No video

Pasteur Mbayahaga:Banka kubaka izabo kurongora bama barongoranye/umubiri ntaco bipfana/bararongorana

  Рет қаралды 63,577

BABU-K TV

BABU-K TV

Күн бұрын

BABU-K TV IJE HAGEZE
KUGIRA MUZOZE MUBONA VYINSHI VYIZA FYONDA SUBSCRIBE
HARICO MUBAZA CANKE MUFASHA TWANDIKIRE KURI
+25775328080
+25779979987
#Babuktv#Pasteur#Mbayahaga

Пікірлер: 54
@KabiraJeanclaude
@KabiraJeanclaude 8 ай бұрын
Mukoz w Ndiho mbayahaga Isidore Ndiho abibaharurek nkukugororok kand muzobiherew nogitsibo ❤❤😊😊
@nakinteje7172
@nakinteje7172 9 ай бұрын
Aba vyeyi bamuha mahera agacayaha bakobwa bemere aba kobwo baya fis bazebabarongora kuko nibazi kuyarondera .hama wibahw baba kuyigisho zaw❤❤❤
@user-ln2zd8dl4k
@user-ln2zd8dl4k 8 ай бұрын
Mutama pastel mbayahaga ndamukunda imana imuhezagire🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@niyonzimaprotais9305
@niyonzimaprotais9305 9 ай бұрын
Mbe ukwo kwikunda kw'abo bakobwa b'imico mini bita ngo bafise amafaranga! Mbe ko umukobwa agiye kwubaka kubmugabo atunze baca basangira vyose kandi ataco yaje azanye uwo mukobwa data afise ubutunzi kuki ataja kwubaka bagaheza bagasangira n'umugabo ubwo butunzi nk'ukwo umugabo abusangira n'uwo bubakanye! Ni abasambanyi babi basambura ingo nibareke kubesha abantu baba abahungu baba abakobwa batinye Responsabilité ni ibirekere.
@user-zm9gc5cc5k
@user-zm9gc5cc5k 9 ай бұрын
Ikiganiro gikebura,na journaliste yaryohew, merci journaliste très souriante
@ishimagizwealice564
@ishimagizwealice564 8 ай бұрын
Mrciiiiii🙏🙏🙏
@GeremyNdereyimana
@GeremyNdereyimana 2 ай бұрын
Geremy ndereyimana
@boboboxtv
@boboboxtv Жыл бұрын
umu pasteur yitahuye
@ntahondereyeedmond5048
@ntahondereyeedmond5048 10 ай бұрын
Uvuze ukuri pastor
@nakinteje7172
@nakinteje7172 9 ай бұрын
Abahungu bubu .ntibazi agaciro kumugor abubaze bubats ker reka ndayirondere r 🇸🇦
@MPTEntertainment1
@MPTEntertainment1 5 ай бұрын
ntamakuru ufise 😂😂😂
@user-is5in2vl9l
@user-is5in2vl9l 7 ай бұрын
Byiza
@sishasaid6756
@sishasaid6756 10 ай бұрын
Nukuri n,Imana kbs
@YPYW
@YPYW 10 ай бұрын
Courage Touiste ubikor neza
@bonnardpierre4894
@bonnardpierre4894 8 ай бұрын
We alice Mireille wewé urakazé
@ladislasmasabarakiza1012
@ladislasmasabarakiza1012 8 ай бұрын
Mutama Isidore mbayahaga yubahwe kabisaa kuko avuzukuri.
@uwihoreyejoel7714
@uwihoreyejoel7714 Жыл бұрын
babu k tv igizwe nabanyamakuru babiri karyagahungu mengo nagakomedi hamwe nuwomukobwa muremure mubahe umwanya kuko nibobatuma tuguma dusamara turyohewe cnk twiga vyishi rero ikikiganiro ndagikunze nkuko nakunze ikiganiro mwakoranye na simbiziwasemavumba
@BostonJunior
@BostonJunior Жыл бұрын
Ndashigikiye comment yawe
@wivetv7867
@wivetv7867 8 ай бұрын
Love from wive tv
@jeansinamenye9301
@jeansinamenye9301 10 ай бұрын
Uwo mutama ,muhanuzi wacu niyirambire hambavu y'imuryango wiwe afitiy akamaro abantu benshi.
@alinenduwimana5859
@alinenduwimana5859 3 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂ewe Apotre sha😂😂😂😂😂😂😂
@candidebazombanza9423
@candidebazombanza9423 Жыл бұрын
Nyakubahwa Pastor hari ikintu ntemeranije na mwebwe. Umuntu yobaho ata mugabo babonana. Birashoboka cane. Ariko nongeyeko Ko mushoboka ufashijwe na Christus
@user-yx2wg2oq5i
@user-yx2wg2oq5i Ай бұрын
Uyu mutama yubahwe pe.
@CizaClaude-xz9ox
@CizaClaude-xz9ox 6 ай бұрын
Komera komera mutama wakoze
@pierreclaverhakizindavyi-si3sv
@pierreclaverhakizindavyi-si3sv 7 ай бұрын
Excellent 👍
@gasumotv3095
@gasumotv3095 10 ай бұрын
Courage
@Santos983
@Santos983 Жыл бұрын
Reka mbanze mfate agatebe numvirize🤣🤣 ubikora neza #Ali
@BerlyNini-ql8pl
@BerlyNini-ql8pl Жыл бұрын
Aliii🤩🤩 wabikoze neza. kandi wabaye sérieuse mukubaza mutama wacu. courage .
@ishimagizwealice564
@ishimagizwealice564 Жыл бұрын
Mrci🙏🙏
@jeanettekwizera6888
@jeanettekwizera6888 Жыл бұрын
Ego kbx numubiri ukenera uwundi
@adrienbutoyi6612
@adrienbutoyi6612 8 ай бұрын
Uwo mu journaliste atinya kuraba umutumire wiwe mumaso
@DonatienNijimbere-ex8vs
@DonatienNijimbere-ex8vs Жыл бұрын
Bishakira umwidegevyo ndakurahiye.bizorangirira hey???
@Keshimanaeric
@Keshimanaeric 3 ай бұрын
Uruwayesu peeeeeeeee
@alainnambaje4689
@alainnambaje4689 8 ай бұрын
N'ubwo uyu mukobwa agifite isoni, ariko afite ubuhanga bwokuganira.
@user-fp7dd4fs6i
@user-fp7dd4fs6i 9 ай бұрын
❤❤❤
@user-yt9yr5kd4x
@user-yt9yr5kd4x 9 ай бұрын
Avuga ukur kwer
@user-yq2dw5ie6b
@user-yq2dw5ie6b Жыл бұрын
ikiganiro kiraryoshe cane ariko muze muduha ibiganiro bibona neza
@baryuweolepah2245
@baryuweolepah2245 Жыл бұрын
Ikiganiro ciza cane
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 Жыл бұрын
Mana je émission yawe iyo ntokurikirana noba ariyo ntabonye 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 ati uzoca ugiha amafranga' emwe ngiye guhiga umufasha nari narabihevye nn ndatsinzwe nurubanza.
@richardsimwinga4525
@richardsimwinga4525 8 ай бұрын
Nivyiza ncuti
@fideleniyongira7776
@fideleniyongira7776 8 ай бұрын
Baba banasambana bakabikuramo cash ikindi baba baraguze deception muri love relation nabo baba barakunze. Niko mbibona.
@alphebayubahe5020
@alphebayubahe5020 6 ай бұрын
.poa
@MagnusNdayisaba
@MagnusNdayisaba Жыл бұрын
Ikiganiro niciza Hama bimaz kuba ibiganiro bibiri nishimiye kuri babu k TV kirya mwakorany nasimbizi hamwe niki
@user-uo8de3ln3s
@user-uo8de3ln3s 9 ай бұрын
usigaye ur actrice
@sylvanmbanda1111
@sylvanmbanda1111 10 ай бұрын
Izo nyigisho ni zo zukuri ariko twe turi mu ibi bihugu byabazungu wibeshye ukavigako umugabo ari umutwe wurugo,sha polici yarara ikujyanye
@gigxjr9754
@gigxjr9754 9 ай бұрын
Kubera iki wicara utambikije?
@cannyclarettenakimana
@cannyclarettenakimana Жыл бұрын
Ikiganiro cari kiryoshe
@primitivekanyamuneza
@primitivekanyamuneza 9 ай бұрын
Aka kantu ko gukizwa uzoz urakavug keshi kuk harabantu baz ngo bahinduy idini ngo baba bakijijw nahoshwiii
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 10 ай бұрын
Umusha ukamumbura none?😂😂😂😂😂😂😂😂
@user-uo8de3ln3s
@user-uo8de3ln3s 9 ай бұрын
Alice bit?
@ChadeauMabano-kl3tl
@ChadeauMabano-kl3tl Жыл бұрын
Ikiganiro kirasiguye neza ariko pasteur nawe yarengej ngo mariage nimbwa oya ivyo sivyo cank ng bakabikorera muri bus oya ivyo sivyo ariko ibindi vyose yavuze nivyo
@hectorbisenga5615
@hectorbisenga5615 8 ай бұрын
Birabaho turabibona
@ndayisengalydwine8939
@ndayisengalydwine8939 8 ай бұрын
❤❤❤
SCHOOLBOY. Последняя часть🤓
00:15
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 13 МЛН
How I Did The SELF BENDING Spoon 😱🥄 #shorts
00:19
Wian
Рет қаралды 36 МЛН
Алексей Щербаков разнес ВДВшников
00:47
КТО ЛЮБИТ ГРИБЫ?? #shorts
00:24
Паша Осадчий
Рет қаралды 1,4 МЛН
BISHWE N'UBWENGE BUKE, N'IMANA IRABIZI
1:17:27
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 37 М.
AMAJAMBO AVUZE ARATEYE UBWOBA, IVY'IJURU BWABUNDI BIRAGOYE
1:41:02
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 58 М.
SCHOOLBOY. Последняя часть🤓
00:15
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 13 МЛН