SIMBIZI akubitiwe Kuri Station😳 Y'igitoro || Atubwiye Vyoose

  Рет қаралды 7,985

Isaac Tv

Isaac Tv

Ай бұрын

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Пікірлер: 51
@baquezprofessionalcleaners3178
@baquezprofessionalcleaners3178 Ай бұрын
Much love from Rwanda 🇷🇼🇷🇼 Isaac TV nsuhuriza drizzy pole sana simbizi iyo imipaka iba ifinguye mwari buge muza kuyigura iwacu irahari ihagije
@butoyialexandre2134
@butoyialexandre2134 Ай бұрын
Baguhushuye gahoro uhora wivugira ko muri mu Edeni none muri Edeni barakubitwa!nubu bazagusubira
@bizindavyidavid3596
@bizindavyidavid3596 Ай бұрын
Biraryoshe kubabona mwe imbonerakure z'igito namwe mukubitwa mukanabura igitoro. Mubandanye uko mwiba igihugu mwese muzosenyuka nk'igiti cariwe n'umuswa
@binancerwanda
@binancerwanda Ай бұрын
Mwihangane guys bizashira, luv from Rwanda 🇷🇼🔥
@User12358__
@User12358__ Ай бұрын
Ubu uratanguye kubona icarico akarenganyo. Pole sana mugabo, urabibonye nawe
@Hi5392
@Hi5392 Ай бұрын
25:57 😂😂😂😂😂😂reka dufate akanya dushimira uwaguhushuye😂😂kuko urabikwiye peee
@user-ti1ol3ti9j
@user-ti1ol3ti9j Ай бұрын
Nawe Wobura igitoro bagushishuye buhoro igene uteramashugwe leta 😂😂😂😂😮😮😮
@saidindizeye2206
@saidindizeye2206 Ай бұрын
Hubwo bamuhushuye gahoro iyo bamuha izo kubabirigi niho yatahura neza igihugu arimwo, uzi ingene yama atera amashurwe ngo igihugu kimez neza.
@habimanaignace7235
@habimanaignace7235 Ай бұрын
Ark njye ibintu byiburundi ntarikubyumva ngo igitoro cyarabuze kd murwanda baragabanyije igitoro munsobanurire bishoboka ko muyobowe nibisuma kbs
@DeliciaHereTv
@DeliciaHereTv Ай бұрын
Barundi mureke ibinyoma kuri social media mubesha ngo ibintu byose bimeze neza!! Ibitameze neza nimuhaguruke mubivuge nikwo gufasha igihugu
@kingetienne11
@kingetienne11 Ай бұрын
Abarundi muca muntera agahindaaa😢😢😢😢😢😢😢 Niba ukunda abarundi ubasengere play from burundi
@Umuturanyitv1658
@Umuturanyitv1658 Ай бұрын
Ni akamaramaza mwigire mu Rwanda ho hari igitoro kinshi kitazimbye , umutekano ni wose
@floridflorid9173
@floridflorid9173 Ай бұрын
Bocahe gasha imipaka yugawe
@Umuturanyitv1658
@Umuturanyitv1658 Ай бұрын
​@@floridflorid9173nibahere muri iryo bohero ntakundi vyagenda😂
@dismasniyo5641
@dismasniyo5641 Ай бұрын
Monsieur Simbizi mugihugu c’amategeko ntanumwe Sri hejuru y’amategeko,aho natse indaro umwana akura yigishwa ko kizira guca imbere y ‘umuntu yagutanze. Rero iwacu usanga kuri bank watonze umuntu akaza agashika uguca imbere, ico kintu co kubahiriza uwagutanze mu ndero ndundi ntakiri mwo.
@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 Ай бұрын
Simbizi aratwanza ndakunda ayo majambo yiwe❤❤😂😂
@AbassiAlaba-vi7tc
@AbassiAlaba-vi7tc Ай бұрын
Simbizi wa semavumba fata imisaraba usenge ariko pole sana 😅😅😅
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e Ай бұрын
Simbizi vyanseko yihangana ukuri kuje ahabona😂😂😂
@louisnshimirimana9961
@louisnshimirimana9961 Ай бұрын
Bsha urya deposte wo mubuyenzi wew sumugore araho ,urya ivyiw vyovyo sivyo kuvugira hejuru baba aragisibije ndakurahiye
@Sabriya-ms4ry
@Sabriya-ms4ry Ай бұрын
Kweri birakwiye kuvurwa kweri abarundi nibaze tuvuze induru igitoro kiboneke
@user-bj1wp9os4d
@user-bj1wp9os4d Ай бұрын
Ewana ABA dede ivyabo birayobeye tuuu
@VYBurundi
@VYBurundi Ай бұрын
Shaa sindavyibazako wew haruwokubahuka
@Aiuoex
@Aiuoex Ай бұрын
Simbizi oya wewe ntiwokubitwa kuko imisi yose uvuga ko igihugu kimeze neza. Ahubwo ntibazi kuguhushura😂😂😂😂😂
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e Ай бұрын
😂😂😂
@lydi791
@lydi791 Ай бұрын
😂😂😂😂
@MiscoBm
@MiscoBm Ай бұрын
Uwo yigira ko abizi vyos.azama akubitwa
@Moise-op7pb
@Moise-op7pb Ай бұрын
Imbere niheza msijali
@Musindi736
@Musindi736 Ай бұрын
Sha nukuri ibintu vyigitiro birimwo akarenganyo ku ma station cane can abapolice sinzi iyo bigiye
@user-yv4ht2tp9c
@user-yv4ht2tp9c Ай бұрын
Niko babaye Abo ba P.N.B shaaa bazi gufata neza aba étrangers gusa😂
@arnaudnganji7702
@arnaudnganji7702 Ай бұрын
Rek kwigira umunt ar juste sha Ah uribgiye kuhejeje kuvug k naw udatonda mri BANCOBU ? Donc akarengany wakorew nik naw wakorey abar batonz mri BANCOBU. Bu controla amajambo uvuga
@ChachaChany
@ChachaChany Ай бұрын
Simbizi mpore kabisa gusa ivyo barik baradukorera birik biratuma yubona kure
@ChachaChany
@ChachaChany Ай бұрын
Plutôt tubona kure
@godsgrace6820
@godsgrace6820 Ай бұрын
Ariko abarundi turakwiye kumenyera urupfasoni. Ujubona umuntu aje asanga umurongo abandi batonze akabacako nkukumengo mwe mwaj mudakaravy. Même pas un bonjour. Iyo ntonze banque, kwa muganga ,station cank ahandi hos dutonda nkabibona birambabaza😢
@bizimanafranck4434
@bizimanafranck4434 Ай бұрын
Ntibaraheza kugutimbura😂
@ismahtv299
@ismahtv299 Ай бұрын
Burundi mufise ikibazo kbs
@user-oe5nr5hc3f
@user-oe5nr5hc3f Ай бұрын
Dukwiye kuvahase tukajijuka itwaro yagahotoro tukayivamwo
@galaxytechnologycenterelec268
@galaxytechnologycenterelec268 Ай бұрын
Ubu ufise camera nziza idahindura umuntu
@_-wt8ns
@_-wt8ns Ай бұрын
Kutaciyumufata muzosinawe jewubu ntamuporise nkeney yondenganya
@Hardy406
@Hardy406 Ай бұрын
🇷🇼 ❤ 🇧🇮 🎉🎉🎉
@johnphiri-vf3ih
@johnphiri-vf3ih Ай бұрын
Nuko bimez turavuga hindura ibintu ngo tera iyo sema!
@ERICOFFICIAL550
@ERICOFFICIAL550 Ай бұрын
Nonese muburundi sihonnnni musingiza kanani na edeni
@Xhcfj-ye3hx
@Xhcfj-ye3hx Ай бұрын
Nihatari
@merryirankunda3003
@merryirankunda3003 Ай бұрын
Salut
@clementhakizimana1411
@clementhakizimana1411 Ай бұрын
Nihatal
@FabriceIrutingabo-cy8wl
@FabriceIrutingabo-cy8wl Ай бұрын
Atase chikala
@user-tn6ys7jn9v
@user-tn6ys7jn9v Ай бұрын
❤❤❤❤😂😂😂😂
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja Ай бұрын
😂😂😂
@user-ti1ol3ti9j
@user-ti1ol3ti9j Ай бұрын
None imbonerakure murakubitwa muchezi iyobagukubita bakakuvunamavi wewe uwobona utwega yogira ngo urumuntu naho uri chetani wiyambiki zera Kandi Urigwe 😮😮😮
@DamoG257
@DamoG257 Ай бұрын
Ntucikwee🔥🔥🔥🔥🔥🔥kzfaq.info/get/bejne/eZd-aMt21LGodmQ.htmlsi=r0lVUIQAPofibOt7
@user-jt6ub3ro1e
@user-jt6ub3ro1e Ай бұрын
Nihatari
Зачем он туда залез?
00:25
Vlad Samokatchik
Рет қаралды 3,2 МЛН
Now THIS is entertainment! 🤣
00:59
America's Got Talent
Рет қаралды 39 МЛН
Женская драка в Кызылорде
00:53
AIRAN
Рет қаралды 361 М.
Зачем он туда залез?
00:25
Vlad Samokatchik
Рет қаралды 3,2 МЛН