Ubuho Kigingi arabica imbavu zitonekare😭🤣😂/Yishikiye ku ntebe ishushe ya

  Рет қаралды 19,715

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

22 күн бұрын

#birihot #kigingi #burundi

Пікірлер: 121
@mariegorethnizigama5396
@mariegorethnizigama5396 4 күн бұрын
J admire la maturite de Kigingi, ndamukunda cane
@UwubashebillyalexBillyalex
@UwubashebillyalexBillyalex 14 күн бұрын
Ubwo bu effet reooo😭😭😂😂ako ka kevin hart umengo ni kigingi nyn😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@jean-maestrobizimana7126
@jean-maestrobizimana7126 3 күн бұрын
Uzotumeko Mb Data please umuhate ibibazo nawe.😂😂😂
@inesirakoze1954
@inesirakoze1954 20 күн бұрын
kigingi uri incabwenge nukuri👏👏👏 ariko Miburo s'uwa 11 ahubwo n'uwa 6. Ikindi naco Rwasa si umwana wa 5 ahubwo n'umwana w'indwi; kuko batamwise Nyandwi bamwita Rwasa mu Burundi abana b'izina niguhera k'umwana 6 ariwe Miburo kuko niwe abaje kubura amazina
@alaindesirekaribwami9263
@alaindesirekaribwami9263 20 күн бұрын
Hymne national yanditswe na Patiri Ntahokaja hanyuma Patiri Barengayabo yayishize mumuziki
@ivanovitchingabire
@ivanovitchingabire 17 күн бұрын
Voilà nanje nivyo narinzi.
@user-zz2lm9pm9b
@user-zz2lm9pm9b 20 күн бұрын
Kiging na Hosy muratwongerereje imyaka yokubaho .😂😂😂😂😂😂😂😂😂i love you guys
@user-fd1hv3dd8y
@user-fd1hv3dd8y 19 күн бұрын
Murakoze kuntwenza kigingi araciye ubwenge saana Hosy ndagufana trop❤❤❤
@isidorinsabimana410
@isidorinsabimana410 19 күн бұрын
Hosy ni Patiri Ntahokaja yayandiste hanyuma Patiri Barengayabo niwe yavugije umudiho wayo ku Nanga
@nkengurutsechristian473
@nkengurutsechristian473 20 күн бұрын
😂😂😂😂 Merci Hosy. Uzaaze uramutuzanira tugaseka pe
@nirenganira8433
@nirenganira8433 20 күн бұрын
Vana ubwo burofa ngaho nta ntara shasha zihari muburundi😂😂😂😅😅😅
@irakozeshakiru1131
@irakozeshakiru1131 4 күн бұрын
Kingingi ndakunda ❤❤❤❤
@dushimedandavydylan7316
@dushimedandavydylan7316 20 күн бұрын
Sha ibintu ni fire
@irankunda4121
@irankunda4121 20 күн бұрын
Ivyo Nivyo nkunda😊
@alaindesirekaribwami9263
@alaindesirekaribwami9263 20 күн бұрын
Non Rwasa si uwagatanu ni umwana w’indwi co kimwe na Nyandwi
@KimanaSanta
@KimanaSanta 19 күн бұрын
Kigigi uraciye3umbwenge muzotumire Raoul aradutwenza caaaane gose kandi murakoze kudutwenza😊😊😊
@InnocentMfuranzima
@InnocentMfuranzima 20 күн бұрын
Turipfuza mkombozi plz hosy ikiganiro gikurikir tuzanir mkombozi uzabukoz vrm hm knd umwan w 11 ntabwo yitwa miburo ahubw yitwa karenzo ❤❤❤
@Floxa9030
@Floxa9030 20 күн бұрын
Kigingiii rwasa kwl😂😂😂😂😂😂vyanke gt
@Possible204
@Possible204 20 күн бұрын
Ndacari kuri introduction, yayayayaya biri hot, birashushe, biko moto
@niyonzimasolange5320
@niyonzimasolange5320 20 күн бұрын
Bir hot🔥🔥emission nkund kwel ndahigir utunt nutund noe Hosy nimb ntumvis nabi wavuzek ikibaz ukibajij bakagitor ariw uc ushir mugasek noe k ntarabon ushizemw kuvah kigingi yishuriy😅😅😅😅cnk nij numvis ibitarivy. Anyway courage 🇧🇮kazi wac tukur inyum
@ivanovitchingabire
@ivanovitchingabire 17 күн бұрын
Muratumira umu star wama Karaoke mu Burundi Vichou Love.
@nsavyekwizerasonia8417
@nsavyekwizerasonia8417 15 күн бұрын
Uzutumire mutima hosy❤😂
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 19 күн бұрын
😂😂😂😂ngo olala patiri😂😂😂nkukumeng gica kiza
@godsgrace6820
@godsgrace6820 18 күн бұрын
Hosy hymne ya EAC udafis umwana bayiga ni bak boyimenya. Je pense na ww k wayigiy k'umwana
@bellairakoze2769
@bellairakoze2769 14 күн бұрын
Nivyo vrmt naj sinzi namba gusa umenga iratesa ukuntu
@nirenganira8433
@nirenganira8433 20 күн бұрын
Hosy niwe wanjye ngo sinaribwavuke 😅😅😅😅
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 16 күн бұрын
Gwasa gwasa Miburo.
@niyonsabajeanrobert8435
@niyonsabajeanrobert8435 20 күн бұрын
Kigingi yakibajije nabi. Ico nticakunaniye
@AFox-mi8xx
@AFox-mi8xx 20 күн бұрын
Nahigerey muri biri Hot.Kigingi umugore yamumesuy aranoga.Fresheri ni nyinshi
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 19 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂ngo kowam waronse ibiraka 😂ab comedien utuzanir muriy imisi badukorer umusi😂😂😂
@delyselamiellairakoze8175
@delyselamiellairakoze8175 10 күн бұрын
Kigingi respect vraiment ❤
@evelynenkurunziza287
@evelynenkurunziza287 20 күн бұрын
27:13 hozy umwana wagatanu Rwasa kndi miburo nuwa 6 uwa 11 ba mwita karenzo
@user-lg6ui8zm1e
@user-lg6ui8zm1e 20 күн бұрын
Kera uwavyara amahasa yitwa "Hossy"
@adelineakimpaye61
@adelineakimpaye61 19 күн бұрын
Kigi ntavy womenya kuber um bébé waw ntaj kwishure ng wumv aririmba iy Hymne😂😂
@EricaGatoni-ep4cr
@EricaGatoni-ep4cr 20 күн бұрын
Yooooo 😂😂😂😂@kigingi wee😂Mwezigisabo ni Ex 28 novembre yemw
@kavaofficial203
@kavaofficial203 18 күн бұрын
Muzotumire abakozi b'Imana mwama mutumira Hosy ndisabiye hakirikare
@MikeNdayi
@MikeNdayi 20 күн бұрын
Hosy ni keza vraiment😅😅
@nirenganira8433
@nirenganira8433 20 күн бұрын
Nikeza nuko yagiye ahura nabagabo bafise ubuseriye butari bwishi cane
@consolatenkeshimana-fg9hp
@consolatenkeshimana-fg9hp 19 күн бұрын
Murabeshe miburo nuwagatandatu uwa cumi na rimwe ni misago
@user-bl9fc5dn5v
@user-bl9fc5dn5v 20 күн бұрын
Hahahahaahahha kubadidaaaaa😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉
@NdayishimiyeJoseph-wm5jy
@NdayishimiyeJoseph-wm5jy 17 күн бұрын
😁😁😂so funny mais cigisha vrt✌❤
@angemariebayubahe
@angemariebayubahe 7 сағат бұрын
intambara yakabiri y'isi yose yaheze 1945 yatanguye 1939
@BeniblaiseBizima-xz1bw
@BeniblaiseBizima-xz1bw 18 күн бұрын
Guerre mondiale mwihenze pee
@viraltiktokburundi9228
@viraltiktokburundi9228 20 күн бұрын
Kigingi il faut ko hosy azaraguh nawe akanoti erega ufise abafana benshi nkiyi video iraza kumuha akanoti kenshi kubera public iza kuyiraba😂😂😂😂😂
@jean-claudeminani6156
@jean-claudeminani6156 20 күн бұрын
66 niho MICOMBERO yagiye kubutegetsi KIGI hanyuma BAGAZA amukombora mumi 76.
@Nkotanyi1990
@Nkotanyi1990 4 күн бұрын
Somali 🇸🇴
@irankunda4121
@irankunda4121 20 күн бұрын
Kigingi araciye ubwenge
@NZIGAMASABOPRUDENCE
@NZIGAMASABOPRUDENCE 19 күн бұрын
Muzotumire belle nice 😂
@SteveKwizera-er2cn
@SteveKwizera-er2cn 20 күн бұрын
Naduh show❤❤❤❤❤
@isidorinsabimana410
@isidorinsabimana410 19 күн бұрын
Ni Rwasa uwagatanu
@delyselamiellairakoze8175
@delyselamiellairakoze8175 10 күн бұрын
Ntanguye gutwenga nkibon pub gusa😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@CynthiaAKIMANA-z7e
@CynthiaAKIMANA-z7e 20 күн бұрын
Hosy mwihenze 2ème guerre mondiale yatanguy en 1939 ihera 1945
@thatburundianlady
@thatburundianlady 18 күн бұрын
Nanje narintanguye kwibaza ko ari Mandela effect😀
@yvettenzeyimana9548
@yvettenzeyimana9548 6 күн бұрын
Nanje niko narinzi 1945
@NihorimberePrincia
@NihorimberePrincia 19 күн бұрын
Muraduhenze kuko guhema bihagaze ntibihagarara ariwe abikoze birikora rero ico sico
@user-us7ih6bz4t
@user-us7ih6bz4t 20 күн бұрын
Inababiri yagi prononsheje nabi Aho uba uvuze ikindi kintu
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl 20 күн бұрын
Birashushe
@user-nr5rx5ow5i
@user-nr5rx5ow5i 19 күн бұрын
Mutubwire amazina yabana kuva kumfura .... Kuko mwaduhenze Hosy gerageza uduhendure
@user-lq5cd9ru2m
@user-lq5cd9ru2m 20 күн бұрын
Kiging kwr nincabweng vrt ariyumvir pe niwamber babajij ibibaz bingan uko vrt wubahw kiging
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 19 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂ngo ivyo nivy vyorosh ariko wamuturiye
@OKONGWE257
@OKONGWE257 20 күн бұрын
Yeweeee oziiii weeeeee mpole le 25decembre
@christakabanga9437
@christakabanga9437 20 күн бұрын
Rwasa kueliii vyakunaniye
@christakabanga9437
@christakabanga9437 20 күн бұрын
Kigingi atora ubigoye ivyorosh bic vyank
@jean-claudeminani6156
@jean-claudeminani6156 20 күн бұрын
Yitwa INABABIRI KIGI!!
@angemariebayubahe
@angemariebayubahe 7 сағат бұрын
kigi ni rwasa
@user-nr5rx5ow5i
@user-nr5rx5ow5i 19 күн бұрын
Butanyerera Gitega Burunga Bujumbura .. .. ... Hosy completa 32:18
@alainblaise9401
@alainblaise9401 20 күн бұрын
Capitaine Michel Micombero = 28 Novembre 1966 (1ère République) - 1 Novembre 1976 (2ème République)
@lillyornella5714
@lillyornella5714 20 күн бұрын
E=ELECTRONIC
@firak1
@firak1 11 күн бұрын
Rwasa ni umwana w'indwi. Uwa Gatanu yitwa Mitarambo
@GabyHakizimana
@GabyHakizimana 14 күн бұрын
Tumir Alvin smith😂😂
@blandinechanisseiteriteka2072
@blandinechanisseiteriteka2072 19 күн бұрын
ninde yabonye ko Kigingi yaragiye gusoma kuga Fanta kandi yakamaze😂😂😂😂
@kampemanacherubin6702
@kampemanacherubin6702 20 күн бұрын
Miburo nuwagatandatu
@mariegorethnizigama5396
@mariegorethnizigama5396 4 күн бұрын
Buriya koko Kigingi na Raoul barasa?
@user-fk3pl1jj4p
@user-fk3pl1jj4p 20 күн бұрын
😮😮😮😮😮😮😮
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl 20 күн бұрын
Hosy wangu uratesa usaneza,Birihot yuno musi yarumuriro ariko burangiye Kigingi abisambuye vyose nda mwemeye Hhhhhh ndatwenze nduma narinzi kwamenubufu none ndumiwe hhhhh Hosy mr6 sana kubwa Birihot twari tuyikumbuye
@kfefe1598
@kfefe1598 20 күн бұрын
C’est la partie la plus intéressante
@user-gq4iu4yi5c
@user-gq4iu4yi5c 20 күн бұрын
Sinariziko uburundi bufise intara shasha 😳
@zebedemirambi3067
@zebedemirambi3067 20 күн бұрын
Question yubuhanga ni ya 25/12/1992😂 Kigingi wubahwe😂
@NdayishimiyeJoseph-wm5jy
@NdayishimiyeJoseph-wm5jy 17 күн бұрын
Umu star Jésus Audry
@user-nr5rx5ow5i
@user-nr5rx5ow5i 19 күн бұрын
Ngo inamahiri
@JedidiahNiyongabo
@JedidiahNiyongabo 20 күн бұрын
Kubadida😂
@grettagahimbare8821
@grettagahimbare8821 19 күн бұрын
Saporo😀
@evelyneniyonsaba7013
@evelyneniyonsaba7013 20 күн бұрын
Mwezi Gisabo ni rirya ryahora ari 28 Novembre
@user-fk3pl1jj4p
@user-fk3pl1jj4p 20 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@divineniyibigira6527
@divineniyibigira6527 16 күн бұрын
😂😂😂
@user-ju4jc8mu6f
@user-ju4jc8mu6f 2 күн бұрын
Ntahokaja
@user-nr5rx5ow5i
@user-nr5rx5ow5i 19 күн бұрын
😂😂Duùuuù
@christakabanga9437
@christakabanga9437 20 күн бұрын
Gitegaaa
@AudreyNiellaIrera
@AudreyNiellaIrera 11 күн бұрын
Mutumire B face
@barugendamwomartin3451
@barugendamwomartin3451 20 күн бұрын
😂🎉❤
@cimpayeclairia
@cimpayeclairia 13 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂
@ndayishimiyerenovat3840
@ndayishimiyerenovat3840 17 күн бұрын
Ariko Hosy kw'ico c'umuvyeyi yavyaye amahasa wamubajije nabi ntabwo ari kera gusa n'ubu bamwita inababiri
@nishigikireirislaurie
@nishigikireirislaurie 15 күн бұрын
RGBT nikii???
@niyibitangasamson4156
@niyibitangasamson4156 20 күн бұрын
Muraduhenze miburo suwa11
@nikwigizeevelyne9919
@nikwigizeevelyne9919 19 күн бұрын
Uwa 11 ni karenzo ayo miburo nuwa 6 abura uwindwi
@banderenbakojeanbaptiste5974
@banderenbakojeanbaptiste5974 19 күн бұрын
Somalie ntayurajamwo urapfuma wiyizira Zambia
@ali-ckizofiolivierarakaza9284
@ali-ckizofiolivierarakaza9284 18 күн бұрын
Dukeneye Sat b nae vt.
@nadinekwizera3475
@nadinekwizera3475 20 күн бұрын
Rwasa nuwicumi muratubeshe
@elsie4658
@elsie4658 20 күн бұрын
Hama Bucumi?
@ChadiaKANYAMBO
@ChadiaKANYAMBO 13 күн бұрын
Kumbe Somalie isigay ari east afrika Barafashe uduhugu twose twanyariwe batugira east afrika Nk sudan n Somalie vyajemwo gt
@Asu350-b7k
@Asu350-b7k 20 күн бұрын
😂
@soniadusabe7665
@soniadusabe7665 19 күн бұрын
Inababiri Hosy ntatubeshe???
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 16 күн бұрын
Mama ba deux
@user-lg6ui8zm1e
@user-lg6ui8zm1e 20 күн бұрын
"Inka" mu bwinshi nti baho
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 16 күн бұрын
Gwasa nuwa5 Miburo nuwaga 6
@HabicigombaEmelyne-vl2pj
@HabicigombaEmelyne-vl2pj 19 күн бұрын
Noe hosy ndakubaz kuber iki muheruka kugiran ikiganiro muvuga k ari mukugira mariage Ubu nah nkab mbon yambay impeta????
@alainblaise9401
@alainblaise9401 20 күн бұрын
Uwanditse indirimbo ihayagiza igihugu c'uBurundi: Patiri Mariko Barengayabo Uwayikoreye umudiho (melody): Kamurari Nanje muzontumire 😌
Smart Sigma Kid #funny #sigma #comedy
00:26
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 10 МЛН
Дарю Самокат Скейтеру !
00:42
Vlad Samokatchik
Рет қаралды 8 МЛН
Became invisible for one day!  #funny #wednesday #memes
00:25
Watch Me
Рет қаралды 59 МЛН
This is not my neighbor  Terrible neighbor! #funny #zoonomaly #memes
00:26
Amakuru ya BBC Gahuzamiryango Today Kuwa Gatatu 24/7/2024
30:23
Impamo Rwanda
Рет қаралды 17 М.
ROBERTINHO yageze mu Rwanda
13:34
Rwanda Magazine
Рет қаралды 460
Smart Sigma Kid #funny #sigma #comedy
00:26
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 10 МЛН