Turafise Imana Deluxe (Full Album)

  Рет қаралды 71,988

Dudu T. Niyukuri

Dudu T. Niyukuri

Күн бұрын

Umwami abaza Daniyeli, ari we Beluteshaza, ati Mbeg' urashobora kummenyesha inzozi narose, n'ingene zisobanurwa? Daniyeli yishura umwami, at' Ibanga wasobanuza nta banyabgenge boshobora kurikumenyesha mwami, cank' abapfumu cank' abanyamareba cank' abamenyi; ariko mw ijuru har' Imana ihishura amabanga, kandi ni yo yakumenyesheje ibizobaho mu bihe bizoza, mugenzi. Inzozi zawe n'ivyo werekewe mu mutwe uri ku kirwa vyar' ibi: Daniyeli 2 - 26 - 28
00:00 Vyandutiye vyose
04:00 Turafise Imana
10:40 Ntawundi
16:32 Akira
23:17 Subira
33:51 Ndamukunda Yesu
37:55 Ah YaYaYa
Credits to:
Live Production At CLM Burundi
Recorded Live by Roc House Records
Directed and Produced Landry - Guez
Audio Post Production by Rugero Records
Event Production by Buja Events
Iriba Communication Agency
Special thanks to:
Now Creative
Chris Lee Gifwandi
Alberique for Buja Events
Emery Uwimana
Elvis & Alida
Landry & Divine
The band:
Lievin
Corneille
Farley
Mabone
Marlesh
Teddy
Fofo
Amandine
And Everyone in the audience who made this video a success
God Bless you all

Пікірлер: 271
@Diana12396
@Diana12396 Ай бұрын
Aba Jo twins bakunda dudu mumpe like ❤❤❤❤
@Diana12396
@Diana12396 Ай бұрын
Hello Aba Jo twins show from Rwanda ❤❤❤❤❤
@hervenyambikiye9297
@hervenyambikiye9297 5 ай бұрын
Kuba narakunzwe na We, Kuba twarahuy Yesu Ntaco nobigereranya Nta giciro bigira❤
@user-jp3ic5uy7j
@user-jp3ic5uy7j 6 ай бұрын
Kaze kukivumbiko kitazima turagukumbuye hano 🇧🇮 buja Bon berger 😊😊😊❤
@user-zi4rp3rw6m
@user-zi4rp3rw6m 6 ай бұрын
Uwundi Mwanya mwiza kandi wo guhimbaza no gutazira Imana🥺🙌🏾May GOD Bless You🙏🏾♥️
@vianneynduwimana3827
@vianneynduwimana3827 6 ай бұрын
Kuva mubwana bwanje na none ndacakunda indirimbo zawe❤️‍🩹❤️‍🩹❤️‍🩹❤️‍🩹
@DuduTNiyukuri
@DuduTNiyukuri 6 ай бұрын
Ameeen
@user-zi4rp3rw6m
@user-zi4rp3rw6m 6 ай бұрын
Uwundi Umwanya mwiza wo guhimbaza no gutazira Imana🥺🙌🏾May GOD bless You 🙏🏾♥️
@lionelamani7551
@lionelamani7551 6 ай бұрын
Turafis'Imana ooh...oh...ooh turafis'Imana🎶🎵🎶🎵🙌🔥🔥🔥 this is amazing🤩🤩🤩... stay blessed Dudu
@user-ch7gy6fo2i
@user-ch7gy6fo2i Ай бұрын
Uri umuti wa benshi biciye mungabire yaweee
@DuduTNiyukuri
@DuduTNiyukuri Ай бұрын
Asante 😊
@beniflorisiteriteka5227
@beniflorisiteriteka5227 5 ай бұрын
Turafise Imana album inyongeje inkomez zokwegera Imana pe🙌🙌🙌 Dudu hezagirwa cane kk ubutama bw'ibikorwa vy'Imana birafise ingero itagabanije
@MunezeroParfait-hx4ch
@MunezeroParfait-hx4ch 6 ай бұрын
Amen hezagirwa cn muimbaji wetu wubahw 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@JonathanNdayishimiye-zo4qd
@JonathanNdayishimiye-zo4qd 6 ай бұрын
Waooo uramazi amarinyota Yesu wanje.dudu waje mugihe canje
@DuduTNiyukuri
@DuduTNiyukuri 6 ай бұрын
Amen bro
@cubahiroarthemonofficial9059
@cubahiroarthemonofficial9059 6 ай бұрын
Imana yaragukoresheje bituma nkunda musique @Dudu T. Niyukuri I hope yuko one day tuzobonana canke tugakorana indirimbo
@DuduTNiyukuri
@DuduTNiyukuri 6 ай бұрын
Kabisaaa
@user-xy5ll4vg8u
@user-xy5ll4vg8u Ай бұрын
God bless you🎉🎉
@niyintunzealexis8765
@niyintunzealexis8765 6 ай бұрын
Oooh dudu ndagukunda ❤❤❤ ndanezeweeee yuuuuuuuuu🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌
@philberttuyishime
@philberttuyishime 5 ай бұрын
Iyiii album iriko irampezagira cane pe indirimboo zose namavutaa ziryoshe zose❤❤...baffre yanje yarons akazi 😂😂kuk nguma ngir replay 😀
@DuduTNiyukuri
@DuduTNiyukuri 5 ай бұрын
😂😂
@bienvenuhicuburundi5551
@bienvenuhicuburundi5551 6 ай бұрын
Imana ikomeze ingabire yawe. Murakoze kuduhezagiza this album
@diviniranezereza9272
@diviniranezereza9272 6 ай бұрын
Hageze kuri turasefi Imana hoho ni 🔥🔥
@niyoncutinorbert5415
@niyoncutinorbert5415 6 ай бұрын
Uri icitegererezo canje mu muziki kabisa ❤❤
@JeanthiyNtira851
@JeanthiyNtira851 5 ай бұрын
TURAFISE lmana❤ Amen
@gracecharismazoe347
@gracecharismazoe347 6 ай бұрын
Subiraaa🙏🙏🙏🙏😭😭 ndamukunda yesuu🤲 turafise Imanaaa ❤Akiiiiiraaa🙌🙌ooooh God thank u for this minister
@DuduTNiyukuri
@DuduTNiyukuri 6 ай бұрын
😊😊😊😊
@galileeyvanrudigi1748
@galileeyvanrudigi1748 6 ай бұрын
Ooooh my God… Dudu ww ntakukumenyera peeee Thx thx gufasha ubwoko bw’Imana kuyitazira kuyindi level
@gogogloria9303
@gogogloria9303 Ай бұрын
Mfatukuboko unjane aho ugomba😢😢🙌🙌🙌 God bless you Dudu! You are such a gift to the body of Christ. More anointing and grace
@DuduTNiyukuri
@DuduTNiyukuri Ай бұрын
Oooh my sister!! Thank youuuu. And so glad to hear from you
@user-dr2ud1dy7s
@user-dr2ud1dy7s 5 ай бұрын
Mwarahezagiw
@devdelias9390
@devdelias9390 6 ай бұрын
Dudu t wewe warahezagiwe nimana shishikala uduhezagira
@prosperniyongabo108
@prosperniyongabo108 5 ай бұрын
Thank you Sir❤
@iradukundajimmy-thierry7930
@iradukundajimmy-thierry7930 6 ай бұрын
Dudu ,asante sana kutubaliki, blessings upon blessings on you
@user-bz7th9wu5h
@user-bz7th9wu5h 4 ай бұрын
Imana ikomeze ingabirano yawe doudou indirimbo zawe ziraduhezagira🎉🎉🎉
@fistondannyharerimana8740
@fistondannyharerimana8740 5 ай бұрын
Good songs turafise imana pe
@ericjohnson315
@ericjohnson315 Ай бұрын
Amen
@macyotv5716
@macyotv5716 6 ай бұрын
We are proud of you we❤ you Take courage
@user-xc4rs3io8q
@user-xc4rs3io8q 6 ай бұрын
Amavuta menshiii 2024 ,keep shining dear brother
@innocentniyibizi8695
@innocentniyibizi8695 6 ай бұрын
Mumodoka sinkuramwo, ninjiye muri Office ngumizamwo, ntashe hoho ababanyi ntibaza kunkira uyu musi kabsaaaaaaaa 😂
@HavyarimanaEtienne
@HavyarimanaEtienne 5 ай бұрын
Amen!
@CarmelGloireInezayimana
@CarmelGloireInezayimana 5 ай бұрын
❤❤❤❤amen
@gloriosekazahari2977
@gloriosekazahari2977 5 ай бұрын
Uri vyose muri vyose Yesu, ndavyatura nakanwa kanje, allelouiaaah, allelouiaaaah🎹🎹🎺🎺🎻🎻🎻🎵🎵🎵🎼🎼
@etiennendayi2758
@etiennendayi2758 6 ай бұрын
Ndaryohewe cane bimwe bivuye ku mutima, kubona uduhaye indirimbo nsha murakoze cane 🙏 🙏 🙏
@KiraMadudi
@KiraMadudi 5 ай бұрын
Urakoze cane Dudu kukindi gikorwa ciza nkiki.May God bless you and your family.
@diegueiranyibutse6249
@diegueiranyibutse6249 5 ай бұрын
Turafise Imana itananirwa, kukumenya Yesu sindavyicuza, courage Dudu
@user-zi4rp3rw6m
@user-zi4rp3rw6m 6 ай бұрын
Uwundi Mwaka mwiza kandi wo guhimbaza no gutazira Imana🥺🙌🏾May GOD Bless You🙏🏾❤
@user-gy2ey5cf1z
@user-gy2ey5cf1z 5 ай бұрын
Amen imana ihezagire ibikorwa vy'amaboko yawe
@paternesonofgod
@paternesonofgod 5 ай бұрын
Hallelujah ❤❤oooh thank God for the this talent you have given to Dudu t frankly it remember that we have Jesus in our life and know that we have your mercy❤❤
@innocentniyibizi8695
@innocentniyibizi8695 6 ай бұрын
Uri icete gisomeka kuri jewe no kuri benshi muta, Ndi ico Ndi uyu musi kubwo ingabire IMANA YASHIZE MURI WEWE, IMANA YAKUDUHAYE IKUTUZIGAMIRE KWLI 🙌🙌
@user-iv4iw8re5j
@user-iv4iw8re5j 5 ай бұрын
Waauu mbega indirimb Ziza ziduhezagra pro komeza uduhezagira imana ikwongereza amavuta
@benonenshizirungu-jk2tu
@benonenshizirungu-jk2tu 6 ай бұрын
Urampezagiye Dudu! Imana ikomeze yagure impano yawe ikuzuze amavuta yayo kugirango urushirizeho kuyikorera! Ndagukunda cyane!
@DuduTNiyukuri
@DuduTNiyukuri 6 ай бұрын
Ameeen brother
@johnclaudioyayatunga5890
@johnclaudioyayatunga5890 6 ай бұрын
Dudu RUTUNGABORO aguhezagire knd akurinde kko uri icitegererezo kuba kumenye. Tora amahurwe yaw🌹🌹🌹🌹
@incutiforlife
@incutiforlife 6 ай бұрын
Hallelujahhh Hallelujahhh Hallelujahhh Hallelujahhh Hallelujahhhh Thank GOD and Thank You DUDU
@ElodieNgezahayo-gw7zq
@ElodieNgezahayo-gw7zq 5 ай бұрын
Mu bihe vyiza nomu bikomeye yabanye natwe aradukomeza❤❤❤❤
@79Irakozearnaud
@79Irakozearnaud 6 ай бұрын
Hallelujah!! Blessed is who work for the Kingdom Of MightGod❤
@godefridehatungimana1128
@godefridehatungimana1128 5 ай бұрын
Halleluyaaaa Turafise imana itananirwa. Warahezagiwe Dudu
@ndayishimiyedeborah6257
@ndayishimiyedeborah6257 3 ай бұрын
Imana iguh'umugisha Dudu,ukomereze mugakiza,isi n'ibyisi bihinduke igihombo kubwa christo,uze wibuka aho christo yagukuye ntihagire ikizagutwara agakiza wahawe rimwe gusa.Courage❤❤❤
@DuduTNiyukuri
@DuduTNiyukuri 3 ай бұрын
Ameen
@arseneirakoze5440
@arseneirakoze5440 6 ай бұрын
Turafise Imana 🎉 and ah yaya are my favourite Songs ❤ nukuri Imana ishishikare kugukoresha ivyubuhizi🙏✌️
@DuduTNiyukuri
@DuduTNiyukuri 6 ай бұрын
Enjoy bro
@RwaniritekaClovis-uj5eg
@RwaniritekaClovis-uj5eg 6 ай бұрын
Wauuuuh Imana iguhezagire dudu Ikongeze Amavuta yayo.
@user-hq2nf1un9o
@user-hq2nf1un9o 4 ай бұрын
Ameeeeeeeeeeeeeeeen
@twagiramungudidier6097
@twagiramungudidier6097 6 ай бұрын
Muito obrigado por esse trabalho homem de deus seja abençoado🙏🙏
@divinetuyisenge2455
@divinetuyisenge2455 17 күн бұрын
❤❤❤
@parfaitmaniratunga8358
@parfaitmaniratunga8358 6 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤
@diacrerukanura1901
@diacrerukanura1901 6 ай бұрын
God niyukuri
@paternesonofgod
@paternesonofgod 5 ай бұрын
My fav album gonna make be to another level in Christ Jesus❤
@JoasNiyokwizera-vt3xl
@JoasNiyokwizera-vt3xl 5 ай бұрын
Wambereye incuti nziza idahinduka sinzavyibagira Thx DUDU
@oseanduwayezu-fc1xu
@oseanduwayezu-fc1xu 5 ай бұрын
❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
@ericmaniradukunda7494
@ericmaniradukunda7494 5 ай бұрын
Dudu wanjeeeeeuh
@DuduTNiyukuri
@DuduTNiyukuri 5 ай бұрын
😂😂😂😂Sawaaa
@KANEZAMicheline-kt1cn
@KANEZAMicheline-kt1cn 5 ай бұрын
❤🎉🎉🎉❤❤❤
@divinekellyniyonkuru5934
@divinekellyniyonkuru5934 6 ай бұрын
Keep aiming higher MOG Dudu...can't wait what the Lord has in store for us in 2024 🎉💃🙌
@lameck.2024
@lameck.2024 5 ай бұрын
Dudu you're really anointed, the Gospel you preach through your Music,the way you worship won't leave from our souls, Navutse numva indirimbo zawe ziririmbwa,zivuzwa ahatandukanye, ngukunda nanje muburyo bwihariye. Uri icitegererezo kurunganwe rwinshi mugushikana ubutumwa bwa christo mumitima myinshi, Imana igushikamishe inkomezi zayo mu kugororoka kwayo, Ibikorwa vyawe ntibizibagirwa mu mitima y'abarundi.
@DuduTNiyukuri
@DuduTNiyukuri 5 ай бұрын
Ameeen. Woooow…
@user-hd9hf9kh2i
@user-hd9hf9kh2i 5 ай бұрын
Wagize neza Mana🙌❤kuba twarahuye mana vyandutiye ubuzima🥳🥳
@ndimurukundojeanclaude
@ndimurukundojeanclaude 5 ай бұрын
Yesu niwe nzira nukuri nubugingo
@maishacenter-eastafricatv3976
@maishacenter-eastafricatv3976 5 ай бұрын
❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@niyintunzealexis8765
@niyintunzealexis8765 6 ай бұрын
Dudu wanje komeza muduha utundi nkutwo turanyubaka caaaazzne yambereyubuzima yesu❤❤❤🙌🙌🙌🙌
@M_I344
@M_I344 5 ай бұрын
🙌🙌🙌🙌❤❤❤❤❤❤❤❤❤️❤️❤️❤️
@RegisMc
@RegisMc 5 ай бұрын
❤❤❤❤❤
@hortenseiradukunda6226
@hortenseiradukunda6226 5 ай бұрын
Vyandutiye vyose🤌🥲💕💕 Merci Dudu, Ur'Umugisha twahawe❤❤❤❤
@therancetheci1575
@therancetheci1575 6 ай бұрын
Urakoze guhezagira imishaha yabatuye isi nuwanje urimwo uhezagigwe nawe ibihetangabo vyishi numuryango wawe wose
@DuduTNiyukuri
@DuduTNiyukuri 6 ай бұрын
Ameeen
@AlineINARUGANJI
@AlineINARUGANJI 6 ай бұрын
Amen amen ,nanje ndishima wambereye ikiraro co kumenya inzira yukuri,nishimwe mumutima wanje,Ndiho yambereye vyose amberubuzima ,ndi nishimwe mumutima wanje,agakiza nakamenye kuko mwambaye hafi na groupe yanyu,iyo ndavyibutse nshima Ndiho azokwame abibahembera ,iyo mutatse yumve vyihuse isengesho ryanyu,oooh haleluuaaa,turafisImana itananirwa cane ,be blessed urumukozi wImana muburyo bwinshi pe ndabihamya!!
@DuduTNiyukuri
@DuduTNiyukuri 5 ай бұрын
Amen amen Aline. Merci bcp
@user-ve8vm2vm5i
@user-ve8vm2vm5i 5 ай бұрын
❤❤
@gettynezerwe4199
@gettynezerwe4199 6 ай бұрын
Wow 👌🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🕺🏽🕺🏽🕺🏽🎶🎶 ameeen ameen ,ndazumvirije zose ❤, Papa God ashimwe kubwawe Mutalaaaam Dudu👏👏 turaronse muruy'umwaka mushasha wa 2024 Album isukuye peee!!
@DuduTNiyukuri
@DuduTNiyukuri 6 ай бұрын
Be blessed kabisa
@gettynezerwe4199
@gettynezerwe4199 5 ай бұрын
​@@DuduTNiyukuriameeen ameen
@igiranezathierry4361
@igiranezathierry4361 6 ай бұрын
Imana yame Ikwongera amavuta
@josianendihokubwayo-wo7bf
@josianendihokubwayo-wo7bf 5 ай бұрын
Uhezagirwe cane birushije ukubikora uduhezagira
@delphinmpawenayo6787
@delphinmpawenayo6787 5 ай бұрын
Merci mwigisha wacu uratwubaka cane
@niyonzimaevariste9137
@niyonzimaevariste9137 5 ай бұрын
Ntawundi abereye guhimbazwa❤🇧🇮🇧🇮
@IrakozeElyssa-qp6or
@IrakozeElyssa-qp6or 6 ай бұрын
It's blessings to have u🙄
@DuduTNiyukuri
@DuduTNiyukuri 6 ай бұрын
Ameeen
@user-hw6rf6pg1g
@user-hw6rf6pg1g 6 ай бұрын
Murumugisha kumahanga ( ndamukunda Yesu)
@tcileeofficial3108
@tcileeofficial3108 6 ай бұрын
Uko uduhezagira abe ariko nae uhezagirwa mukunzi w'Imana 🎉
@DuduTNiyukuri
@DuduTNiyukuri 6 ай бұрын
Ameeen amen
@emelynenyankawindemera9806
@emelynenyankawindemera9806 5 ай бұрын
Imana yakuduhaye ikudutungire❤
@kibambachristian532
@kibambachristian532 4 ай бұрын
❤❤❤❤
@user-fv5su2ig4q
@user-fv5su2ig4q 5 ай бұрын
Imana ishishikre kugukomeza❤
@divinetuyisenge2455
@divinetuyisenge2455 5 ай бұрын
@rogerbayubahe
@rogerbayubahe 6 ай бұрын
Amazing❤❤❤❤
@Samanthamagny8
@Samanthamagny8 5 ай бұрын
Jesus umva warakoz Album iyo yo yo ij aragahebuza bro 🙏🙏🙏🥳♥️God bless you
@DuduTNiyukuri
@DuduTNiyukuri 5 ай бұрын
Awwww …😊😊😊 urakoze sha
@LaridorNshimirimana-vm8ox
@LaridorNshimirimana-vm8ox 6 ай бұрын
Mrci Dudu UHORAHO abandany aducungira hanyuma nakongereza kajemwo kugira namahanga yakure ashikirwe
@niyintunzealexis8765
@niyintunzealexis8765 5 ай бұрын
Nkomeza guhezagirwa caane ❤❤❤❤❤❤🙌🙌🙌🙌🙌🙌
@DuduTNiyukuri
@DuduTNiyukuri 5 ай бұрын
🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾
@user-ve4ss1eh2w
@user-ve4ss1eh2w 6 ай бұрын
Vyukuri dudu warahinduy system yimiririmbire ubu ni bon kbs
@ArnaudGatungane-ie3cy
@ArnaudGatungane-ie3cy 5 ай бұрын
Imana ikongerereze amavuta yokuyihimbaza cane naje ngira ndakubwire ko mubafashwa nindirimbo zawe ndimwo keep going brother
@DuduTNiyukuri
@DuduTNiyukuri 5 ай бұрын
Asante bro
@fabricendayizeye-eb7pv
@fabricendayizeye-eb7pv 6 ай бұрын
Imana ikomeze kubazigama❤
@ornellasayumwe2822
@ornellasayumwe2822 5 ай бұрын
🙌
@samuelirambona2534
@samuelirambona2534 6 ай бұрын
Thank you sir for this Album, You blessed the world.Gospel up kabisa💪💪
@Rub110
@Rub110 5 ай бұрын
Uhezagirwe my icon❤
@Diekra
@Diekra 5 ай бұрын
Murakoze cane,
@obededarkhors6895
@obededarkhors6895 6 ай бұрын
Turafis 'Imana pe
@clovisishimwe2166
@clovisishimwe2166 5 ай бұрын
🤗
David Nduwimana - Ni Wewe Nizigira (Full Worship Album)
42:31
마시멜로우로 체감되는 요즘 물가
00:20
진영민yeongmin
Рет қаралды 29 МЛН
Heartwarming moment as priest rescues ceremony with kindness #shorts
00:33
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 13 МЛН
Rwanda gospel songs 2024(lyrics)|Nonstop Rwanda worship songs with Lyrics
1:16:22
Indirimbo Za Alexis DUSABE Nziza Cyane Zitazibagirana
1:31:02
IKONDERA TV
Рет қаралды 130 М.
Ibanga Ryo Kwisonzesha (Part 1)
9:52
Dudu T. Niyukuri
Рет қаралды 14 М.
PAPI CLEVER & DORCAS | SONGS COLLECTION | NDABARIRIMBIRA
1:14:42
Papi Clever & Dorcas Kinyarwanda
Рет қаралды 75 М.
Prosper Nkomezi -Playlist (2021)
1:16:51
Prosper Nkomezi
Рет қаралды 887 М.
Ndagushima - Dudu T. Niyukuri
14:21
Dudu T. Niyukuri
Рет қаралды 1 МЛН
Say mo & QAISAR & ESKARA ЖАҢА ХИТ
2:23
Ескара Бейбітов
Рет қаралды 2 МЛН
Erkesh Khasen -  Bir qyz bar M|V
2:43
Еркеш Хасен
Рет қаралды 462 М.
Alisher Konysbaev - Suie ala ma? | Official Music Video
2:24
Alisher Konysbaev
Рет қаралды 531 М.
V $ X V PRiNCE - Не интересно
2:48
V S X V PRiNCE
Рет қаралды 2,7 МЛН
LISA - ROCKSTAR (Official Music Video)
2:48
LLOUD Official
Рет қаралды 113 МЛН