#KuKAYI

  Рет қаралды 38,338

PAM Channel TV

PAM Channel TV

2 жыл бұрын

Abantu benshi barakunda kuvuga uko umuntu ateye.
Birabangamira ababibwiwe rimwe na rimwe, iyo na cane cane imvuga ikoreshejwe itaba imeze neza.
#KuKAYI #apparence #kuvyibuha #kwonda #PAMChannelTV #kowonze #kuwavyibushe

Пікірлер: 89
@nibiziaudreille3686
@nibiziaudreille3686 Жыл бұрын
Wow nakunze vrt kino kiganiro❤️🥰🥰
@annonciattenyishuyimana3158
@annonciattenyishuyimana3158 Жыл бұрын
Mwubahweeeee
@kalyka4107
@kalyka4107 2 жыл бұрын
Merci pour cette conversation.... jewe ubu mbwira abantu ko tutaganira umubiri wanje kubera je suis beaucoup plus que ça .
@user-dc5ke8vv2m
@user-dc5ke8vv2m 9 ай бұрын
N'a jewe Mèze nka Gretta kandi j'en suis fière
@KimanaSanta
@KimanaSanta 4 ай бұрын
Ndagukunda sha pame uradutwenza
@desireirakoze9980
@desireirakoze9980 Жыл бұрын
Merciii bcp.Jew ndi muto muto cane Kandi ndumu Papa kuva mubuto bwaje les critiques zuko none zari nyinshi nubu ziruzuye.Ariko izo critiques iwanje zihinduka qualité ahubw nca nezerwa numvise bavuze ko ndi mutomuto.Nongeyeko na 2kg nca mbikurako
@itsdelidory
@itsdelidory 2 жыл бұрын
Merci pour cette émission. Le sujet irakenewe cane muri société yacu. Nibaza ko twese twokwiga kuta normalisa gutanga des conseils non demandé. Par example mbwiye umuntu atambajije ati uragira sport canke nkamuha impanuro kuvyerekeye nutrition muri côté positive nkuko madam Gretta yarabivuze , bishobora kubabaza la personne nkuko il/elle va se demander impamvu natanze iyo remarque. Il y’a des gens professionnels muri nutrition, sport , santé , umuntu akeneye des services Zabo azobatumbera ou si umuntu akeneye des conseilles oui là ushobora kuzitanga mu buryo bukwiye. 🙏🏾
@loulumony8519
@loulumony8519 5 ай бұрын
Gretta ndakwikundir ❤🎉🎉
@musicdanses5108
@musicdanses5108 11 ай бұрын
J'ai vécu la même situation que gretha😂partout où j'allais ngo uronze vraiment , même mes parents ngo ngo noe ufise ingorane nyabaki , nize kwiyakira grâce à mes sœurs 😂elles me rappellent toujours ati kazima atangwara nimwe ufise
@annetintungane553
@annetintungane553 Жыл бұрын
Muve ku bantu rwose bavuga ibyo batazi kandi satani aca ahantu hose kugirango atumare ibyiringiro gusa ntaziko twatahuye ko Imana iduha ishusho ijyanye n'umugambi wayo k'ubuzima bwacu, imbabazi zirimo amagambo mabi rwose si imbabazi, murekere aho kuvuga mutazabura icyo mutubwira umunsi twasingiriye amasezerano yacu, Imana yaberetse ukuri kwa taille zacu, muri beza cyane aba chries kandi vrmnt Irene merci bcp ugira ibiganiro byiza Imana ikomeze ikwagure mukunzi
@sandrineirakoze9142
@sandrineirakoze9142 Жыл бұрын
PAM wubahwe badukureko turabarushe namajambo ukace nkwongere akayi kweri 🤣✌️nshaka ko urangiza uduhaye inyishu tzohora tubaha ndasavye
@uwizeyejustine4263
@uwizeyejustine4263 2 жыл бұрын
Turabakurikiye neza rwose. Ark reka ibyo batuvugaho bidutere imbaraga zo gushakisha icyatuma duhinduka kugirango natwe turebeko ubuzima bwacu bwaba bwiza.
@yvettesabarugira6065
@yvettesabarugira6065 Жыл бұрын
Ab,isi sha ntanakimwe bashima. Nugushima uko uri kwose
@josetteihuwizeye8966
@josetteihuwizeye8966 2 жыл бұрын
Du courage warahiseeee bzuuu vraiment
@cedricrukundo7229
@cedricrukundo7229 Жыл бұрын
Прекрасно
@alexandrairakoze7463
@alexandrairakoze7463 2 жыл бұрын
Ikiganiro ciza cane👌🏾👌🏾 Keep up the good work Pamela👏🏽👏🏽👏🏽
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Oooo alexaaaa merci beaucoup ne ratez pas la 2eme partie ce vendredi 👌
@sandrineirakoze9142
@sandrineirakoze9142 Жыл бұрын
Ibaze sha PAM ibaze ukaza wumva ngo yoooooo waboreye muzo wambaye🤣🤣ngo yoo usigaye ushisha trop🤏🤣🤣mukama je sindamenya Nukuri Anaïs arankuyeho ngo Igisusu ntibakoreko🤣🤣mbe harya Anaïs ibitaro vyuzuye abavyibushe?🤣✌️🤏Aho ndi intéressé warahi🤣🥰😜
@sensen14
@sensen14 2 жыл бұрын
De la force ...je vous felicite
@ingabirecarine6385
@ingabirecarine6385 2 жыл бұрын
Good good ndabakunze cyane
@aristidendayubaha6114
@aristidendayubaha6114 Жыл бұрын
Irene warigutumira nka 5 bafise ama trait atandukanye barebare ,bagufi,bonze caane kugira batange ama vue atandukanye
@FB-df6bp
@FB-df6bp 2 жыл бұрын
Muri beza cane uko nyene♥️♥️♥️
@anne-mariekazoviyo2568
@anne-mariekazoviyo2568 2 жыл бұрын
Soyez fières mes chères de ce k vous êtes 👌
@jeaninenicimpaye516
@jeaninenicimpaye516 2 жыл бұрын
Woow!!Emission très intéressante 👌👌 courage à toi Pam! J v m'abonner right now🤗
@eddyrosekaza7922
@eddyrosekaza7922 2 жыл бұрын
Merci kuriyi émission vrma.kuko abarundikazi turafisingeso yukubazagiza umuntu kubijany nukwatey p.none niubwirumuntu ngo urimugufi,ubushats akwishur GT? Cnk ngo uronze Cn vyukuri umuntu ubushats kumubwirivyatazi cnk ubushats iki koko.dukwiy kwikebuka tukayaga cnk tukabaza ivyubaka bagenzi bacu.
@alidandikubagenzi6109
@alidandikubagenzi6109 2 жыл бұрын
Courage à toi pamella emission niya bien sna
@johappy4684
@johappy4684 2 жыл бұрын
Kukayi mwarahise✌😃👌👌👌💕
@anne-mariekazoviyo2568
@anne-mariekazoviyo2568 2 жыл бұрын
Ikiganiro Giza caaane Nizere ko hari ico kizohindura mu minerereho yacu surtout les dames ! Et ce k je crois se sont des personnes blessées bagashaka ku blessa abandi 🤷🏻‍♂️
@chadiaarakaza4368
@chadiaarakaza4368 Жыл бұрын
Tres belle émission👌❤❤❤ces complexes je nubu ntizirahera😂😂on continue d dire yioo umaz umwak atarya arik j y peux rien l plus important c est d s accepter telle qu on est mais des fois har igih bib 2much bikank kunav m nzu just kuber ubon at mpuz n 1 yokuber😂
@georgetteuwarurema5241
@georgetteuwarurema5241 2 жыл бұрын
courage Pamela
@nicishatsemicheline9750
@nicishatsemicheline9750 Жыл бұрын
Gretta,ivyagushikiye nivyo nanje vyanshikiye Ayo majambo yose bakuvuzeko ni exactement nkayo bamvuzeko,harageze igihe nanje ntashaka kuja hanze mfisinda ntari kumwe numugabo kugira babone basi KO inda ifise nyeneyo,muvyo uvuze niyumvisemwo 100% umengo yari jewe😂😂😂
@rivuzimanaezra3422
@rivuzimanaezra3422 2 жыл бұрын
Anaise ukuntu anyaruka vyukuri nanje sinavyibaza gusa vraiment aratesa yimereyuko anaise courage
@nzeyimanajeanclaude3734
@nzeyimanajeanclaude3734 2 жыл бұрын
Anais tu es belle💕🌹
@cephask
@cephask 2 жыл бұрын
Courage shaa Pamee, nice work
@pamchanneltv1502
@pamchanneltv1502 2 жыл бұрын
Merci Ken
@reinemo6727
@reinemo6727 2 жыл бұрын
Nukuri j'adore la chaîne
@pamchanneltv1502
@pamchanneltv1502 2 жыл бұрын
Merci Reine
@oxy.creative
@oxy.creative 2 жыл бұрын
merci bcp kukiganiro
@annociatendayikunda5941
@annociatendayikunda5941 2 жыл бұрын
Anaïse courage vrt tu sais bien que je t,aime bcp, l,homme n,est jamais satisfait l,homme. Si tu as un bonne santé surtout surtout ça ,pas d,autres choses à chercher. Au lieu de critiquer les autres retourner vers soi même , Personne sans défaut restera sans amant
@isidorinsabimana410
@isidorinsabimana410 2 жыл бұрын
Urakenuye Pamela we
@irakozefleury8439
@irakozefleury8439 2 жыл бұрын
😍😍
@krc0607
@krc0607 2 жыл бұрын
Emission intéressante, merci 👍🏾 Ntibikenewe na gato ko umuntu agira commentaire sur notre apparence physique, à moins que ce soit un compliment! Si c’est pour critiquer, ntibimuraba, nabigumane!😅 Au fait on n’est jamais satisfait avec ce qu’on est. Vyiza rero on devrait être à l’aise avec soi même, ivyo abantu bavuga tukavyihoza.
@ishimwearlene847
@ishimwearlene847 Жыл бұрын
Émission nzizaaa
@muhitekaallysalam9061
@muhitekaallysalam9061 2 жыл бұрын
Wallah sijuwi kirundi ila muishi maisha yenu bila kujali maneno ya watu
@ishimwedavi8411
@ishimwedavi8411 2 жыл бұрын
👌🥰👌🥰👌
@kanyambocarmenclarette633
@kanyambocarmenclarette633 2 жыл бұрын
Courage Pamella
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
2 eme partie irashitse ishushe mu partager izoba imara
@andrehakizimana7616
@andrehakizimana7616 2 жыл бұрын
Ku KAYI, turabakurikira cane kandi turabakeje.
@umupfasonigloria4348
@umupfasonigloria4348 2 жыл бұрын
Hhhh hahiye 😂😂🥰
@bebehafsa1141
@bebehafsa1141 2 жыл бұрын
Abantu ntibanyurwa sha dukwiye kwishimira ukoturi
@clarinentirampeba8014
@clarinentirampeba8014 2 жыл бұрын
Yess yess Pamela 🔥🔥 Team #Imbo tukur'inyuma🔥eyes on you 😂
@pamchanneltv1502
@pamchanneltv1502 2 жыл бұрын
Merci Clarine
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Ooo Team #Imbo merciii sanaaa
@mireille2452
@mireille2452 2 жыл бұрын
Pamela ndakunze ikiganiro cawe intro iramara
@uweramartine3304
@uweramartine3304 2 жыл бұрын
Nije mbiziiii kbx
@gladysnimbona2190
@gladysnimbona2190 2 жыл бұрын
Pameeee😍😘😗
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
ouiii
@annociatendayikunda5941
@annociatendayikunda5941 2 жыл бұрын
Anaise j,ai une la chance de te connaître, tu es un cœur d,or Vraiment sans te demander trop ,je te souhaite de rester telle que tu es . Il y a des dames qui ont des tailles extraordinaire mais ce sont des démons
@daltonburundi8674
@daltonburundi8674 2 жыл бұрын
Pam ukora ibintu vyinshi bwabundi kbx Pam fashion Pam Company Pam channel . . . . N'ibindi Umuntu atazi, Pam Ndiho ahezagire Ibikorwa vy'amaboko yawe kbx
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Merci Dalton eee nkora vyinshi naramvise akamo ko gukura amaboko mu mpuzu☝️
@munezeroingrid3890
@munezeroingrid3890 2 жыл бұрын
😘😘🇧🇮
@user-no2pk5mb8r
@user-no2pk5mb8r 6 ай бұрын
Mrc bcp mugisha Numéro ya anaise SVP
@leonardnkunzimana1042
@leonardnkunzimana1042 Жыл бұрын
Ariko nukuraba nyene mugabanye. Ibiro vyinshi erega si amagara meza
@doularimkunda3202
@doularimkunda3202 2 жыл бұрын
ndateye intege anaïs na gretta ko mwobandanya mwifitiye icizere kubera jewe mpora numva uwumbwira ngo urandonderera ibinini vyo kuvyibuha kandi mbona afise taille ya bien. nta taille umuntu yoronka ngo abe satisfied. ndabakunda cane
@JoJoKingPin.0482
@JoJoKingPin.0482 2 жыл бұрын
Il faut recadrer les gens qui se mêlent la vie des autres. Merci
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Na cane cane !!! Ne ratez pas la 2 eme épisode
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Ce vdi
@estellatuyisenge2020
@estellatuyisenge2020 2 жыл бұрын
Jew umuntu ambwiye ko navyibushe ndamubwira atii harakantu iy'umbona ejo🙄🙄
@JoJoKingPin.0482
@JoJoKingPin.0482 2 жыл бұрын
Baguhe Agakanye. Jeho utazi ehe ngo washaje ngo umeze imvi ukiri muto ukamengo umuntu niwe yabitumye.
@Anny-p62
@Anny-p62 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣 nibaz barek ibitzbarab
@miringiropikasa3920
@miringiropikasa3920 Жыл бұрын
Urimwo uratambuka urabonako ugenda utambikije?
@tazz8586
@tazz8586 2 жыл бұрын
Mwampaye agacyayi najye
@annickakimana477
@annickakimana477 2 жыл бұрын
Ntunakeneye kuvuga ntubikuraba tanga yambu kuko uwomuntu ubwiw ababizi gardé vos commentaires pour vous
@miringiropikasa3920
@miringiropikasa3920 Жыл бұрын
Ukeneye kugendera kutugare?
@iradukundacynthia3385
@iradukundacynthia3385 2 жыл бұрын
Bibaho sha ariko ni bon
@JoJoKingPin.0482
@JoJoKingPin.0482 2 жыл бұрын
M'en fous rka mpumirize Ndapfuye neza.🤣😂😂
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
hahahha dans klk min 2 eme partie irashitse mu partager
@techsup4938
@techsup4938 2 жыл бұрын
Les gens qui font ces commentaires sont juste des malheureux ignorants sans vie intéressante, pardonnez-les et les laisser pas vous atteindre ils ont aussi été blessé.
@pamchanneltv1502
@pamchanneltv1502 2 жыл бұрын
Merci pour votre commentaire
@vivipro3172
@vivipro3172 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣👍❤
@nshimirimanajeanne9639
@nshimirimanajeanne9639 2 жыл бұрын
Abarundi turakwiye kwisonera mu mvugo zacu. Naje naragize izo ngorane zo kugira marriage nonze. Jeho navyaye umwana wa mbere nfise 43kgs. Kuburyo ntwaye umwana kuri vaccin mperekejwe n’umugenzi umu infirmière yambwiye ko bidashoboka ko aruwanje. Naravuzwe ko ngwaye , mvyibushe ngo ndi kumiti niyo yamvyibuhije🤦🏻. Nukuri duhindure imvugo kuko ntawumenya ico amajambo akora mu muntu.
@sarahfeni1866
@sarahfeni1866 2 жыл бұрын
😁
@uweraparfaite2045
@uweraparfaite2045 2 жыл бұрын
Sexy urikibaju bambe♥️
@pascalbiragaruye296
@pascalbiragaruye296 2 жыл бұрын
Émission intéressante,mais réellement la grande démoiselle est fière de sa taille?erega utemeye kwarway ntiyokira?
@merlyneiradukunda6459
@merlyneiradukunda6459 Жыл бұрын
voilà .....erega iyo uvyibushe ntavyo ubona ....kuber uvuze k uri fière kuvyibush CAD ntavyo ubona
@irakozeemmanuella9522
@irakozeemmanuella9522 Жыл бұрын
Reka ndababwire basha nimuriho kubera abantu ntimwaje kwisi gushimisha abantu so baho ubuzima bwawe wikunde wige nokwimenya ndabakunda ndi umufana wanyu courage ego birababaza ariko mwikunde ukonyene kandi Imana ibakunda ukonyene so please 🙏 ❤❤❤❤
@miringiropikasa3920
@miringiropikasa3920 Жыл бұрын
Suko bakwanka niba ufise urufu rungana uko . Nawe ubwawe biragutega gutanbuka nivyo n'inyama vyo mubitugu.
@miringiropikasa3920
@miringiropikasa3920 Жыл бұрын
Uwo avyibushe naje kuri legumes nareke kwiremesha.
KINDNESS ALWAYS COME BACK
00:59
dednahype
Рет қаралды 122 МЛН
路飞被小孩吓到了#海贼王#路飞
00:41
路飞与唐舞桐
Рет қаралды 39 МЛН
THEY made a RAINBOW M&M 🤩😳 LeoNata family #shorts
00:49
LeoNata Family
Рет қаралды 30 МЛН
Rtd.Gen j.KABAREBE ASOBANUYE UKO BARWANYE URUGAMBA RWO KU MURINDI W'INTWARI
29:24
#KuKAYI : Bibaho ko abavyeyi baja muri Gestion y'urugo rw'abana babo ?
1:41:22