NELLY NAT avuze amanyanga yose yabaye muri show ya RAYVANNY🇹🇿 llKIRIKOU na DOUBL JAY llWE LOVE MUZIK

  Рет қаралды 6,584

Isaac Tv

Isaac Tv

2 ай бұрын

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Пікірлер: 54
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 2 ай бұрын
Bateze OBR sha Mukobwa w'i Gihugu NellyNat
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 2 ай бұрын
NellyNat mukumena umuceri yarasaze
@user-lx5br8ud5m
@user-lx5br8ud5m 2 ай бұрын
Raba wasaziye kwa Nyoko wumuswawe uguma udutuka ngo twuzuye amazi mumitwe aho ututse abarundi bose nimba amategeko akora mubu 🇧🇮 barakwiye kuza barafunga ibirofa bitubaha nkawe
@ffhcgggcjc-ix7fs
@ffhcgggcjc-ix7fs 2 ай бұрын
Nikundira neli❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@user-lx5br8ud5m
@user-lx5br8ud5m 2 ай бұрын
Ngo Abaririmvyi babarundi nimishenzi bose😂😂😂
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 2 ай бұрын
Nelly hejuru caane
@patrickzenges1101
@patrickzenges1101 2 ай бұрын
Nelly ni lofaaaaaaaa😂😂😂😂😂😂
@chany9950
@chany9950 2 ай бұрын
Kagira amajambo meshi gayemwe ndagukunda tu🤣😘
@alainpicainirakoze-rz2nt
@alainpicainirakoze-rz2nt 2 ай бұрын
Big up Isaac
@RETUS-BRAINY
@RETUS-BRAINY Ай бұрын
Ngwafise problem yigitsina 😂😂😂😂
@chany9950
@chany9950 2 ай бұрын
Reka vuge ukuri kwanje mubanyamakuru booooose iyo bava bakagera ntamunyamakuru nkunda nkuyu issak abaza neza👍🏽👍🏽👍🏽 kandi aritonda mukubaza Kandi afise indero👍🏾👍🏾👍🏾 issac ninaza iburundi zokurondera love you 😘😘😘✌🏾
@AlainNzeyimana-vf1fe
@AlainNzeyimana-vf1fe 2 ай бұрын
😂😂😂uranyica sana
@YvesBally
@YvesBally 2 ай бұрын
Mwubahweee 🎉
@user-ul1bo7hf5v
@user-ul1bo7hf5v 2 ай бұрын
Hahahah Nelly ndagukunda nukurii😅😅😅😅
@user-dk6sn8gx6u
@user-dk6sn8gx6u 2 ай бұрын
Mange kimambi from Burundi (Nelly nate)
@user-jj6gk4ou1u
@user-jj6gk4ou1u 2 ай бұрын
Nukuri
@uwimanavanessa-jf1bl
@uwimanavanessa-jf1bl 2 ай бұрын
Umukobwa wurusaku nuyu ntawundi muburundi bwose
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 2 ай бұрын
Egooo
@user-ds9gc3wx4n
@user-ds9gc3wx4n 2 ай бұрын
J ndamukund gose NellyNat 🤣
@AkramKamana-uf7gk
@AkramKamana-uf7gk 2 ай бұрын
Nikundir Isaac Tv ibind ntumbaz
@user-xf4zk7sr2l
@user-xf4zk7sr2l 2 ай бұрын
Sinshobora kuvyibuha en desordre 😂🤣🤣Nelly nat ndagupfanaepe 😂🤣🤣🤣
@user-bq7vx2hb7g
@user-bq7vx2hb7g 2 ай бұрын
Guys uyo mu Pck Rachid n'umusuma wambere
@ffhcgggcjc-ix7fs
@ffhcgggcjc-ix7fs 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤
@aishamukandanga6892
@aishamukandanga6892 2 ай бұрын
Isaac ye nikuguna tu
@willboy5899
@willboy5899 2 ай бұрын
Ingorane yigitsina wayiboneyehe😂
@niyibitangasamson4156
@niyibitangasamson4156 2 ай бұрын
Icokirofa cumukobwa camana urusaku zuragkura ngaho
@milliardere9177
@milliardere9177 2 ай бұрын
Shibe ni mbaya
@PatoNduwayo-pz6si
@PatoNduwayo-pz6si 2 ай бұрын
Ichogikobwa nikigwarudubi
@asthaastha9712
@asthaastha9712 Ай бұрын
Ngo ni i pad 😂😂
@PrincEloge
@PrincEloge 2 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂nicogtuma utazoronka umugabo kuber utjambo twawe😂😂😂😂
@user-fy9pw2zr8l
@user-fy9pw2zr8l 2 ай бұрын
Uwu naw ntaco ndigera mbona ashima burya uyu mukobwa nimuntu ki aho ni wivu yazanwa na fanny yazanwa nande birakuraba
@fridolinhabonimana4854
@fridolinhabonimana4854 2 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@patrickzenges1101
@patrickzenges1101 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂
@user-yd3ri4ry1u
@user-yd3ri4ry1u 2 ай бұрын
😅😅😅😅😅😅😅
@user-gj6et6rg7y
@user-gj6et6rg7y 2 ай бұрын
ngo arafise umu assistance sha uyo mudemu ariyemera kbx🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@MarcyKaze
@MarcyKaze 2 ай бұрын
Ako kama gafitiye inzigo abandi Toka kule
@irankundaraymond9869
@irankundaraymond9869 2 ай бұрын
Ico kirofa ngo twuzuye amazi mumutwe uwo mucafu sinzi nigituma mugaha ibiganiro ngo kabe karatukana
@user-tq1gh3mm6h
@user-tq1gh3mm6h 2 ай бұрын
Nelly afitira inzigo fanny we know that
@nellynattv3311
@nellynattv3311 2 ай бұрын
Inzigo yiki ??konomuh akazi ka 500k kukwezi ?bamusarira hiyo mshenzi
@danielmvuyekure
@danielmvuyekure 2 ай бұрын
Nelly ndakunda ibiganiro vyawe none Ayo makuru uvuga nayukuri ariko usigaye uvuga neza simbizi ngira nuko ya teye intambwe
@JamesMukuka-gn1yb
@JamesMukuka-gn1yb 2 ай бұрын
Inzala nimbi
@raziarazia3277
@raziarazia3277 2 ай бұрын
Iyosaha igurwa 28$
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 2 ай бұрын
😂😂😂😂
@milliardere9177
@milliardere9177 2 ай бұрын
Uru jeune wewe INARUNYONGA alias nelly 😂😂 gusa abaswahili nimburu
@irakozefabrice3766
@irakozefabrice3766 2 ай бұрын
Wew KO utabahay inzu yiwawe bayishikiremwo. Urarush
@junchengsportsnewsstars5016
@junchengsportsnewsstars5016 2 ай бұрын
Gusa wasazuye mubukumi nkeu NellyNat 😂😂😂😂😡😡
@Vampireimmolteur
@Vampireimmolteur 2 ай бұрын
Ariko yavuze vyo. Kuko Na Fanny umu boss ntiyamushize muri liste yabo ashimira
@user-pj1dp6zj4m
@user-pj1dp6zj4m 2 ай бұрын
Karashaje vrm akokakobwa
@SM-nn5rw
@SM-nn5rw 2 ай бұрын
Wewe ntuzosaza urahiriwe
@Japhet_LB12
@Japhet_LB12 2 ай бұрын
Naba promoter baja kubaza uwo nabone nabanyarusaku uwo ntakint cubaka yigera avuga aragapuuuuu
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 2 ай бұрын
Ndumiwe Zimya zimya 😂😂😂
@junchengsportsnewsstars5016
@junchengsportsnewsstars5016 2 ай бұрын
Wewe uzopfa urushe ndkeu
New model rc bird unboxing and testing
00:10
Ruhul Shorts
Рет қаралды 24 МЛН
THEY made a RAINBOW M&M 🤩😳 LeoNata family #shorts
00:49
LeoNata Family
Рет қаралды 43 МЛН
Llegó al techo 😱
00:37
Juan De Dios Pantoja
Рет қаралды 45 МЛН
Obadde Okimanyi Nti Dianah Nabatanzi Alina Abaana 2, Husband,networth
7:54
Morgane Kizz Official
Рет қаралды 5 М.