No video

“Ni mwikorere imitwe ya benewanyu, umutwe w’Umututsi uraremera.”

  Рет қаралды 72,409

Tele Renaissance

Tele Renaissance

Күн бұрын

Alice Hakizimana arigana ingene yacitse kw’icumu mu bwicanyi bwabereye mu Rusengo muri Gitugutu umwaka w’1993. Abanyeshure bagenzi we benshi barishwe, abarokotse muri bo bakaba barakorewe amabi menshi.
Alice Hakizimana raconte les malheurs rencontrés à Rusengo au cours des massacres d’Octobre 1993. Plusieurs élèves ont été tués. Ceux qui s’en sont sortis ont subi de multiples violences.
Sous-titrages français
Spécial Témoignage
Parcours : Une série de témoignages
Abonnez-vous à notre chaîne sur KZfaq : / telerenaissan. .
Rejoignez-nous sur Facebook : / renaissancet. .
Suivez-nous sur Twitter : / rtvrenaissance​​
Notre site web : telerenaissanc...

Пікірлер: 203
@kezimanamelchisedek4907
@kezimanamelchisedek4907 6 ай бұрын
Mpore Mama. Uze wibagire, wigishe abawe , incuti n'abagenzi kahise.utorane kandi Wigishe umutima mwiza nk'uwuwo mukecuru!!! Iyaba abarundi mwomenye ico shetani yagomba mukutujagarisha biciye ku bazungu!!!! Pole. Ariko uwishwe wese ahorwa uko yavutse ntiyatakaye, barihenze ababikoze!!!
@volo-music2263
@volo-music2263 Жыл бұрын
Very traumatic I am a Hutu and I feel bad for you and everyone that has lost their lives I am glad you made it alive Imana igufisekumugambi
@Turkana-omo-marsabit
@Turkana-omo-marsabit Жыл бұрын
Don't feel bad That's how humans we are till now The sins of a few are extended to an entire group Same thing happened in 72 But that elderly lady saved her life There are always kind people in every group
@volo-music2263
@volo-music2263 Жыл бұрын
@@Turkana-omo-marsabit thank you for helping me accept that those atrocities committed by a part of the group from which I am ( Hutus) were done by bad people . And you mentioning the 1972 issue which also affected me since I am a refugee from parents who fled the country during those unsettling times 1972 kinda made me realize so much about Africans in general Because most of the African nations after colonial era experienced those kinds of social disconnection which in most cases resulted in so many despicable atrocities against human hind including Burundi ( igihugu cacu dukunda) Ububi ntaho bushitsabantu Jewe nukuri naho navukiye mumahanga. Sometimes I thank God for not letting me witness as much as abarundi bavutse mbere ninyuma y urwimo rwo mu 1993 nizabaye mbere ya 93 na nyuma yaho Jewe nukuri ico novuga nuko murinda basi Kandi na mpole cane
@oseendayi5046
@oseendayi5046 Жыл бұрын
No hutu or tutus they supposed to be one instead of fighting ☝️ whatever happened in the past it has already past Ivyovyamoko nivyo vyatumye nigihugu kiba igikenye kwisi Pole kubabuze bose haba kubatutsi canke kubahutu kuko bose barabuze
@elienigarura-vk9iz
@elienigarura-vk9iz Ай бұрын
​@@oseendayi5046SHA BOSE BARABUZE NUKURI WUMVISE IVYABA HUTU NABYO BAKOREGWAA NDAKURAHIYE JEWE NACIYE NUMVA ISHAVU RIHEZE NDAHARIRA ABAHUTU KUKO NABATUTSI BAKOZE AMABI AKOMEYE GUSUMBA NUGUHARIRANA ABAZUNGU NIBO BADUTERANIJE POLE MUVYEYI
@kimmichwayne6818
@kimmichwayne6818 12 күн бұрын
it is not ethny problem but bad governance
@aliceuwimana8809
@aliceuwimana8809 Жыл бұрын
Oh my God c etait comme hier nciye ndavyibuka. Oh mon Dieu mpore cane ncuti Imana Ibahezagire abahutu batunyegeje bakanaduha utwokurya ❤
@user-cm3nd7um3l
@user-cm3nd7um3l 7 ай бұрын
yego yego, Imana izabagororere gushyika ku buzukuru babo, abo bahutu b'umutima bo kagira umugisha...
@bizumuremyiaimable491
@bizumuremyiaimable491 7 ай бұрын
Mpore muvandi ahuvuga ndahazi natwe byatubayeho muruyigi arko Imana yaratuzinze bazobibwaza igihe kitazwi
@Hi5392
@Hi5392 7 ай бұрын
nukuri Imana izahe ijuru uwu mukecuru yabagaburira🙏🙏🙏
@ndikumanacassilda4369
@ndikumanacassilda4369 Жыл бұрын
Ibi bintu ni vyiza cane Birakenewe kubatari bwavuke Murakoze
@bjnbsc
@bjnbsc Жыл бұрын
Mbega mu Burundi wibaza ko wo yovuga ukuri neza akaharara ? Ariko abumva barumva naho agerageza kuvyorosha Gusa Imana ihezagire uwo mu journalist yateye intambwe yo gusangiza ukuri abandi ❤
@user-uc3mg5ri6f
@user-uc3mg5ri6f 9 ай бұрын
Abatutsi niho murabicanyi mwitimbere gusa abahutu ntama témoignages bafise?nuko baziko twese turi bamwe reka kwizanisha imvugo zibigongwe ataco mugira
@jhappynesjo8747
@jhappynesjo8747 Жыл бұрын
Oooo😭😭😭😭😭mpore goooooose muvyeyi 👏🏽👏🏽ewe mana bagirire ikigonrwe ntibazi icovakora!mpore Burundi &Rwanda …nahandi amaraso yasesetse yinzirakarengane nakize Burundi . Ikibabaje caaavyooose nuko guhana ico caha kibishe kidahanwa uko bikwiye!mpore gooose ababuze ababo bazira uko bavutse🙏🏼😭mpore gose maman ,ubohoke Ukire ivyobikomere kuko biraboneka ko utarakira,Ariko Imana yagukingiye izo nzira zoooose niyo izogukiza iyintuntu!
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 10 ай бұрын
Uwobabwira ivyabaye muri Kaminuza juin 1995 mwobona combien urwanko rwasasiwe indava. Abatuzanira amacakubiri Imana ibaharire ntibari bazi ico bakora.
@ntagwabiraaimable1107
@ntagwabiraaimable1107 Жыл бұрын
Imana ikomeze ikuzigame mwana w'Imana, gusa birababaje cyane kumva president yoshwe abamwishe barazwi ariko abakene bafite icyo kurya basaba ibiryo bakica benewabo. Ibyo nibyo byabaye iwacu mu Rwanda. Gusa Umunsi umwe Africa izabona intwali abantu bave ikuzimu babe abantu.
@user-cm3nd7um3l
@user-cm3nd7um3l 7 ай бұрын
umutamakazi wabahaye imyumbati n'urwagwa..imana imuhezagire
@nkurunzizaaugustin8845
@nkurunzizaaugustin8845 Жыл бұрын
Murazohamagara *abahutu* nabo batange ama temoignages y'ivyababayeko
@inna7803
@inna7803 Жыл бұрын
Murashiraho chaine namwe mubahe ijambo. Ico nzi co hari abamaze no guca hano
@africanqueen9452
@africanqueen9452 9 ай бұрын
Urabe ziraharo nyinshi z abshutu/ abatutsi
@christella5092
@christella5092 Ай бұрын
😂😂😂😂​@@inna7803
@evelyneirakoze7479
@evelyneirakoze7479 Жыл бұрын
Mpore Alice,Ndiho ahabwe icubahiro we wakuzigamye ,komera❤
@ericmugarura1250
@ericmugarura1250 Жыл бұрын
Yooo komera Imana yarakurinze,hama uwo munyokuru aruta Patiri,aruta babandi biyita abakizwa,uwo munyokuru n'umuntu w'Imana,uraguma Imana niyo irinda abantu bayo,birababaje
@user-yn2yo9nd9t
@user-yn2yo9nd9t 7 ай бұрын
iL faut se reconcilier mituellement pour contstruire l'unite du pays et pour l"avenir des enfants.
@alinenibigira-xp8mx
@alinenibigira-xp8mx Жыл бұрын
Notre pauvre Burundi. Soyez consolée notre sœur. Finalement tout le monde mérite d'être consolé. Le pays semble avoir connu plusieurs génocides ou des génocides superposés si on ose utiliser le terme. Quand on écoute un Tutsi on sent le malheur des tutsis, et quand on écoute un hutu, on sent le malheur des hutus. Quand est-ce qu'on pleurera ensemble sans que chacun fasse croire que les autres ont été terribles ? Je proposerai aux journalistes d'inviter souvent des témoins sérieux comme cette honorable dame, hutus et tutsis, qui nous racontent les crimes vus dans ces 2communautés. Ça pourrait aider plus.
@aloysdegonzagueniyoyita1974
@aloysdegonzagueniyoyita1974 Жыл бұрын
Bonjour. Je te propose de lire le livre " Hutsi, au nom de tous les sangs"
@arthemonnziyunvira7763
@arthemonnziyunvira7763 9 ай бұрын
Imana yaratabaye k ukiriho
@arthemonnziyunvira7763
@arthemonnziyunvira7763 9 ай бұрын
Il faut apprendre à pardonner
@user-zh6gu8pv3z
@user-zh6gu8pv3z 8 ай бұрын
Alice IMANA yarakurinze.NDAFISE ICO NKWIFPURIZA,
@user-zh6gu8pv3z
@user-zh6gu8pv3z 8 ай бұрын
IMANA Yakurinze KUBERA IGUKUNDA,NDASHAKAKO UHINDUKIRIRA UMWAMI YESU UGAKIZWA.BURYA NICO GITUMA ABANDI BAPFUYE UGASIGARA,IGOMBA KUGUHA IKINTU KIMWE"AGAKIZA"VYOBA BIBABAJE IGIHE WOPFA UDAKIJIJWE:WOBA UHOMVYE CANE ICATUMYE IKUZIGAMA!URAKOZE
@theoh.8932
@theoh.8932 5 ай бұрын
Hari efforts mwakoze ngo muzamenye uwo mukecuru? Numva yarababereye Ange gardien !
@ndikumanacassilda4369
@ndikumanacassilda4369 Жыл бұрын
Harabibaza ko bitabaye kuko babeshwa Histoire nkiyi irakenewe
@dieudonnemukeshimana599
@dieudonnemukeshimana599 Жыл бұрын
Une des émissions difficile à réaliser
@butarembaga7710
@butarembaga7710 Жыл бұрын
Uyu mugore aravugana ikinyabupfura kinshi rwose . Abenshi mu bahutu nubu iryo bagwanye bavuga niryo babyukana bavugana kwica umututsi kuri benshi ni umunyuzo ni nkaho mvugiye aha.
@blackberryberryblack9093
@blackberryberryblack9093 Жыл бұрын
Abenshi mu batutsi n’abere ???
@N-Sagittar
@N-Sagittar Жыл бұрын
abahutu mwishe muburundi no murwanda,mubakandamiza ngo basa nabi ngo ibizuru nibindi ntarondoye,mwibaza ngo FDD CNDD ihari kuri gusa??? Ni amateka. Umututsi azagabanye kwikunda no kwishyira up!
@inna7803
@inna7803 Жыл бұрын
​@@N-Sagittarsinon muzakomeza mubice??
@N-Sagittar
@N-Sagittar 11 ай бұрын
@@inna7803 none twe ko mutwica🤷 Umututsi wishe umuhutu ntakibazo,arko ni ishyano kumvako umuhutu yatatse,why🙆
@joselynenkurunziza
@joselynenkurunziza Жыл бұрын
Niwitahire muvyeyi,Ubu amahoro niyose,mpore nokuvyakubayeko vyose,ndetse nabandi barundi intsinzi bahuye navyo,birababaje ariko tuvyibagire kuko intibagira ntibana
@inna7803
@inna7803 Жыл бұрын
Uribagira wewe niyo vyagukundira, hari ivyutibagira kandi washaka kuvyibagira kuko nubundi birababaza. Tugerageze kwishira mu kibanza c'ababaye, Imana iturengere
@nathanaelnihorimbere2463
@nathanaelnihorimbere2463 8 ай бұрын
Jew maze kwumva témoignage nyinshi harakwiye kuba icibutso rusangi kuba hu-tsi kuko bose baramaranye bapfubusa kunyungu z'abategetsi bakeya bikunda.Uwagize ivyago wese bivuye kuvy'amoko uti mpore ntawuhonya ubwoko tuvavanure na kahise kabi
@JN-bq8dh
@JN-bq8dh Жыл бұрын
Impore mama ndabyubuka rwose byaribibaje rwose
@Yvesbriand
@Yvesbriand 7 ай бұрын
Vous imaginez la joie que cette famille a eu après avoir vu leur fille en vie !!
@damiennkaka7006
@damiennkaka7006 Жыл бұрын
Mpore lmpore igiko 🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿
@marcelnkomo7212
@marcelnkomo7212 Жыл бұрын
Mpore muvandimwe! Grâce à Dieu tu vis encore! Et la vie n'est qu' une lutte de tous les jours pleines de vissicitudes! Soyez tjrs forte❤
@EstellaNDIKUMASABO-hj3hq
@EstellaNDIKUMASABO-hj3hq 9 ай бұрын
Ntivyoroshe satani aratwanka
@N-Sagittar
@N-Sagittar Жыл бұрын
Ninde wabeshye umututsi ko ariwe wagenewe ibyiza gusa, Kutabona umuhutu nkumuntu ufite agaciro, bizaduhoza mumarira adashira. NUTAMPA AGACIRO NAWE WITEGURE KUKABURA MWIGISHE URUKUNDO NUBWUBAHANE ABANA BANYU BIZABABERE UMURAGE MWIZA!!!!
@blackberryberryblack9093
@blackberryberryblack9093 Жыл бұрын
Bien dit mon frère
@kalyka4107
@kalyka4107 Жыл бұрын
Urukundo rusabwa abahutu nabatutsi mugenzi. Ntitwiyibagize ko hari abishe abari mubwoko bumwe ariko bagapfa imigambwe
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 10 ай бұрын
Rusengo yari ishure irimwo amacakubiri cane cane aba Professeurs b'abatutsi rwandais
@Irene28092
@Irene28092 Жыл бұрын
Abahutu bapfuy bicwa n abo vyigana 93 murabaza uko bangana cane cane muntara ya bururi nkaa lycee rutovu, rumeza umu sans echec yitwa mugisha abaahutu yish azopfa abikorey abàmaaare? Lycee bururi, matanà, rubangâ. ntawoyavuga ayamare ...niturekuriranire ivyabàay ni shetani uwipfuza kubigaruka à naw bizoherera iwe
@nmnteamdknn8405
@nmnteamdknn8405 Жыл бұрын
Abarundi harageze ko bemera ko habaye ubwocanyi, impande zose, hama bakareka ivyabaye bakubaka ibindi bushasha... ntibizohera??? Iyo virus yamacakubiri iratuma tugima mu bibazo gushika ryari?? Abantu bamaze imyaka myishi bicwa nabi kubera amazuru??? Erega ntawiremye twese twavutse uku ntaco twobikorako
@kalyka4107
@kalyka4107 Жыл бұрын
Donc abazwe abahutu biga kurayo mashuri yose kandi ariko avuga ivyamushikiye wewe?
@inna7803
@inna7803 Жыл бұрын
​@@kalyka4107ibaze nukuri. Umuntu avuge akababaro kiwe, bazane ba Bikomagu na ba Ndadaye.
@rosebubanje9544
@rosebubanje9544 6 ай бұрын
Mpore muvandimwe. Bene Gahini IMana izo bahane. Intwaro yabo yose nukwica.Frodebu na CNDD.
@ndikumanacassilda4369
@ndikumanacassilda4369 Жыл бұрын
Rusengo ni muri Province Ruyigi mu Burundi
@mastaaamar5530
@mastaaamar5530 9 ай бұрын
yoooooooooooooooo mana mana mana ndabaye ndabaye ndabaye ndashoboye lurira ndabaye cane cane kabisa ndashoboye kurira kurira nukuri ndasavye niba wibuka neza uriya mukecuru niba wibuka neza aho aba ubwire ndagusavye niba akiriho ndagusavye ndagusavye nukuri yoooooooooo man amana mana nukuri yooo wihangane yoooooooooooooooooooooooo
@user-ey2is8ii3s
@user-ey2is8ii3s 8 ай бұрын
Abatutsi bahu nze murikuramwo ubwenge cane mukibaza ngo abahutu ntubona muragaruka musubire kutwinyegazawo turabe takubika umuriro mumpuzu muzopfungwa muhereyo
@ChanelNzeyimana-dj6fw
@ChanelNzeyimana-dj6fw 3 ай бұрын
Uyo mukeculu yari nkumu marayika wubu fasha mage ndanye n'Imana.
@aloysdegonzagueniyoyita1974
@aloysdegonzagueniyoyita1974 Жыл бұрын
Pleures O' pays bien aimé. J'ai mal quand j'ecoute les histoires de souffrances comme celle vecue par Alice. Ça me fait mal quand je vois des commentaires cyniques sans aucune ampathie. J'ai fui mon pays, je ne sais pas quand j'y retournerai. J'espère que les choses aura changé. Je prie le prie le bon Dieu.
@victorg7280
@victorg7280 9 ай бұрын
Uzobaze neza. Ico gihugu uvuga ko wahunze, bagenzawe ibihumbi n,ibihumbi bava mumpade zose zisi bama baje muri vacances, bakahaba amahoro, bagasubirayo ayandi. Wewe none vyagenze gute?
@user-cm3nd7um3l
@user-cm3nd7um3l 7 ай бұрын
buri umwe agira impamvu zatuma ahunga, abandi ni abandi mugabo...​@@victorg7280
@chantalmujambere5990
@chantalmujambere5990 Жыл бұрын
Ivyo vyabaye maze umwaka ndahavuye Lycée Rusengo niho namenyeye ukintu citwa itandukaniro ryabantu umuhutu umututsi kubera urworuhagarara rwamoko Alice yiga inyuma yanje ndaguhojeje mwiza Imana ninziza yagusimbishije urupfu ibandanye ikuzigame ibabarire nabishe abandi kuko uguhora nukw'Imana
@graceirakoze2868
@graceirakoze2868 10 ай бұрын
😂uwutavuze aba avuze madam turakeneye abahutu nabo bazotubwire ivyababayeko .🎉
@user-ey2is8ii3s
@user-ey2is8ii3s 8 ай бұрын
Mwaratwiciye president mubona ntakibakurikiye 'nabandi muguma mubarungikira amsumu ngobapfe batarway erega imana irakunda abahutu
@spesirakiza7063
@spesirakiza7063 Жыл бұрын
Mpore Ali Ntamahoro yumunyavyaha. Iyo nzira yumusaraba waciyemo nanjye nayiciyemo. Kandi ihora ihoze
@user-ey2is8ii3s
@user-ey2is8ii3s 8 ай бұрын
Urumva ingene urogota vayo uzehino wirabire ibituranga uwuhawe nagahengwe acana inkinzo
@user-iq5ql5dd8l
@user-iq5ql5dd8l Жыл бұрын
Mbega mbega uburundi nurwanda umwanda gusa😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@buravan1512
@buravan1512 Жыл бұрын
Nimbe n'umwanda... Mbona Turi hanyuma yawo ahubwo.
@Radioinganji
@Radioinganji 15 күн бұрын
Abahutu n’abatutsi bose barapfuye. Agahinda k’amoko karangana. Ahubwo njye nashimira CNDD-FDD ko itigize victim ngo yuzuze igihugu memorial sites z’abahutu benewabo nkaho abatutsi bo batapfuye.
@cedibrown5067
@cedibrown5067 9 ай бұрын
Our County is a fuckin County 😢😢ndasubiyemwo U Burundi bwacu Bwaraboze
@user-ey2is8ii3s
@user-ey2is8ii3s 8 ай бұрын
Aho barikumutwe wawe rira nturabona wamukecuruwe abahutu wishe ahuri barikobakubon rira gose barakurindiriy pe
@kagajuestella6215
@kagajuestella6215 9 ай бұрын
Ihangane mubyeyi namwe mwahuye na genocide , ndagira inama Abarundi na ba Nyarwanda mwirinde amacakubiri cyane mureke ibintu bya moko nahubundi tuzomarana nukuri birababaje cane
@imfurafelicien
@imfurafelicien Жыл бұрын
Impore mubyeyi birababaje cyane ariko bazabibazwa Amaraso y' Abatutsi bo mu Burundi no mu Rwanda bazayabazwa tu
@blackberryberryblack9093
@blackberryberryblack9093 Жыл бұрын
Ay’abahutu nabo yazabazwa bande ?
@user-ey2is8ii3s
@user-ey2is8ii3s 8 ай бұрын
Naze tumwereke ibikovu dufise kumubiri kandi twaribato tubitewe na boyoya
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 Жыл бұрын
Abatutsi mwararukarihije rurabamwa neza. Muri muziko ari bimwe micombero, buyoya bakoreye abahutu ariko bizohora ngo nuko igisirikare cari ic'abatutsi kinesha abenegihugu?
@africanqueen9452
@africanqueen9452 9 ай бұрын
Abo bana ntaco bari bakoze!
@antoinebakevya8911
@antoinebakevya8911 9 ай бұрын
Wewe ivugire n uko ufise aho uvugira
@benderuta7725
@benderuta7725 10 күн бұрын
Ubwo se sha ko ko numva mwese mwicanye ubwo muzahurira he? Ndavuga hutu &tutsi mu Burundi.
@user-jx6fi2et3p
@user-jx6fi2et3p 28 күн бұрын
Intambara ya 1993 yari yateguwe na ndadaye nimba mwibuka neza avuga ko bo ari seganya hgize umukora ho.
@user-ey2is8ii3s
@user-ey2is8ii3s 8 ай бұрын
Dufise ibikomere mwaduteye muyangara gushika kumuhero wisi
@doro2197
@doro2197 Жыл бұрын
😢😢😢komera nshuti y IMANA ,twishwe urwa YEZU KRISTU, nkuko isi yamwanze natwe isi yaratwanze .Aliko agahinda ntikakatwibagize UMUTSINDO w UMUSALABA wa KRISTU. JESUS CHRIST est notre VICTOIRE. Komera cyane ,YEZU wa Tsinze nakugenderere akwiyomorere
@EstellaNDIKUMASABO-hj3hq
@EstellaNDIKUMASABO-hj3hq 9 ай бұрын
Nukuri twabonye amahano nubu hariho abatwanka cane
@doro2197
@doro2197 9 ай бұрын
​@@EstellaNDIKUMASABO-hj3hq😢😢😢😢😢 ese muvandimwe nturuzi ibili kubera muli moyen Orient none bikaba byabyukije urwango isi yanga YEZU KRISTU ikaba yahagurukiye Umuryango We ,hhhh ndakubwiye AMARASO YACU UMENYA ANUKIRA ISI YA YOBOTSE SEKINYOMA .IMANA NIGARURE ABATANNYE BOSE TWESE TURABAVANDIMWE ,TWESE DUFITE IMANA SE W UMWAMI WACU YEZU KRISTU HO UMUBYEYI .
@user-il7pd9et7d
@user-il7pd9et7d 7 ай бұрын
Mpore mwiza wanje
@regulus4745
@regulus4745 Жыл бұрын
30:25 Akajwari ne veut pas dire cèdre (isederi). Il s’agit plutôt de casuarina. L’un est originaire d’Australie, l’autre du bassin oriental de la méditerranée.
@user-iq5ql5dd8l
@user-iq5ql5dd8l Жыл бұрын
Komera komera mukowa mwiza ihangane guhigwa uzira umuperezida wafuye utanamuzi utaranamubona. Nuruhinja rukamuzira utarigeze ntanuwo muryango wanyu wayoboye numudugudu birabaje😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@buravan1512
@buravan1512 Жыл бұрын
#affiliation
@nkunzimanadonatien7050
@nkunzimanadonatien7050 8 ай бұрын
La cause primordial c'est Buyoya
@user-cm3nd7um3l
@user-cm3nd7um3l 7 ай бұрын
pole mama, imana izahorera abayo. kuba umututsi ni ikosa????
@user-cm3nd7um3l
@user-cm3nd7um3l 7 ай бұрын
oya nta mpamvu n'imwe yo guhonya ubwoko, umunyeshule wa 3eme yakwica président? so sad to understand..
@ManirambonaEzechier-zd2bh
@ManirambonaEzechier-zd2bh 9 ай бұрын
Mpore ariko abarokotse mwari mukwiye gushavurira abishe ndadaye Kuko urumva vyose niho vyamuka ndumva icogih hari intwaro y,ubwoko bumw ndadaye akaba yaziz KO azany intwaro rusangi Niki catumy yicwa??
@user-ks8eo2fz3w
@user-ks8eo2fz3w 9 ай бұрын
None ka yemw abanyeshure ko bari abana ataco bazi baca bazira iki nabo?
@nyamugishagoreth8556
@nyamugishagoreth8556 10 ай бұрын
Mpore Muvyeyi mwiza. Data yarahabaye.yarakoze kukuzigama.komera.Uwiteka Niwe mucamanza
@oliviernininahazwe6913
@oliviernininahazwe6913 Жыл бұрын
Pole sana muvyeyi ndumva mwaciye mu bikomeye
@uhorakeyeemma3521
@uhorakeyeemma3521 Жыл бұрын
Komera mubyeyi. Abagiye ntibakibabara, bari ahatuje, namwe abarokotse Imana ishimwe yabahagazeho, kandi ibafiteho imigambi myiza.Ababakoreye ubwo bugome, aho bari bigaye. Mbese igihe abo mwishe bari kubaho kiziyongeta ku minsi yo kubaho Imana yabageneye?
@happymunezero4923
@happymunezero4923 9 ай бұрын
Les démons se sont emparés de biens de têtes de bon nombres des burundais. J’ implore le Bon Dieu, le Père qui est aux Cieux de pardonner les criminels et de faire régner la Paix et l’Amour dans le monde. Car n’oublions pas que ce qui se passe au Burundi, se passe malheureusement aux quatre coins de notre planète Terre.
@fridaytv3818
@fridaytv3818 Жыл бұрын
Mu Burundi nta Moko , ivyo vyazanwe nabazungu ayomoko ipuuuu , Bagaza niwe yabikoze neza
@mikebizimana9412
@mikebizimana9412 6 ай бұрын
Alice komera.ntaco wararusimvye mw.ijuru hariho imana.
@jeanpierregirukwishaka5607
@jeanpierregirukwishaka5607 8 ай бұрын
😅birababaje kabisa
@AlexisNZAMBIMANA
@AlexisNZAMBIMANA 9 ай бұрын
Nihataei. Kahis katwibutsa vyinshi ae
@niniaha7894
@niniaha7894 Жыл бұрын
Mpore Alice wanje😢😢 ntamahoro y'umwicanyi
@jeanm3988
@jeanm3988 Жыл бұрын
Ubuhamya bubabaje cyane!! C'est horrible aliko ikibabaje nuko inzira bicamo ali politique kandi ukabona ntabyinshi bikorwa ngo hakosorwe akahise kabi,ibikorwa nugupfukapfuka gusa alk iturufu yubwoko native mumitwe yabategetsi kuko bakomeza kubigira intwaro c'sst dommage.
@user-ey2is8ii3s
@user-ey2is8ii3s 8 ай бұрын
Mpore abarundi turi maso
@ChanelNzeyimana-dj6fw
@ChanelNzeyimana-dj6fw 3 ай бұрын
Sorry for dating, wihangane bira babaje 🥹kubona zira kw'Imana yakuremye 😢
@user-qd4jr2xz7l
@user-qd4jr2xz7l 9 ай бұрын
Niwihorere Sha sisita
@victorg7280
@victorg7280 9 ай бұрын
Iyo titre ya yihezanguni(extremisme) iratangaje .Ariko uwayizanye amenye ko amaraso yose atukura.
@martensnshimi3613
@martensnshimi3613 Жыл бұрын
Iyo mugore :: elle raconte et elle parle Imana imukize avakomere,abandi bo mugukira ibikomere vy'ubufuvyi,ugukumirwa mumashuri U n'a I,ugukumirwa muri Économie no mumatongo,ugashirako ubusuku na humiliation.bizokizwa n'UBUTATU BWERANDA
@Intwar
@Intwar Жыл бұрын
Impore mubyeyi. Urwanda Nubundi satani yarabateye
@user-ey2is8ii3s
@user-ey2is8ii3s 8 ай бұрын
Wewe wamugore we wumva weho utamaze abahutu ico gihugu urimwo sicawe uzotinda ugaruke dha
@damiennkaka7006
@damiennkaka7006 8 ай бұрын
Mpore 🙏🏿
@leonidasmujakera7642
@leonidasmujakera7642 Жыл бұрын
Ba chercheurs muzoturonderere aho urwanko rw'umuhutu n'umututsi aho rwavuye Twavutse tubisanga bazotubwire badahengamye ariko birababaje kabisa kwica uwomubana Mana ni danger
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 Жыл бұрын
Uramaze kuja gusura uwo muhutukazi yabakingiye?
@N-Sagittar
@N-Sagittar 11 ай бұрын
Naburya yabakingiye,ntibikuyeho ko mumaso yiwe amubonamwo nk'umuhutu nyene...
@UgwegobdiSulaiman-se5kt
@UgwegobdiSulaiman-se5kt 9 ай бұрын
Mana habwicubahiro warokoy ababantu urindi gihugu ntibizasubire
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 Жыл бұрын
Muratahuye ko ivyo ba micombero na buyoya bakoreye abahutu bitari vyiza? Kwica Ndadaye n'abandi bahutu babakwegeye n'uruvyaro rwanyu? Iyo mubajije abana ba bikomagu bababwira ko se yakoze neza kubatutsi?
@user-hx3ty7os5o
@user-hx3ty7os5o 4 ай бұрын
Buyoya muramushimira yarabahaye nahandi nubu hagihe mutarikuba murahashika harya ngocagize gute
@user-zd9ck8km5i
@user-zd9ck8km5i Ай бұрын
Komera mama, gusa umututsi muri aka karere yaratotejwe bikomeye ariko muhumure Imana irahari ntabwo izoguma yihanganira ubu bugome, twibuke ko n'ingoma ya Hitler, aba nazi, aba gestapo nabo Imana yabashizeko iherezo. Gusa les allemands bo ils ont reconnu ibibi bakoze, ariko abandi bo ubwicanyi babugize iragi, umuco
@hakizimanacarlos5569
@hakizimanacarlos5569 9 ай бұрын
Mpol mpol iyondahaba narikubatabara
@Radioinganji
@Radioinganji 15 күн бұрын
Buyoya igihugu yaragitanze bamurushije ubwenge
@regulus4745
@regulus4745 Жыл бұрын
3:21 «En revenant un peu en arrière _[càd pendant que Ndadaye était bien vivant, libre et cadre bancaire ou président],_ le lycée de Rusengo avait connu des problèmes vu plusieurs grèves d’élèves sur base de questions ethniques. Cela nous arrivait souvent de passer des nuits blanches, de recevoir des alertes sur des attaques probables de Tutsis contre des Hutus et vice-versa.» L’avènement de Buyoya fut un désastre historique pour le Burundi. Les répercussions ne se sont plus jamais arrêtées.
@doro2197
@doro2197 9 ай бұрын
Aliko muvandimwe ,nukuli Buyoya yararenganye cyane ,nimureke polemique ituma umwiryane ukomeza mukarere kacu , ibibi byabaye birahagije ,enterrons la hache de guerre ,dusabe IMANA imbaraga zo kuzamuka agasozi k IMBABAZI Z IMANA, KUKO TWESE TWESE TURAZIKENEYE ,PERSONNE N EST GAGNANT DANS CETTE SALE GUERRE ,NUGUSARURA AGAHINDA DE PART ET D AUTRE GUSA .HHHH ALIKO NAKUMIRO PE ,KUGEZA NAHO UBURUNDI BWANGA UMURAMBO WA BUYOYA 😪😪😪😪😪
@doro2197
@doro2197 9 ай бұрын
Koko ngo imbyisi ngo ikulira abana ikakurusha kurakara hhhh nukumirwa gusa .Ukuli kuzwi n IMANA yonyine ,president BUYOYA yaliruhukiye ,hababajwe abahetse urwango bahetse urupfu mulibo et la haine tue plusqu 1 claive puisqu elle tue a petit feu
@regulus4745
@regulus4745 2 ай бұрын
@@doro2197 En 1988 habyarimana dresse la milice palipehutu qu’il lâche sur le burundi pour tuer la population tutsie dans les communes ntega et marangara, juste en face de la frontière rwandaise. Une fois leur forfait accompli, les miliciens repassent la frontière pour retourner au rwanda, où beaucoup d’entre eux participeront d’ailleurs avec une cruauté inouïe au génocide de 1994 dans ce pays. Mais sur le moment, buyoya ne pipe mot contre cette action de habyara. Au lieu de cela il récompense les tueurs en leur offrant des maisons toute neuves à eux mais pas à ceux qui avaient survécu à leur campagne. De façon générale il se comporte comme si cette affliction était la bienvenue et ne faisait que conforter la politique qu’il avait toujours voulu imposer au pays. De fait quelques années plus tard il installe au pouvoir les gens qui ont commis le génocide de 1993 au burundi. La commission d’investigations de l’ONU ne pourra que le déplorer par la suite: «La Commission estime que les éléments de preuve dont elle dispose *suffisent à établir* que des actes de génocide ont été perpétrés au Burundi contre la population tutsie le 21 octobre 1993 et les jours suivants à l'instigation et avec la participation de certains militants et responsables hutus du FRODEBU, y compris au niveau des communes.» Un an après cela le régime tanzanien offre son soutien à la milice Cndd-Fdd, la même qui fera irruption une nuit d’avril 1997 dans un séminaire à Buta pour exterminer les petits séminaristes dans leur lit de dortoir. Une nouvelle fois, buyoya revenu au pouvoir ne pipe mot contre ce comportement du régime tanzanien. Ce dernier, renforcé dans sa position par ce mutisme de buyoya, inspirera même mandela plus tard à déclarer publiquement que _‘les hutus tuent les tutsis parce qu’ils sont pauvres alors que les tutsis sont riches’._ Ainsi se trouvait justifié aux yeux de ce nouveau médiateur et d’autres maîtres du monde, le massacre d’enfants à Buta et partout ailleurs dans le pays. La machine infernale que buyoya n’avait pas voulu enrayer à temps ne s’arrêtera plus hélas. Celle-ci, fidèle à sa nature, ira d’ailleurs jusqu’à se retourner contre son grand paravent en s’assurant qu’il finirait sa vie comme repris de justice en fuite condamné à perpète. Même sans vie, il n’aura toujours pas le droit d’être enterré en sol burundais comme vous tenez à le souligner.
@godefroidhabarugira4147
@godefroidhabarugira4147 Жыл бұрын
Ubu nyaruka twubake igihugu muvavanure n'izonyigisho z'abazungu
@bricendayisenga40
@bricendayisenga40 Жыл бұрын
Kahise kigihugu ni inyigisho z abazungu? Ivyabaye vyarabaye kandi ntawobihindura
@Turkana-omo-marsabit
@Turkana-omo-marsabit Жыл бұрын
Banyaruke bichwe!wunva iburundi nirwanda habayo freedom of speech liberte d expression Muzabanze muhe akazi abatutsi bize baba hanze nkakuriya irwanda babikoze nabandi bazaza
@inna7803
@inna7803 Жыл бұрын
​@@Turkana-omo-marsabitbanyaruke sha bicwe bahohoshe n'utwasigaye
@prospermanirampa9306
@prospermanirampa9306 9 ай бұрын
Ai je bien compris que madame ariko avuga ivyamushkiye le 21/11/1993 nkuko Monsieur Muhozi amubajije. Si oui quelle honte!!
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 10 ай бұрын
Maggy Barankitse muri Shalom muramwibuka ndibaza
@jeanoliviergasore964
@jeanoliviergasore964 Жыл бұрын
Ces témoignages méritent d’être traduits en anglais ou ceux qui parlent anglais peuvent le faire en anglais.
@blackberryberryblack9093
@blackberryberryblack9093 Жыл бұрын
Quel rapport ????
@melysekankindi6107
@melysekankindi6107 9 ай бұрын
Vyakozwe nabarundi izo témoignages zizofasha kwubaka kazoza kabarundi. Bovuga mucongereza kugira bashikekuki?
@user-hg4vt4rp7m
@user-hg4vt4rp7m 10 ай бұрын
Ewe Bdi wishwe nabo wavyaye, komera Muvyeyi impembo y'umwicanyi nukwangara nta kindi
@innocentnduwayezu348
@innocentnduwayezu348 6 ай бұрын
Pole
@Irene28092
@Irene28092 Жыл бұрын
Harabantu bivugira ayamuhe ngaha birravye ubwoko bwabo gusa ..Mbe genocide yakorew abahuyu 72 murayiyunvira?? Mbe génocide iyibaye ntihanw mwibaza ko ivyara iki? Mbe hoho murazi abahutu bapfuy bicirwa mu ma lycée 93? Icenda nagatatu nemez habay amagenocides abiri, iyabahutu n iyabatutsi..Ariko iyabahutu niyo twokwitwa genocide kubera bicwa n abajejw umutekano bishigikiw na leta... N ayabatutsi bapfuy birababaj ntazirakarengane n imw yopfuy izira uko yapfuye .Turavagway iburundi kuko umwe wese araba umurwi arimwo.
@jeanmariendayikengurukiye8767
@jeanmariendayikengurukiye8767 Жыл бұрын
Amahoro y Imana Dawe wa twese wo mw Ijuru n abasage mwese bavukanyi impande zose ibihe vyose Amen Alleluia!!!Jewe sinemera ivy ubwoko bw abatutsi n abahutu canke abatwa kuko Ijambo ry Imana Dawe wa twese wo mw Ijuru ritwigisha ko twese twaremanwe agashusho k Imana:Genèse 1,25-30!Ivy ubwoko ni système de diviser pour régner nico gituma Jewe nemera ko nabatijwe kw Izina rya Data nirya Mwana nirya Mutima Mweranda ntemera ubwo buja bwa shetani!!!Jewe sinemera nivy imiganbwe kuko ivyo vyose ni systèmes za shetani kuko ivyo vyose turamaze kubona amateka yavyo muri ubu burundi!!!None rero kuva muri 1961-1962;1965;1968;1972;1988;1993;1994;...2015 gushika uyu musi ntanumwe mu barundi azi igitigiri c abahutu bamaze kwicwa kandi ntanumwe azi igitigiri c abatutsi bamaze kwicwa:mbega abahutu nibo bamaze gupfa ari benshi?Mbega abatutsi nibo bamaze gupfa ari benshi?Mugabo twese tumenyeko uwicisha inkota nawe azokwicishwa iyindi iryo n Ijambo ry Imana Dawe wa twese wo mw Ijuru kandi ntiribesha!!! Abatutsi b ibinywamaraso nibo bagandaguye Président Melchior Ndadaye yitorewe n abarundi bari baracuzwe bufuni na buhoro hanyuma ivyo binywamaraso nivyo vyaciye bivugako bitokwemera kurongorwa n igikere none rero ko baciye bica ico gikere kubera bari bavukiye mu kabi bakagakuriramwo nibamenyeko inkubisi y amavyi iyakubita ikayitarukirizako!!!Abatutsi sibo baremye Abahutu kandi Abahutu sibo baremye Abatutsi none rero nibame bategera ko bahari kugirango buzuzanye ntibahari kugirango bacurane bufuni na buhoro canke ngo bimbane mu mizi!!!Ivy ubwoko igihe cose bizoba biciganje tuzomenyeko tuzoba tukiri abapagani naho tuzoba dusenga 24h/24h
@jeanmariendayikengurukiye8767
@jeanmariendayikengurukiye8767 Жыл бұрын
Amahoro y Imana Dawe wa twese wo mw Ijuru n abasage mwese bavukanyi impande zose ibihe vyose Amen Alleluia!!!Jewe sinemera ivy ubwoko bw abatutsi n abahutu canke abatwa kuko Ijambo ry Imana Dawe wa twese wo mw Ijuru ritwigisha ko twese twaremanwe agashusho k Imana:Genèse 1,25-30!Ivy ubwoko ni système de diviser pour régner nico gituma Jewe nemera ko nabatijwe kw Izina rya Data nirya Mwana nirya Mutima Mweranda ntemera ubwo buja bwa shetani!!!Jewe sinemera nivy imiganbwe kuko ivyo vyose ni systèmes za shetani kuko ivyo vyose turamaze kubona amateka yavyo muri ubu burundi!!!None rero kuva muri 1961-1962;1965;1968;1972;1988;1993;1994;...2015 gushika uyu musi ntanumwe mu barundi azi igitigiri c abahutu bamaze kwicwa kandi ntanumwe azi igitigiri c abatutsi bamaze kwicwa:mbega abahutu nibo bamaze gupfa ari benshi?Mbega abatutsi nibo bamaze gupfa ari benshi?Mugabo twese tumenyeko uwicisha inkota nawe azokwicishwa iyindi iryo n Ijambo ry Imana Dawe wa twese wo mw Ijuru kandi ntiribesha!!! Abatutsi b ibinywamaraso nibo bagandaguye Président Melchior Ndadaye yitorewe n abarundi bari baracuzwe bufuni na buhoro hanyuma ivyo binywamaraso nivyo vyaciye bivugako bitokwemera kurongorwa n igikere none rero ko baciye bica ico gikere kubera bari bavukiye mu kabi bakagakuriramwo nibamenyeko inkubisi y amavyi iyakubita ikayitarukirizako!!!Abatutsi sibo baremye Abahutu kandi Abahutu sibo baremye Abatutsi none rero nibame bategera ko bahari kugirango buzuzanye ntibahari kugirango bacurane bufuni na buhoro canke ngo bimbane mu mizi!!!Ivy ubwoko igihe cose bizoba biciganje tuzomenyeko tuzoba tukiri abapagani naho tuzoba dusenga 24h/24h
@Turkana-omo-marsabit
@Turkana-omo-marsabit Жыл бұрын
Erega nabahutu rescapes turabunva hano kuri rainessance! None uyu sister ntiwunviseko yarokowe numukecuru wunuhutu
@kalyka4107
@kalyka4107 Жыл бұрын
Ububabare bwumuntu ni bumwe kandi gusangiza temoignage yawe abandi ni nka therapie hama bikigisha nabandi. Niba ufise temoignage yawe urayizana tuyumve
@Irene28092
@Irene28092 Жыл бұрын
@@Turkana-omo-marsabit Ndakwirikirana renaissance cane kndi ndagira statistiques y ibica ngaha .. Seulement bishoboka kwarabo muronka mugabo abafis ibikomere muri twebw turi beshi..Ntaw nipfuriza gupfa gusa mwari mukwiy kumenya iyo leta yica abantu ijejw kukingira (nivyo mwirigwa musemerera),bivyara amabi nkayo twabonye. Tant que génocide yakorew abahutu bikozw na leta ya micombero yabay itemew hama hakwirikir ibyaha vy agahomeramunwa vyakorew abatutsi, nta kizire izoboneka mu Burundi.. Icenda na gatatu buyoya nta geneocide nomwagiriza..Habay ubwicanyi bw agahomeramunwa bwakorew ubwoko bwose . Nta enlèvements ciblés xabay zivuy au sommet coe 72.
@placidentahonshikiye2385
@placidentahonshikiye2385 Жыл бұрын
J,étudiais au Séminaire de Dutwe. Ce temps, le séminaire de Dutwe a beaucoup aider les jeunes en difficultés
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 Жыл бұрын
None irya coup d'etat buyoya na kagame Paul bashatse gukorera CNDD FDD urayikunda?
@EstellaNDIKUMASABO-hj3hq
@EstellaNDIKUMASABO-hj3hq 9 ай бұрын
Mpore natwe abacu barahahoneye twiyibagize ivyadushikiye 9:34
@jeanmarievianneybangirinam3
@jeanmarievianneybangirinam3 Жыл бұрын
imanga ntimarira Imana,gucika kwicumu naho ni ukugira tube ivyabona vyakabi kakozwe,courage courage hari vyishi tugikeneye gushira ahabona kugira abarundi nisi bagire amahoro: c'est la seule raison qui fait que nus respirons encore.
@Topnews6148
@Topnews6148 Жыл бұрын
Vmbega Mme Alice ko utatubwiye abiciwe muri irya shengero ya katolika,ibihumbi n'ibihumbi bishwe n'abasoro b'abatutsi,bakagenda bacumita uwo babonye mpaka kugera Ruyigi Centre. 😢 Gusa ugira Umutima wo kwiyeza. Canke wumva ubabaye ko abahutu bihungiye kare? Abahagumye bo ubwo mwarabihanganiye?😢 Genda murarinda peeee!
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 Жыл бұрын
Bararinda urabivuga ngo urabizi🤔
@N-Sagittar
@N-Sagittar Жыл бұрын
Umututsi igihe cyose atazahereza agaciro umuhutu,tuzabihoramo paka isi irangiye.Iteka umututsi yumva ari UN ETRE SUPPREME🤷 Mais comment????
@N-Sagittar
@N-Sagittar 11 ай бұрын
Urazi rero hano irwanda,noneho ngo umuhutu ni umwana w'imbwa,ngo bamuhatse imyaka amajana ane bivuzengo nokumubona ubwabyo ni ishyano,barabasenyera,barabafunga kukarenganyo abandi baricwa,none uribaza uyo muntu abonye ububasha we yokora iki🤷
@nahimanaremi8449
@nahimanaremi8449 Ай бұрын
Uyo mugabo avuze ngoyapfuye sayine nyamba vyarikumwe nabamwishe
@jeanpierregirukwishaka5607
@jeanpierregirukwishaka5607 8 ай бұрын
Ariko ihora ihoze
@uwamahorojeannedarc7489
@uwamahorojeannedarc7489 Жыл бұрын
Uwo uvuze uri mu Rda,yitwa nde uzoduhe number yiwe tuzomuramutse
Iyicwa rya Joseph Bamina
55:43
Tele Renaissance
Рет қаралды 28 М.
👨‍🔧📐
00:43
Kan Andrey
Рет қаралды 10 МЛН
Témoignage de Nadine Bigirimana.
14:41
Tele Renaissance
Рет қаралды 20 М.
“Bategurira mu manama yabera muri police judiciaire ukungene bazonyica.”
1:09:34
Témoignage de Chauvineau Mugwengezo
31:50
Tele Renaissance
Рет қаралды 22 М.
Témoignage sur la mort du Général de Brigade Athanase Kararuza
30:50
Tele Renaissance
Рет қаралды 464 М.
Témoignage de Tite Ndayisaba / Torturé en 2015
27:30
Tele Renaissance
Рет қаралды 26 М.
Témoignage de Dieudonné Hakizimana, militaire ex-FAB.
31:00
Tele Renaissance
Рет қаралды 104 М.
Témoignage de Ndagijimana Audace / Ancien Militaire ex-FAB
25:34
Tele Renaissance
Рет қаралды 76 М.
Imvugo ya Ndayishimiye : ico abarundi boyitahuramwo
2:19:45
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 50 М.