No video

Pacifique avuze kubiganiro na Cndd_Fdd no gutaha mu Burundi / ikibazo cabasoda FDNB Congo kurwan m23

  Рет қаралды 16,687

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

Күн бұрын

#amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Пікірлер: 35
@NgenzebuhoroPascal
@NgenzebuhoroPascal Ай бұрын
Ntaworonka uko ashimira Pacifique.Imana yonyene niyo imufitiye impera.Imana nimutuzigamire..
@nkunzimanavianney7352
@nkunzimanavianney7352 Ай бұрын
Komera rwose pasfik
@Kazo372
@Kazo372 Ай бұрын
😂😂wunva yomenyeshinama nshingamateka gt kandibohavabamwankira diriyiw igapfa.mump like😂😂murukundotwes
@user-rs6nx2zo1l
@user-rs6nx2zo1l Ай бұрын
Nimba ububutumwa bwoshikira Pacific niyumveko mugihe hatabaye ivyoduheba mugihugu hatazokwigera habumwumvikano mugihug. Kuku icombona nukodukwiye guheba kahise ham tukubaka uburundi bushasha.
@prospergirukwishaka3906
@prospergirukwishaka3906 Ай бұрын
Imana yaremy paci nininah imana yaramwitondey kumurema
@GakizaElyse
@GakizaElyse Ай бұрын
Pacifique ndamwemera ijana kwi Jana , ariko ndamwisabire ikintu kimwe gusa duhurize opposition y'uburundi iri en exile Kandi ntakimubuza arabishoboye twe turi mu makambi y'impunzi turahangayitse, Kandi ntawokubuza ahasigaye twisinye uwo muzigo twikureko cnddfdd, Kandi dukumire amacakubiri y'imigambwe amako intara tugire ubumwe bwa opposition, abagiye mu mihari irwana nabo bahuze baje hamwe abari mu gihugu bararushe bobo barabuze uwubatabara , duhagurukane ubugabo dutere ikirenge mu ca rwagasore tw'irevolte. Mu gihugu bahahuruke tw'irevolte Kandi ntibazotumara dushize hamwe
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 Ай бұрын
Ndayishimiye,ubutungane ntsbwo bizotungana kuko yarengeye ibeirizws shingiro. Alors,IL A trahi le pays. Haute trahison
@GakizaElyse
@GakizaElyse Ай бұрын
Pacifique avuze neza ariko ivyo vyimigambwe sivyo kuko imigambwe iza guca utugwi tugwi mubanyagihugu , kuko hari imigambwe myinshi ataco imaze , raba USA ingana kurya ifise imigambwe ibiri gusa , none twebwe kuki 42------, ni habe umu 22:42 umugambwe umwe wa opposition, Societe civile imwe ya opposition kugira dushire inguvu hamwe. None kuki mwivangura mukaja mu migambwe, Aho ni hamwe namoko aca ashingira ku migambwe. Ivyo sivyo. Ibindi yavuze nivyo.
@GakizaElyse
@GakizaElyse Ай бұрын
Imigambwe ni amagaburanyama gusa, Kandi pas de parti sans patrie
@deontidendereza2210
@deontidendereza2210 Ай бұрын
Muri intwari komera.
@Prime-f9r
@Prime-f9r Ай бұрын
Votre commentaire serait très utile parce que nous ne 29:17 faisons que pleurnicher 29:17 depuis longtemps au lieu de penser aux choses plus sérieuses et concrets.Merci
@NtunzwenimanaEgide-mz6tr
@NtunzwenimanaEgide-mz6tr Ай бұрын
Pacifique ubwiwe arafise ivyo yagirizwa.nabe areka kuyovya abantu.
@Prime-f9r
@Prime-f9r Ай бұрын
Les commentaires négatifs proviennent des gens qui ont peur de vous
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 Ай бұрын
😂😂😂Nyamitwe ni imbwaaaa nukuri.😂😂😂
@HavyarimanaEmile-pb4mq
@HavyarimanaEmile-pb4mq 21 күн бұрын
Tweebwe tumaze une année ata mazi
@butoyijean1354
@butoyijean1354 Ай бұрын
Kurivyinshi uvugukuri ariko kukibazo ça Congo wahengamye Congo iriko iragwana nugwanda n'a Uganda ureke kwiteza utunyoni urabizi!!
@sese667
@sese667 Ай бұрын
Congo irwana na M23 umuhari ugizwe n'Abanyecongo bavuga Ikinyarwanda ! M23 n'Abanyecongo buzuye !
@prospergirukwishaka3906
@prospergirukwishaka3906 Ай бұрын
Pacifique mpfura y'uburundi komera imana iguhangaze
@Nsengiyumvacelestin-k1u
@Nsengiyumvacelestin-k1u Ай бұрын
Komera
@deontidendereza2210
@deontidendereza2210 Ай бұрын
Muragahezagirwa.
@user-rs6nx2zo1l
@user-rs6nx2zo1l Ай бұрын
Noekuvuze ubwicanye bwabaye ubwo72 ukabusimba
@estellaniyonzima3031
@estellaniyonzima3031 Ай бұрын
Reka kuzura akaboze turondere umuti wivyo turimwo ubu
@bennyparfaitmunezero9242
@bennyparfaitmunezero9242 Ай бұрын
uyo arafise ivyo yagirizwa
@NdayishimiyeEmmanuelline
@NdayishimiyeEmmanuelline Ай бұрын
Vuga ibindi ivyigisirikare mubireke
@BoscoBigirimana-q3f
@BoscoBigirimana-q3f Ай бұрын
Bwana Daniel nimba vyoshoboka numéro ya Pacifique mwoziduha kugira tuzoze tumutabaza uyo n'impano nyeranda twahaw n'Imana
@focodeasbl
@focodeasbl Ай бұрын
+32 465 6519 05
@Bigenergy94
@Bigenergy94 Ай бұрын
Mbe Ikintu bita executive order ko akirengagiza!!! Canke nikwakwigirisha wicisha hirya no hino wirengagiza ko president afise ubwo bubasha,anyway Burundi will rise to a better future with or without you people who criticize everything at any situation i call you guys "cry grown men" ni mwumvikane mureke kutumena amatwi.
@mbonihankuyeclaudemichel7019
@mbonihankuyeclaudemichel7019 Ай бұрын
Ndakunda kuvuga nti, Pacifique we hamwe nabandi mwitwako muri muri opposition ( kuko jewe nta opposition nemera mfata ko mwese muronderera Aho mumenera ngo muhe inda zanyu), ko mworeka kwivanga muvya gisirikare Kuko birabasoba. Pacifique umaze kubona ko imitima yabarundi atari mike wayigaruriye, washatse gusambura igisoda k'uburyo uwutari murico yibajije ngo ibintu biriko biracika. Ibintu wanditse kugisoda kimaze kuja Congo, birya ni guta ibanga no guhemukira igihugu. Kwisi nzima, kubantu binzobere mumakuru y'intambara, baraziko hariho imvugo canke amakuru batavuga kugirango ntibahe impigi umwansi aba ahanganye nabasoda babo. Ariko weho wajanye nibishobisho vyo gukunda abanyamahanga gusumba abasoda bigihugu cawe mbere ushaka no guca ivutu abatari bwajeyo Kandi abagukurikiye urazi iyo bageze mumpimba. M23 ntibaho ni ihuriro ryibisoda vyiiinshi harimwo aba mercenaires, mbega nkwibarize, ivyo bihugu vyose babanje kubaza inama nshingamateka yavyo kugira barungike Abo basoda babo. Konzi kwisi nzima iyo ngingo tuyihurirako!! Mwibukeko ibintu vyose twandika dukoresheje imbuga nkoranyambaga bitigera bizimangana. Uraraba ntuzohave urenga umurongo utukuru mvuge nkuwuraho. Abasoda barafise iyo baca mugutanga ibibazo vyabo kandi nibazako wewe utabasumvya inguvu aribo bafise inkoho. Ushobora kuvuga nkuko umenga uriko urwanya CNDD Ariko umenyeko naho unomusi yovaho igihugu coco kizogumaho. Muraraba ntimuhemukire igihugu!!
@sese667
@sese667 Ай бұрын
Abasoda batabaza Pacifique wibaza ko ari ibijuju ?? Izo nzira uvuga abasirikare bituriramwo ibibazo vyabo, iyovyanse ntibumvirizwe ushaka bigende gute ?? Kandi Igisoda kiriko gisamburwa n'abogikingiye, si Pacifique !!!
@mbonihankuyeclaudemichel7019
@mbonihankuyeclaudemichel7019 Ай бұрын
@@sese667 rekana nivyo. Umusoda wese yumvira Pacifique nikijuju nyene kuko aba yibagiye ningoga. Abasoda amaze guta mumporero nibenshi caaane. Pacifique ni purement civile. Ivya gisirikare biramucanga goose naho ashaka kubagaza buke buke ngo baje gutera Ama coup d'etat Ariko uwuzomwumvira azoba ari ibijuju. Ndasubiyemwo, ivya gisirikare abirekere igisirikare kuko ntamwana yacinjiyemwo. Nayo kubasuba munyuma agaca abahuma inkore Kuma so ngo ariko abatabariza, ni hypocrisie !!
@sese667
@sese667 Ай бұрын
@@mbonihankuyeclaudemichel7019 Benevyo ko atavyo bashoboye ushaka bigende gute ?? Iyaba uzi neza ico Pacifique amariye Uburundi n'Abarundi ntuba uvuga uko, hari ibintu vyinshi bimaze guhinduka mu Gisirikare kubera ahanini Pacifique, kandi Pacifique atabariza bose, abarenganijwe bose y compris abasirikare !
@deontidendereza2210
@deontidendereza2210 Ай бұрын
Muri intwari komera.
@butoyijean1354
@butoyijean1354 Ай бұрын
Kurivyinshi uvugukuri ariko kukibazo ça Congo wahengamye Congo iriko iragwana nugwanda n'a Uganda ureke kwiteza utunyoni urabizi!!
@mbonihankuyeclaudemichel7019
@mbonihankuyeclaudemichel7019 Ай бұрын
Ndakunda kuvuga nti, Pacifique we hamwe nabandi mwitwako muri muri opposition ( kuko jewe nta opposition nemera mfata ko mwese muronderera Aho mumenera ngo muhe inda zanyu), ko mworeka kwivanga muvya gisirikare Kuko birabasoba. Pacifique umaze kubona ko imitima yabarundi atari mike wayigaruriye, washatse gusambura igisoda k'uburyo uwutari murico yibajije ngo ibintu biriko biracika. Ibintu wanditse kugisoda kimaze kuja Congo, birya ni guta ibanga no guhemukira igihugu. Kwisi nzima, kubantu binzobere mumakuru y'intambara, baraziko hariho imvugo canke amakuru batavuga kugirango ntibahe impigi umwansi aba ahanganye nabasoda babo. Ariko weho wajanye nibishobisho vyo gukunda abanyamahanga gusumba abasoda bigihugu cawe mbere ushaka no guca ivutu abatari bwajeyo Kandi abagukurikiye urazi iyo bageze mumpimba. M23 ntibaho ni ihuriro ryibisoda vyiiinshi harimwo aba mercenaires, mbega nkwibarize, ivyo bihugu vyose babanje kubaza inama nshingamateka yavyo kugira barungike Abo basoda babo. Konzi kwisi nzima iyo ngingo tuyihurirako!! Mwibukeko ibintu vyose twandika dukoresheje imbuga nkoranyambaga bitigera bizimangana. Uraraba ntuzohave urenga umurongo utukuru mvuge nkuwuraho. Abasoda barafise iyo baca mugutanga ibibazo vyabo kandi nibazako wewe utabasumvya inguvu aribo bafise inkoho. Ushobora kuvuga nkuko umenga uriko urwanya CNDD Ariko umenyeko naho unomusi yovaho igihugu coco kizogumaho. Muraraba ntimuhemukire igihugu!!
WILL IT BURST?
00:31
Natan por Aí
Рет қаралды 15 МЛН
English or Spanish 🤣
00:16
GL Show
Рет қаралды 5 МЛН
Пройди игру и получи 5 чупа-чупсов (2024)
00:49
Екатерина Ковалева
Рет қаралды 3,9 МЛН
WILL IT BURST?
00:31
Natan por Aí
Рет қаралды 15 МЛН