Рет қаралды 281
Muri kino kiganiro Eric NSENGIMANA,umuyobzi w'ishirahamwe mpuzamakungu AJAP,aratuyagira ingene yagize iyerekwa yo gukangurira urundi rwaruka rw'uburundi guharanira iterambere rusangi.
Aga hamagarira urwaruka kudahemukira ababizera bakabashinga ibikorwa bitandukanye kuko nivyo biheza bigashikana umuntu kw'iterambre y'ipfuza canke ku ndoto ziwe.