No video

Yooo Pst Mbayahaga ahakanyeko Pst Theogene atapfuye pe! ati reka mbabwire ikintu kimwe gusa😭😭

  Рет қаралды 119,178

KOMERA Tv

KOMERA Tv

Күн бұрын

Bakunzi bajye mbashimiye uburyo mukomeza gushyigikira ibikorwa byajye cyane cyane BAVAKURE !
Hari abakomeje kubwira muma comment ko babuze uko batugeraho , yaba kubifuza kuduha ibitekerezo cg ubundi bufasha...
Niba ufite igitekerezo cg ubundi bufasha watwandikira kuri +250788469364
MURAKOZE!

Пікірлер: 176
@seraphineuw6044
@seraphineuw6044 Жыл бұрын
Uyu pastor ndamukunda cyane.Imana imuhe umugisha cyane
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz Жыл бұрын
Apôtre Imana ikutuzigamire nawewe ukora kumitima y'abantu nka pst teogene,koko nanje ndabihamya ntitapfuye arasinziriye.
@sinzobakwiraelianne4130
@sinzobakwiraelianne4130 Жыл бұрын
Nanje ndamukunda mbayahaga ampezagire nk past Théo
@ChchaNkuru-cj2fw
@ChchaNkuru-cj2fw Жыл бұрын
Uyu mu pasteur ndamugererany na théogene.ahuri wubagwe pasteur wacu nda❤❤❤❤❤❤ caan
@remegienijimbere1330
@remegienijimbere1330 Жыл бұрын
Komeramumukoziwimana ukurikwanyumuzoguhembegwa komutaciyekuruhande mukuvugivyaha,nababesherimana ngoyabatumye
@nduwimanamagnifique
@nduwimanamagnifique Жыл бұрын
Icabura nugufasha cane
@umukiranutsiweratv
@umukiranutsiweratv Жыл бұрын
Apostle Imana iguhe umugisha maze imyaka ibiri ngukurikira kuri social media ariko wambereye umugisha gusa ndifuza kuzabonana nawe amaso ku maso Imana ikumpere umugisha mushumba
@sebatwareetienne6392
@sebatwareetienne6392 Жыл бұрын
Uyu mu Pastor Ajanfasha Ndamukunda Avuga Ukuri kutagabanyije Imana imuhezagire cane
@alineciza838
@alineciza838 Жыл бұрын
Amen pateur ndagukunda❤❤❤.Imana izaguhe iherezo ryiza uvuga Imana neza mugihe cayo🙏🙏🙏
@GirimanaPerpetue-zy5hf
@GirimanaPerpetue-zy5hf Жыл бұрын
Yesu nashimwe Mutambyi ubuze ukuntu Imana yigizayo abantu ,nibuka ukuntu Imana yigeze imbwira ngo nzagutabara umuryango wawe ntanumwe ukikwitayeho kugirango batazavuga ngo nibo bagize uruhare mugutabarwa kwawe ,urabivuze ndabyibuka
@frankjosiane4257
@frankjosiane4257 Жыл бұрын
Past rwose ndagukunda rwose,ugira ukuri kbs
@ngandozache9043
@ngandozache9043 Жыл бұрын
Apostle Isidore ndagukunda kuburyo u uzima bwanjye bwumva bwakurikira Ibiganiro byawe byose Imana ikomeze igukoreshe
@user-jl3xe6nv7y
@user-jl3xe6nv7y Жыл бұрын
Ukwonukur Imana iguhezagire. Iyigutabay naband bajamw mukuguhezagira kiber nabuz ukwobar bugire. Amen ndafashijwe
@ubushobozibwijamboryimanat2809
@ubushobozibwijamboryimanat2809 Жыл бұрын
Ntuyahaga mukozi w'Imana imana iguhezagire uvuze ukuri
@OsiasMbonihankuye-mp2pf
@OsiasMbonihankuye-mp2pf Жыл бұрын
Nkunda ukuntu wigisha itandukanye navyabisambo tuzi vyikundira amaturo ❤❤ukomeze umurimo
@Angependo9141
@Angependo9141 Жыл бұрын
Nanjye ndamukunda kuko icyaha akivuga nkicaha ntabwo acya kuruhande pee
@nnno989
@nnno989 Жыл бұрын
Mana,, uyumupasteur, ndamukunda, ncan🙏🙏🙏🙏
@OdetteNsavyimana-hu2pw
@OdetteNsavyimana-hu2pw Жыл бұрын
Amene
@jartininget773
@jartininget773 Жыл бұрын
Wakwetu Mwaro
@iyakaremyeOnesphore-kx8dz
@iyakaremyeOnesphore-kx8dz Жыл бұрын
Kandi urumunyakuri uvuze Tewo neza ntiyapfuye arasinziriye kandi yakoreye Imana aranayubaha nitutagwa isari tuzamubona
@agnesbirime9698
@agnesbirime9698 4 ай бұрын
Ndagukunda pasteur, uvugisha ukuri .!!!!!
@jartininget773
@jartininget773 Жыл бұрын
Sha wwe wavuye kure basi ndakuzi. Niwanyu ndahazi bujushima Imana Mbayahaga.
@user-vz3tn5xx5u
@user-vz3tn5xx5u Жыл бұрын
Waaa abanyamakuru bo murwanda kalibusana iwacuturabakunda cyane hanyuma na pasteur ndagukunda cyane kuntahe zawe muzatubwirire na Sabin wa isimbi tv azaze hano
@pakasita3514
@pakasita3514 Жыл бұрын
Ndamukunda cyane Pst Mbayahaga
@NayiturikiDenis
@NayiturikiDenis 5 ай бұрын
Pr mbayahaga ndamukunda cyane ubutumwa bwe bunkora kumutima
@stephaniemurego9384
@stephaniemurego9384 Жыл бұрын
Pasteur nkunda inyigisho zanyu ndagukunda ukuntu udusetsa Uwiteka aguhe kurama n'imigisha 🎉
@apostleschurch4084
@apostleschurch4084 Жыл бұрын
Kuvyukuri ndagushigikiye jeho rero nasanze tuvanomuntara imwe tavuyekure twarahatswe Imana yamamare hose
@irankundaemma-fx7hv
@irankundaemma-fx7hv Жыл бұрын
Ok ndize nage ndaha Nga imana amaso kd yesu akomeze akuyobo kugezakuriwamunsi uzagera imbere yadata
@bizashira2108
@bizashira2108 10 ай бұрын
Uyu mupastor ni we rwose! Uyu munyamakuru yujuje ibyangombwa by'ubujiji, aracyafite ibyo kwiga byinshi
@user-bn4se3sy4g
@user-bn4se3sy4g Жыл бұрын
Mahoro pastor uvugukuri pe Te'o ntiyafuye arasinziye p
@maylaburundiantv9519
@maylaburundiantv9519 Жыл бұрын
Uyu mugabo nkunda ko avuga ukuri kwijambo ry'Imana
@manirumvaalain9939
@manirumvaalain9939 Жыл бұрын
Théogene Imana imwakire,mbayahagutse yambuuuuuu🤣🤣🤣
@theogeneuramutse7617
@theogeneuramutse7617 Жыл бұрын
pasta turamukunda cyane kbs kbs kigali !!!.......
@divineimanizabayo6446
@divineimanizabayo6446 Жыл бұрын
Ndamukunda cyane avuga ubutumwa bwuzuye nahezagirwe
@divinendacayisaba1095
@divinendacayisaba1095 11 ай бұрын
Imana iguhezagire kwongera kumutumira, ndamukunda cane
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 Жыл бұрын
Mbayahaga urumugabo abarozi nubigisha hakurya tanzaniya bishopu gwajima igihekimwe yumvise aharimupfumu rurangiranwa agendegwa nabantubenshi ategurumusi aragenda asanga bantubenshi bajekuraguza abacimpande arinjira umumpumu aramubwira atinabonyivyawe atiwabonyiki nabonye wamurotanabi bishopu atniwewurota nabi uzimiza abantu bimana ngo mbuyumusi vyawebimenyekane ibirimuriwe bigirubwoba bimutobozinzu yivyasti yaragiriramwo bimutinyuma yaravye arasohoka abwira abaraguza ati gendamurabe umupfumu wanyu ingenameze aramwegera ati ihane kuzimizabantubimana arihana ubwenge buragaruka abanti majana biribaje kumupfumu bosebarihana ubupfumu bwiwe bugarukiraho imanaihabwi icubahiro ububakoremana
@furahaofficaltv2638
@furahaofficaltv2638 Жыл бұрын
Uyu mupaster ndamukunda cyane rwose
@chantalkanyamuneza2267
@chantalkanyamuneza2267 Жыл бұрын
Uyo mukozi w'Imana,Imana Imuhe umugisha caanee
@mimaniperpet5385
@mimaniperpet5385 Жыл бұрын
Pasteur Mbayahaga avuga ubutumwa bwuzuye
@niyomugaboemmanuel4949
@niyomugaboemmanuel4949 3 ай бұрын
Pasteur umwe wenyine rukumbj nemera kumubumbe🤚
@FrancineBizimana-of9ql
@FrancineBizimana-of9ql 11 ай бұрын
Yesu wenyene niwe gisubizo Nukuri
@mamacheiilla72
@mamacheiilla72 Жыл бұрын
Uyumupastor wacu nawenyen ahakwa kumer nka Theogene Imana ikutuzigamir
@deombazumutima1210
@deombazumutima1210 Жыл бұрын
Imanigukomeze pasta warahezagiwe komeza muvyeyi
@Mariam-xu2gi
@Mariam-xu2gi Жыл бұрын
Imana iguhe umugisha Pastor wanjye
@user-uq8nc7qo2f
@user-uq8nc7qo2f Жыл бұрын
Nukuri pst avuzikintu kurababazungu ncanibika ivyambayeko nshitse mubarabu nuku imana yacu irahambaye
@dedinekamana7541
@dedinekamana7541 Жыл бұрын
Amen. Imana ibahe umugisha🙏🙌
@lisaalllisa5326
@lisaalllisa5326 Жыл бұрын
Pasta nukuri uravugi MANA neza❤❤❤
@MUKUNDABANTUAlice-pg8rp
@MUKUNDABANTUAlice-pg8rp 11 ай бұрын
Imana iguhezagire
@AloraIteriteka-mh1bn
@AloraIteriteka-mh1bn 7 ай бұрын
Apotre mbayahaga ndagukunda cane
@amonniyonkuru9487
@amonniyonkuru9487 Жыл бұрын
Imana ni nziza kabsa
@irishuraleonard-oy2uq
@irishuraleonard-oy2uq Жыл бұрын
Urakoze cane twizere imana gusa
@user-dl6ft9fy9b
@user-dl6ft9fy9b Жыл бұрын
Iman ihabw icubahir ndanezerew can iman ikura kucavu
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 Жыл бұрын
Humura mukoziwimana uwomugani uduciriye nukwirata kwabazungu kombona nabonyene harimwabakenye babamwishamba batagira nutwobarya ubunatwe turabagaya nukugayana
@user-qj8oz6bi8w
@user-qj8oz6bi8w Жыл бұрын
Ndakundukuri kwawe.imana ikuzigame
@mucunguzieulade4558
@mucunguzieulade4558 Жыл бұрын
Pastor Ntuyahaga ndagukunda!!!!!
@kanimary5642
@kanimary5642 Жыл бұрын
Pasteur, urandyohera pe ! Uratugabaniriza stress. Umusi nkubona kwa Siyoni muri V8 yicotsi nararyohew kubona ugendera mumodoka yiyubashe kuko vous le méritez. Iman'igume ikuduhezagirira, nayo ukwanka az'akwandureko.
@leatitiakayitesi3761
@leatitiakayitesi3761 Жыл бұрын
Imana igukomereze amaboko ,amuvuta yawe ntakazime.
@jeaninekamikazi8751
@jeaninekamikazi8751 Жыл бұрын
Mukozi w’Imana uvuga ukuri nkukurima.
@AloraIteriteka-mh1bn
@AloraIteriteka-mh1bn 7 ай бұрын
Ndagukunda mukozi w’lmana nkunda ukuntu utaduhisha intahe zawe ibi bidusubizamwo imbaraga natwe tukizera ko lmana izatugirira neza muhezagigwe cane
@NoelineNtirampeba
@NoelineNtirampeba Жыл бұрын
Iman ibah umugisha
@murwanashakamandela2ndchro389
@murwanashakamandela2ndchro389 Жыл бұрын
Uzarame mukozi w'lmana , kd ufasha imitima ya bantu benshi
@dollarswiz9
@dollarswiz9 Жыл бұрын
Pastor,n'ukuri mwenuyo muntu mukora ikiganiro neza. Pastor,n'ukuri uri umukozi w'Imana adafise imbibe Yesu aguhezagire Ariko Pastor😂😂😂 uraduhenze nta mavunja wagwaye kuko ntiwari kwiruka ugasiga imbwa z'abazungu ufise amavunjaaaa
@user-vb7sj7tf2y
@user-vb7sj7tf2y Жыл бұрын
Imana ninziza PST imana ishishikare kuguhezagira
@CyprienNyabenda-vz1xi
@CyprienNyabenda-vz1xi Жыл бұрын
Imana ibahezagire
@giramatavalentine7833
@giramatavalentine7833 Жыл бұрын
Pastor ndakwikundira cne ndakunda impanuro zawe ivyigisho byawe nubuhamya byawe
@cynthiaburundi5116
@cynthiaburundi5116 Жыл бұрын
Yubahwe.turamukunda❤❤
@MmMm-br3tu
@MmMm-br3tu Жыл бұрын
Mbayahag aratwenza cane
@bigenawelcome9923
@bigenawelcome9923 Жыл бұрын
Amen haracaribyiringiro kbs
@deborahofficial6154
@deborahofficial6154 Жыл бұрын
Naj ndagukunda ❤❤
@joelnimubona70
@joelnimubona70 Жыл бұрын
Uyumu kozi wimana mumisi yavuba nzoja kusengera mungagara kuko yarankoreye ibitangaza
@faveur710
@faveur710 Жыл бұрын
Imana ikomeze kukugirira neeeeza . TURAGUKUNDA Peeee❤🎉
@Joachim.Ntakirutimana-vp1fg
@Joachim.Ntakirutimana-vp1fg 11 ай бұрын
Amen
@audreillekaneza6269
@audreillekaneza6269 Жыл бұрын
Imana iguhezagire pasta
@BukuruAnicet-ho5fm
@BukuruAnicet-ho5fm 9 ай бұрын
Hama nanje pst turemeranya ubutumwa bwokutubwira kwinuba abandi aho kutwigisha urukundo,ivyo bituma na bizera babivamwo kubera tubereka akarorero kabi
@amosniyorukundo-sx4zg
@amosniyorukundo-sx4zg Жыл бұрын
Pasteur Isore yubahwe cane
@user-tu1wm9sk4z
@user-tu1wm9sk4z Жыл бұрын
Imana ibahe umugisha
@user-yf6xf8ty5t
@user-yf6xf8ty5t Жыл бұрын
Nukuri naje mbaye nkambay ahaga nukuri thogene bivanye namateka yanditse mukuvug ubutumwa Nanjendemeza kwatapfuye, vyukuri ahari arasinziriyep!
@cimanaBernard
@cimanaBernard Жыл бұрын
Nti muze musubire kuvuga ko umworo ko azoja mwijuru, imyidogo yidoger imana ntaho azoyijana
@vgcfggcfth3841
@vgcfggcfth3841 Жыл бұрын
Amina🙌😊
@BonithBarankanira
@BonithBarankanira 2 ай бұрын
Mukoze w'lmana iguhezagire caane ndagukuna
@igihozosolango2580
@igihozosolango2580 Жыл бұрын
Ubahwa mubyeyi turagukunda
@ntahondereyeedmond5048
@ntahondereyeedmond5048 11 ай бұрын
Amen Amen
@user-ic1qd6cq3d
@user-ic1qd6cq3d 10 ай бұрын
Amen¡!!!!!
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 Жыл бұрын
Nimba mbeshye Antoine kambanda na Mignone nimba atari abakozi ba satani murabinsigurira neza. Abahezagiye irya nterekerero yubatse mu gahanga k'umuntu mu bugesera. Irya nzu niyo kwambarizamwo satani.
@habimfurajeanberchmas8743
@habimfurajeanberchmas8743 Жыл бұрын
Amen!!!!!!
@alphonsinenionhoro4065
@alphonsinenionhoro4065 Жыл бұрын
Mwakoze kuza kudusura
@angemugisha7056
@angemugisha7056 Жыл бұрын
Nukuri pee
@isaacntirabampa3409
@isaacntirabampa3409 Жыл бұрын
Nivyiza komeza muhanure
@chellaniyinshoboza9146
@chellaniyinshoboza9146 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂❤❤❤❤ commentaires zose ni ndamukunda najewe ndamukunda pe
@renovatmboni1926
@renovatmboni1926 4 ай бұрын
yubahwe pstr mbaya hag
@user-yj1sw1lx7j
@user-yj1sw1lx7j Жыл бұрын
Past nukur uvugir mumigani arik abub urik ubwir turakwunv cane
@HenrietteNahiraja-yg2er
@HenrietteNahiraja-yg2er Жыл бұрын
Theogene vyukuri yarafise impwemu ya Paulo guko yavuze ivyo yabayemwo acitwa sauli
@remynkeshimana8827
@remynkeshimana8827 Жыл бұрын
Abantu b'Imana dukomere
@NIYOMUKIZAGodeberthe-qh3zn
@NIYOMUKIZAGodeberthe-qh3zn Жыл бұрын
C'est vrai
@nkurunzizagad6083
@nkurunzizagad6083 Жыл бұрын
Icuvuze nukuri theogene ntazibagirwa yigisha neza
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or Жыл бұрын
Wow nawe turagukunda
@hategekimanamariespeciose5701
@hategekimanamariespeciose5701 Жыл бұрын
Ndagukunda cane urimvuga kuri koko uranakijijwe❤❤🎉🎉
@kayitesicaritas416
@kayitesicaritas416 Жыл бұрын
Ndagukunda mushumba uvuga lmana neza nkarushaho kugukunda komeza urugendo uruwagaciro kubizera
@irishuraleonard-oy2uq
@irishuraleonard-oy2uq Жыл бұрын
Amen amene
@andrebasabakwinshi-9065
@andrebasabakwinshi-9065 Жыл бұрын
Mwubahwe,inyigishoyanyu irubaka
@user-op8uo2nf3f
@user-op8uo2nf3f 3 ай бұрын
La vérité
@chancenicimpaye8775
@chancenicimpaye8775 Жыл бұрын
Uko nukuri
@gahungujean-cb2bb
@gahungujean-cb2bb Жыл бұрын
Ishengero ni universelle , uti mubasenga ibishusho harimwo abazokwumva inzamba bakaduzwa kuko bafise izindi Neeson nziza ga apôtre ?
@user-yo4un2gx9k
@user-yo4un2gx9k 8 ай бұрын
❤❤❤❤❤
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 Жыл бұрын
Ndagukunda nkabura iconguha
@ondndkddkddk4612
@ondndkddkddk4612 Жыл бұрын
Apôtres imana ikuzigam turaguk
@user-uq8nc7qo2f
@user-uq8nc7qo2f Жыл бұрын
Manawe ikiganiro mengonticohera pastr uranezerap imana ikuzigame
🩷🩵VS👿
00:38
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 23 МЛН
OMG what happened??😳 filaretiki family✨ #social
01:00
Filaretiki
Рет қаралды 13 МЛН
Fortunately, Ultraman protects me  #shorts #ultraman #ultramantiga #liveaction
00:10
Meet the one boy from the Ronaldo edit in India
00:30
Younes Zarou
Рет қаралды 17 МЛН
nyuma yogufunga insengero dore pastor ukurikiyeho
2:37
IBIZIMA TV
Рет қаралды 244
AMAJAMBO AVUZE ARATEYE UBWOBA, IVY'IJURU BWABUNDI BIRAGOYE
1:41:02
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 58 М.
🩷🩵VS👿
00:38
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 23 МЛН