Fun&facts:Gusohoka mu rugo nabi birababaje/amayeri yarabaye menshi/ukunze umuntu ukunda n’ivyiwe

  Рет қаралды 10,757

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Жыл бұрын

#sirenvibestv #funandfacts

Пікірлер: 47
@sandrineakimana7925
@sandrineakimana7925 Жыл бұрын
Ikiganiro ciza caaan 🤙🤙
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 Жыл бұрын
Komera @Siren vibes 🙌🙌🙌🙌,waje hageze ,nukuri muratwigisha cane kabisa,ahubwo iyo mu Burundi 🇧🇮 turacari mubipfuripfuri ,ino iburaya ivyo abazungu barabihejeje kuva kera cane ,ino iburaya muravugana n’abana muzovyara Kiretse amatungo yoyo n’ikindi kintu 🤭😀,komera @Fun and facts 🙌🙌🙌,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@kyjojennish8679
@kyjojennish8679 Жыл бұрын
Eeh félicitations Nikitaa twarabonye ama photo 👏🏾👏🏾👏🏾🎉🎉🎉🎉
@bechouingabire4818
@bechouingabire4818 Жыл бұрын
Ndabakunda basha
@nancyina5241
@nancyina5241 Жыл бұрын
Uyu mu avocat David arumva umwuga wiwe vrmt, aratomoye kandi. Ni kumusororera ahbwo hahahhahh. Na mutumire wundi, nakunze cane his opinion about mariage: love & blessings to him ❤🙏. Siren vibes, thank you and be blessed ❤🙏
@Ida35715
@Ida35715 Жыл бұрын
Ushindi aracifitiye agatima kari Saint, loyal he still trust in love 😅 Hosy Nikita Dacia sont des anciene combatantes
@elishahezekiah7049
@elishahezekiah7049 Жыл бұрын
Naba legends bavuzwe na LinoG🤣🤣🤣🤣
@gloriosendereyimana944
@gloriosendereyimana944 Жыл бұрын
Ico kiganiro kiraryoshe. Jewe nfise ikibazo umuhungu wumurimyi numukobwa wumurimyi. Umuhungu aba kwitongo kwase None ngaho separation ntibaho.
@KuwakuMalumba6895
@KuwakuMalumba6895 Жыл бұрын
Ujama anaitwa Pastor anafaya kazi mu saloon anataka ubishi😔 Metre or lawyer he talk good points 👉🏿 I think 🤔 to me what Mr lawyer say is make points 👉🏿 very nice 😉 kila kitu kiko sawa. Kesho mutu asukuje kulahumu. To me I leaning today so points 👉🏿 thank u Mr lawyer😊 now we have to becarfull in Burundi 🇧🇮 if we get married!€$¥₩£ big issue🇧🇮💯 peace and love all Burundi 🇧🇮 peace and love all Africa❤️
@elishahezekiah7049
@elishahezekiah7049 Жыл бұрын
Love is everything wat more mpora fata umwanya wokwigisha mushikaj kuba responsable,
@doucenoellaishimwe1951
@doucenoellaishimwe1951 Жыл бұрын
Abadasangiy ubwoko Nibo batera ingorane.
@claudinebayubahe-jx8yq
@claudinebayubahe-jx8yq Жыл бұрын
Bay uwa 4 abakunzi bikiganiro pump twatuntu muri bwabumwe❤
@godsgrace6820
@godsgrace6820 Жыл бұрын
Nickita l'intello shaaa ndakunda ukuntu wumviriza wandika
@setaseeta9779
@setaseeta9779 Жыл бұрын
Iyo nyambaro ya Hosy kweri nikibazo uzikowambay ukwo wicay upfuma witwaza agatambara ukagashirah imbere
@munezeroingrid
@munezeroingrid 3 ай бұрын
Reka ubushenzi wabony iki
@cocoirankunda1884
@cocoirankunda1884 Жыл бұрын
Basha muze murahana ijambo, umutumire mumurusha amajambo.
@evelynenshimirimana3872
@evelynenshimirimana3872 Жыл бұрын
Ikiganiro ni ciza cane, maître yatanze impanuro nzinza nk'uzi amategeko.Na Ushindi nawe yabivuze neza nkuko avyumva, kumvo zo kwikingira séparation des biens irakenewe kuko ahasanzwe hari urukundo siyo yo rukuraho.ikindi mbega KO mwahagaze gusa kuri divorce KO mutahagaza kuri cas ya faillite nayo. Niho mwoca mubitahura n'ingoga
@quennevadina1949
@quennevadina1949 Жыл бұрын
Umva mbabwire bntu muri gukora kino kiganiro vuba ndaje dabe divorce just can you imagine nagiye mubarabu ndakora nkumutima mapa amahera umugabo tugara parcell ndamwongera ayandi turubaka nibindi vyinshi twakoze ariko yahisemo kunyaga ya parcelle ntaranataha ngo ndayibone nn wumva uyo mugabo mwoguma vuba bwang ndaje dutandukane p
@sirenvibestv
@sirenvibestv Жыл бұрын
Yoooo mpore mugenzi Imana ikuje imbere
@quennevadina1949
@quennevadina1949 Жыл бұрын
@@sirenvibestv AMEN
@destineeingabir1372
@destineeingabir1372 Жыл бұрын
Hosy❤👌🇧🇮
@ngendakumanawilly2159
@ngendakumanawilly2159 Жыл бұрын
👌👌👌👌👌
@kyjojennish8679
@kyjojennish8679 Жыл бұрын
Merci pour l’émission iryoshe 😀😀
@erinakagisha8288
@erinakagisha8288 Жыл бұрын
Arko amafranga yumugabo wanje, niyo yange
@elladusenge7607
@elladusenge7607 Жыл бұрын
Merci,ikiganiro cari intéressant....uwukeneye avocat David yomuronka he?
@sirenvibestv
@sirenvibestv Жыл бұрын
71887126/ 62198084 numero ziwe nizi
@graceniyonagize260
@graceniyonagize260 Жыл бұрын
Magigi felcitation ❤
@eustachesitaki3698
@eustachesitaki3698 Жыл бұрын
Bonsoir/Bonjour. Ibiganiro ni bizima pe. Gusa umuntu agira montage akosore arashiramwo utu images tudasiguritse. Akarorero kuriki kiganiro habonetse image ya Hosy n'ukuguru ku mintu umwe mibatumire. Canke avant diffusion ya émission muje mubanza kugira visionnage yayo. Kiitos
@ck8137
@ck8137 Жыл бұрын
55:18 That is soooo sooo wrong gute icegeranyo c'umuryango gisabwa umugore agiye kurondera utw'umugabo yasize kandi basinye muri sentare ari 2? Atahantu nahamwe umuryango wasinye ico kintu barakwiye kugisubiramwo kuciga
@maeli6300
@maeli6300 Жыл бұрын
Jewe uko ndabibona ice icegeranyo c'umuryango iwacu mu Burundi kirakenewe kuko abana nabumuryango mugihe abavyeyi batakiriho. Canke haraho umuvyeyi asigaye ashobora kuba guto ntashobore kubungabunga ubutunzi bw'umuryango gusa aho ikosa riri nuko bagisaba umugore iyo ariwe asigaye batayisaba umugabo. Iyaba bagisaba kuri bose vyoba vyiza
@leannafleurdushime9424
@leannafleurdushime9424 Жыл бұрын
Nikita ari muri wa murwi wabantu batahura ningoga mais il faut beaucoup expliquer avec des exemples à l'appui hhahahah #nooffense😅
@uwinezajohara8362
@uwinezajohara8362 Жыл бұрын
Ikiganiro ni ciza
@doucenoellaishimwe1951
@doucenoellaishimwe1951 Жыл бұрын
Nanje Ama unité arahaherey nandikir uwo nashak. Naw atishura. Sinzi ngiy kumuraba.
@evelynenshimirimana3872
@evelynenshimirimana3872 Жыл бұрын
Ikibazo gihari nuko mariage z'ubu ari matérialiste pas construit par l'amour. Abakobwa dukure amaboko mumpuzu dukore ninaho tugira agaciro mungo zacu, niyo bishitse bikanka kuko ubuzi kurondera ubuzima burabandanya. Gusa biravuna kwiga gurondera aruko uvunitse.
@leannafleurdushime9424
@leannafleurdushime9424 Жыл бұрын
L'autre invité nibaza ko Indirimbo ''Edeni'' by Chris Eazzy nibaza ko bayiririmbiye we gusa na madamu wiwe!!! hahahahah Ari mwijuru rito mumureke.
@lydianyamushika3665
@lydianyamushika3665 Жыл бұрын
Murarenza induru abashitsi muvuga uburofa muri présentation budakenewe vmt bamureka gusarisha mucokozanyu après y,ikiganiro
@umuhozajustine2964
@umuhozajustine2964 Жыл бұрын
Ikiganir n fan and fact ntibogitanguran umujinya
@sirenvibestv
@sirenvibestv Жыл бұрын
@@umuhozajustine2964 merci😂😂
@graceniyonagize260
@graceniyonagize260 Жыл бұрын
Baratesa sha 😂😅
@Fitbdi
@Fitbdi Жыл бұрын
NDUWAMBERE MUNDEMERE ibi LIKES
@duraduura3726
@duraduura3726 Жыл бұрын
😢😢😢😢😢
@ericnzisabira7706
@ericnzisabira7706 Жыл бұрын
Hosy ndabitahura ni fun and facts ariko umutumire kuguma mu mutera intoke ku bitugu canke ku matako nta professionalisme irimwo.
@leilaprinciaishimwe191
@leilaprinciaishimwe191 Жыл бұрын
Hhhhhh niryo tandukaniro rya tel zisanzw nizo kur youtube
@ericnzisabira7706
@ericnzisabira7706 Жыл бұрын
@@leilaprinciaishimwe191 Oya kuba ari izo kuri KZfaq ntibivuze ko professionalisme ica ibura. Iyi ntaho itandukaniye n'izindi TV zose zisanzwe. Iki ni icirore Hosy yirabamwo muri kazoza kiwe. Iri kuri KZfaq uyu munsi ariko ejo wotangara uyisanze kuri Canal+, DSTV canke Startimes.
@leilaprinciaishimwe191
@leilaprinciaishimwe191 Жыл бұрын
@@ericnzisabira7706 not at all tel zo kur youtube nizind zisanzw proffesionalism ziratandukany knd sindabibarenganiriz kuko umuntu yigira mur experience so bizagend bikosoka naho ubundi gusanga siren vibe kuri DSTV ntivyontangaza kuko hosy is hard working
@cynthiahabonimana8550
@cynthiahabonimana8550 Жыл бұрын
Mumpe numéro zuyo mu maître
@sirenvibestv
@sirenvibestv Жыл бұрын
71887126/ 62198084 numero ziwe nizi
Best KFC Homemade For My Son #cooking #shorts
00:58
BANKII
Рет қаралды 58 МЛН
- А что в креме? - Это кАкАооо! #КондитерДети
00:24
Телеканал ПЯТНИЦА
Рет қаралды 7 МЛН
This is not my neighbor  Terrible neighbor! #funny #zoonomaly #memes
00:26
Gym belt !! 😂😂  @kauermtt
00:10
Tibo InShape
Рет қаралды 13 МЛН
#KuKAYI : Bibaho ko abavyeyi baja muri Gestion y'urugo rw'abana babo ?
1:41:22
Best KFC Homemade For My Son #cooking #shorts
00:58
BANKII
Рет қаралды 58 МЛН