UMUKOBWA aciye ubwenge akura ama MILIYONI m'uburimyi//Twimbura ama tonnes menshi cane//Nkibitangura

  Рет қаралды 13,799

UMUKUBITO

UMUKUBITO

11 ай бұрын

UMUKOBWA aciye ubwenge akura ama MILIYONI m'uburimyi//Twimbura ama tonnes menshi cane//Nkibitangura
‪@NtareRushatsiHouseTV‬
#diaspora #ubuzima #

Пікірлер: 65
@richardcharite5270
@richardcharite5270 11 ай бұрын
Mr Gaël . Merci bcp kuri ico kiganiro. Birateye igomwe kubona umwigeme yiga ashobora gushika kurangura izo projets et plus encore ava I Bujumbura aja kubikorera I Nyabiraba. Imana ihezagire iyo migambi yiwe . Abantu nkaba nibo baba bakwiye gushigikirwa.
@moussaemmanuel8155
@moussaemmanuel8155 11 ай бұрын
Keep it up mukobwa mwiza . Indoto zawe zizobe impamo. U deserve a support!!
@mementomori6569
@mementomori6569 11 ай бұрын
Salute kbs, Ejoheza urahafite mukobwa mwiza. Uri smart cyane. Be blessed.
@alexandredusabe1817
@alexandredusabe1817 6 ай бұрын
Vyiza cane kandi ndaguteye intenge nyinshi ;Data agushoboze kandi iryo n'iterambere ryiza cane✌️💖🤗🤗🤗🇧🇮🇧🇮🇧🇮🤝🙌
@ntirampebaisaak5454
@ntirampebaisaak5454 5 ай бұрын
mugenzi Gael ujurashira inimero yumutumigwa kugira tumufashe muvyiyumviro
@uwimana8584
@uwimana8584 11 ай бұрын
Kombona muburundi bahagurutse ra?ndabona muminsi iza ibintu bizoba bimeze fresch. Courage barundi
@LaCharmanteL
@LaCharmanteL 8 ай бұрын
Yoooo maskini Mtimbuzi ‘’KANGA’’, la ville de chez ma mère et ma grand-mère maternelle, la famille côté maternel en général. Wow quels souvenirs. Je suis en larmes car je suis nostalgique. Je vous suis d l’Amérique du Nord, Canada 🇨🇦 pays de froid 🥶. Wow merci pour le partage de la vidéo bien-aimé UMUKUBITO. Tu viens d gagner une abonnée. Félicitations vraiment. J’ai aussi suivi les autres entrevues sur les hôtels 🏨 Samuel Hôtel et Van hôtel. Safi sana. Ma sœur entrepreneuse, courage vraiment et q Dieu bénisse les fruits d tes mains 🙌🏽🙏🏽
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 11 ай бұрын
Komera @Juste Gaël 🙌🙌🙌🙌🤝🤝,n’ijisho ni black 😅,ndakunda intro yawe bro 🤜🤜,keep going on bro ✌️✌️✌️,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@espoirebernard1742
@espoirebernard1742 11 ай бұрын
Elle mérite mon soutien, c'est une fille à encourager!
@RevenusOnline
@RevenusOnline 11 ай бұрын
Elle m'inspire trop!!? Courage et bonnes chances la burundaise !
@Tubivugetv990
@Tubivugetv990 11 ай бұрын
ntawewe warukwiye gushigikirwa courage kumbure nyenicubahira na premiere dame haraho bazobona ico kiganira bakagufasha noyo abandi ntabufasha boguha ahubwo nabazokurwanya baguce intege babasuma nabo baraje bakwake ibiturire
@bizumuremyiplacide377
@bizumuremyiplacide377 4 ай бұрын
Courage cane Nadine..
@Ungirenkugire
@Ungirenkugire 11 ай бұрын
Oooh iyaba Imana yaduha abakobwa nk’aba. Uyu wibaza ko yabona umwanya wo kujya mu buhumbu ? Waapi
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 11 ай бұрын
Ukuri pe
@emmanuelnibaruta5834
@emmanuelnibaruta5834 11 ай бұрын
Komera bwana ukora neza apana babandi batava aho bari birirwa batwereka amashurwe yo ma studios yabo
@boashamah3642
@boashamah3642 11 ай бұрын
Mbe Gael ya introduction ya Babilon hoshi na Take five unomusi kutayigize 😅😅😅😅
@eastwestenterprisesptyltd6743
@eastwestenterprisesptyltd6743 10 ай бұрын
Well done
@IRAKOZEAUDREY-yu7rc
@IRAKOZEAUDREY-yu7rc 11 ай бұрын
Hejuru hejuru🔥🔥Aller de l'avant Niyogere Nadine💯
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 11 ай бұрын
Abarimyi mwubahwe mubikora neza cyane ❤❤🇧🇮🇧🇮❤❤💯✅🥰🥰🥰🥰💞💞💞💞
@user-yv9xk4cm4r
@user-yv9xk4cm4r 11 ай бұрын
Gaël ndakwemera cane utandukanye nabandi ba journaliste.
@siniremeraadela1980
@siniremeraadela1980 11 ай бұрын
Coulage mwigeme mwiza Imana ikomeze ikujimbere ugere aho yo ishaka
@mpundupacifique6398
@mpundupacifique6398 11 ай бұрын
Courage Gaël ivyo biganiro biratera intege nawe turagutey intege kuyindi mpwemu idasanzwe
@silvernizi7790
@silvernizi7790 11 ай бұрын
Smart girl and humble Komera kukivi
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 6 ай бұрын
Songa mbere 👍💪
@didacendikumugongo8947
@didacendikumugongo8947 11 ай бұрын
Big up Gael !
@meryorndi630
@meryorndi630 11 ай бұрын
courage mukobwa kurima nivyiza
@emmanuelnibaruta5834
@emmanuelnibaruta5834 11 ай бұрын
Ivyo nivyo biganiro abarundi bakeneye apana vya bishegu mpora numva muma TVs amwe amwe
@alexikagoma5135
@alexikagoma5135 11 ай бұрын
Ikiganiro ciza
@patrickngenge5087
@patrickngenge5087 11 ай бұрын
courage Niyongere
@moullaommywayneofficial1199
@moullaommywayneofficial1199 11 ай бұрын
Woooo woooo washaaa kuyindi mpwemu idasanzwe resta man take five
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 11 ай бұрын
😂😂 ndagukunda bro
@RevenusOnline
@RevenusOnline 11 ай бұрын
Sois forte la fille!
@munezeroingrid
@munezeroingrid 9 ай бұрын
Courage
@niyibizivincent6134
@niyibizivincent6134 11 ай бұрын
Egoo. Uyu mukobwa arakwiye icupa ry'akabenzi. Ukwo avuga, asigura ivyo akora vrt. Arezwe yokura. Gael umubwire ati hari umurundi akwemereye umushito wa boke n' icupa ry'akabenzi.
@ali-ey9yi
@ali-ey9yi 11 ай бұрын
Umuhushuro iyo ndirimbo yawe
@kg7285
@kg7285 10 ай бұрын
courage ma belle
@jeanmarievianneyirakoze6690
@jeanmarievianneyirakoze6690 11 ай бұрын
Cette fille mérite un soutien car elle reincarne la culture d'une travailleuse assidue. Congratulations dear sister.
@danielscott6097
@danielscott6097 11 ай бұрын
Mahoro cane mwompa téléphone ziwe nanje ndu murimyi. Turamuteye intege cane.
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 11 ай бұрын
Songa mbere sister
@Sika5
@Sika5 11 ай бұрын
💪🏾💪🏾
@memberperni6061
@memberperni6061 11 ай бұрын
Ibikogwa vyiza Nadine. Mbe Gael womutubariza aho umuntu yoshobora kugura izo ntore ziwe za vert i Bujumbura? Quelle adresse?
@lepresi6673
@lepresi6673 11 ай бұрын
None abanyamitahe gut uyo mudamu twomushikira?
@jeaninetv
@jeaninetv 11 ай бұрын
Ter'imbere mukobwa mwiza
@niyungekoseleman8900
@niyungekoseleman8900 11 ай бұрын
Wirambire caneeeeee
@kamanzikhadija3951
@kamanzikhadija3951 11 ай бұрын
Abarimyi tumenyane uzoze nkwereke nanje ndimwo
@kezakelly3053
@kezakelly3053 10 ай бұрын
Gael umuntu umuntu agukeneye yogutora gt??
@oscarniyongere6680
@oscarniyongere6680 11 ай бұрын
izo simpuzu zakazi nadi
@angeakeza6542
@angeakeza6542 11 ай бұрын
Nanj ngira ntangur umugamb wokurima
@amolam97
@amolam97 11 ай бұрын
Abajeune dutwegerezwa guhaguruka
@Ellasonia
@Ellasonia 11 ай бұрын
Nadine
@isaka257
@isaka257 11 ай бұрын
Kumpwemu zidasanzw
@iramfashakevin-pt5iv
@iramfashakevin-pt5iv 11 ай бұрын
Gusa bro uft best voix
@ntlievin8605
@ntlievin8605 11 ай бұрын
Urumupede
@user-vs4qk4pf7d
@user-vs4qk4pf7d 11 ай бұрын
Komerasha mugirumugisha
@yvanmutaganzwa9734
@yvanmutaganzwa9734 11 ай бұрын
🇷🇼🇧🇮🇷🇼🇧🇮❤️
@josephinendayishimiye1757
@josephinendayishimiye1757 11 ай бұрын
Gukora nibwo buzima
@zaharahussain5734
@zaharahussain5734 11 ай бұрын
Bijahe komuburundi muvugako inzara ivuz
@Tubivugetv990
@Tubivugetv990 11 ай бұрын
ikibazo cubujuju nkawo nawe urigize umuhinga ukamengo nturumurundi ariko naho utoba urumurundi urumunya africa je regrete fort nimba uri mumahanaga ndumva atanico uzomarira igihugu
@Tubivugetv990
@Tubivugetv990 11 ай бұрын
abandi bakobwa bakwiye kukwegera ukabagira inama ukabereka uko nabo bokora imigambi
@bernicethebell9398
@bernicethebell9398 11 ай бұрын
Terimbere ku mpwemu idasanzwd
@soggy-janvierbamina8568
@soggy-janvierbamina8568 11 ай бұрын
Ijisho ni black 😊
@user-jq9tk7pl9v
@user-jq9tk7pl9v 11 ай бұрын
Urabeshe inrya zihuriye kuri Cotebu Arinyushi wewe wabirimye ubawungutse??
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 11 ай бұрын
Teribere mwana wanawamama
@iramfashakevin-pt5iv
@iramfashakevin-pt5iv 11 ай бұрын
Yubahwe cn p
@oliviermbonyi-mi4lv
@oliviermbonyi-mi4lv 11 ай бұрын
Ndumiwe caane kubwuwo mwigeme!!! Imvukira n'ingene bagorora Inzara barakora mwivuuuu??
Little girl's dream of a giant teddy bear is about to come true #shorts
00:32
Clowns abuse children#Short #Officer Rabbit #angel
00:51
兔子警官
Рет қаралды 73 МЛН
Никогда не убивай это существо! 😱
0:28
Никогда не убивай это существо! 😱
0:28