyoya naya mpyisi Bikomagu reka mbakurire inzira kumurima mwabatindi mwe ntabwo muzongera kuyobora uburundi 1000yrs izashira hatwara cndd-fddd kuko bashyira imbere imana ntabwo mwabashobora mwabagome mwe muri ibivume.Toka satani
@nmnteamdknn8405
@nmnteamdknn8405 Ай бұрын
Yabuyobora… habyalimana se mwigeze nibaza ko yoga kungoma??? Buriya wosanga arabiyoboye… uzobaze neza nta ngoma idahava…
@nmnteamdknn8405
@nmnteamdknn8405 Ай бұрын
Wowe rero ufite ihungabana kubera interahamwe nta Mahoro muzigera kubona,mwizeye cnndd ariko izosenyuka… Hama Imana muvuga si Imana nziza kuko Raba ico kibi uvugana nta mana Uzi. Uraruhijwe nivyaha wa ka abantu bose rero uraba kuraba umu psychiatrist urarushe
@NgaboJeanvier-iw4yu
@NgaboJeanvier-iw4yu Ай бұрын
@@nmnteamdknn8405 ugize ngwicyi wa shyano we jyenda urye ibigori mahama camp ubundi utegereze aba dd bene wanyu bazabamasaaaa hano si iwanyu tuzabirukana tubambuye byoseee urumva wa rugoryiii we.gaswere nyoko
@NgaboJeanvier-iw4yu
@NgaboJeanvier-iw4yu Ай бұрын
@@nmnteamdknn8405 numbonera @pacific ninahazwe uzamumbwirire ko azarinda apfa atabaye na nyumba kumi urumva sha wa mbeba we...kandi uzambwirire za mujeri zene wanyu uti bazabamesa urumva sha wakabwa we uzambwirire Gen niyombare uti mbere yuko uba kanyarengwe uzabanze umenye history ye neza ubundi ntuzatinda kubona ko wibeshye wa mujenerari wurugoryii we..uti bene wanyu barimo kunywa ibiyeri naza amster birira imicyecye naho wowe uri mubwobo uboshye imbeba.Very stupid general niyombare asyii.toka satani
@ncxp5663
@ncxp5663 Ай бұрын
@@nmnteamdknn8405 jwe namubwiye ko igihe arico gica urubanza! Mureke erega usanga nubumuntu bwaragiye c,est triste 😢
Чёрная ДЫРА 🕳️ | WICSUR #shorts
00:49
Бискас
Рет қаралды 6 МЛН
Вы чего бл….🤣🤣🙏🏽🙏🏽🙏🏽
00:18
Magic? 😨
00:14
Andrey Grechka
Рет қаралды 18 МЛН
PEDRO PEDRO INSIDEOUT
00:10
MOOMOO STUDIO [무무 스튜디오]
Рет қаралды 10 МЛН
Harya Ubwenge n'Ibitangaza, Yezu Ibikura Hehe? - Patiri Felix Fupi
29:32
Imvugo ya Ndayishimiye : ico abarundi boyitahuramwo
2:19:45
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 52 М.
Чёрная ДЫРА 🕳️ | WICSUR #shorts
00:49
Бискас
Рет қаралды 6 МЛН