Umusore mwiza avuye Swede🇸🇪 nshitse BUJA naratangaye🤩/nshaka kumenyekanisha uBurundi kw’isi/Gapit

  Рет қаралды 11,473

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

11 ай бұрын

#sirenvibestv #diasporaburundaise

Пікірлер: 52
@sirenvibestv
@sirenvibestv 11 ай бұрын
Ku murundi wese Ari muri diaspora yifuza guterera Leta. Compte yugurujwe mw’ibanki nkuru BRB kuri numero 01104443801 Ni kuva kuri 5$ kuduga Biravana n’uburyo ushaka gutereramwo igihugu cabibarutse!! Ushaka kwumviriza indirimbo za Gapit ca kuriyi link: youtube.com/@gapitFj
@nirenganira8433
@nirenganira8433 11 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@nirenganira8433
@nirenganira8433 11 ай бұрын
Baterereje kuheriki ? Habayiki gitumye basabiriza 😢 ?
@Peacell422
@Peacell422 11 ай бұрын
Lol, guterera leta how!? 😅
@nirenganira8433
@nirenganira8433 11 ай бұрын
@@Peacell422 ngo bashaka umfashanyo mubanyagihugu ribaye iryambere xavyumvise
@nirenganira8433
@nirenganira8433 11 ай бұрын
Uwufise agakoko abure kugacunga ndabona birakomeye
@jbhbconqueror9739
@jbhbconqueror9739 11 ай бұрын
Matore Jean Chrystel, my old friend and classmate in primary school!! Muri 6è année kuri Makamba 2. Nice to see you again
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 11 ай бұрын
Cyakoze hejuru cyane burundi haratagase diaspora ❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤💯✅🥰🥰🥰🥰🥰💞💞💞💞💞🔥🔥🔥🔥🔥💪💪
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 11 ай бұрын
Komera @Hosy Irakoze 🙌🙌🙌,wakoze kutwakirira umuntu wacu wo mûri Sweden 🇸🇪,kabisa muri north Sweden 🇸🇪 hari imbeho 🥶 nyinshi cane ,nanje soon I will be back home ✈️,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@PierresPerfect
@PierresPerfect 11 ай бұрын
Thanks a lot Siren 🚨...
@emilien2298
@emilien2298 11 ай бұрын
Finalement une personne venant de la Scandinavie. Heja 🇸🇪
@boboyann
@boboyann 11 ай бұрын
He is not lying, uvuze yuko uva muburundi ntibatahura ivyo uriko uravuga ... they know about "Nigeria, South Africa, Kenya...." we still have a long way to go 😢
@elyseekigeme6774
@elyseekigeme6774 11 ай бұрын
Merci pour l'émission,uranyica na Kubadida yawe, Tjrs Siren vibes nguma ndaba ibirungo uguma uduha tnkx my sister Kubadida.Nzokugwa inyuma warahii mugukwirikirana émission za Siren vibes.❤🇨🇭
@sirenvibestv
@sirenvibestv 11 ай бұрын
😅😅😅😂😂😂❤❤❤❤
@boboyann
@boboyann 11 ай бұрын
Chris twiga kuri ESTA dream yiwe yariyo gushika Nairobi none ageze muri studio kwa Hosy 😅😅😅😂😂 Keep it up bruh 👌 mwalimu wa maths huku ni wapi 😂😂😂😂
@ella.ericanibigira701
@ella.ericanibigira701 11 ай бұрын
😂
@boboyann
@boboyann 11 ай бұрын
Ngo ameze nkumuntu yitonda 😂😂😂😂😂 Chris wari kumwereka Hosy the other side of you 😂😂😂
@boboyann
@boboyann 11 ай бұрын
Matore 😂😂😂😂😂 ndasavye ntwenge kwanza 😂😂😂
@AlthrayhQw4-kq4ru
@AlthrayhQw4-kq4ru 11 ай бұрын
Hosy turimugutaha iwacu😂😂
@nijimbereathanase9995
@nijimbereathanase9995 11 ай бұрын
Hozy cika we n’umu cameraman wawe. Uvuga ko mubona Tanganyika ntimuyerekane😏😏
@CynthiaShimirimana-ry5ch
@CynthiaShimirimana-ry5ch 11 ай бұрын
Ossy uranyica uvuze kubadida😂
@AbcXyz-ru8qq
@AbcXyz-ru8qq 11 ай бұрын
3❤
@manundayi2409
@manundayi2409 11 ай бұрын
Nanje ndi uwaka2
@jacobbulambo5958
@jacobbulambo5958 11 ай бұрын
😊😅 🇺🇲 I see you ozzila keep up with it🗝️🕜🤝
@duraduura3726
@duraduura3726 11 ай бұрын
Duwambere uyumus❤❤❤😂😂
@belysebutoyi5658
@belysebutoyi5658 11 ай бұрын
5/5 turagukwirikiran
@user-uq9mt7yu6l
@user-uq9mt7yu6l 11 ай бұрын
Hosy akokant rer ngo kubadida karanyic jew uburer nuvis nakand ngo nitey icar manaw😂😂😂😂😂😂
@ruziyaameja1355
@ruziyaameja1355 11 ай бұрын
Ntahantu batiba ndetse nibulundi sowe pet mbe 😂swende bakwivye ibigana gut
@alineshima7033
@alineshima7033 11 ай бұрын
Guterera igihugu catuvyaye ni sawa ariko ntaguterera mu banyoni
@gcwavey4099
@gcwavey4099 11 ай бұрын
😂😂
@nirenganira8433
@nirenganira8433 11 ай бұрын
😂😂😂😂
@nirenganira8433
@nirenganira8433 11 ай бұрын
Zana zana wosanga niyarwira bazoyagaburira abenegihugu 😂😂😂😂😂
@leilaprinciaishimwe191
@leilaprinciaishimwe191 11 ай бұрын
​@@nirenganira8433 rek rek sh hhhhh aho niwacu turahazi
@boboyann
@boboyann 11 ай бұрын
Ikirundi ucibagiwe uba utar umurundi 🙄 nanje maze 11ans naravuyeyo ariko nta term nimwe yikirundi ntazi kuko am always associating myself with my childhood friends... let's not pretend abeg
@doomedinscrolling3587
@doomedinscrolling3587 11 ай бұрын
Egoooo kandi biri bizarre ugiye ukuze ukibagira ikirundi 🤷🏽‍♀️
@fleuryniyimfasha2351
@fleuryniyimfasha2351 11 ай бұрын
Hosy idée yanje nuko mwoza mumentiona amazina bazwiko kuma social media ndibaza kumenywa nabenshi nivyiza umuntu akabona izina amuronderako
@sirenvibestv
@sirenvibestv 11 ай бұрын
Gapitofficial
@fleuryniyimfasha2351
@fleuryniyimfasha2351 11 ай бұрын
@@sirenvibestv egooooo naciye ndamushakisha mé ts les jr muzohire mumentiona riryazina abakoresha umu invité wese wumu talentué muri industry
@christinesemuto940
@christinesemuto940 11 ай бұрын
Kubadida nukuvuga iki ga yemwe?
@boboyann
@boboyann 11 ай бұрын
Burundi is the poorest country, we have to accept that
@alinemunezero3227
@alinemunezero3227 11 ай бұрын
Ibi bintu mwihaye vyo kuvuga ngo : " hari Abarundi batari proud y'u Burundi " , baza uwo mutumire wawe ukuntu yagiye muri Sweden ? Iyo aba yagiyeyo ahunze kubera gutotezwa n'intwaro mbi , ntaba ariko avuga ngo hari Abarundi batari proud yo kwuba Abarundi . Rero , tandukanya igihugu n'intwaro ( iyariyo yose ) : igihugu kizoguma ari u Burundi bwacu twese , ariko intwaro zirahinduka .
@leilaprinciaishimwe191
@leilaprinciaishimwe191 11 ай бұрын
Bambwirire
@sirenvibestv
@sirenvibestv 11 ай бұрын
Natwe tuvuga igihugu ntituvuga intwaro…. Kuko intwaro ziranahinduka ariko igihugu ntigihunduka
@alinemunezero3227
@alinemunezero3227 11 ай бұрын
​@@sirenvibestv Murabeshe cane . Mwama muvyitiranya , mugasiga urubwa abantu , mubahora ko bavuye mu Burundi kugira bakize amagara yabo . Izo mvugo rero si nziza na gato . Uratuzanira mu kiganiro Umurundi umwe gusa , atuyagire ukuntu yanka igihugu ciwe c'amavukiro , u Burundi !
@boboyann
@boboyann 11 ай бұрын
​@@alinemunezero3227 come down ... kuri social media saho kuzana ama feelings
@doomedinscrolling3587
@doomedinscrolling3587 11 ай бұрын
Babwire 😅😅
DEFINITELY NOT HAPPENING ON MY WATCH! 😒
00:12
Laro Benz
Рет қаралды 59 МЛН
Clowns abuse children#Short #Officer Rabbit #angel
00:51
兔子警官
Рет қаралды 75 МЛН
WHAT’S THAT?
00:27
Natan por Aí
Рет қаралды 13 МЛН
PAP SAVA EP1054:NGO IKI HANO?BY NIYITEGEKA Gratien(Rwandan Comedy)
25:25
Niyitegeka Gratien
Рет қаралды 3,2 М.
DEFINITELY NOT HAPPENING ON MY WATCH! 😒
00:12
Laro Benz
Рет қаралды 59 МЛН