Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
Mutama simbizi urabitoye pe asha irya ni strategie kweri bariko baradukina mumutwe canke nugukoroka kwa DJ Fernando kabisa kuko bariko basunika Melanin boy pe. Asha simbizi urumugabo pe.
None uyo mu journaliste kwagumarabinyuma nokuri Nelly nat yagumabigira ntibiryoshe
@user-cy6qh3yy5fАй бұрын
Nduw 2 uyumus nazinduy
@badechristian206Ай бұрын
Uwagize uruhara runini mwitembagara rya Drama T ni Simbizi Nyene ! Kugenda Uvuga ko yaguhaye ivyunguka kugira utyoze B Face, vyatumye Drama T atakaza crédibilité kubantu benshi.
Bro ura posta ipicha yokuri iteletique 😢 i m peeled
@nduwimanaphilbert3170Ай бұрын
Ariko burya ivyo naho mubivuga kubijanye nigitiro harya Ako ga systeme Kari Kari muma Domaine yose yigihugu.Abaraho nakuze numva bavyita ngo ni "Akamwana wa mama".😂😂😂😂😂😂😂
We Ivyigitoro na Paci uriko ubivangira mumitwe yacu?vuga ivyabazanye bagabo.
@calvadosogАй бұрын
Kirya gitoro nimitahe yaba boss the brothers nimube murayahagura murondera inyota kweli 😏
@bizomenyimanaelias5455Ай бұрын
muvuze ukuri dukwiye kuba inderetsi
@NiyibitangaPierreАй бұрын
Kubijany n'ibitoro bigire kumukobwa wa Zeno mu ruziba ivy'ama VIP bihave batonde bose kuko aba VIP nibo ba stock ibitoro
@arcangiolonar6220Ай бұрын
Ew Simbizi uraciy ubweng ndak.gusa wavuz neza muga harivyo utinya kuvuga kandi utahora utinya
@Sport-b1Ай бұрын
NN aha mwibaza ko umuntu Ari abonné Kur account yawe, abaruwawe? Kugira ubibone, simbizi nararike ti 18h duhurire ahantu runakanaka arabe ko aronka 1.000