Amafaranga IMILIYARIDI 40 yagenewe guhindurira UBUZIMA URWARUKA//Akazi akora//PAEJ yaje kugira

  Рет қаралды 6,588

UMUKUBITO

UMUKUBITO

7 ай бұрын

Amafaranga MILIYARIDI 40 yagenewe guhindurira UBUZIMA URWARUKA//Akazi akora//PAEJ yaje kugira
‪@NtareRushatsiHouseTV‬
#paej

Пікірлер: 47
@mauricemuhizi8739
@mauricemuhizi8739 7 ай бұрын
Vuba uburundi twiterere imbere .dufashijwe n'a paeej umugembi wanyenicubahiro umujama waba jeunes❤❤
@samuchretien3082
@samuchretien3082 7 ай бұрын
Gaël Uranyishe kabisa NA TWEBWE ABATWAAA 😊😊
@userk23456
@userk23456 7 ай бұрын
Murakoze cane! Abo bari kuvuga ko bayaha abo mumugabwe gusa sivyo.jewe ndabazi bayabonye.kandi abenshi babisaba enligne kuri plateforme ya paeej. Mureke kubesha jewe ndabizi neza narababonye,babonye ayarenga 10M.ahubwo ico nobabwira mwige kwandika neza imigambi yanyu,murondere abantu bazi kwandika imigambi neza,kandi mwirinde gutanga imigambi abantu bose bandika
@nadiavyukusenge4970
@nadiavyukusenge4970 7 ай бұрын
@pierregahimbare1383
@pierregahimbare1383 7 ай бұрын
Urabeshe prof inkoko ntita irigi rimwe kumusi haba namba ahubwo mudufashe abashaka imiswi yukwiyororera komwobafasha ukuntu boyironka
@nahimanafiston6518
@nahimanafiston6518 7 ай бұрын
Gaël vmt respect ibiganiro biryoshe p
@edouardnzambimana5986
@edouardnzambimana5986 7 ай бұрын
Wakoze bwana “Hushura” ku kiganiro ciza cubaka kandi gikangurira abandi kwugurura amaso kugira bajane n’ibihe. Support from USA
@cedrickbudrick5679
@cedrickbudrick5679 7 ай бұрын
The way i love this channel keep it up
@bsc4177
@bsc4177 7 ай бұрын
Uburundi ndumva tugira dutere imbere Imana ibandanye idufashe
@hit297
@hit297 7 ай бұрын
Bayita poulet viandote nyakubahwa,aha twaragiz nuko mutatubona
@cedricrukundo7229
@cedricrukundo7229 7 ай бұрын
Mukomeree p ❤❤❤
@apprentissageniyongabo3916
@apprentissageniyongabo3916 7 ай бұрын
Très bien. Il fallait le changement de la mentalité. Umukubito utuzanira ibiganiro biryoshe vyokwiteza imbere. Désiré nawe ukomere
@PacifiqueIrambona-gh1dd
@PacifiqueIrambona-gh1dd 7 ай бұрын
Umugambi n,imwiza.
@Bahoamagaramazima
@Bahoamagaramazima 7 ай бұрын
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥❤️
@ndabashinzefranck
@ndabashinzefranck 7 ай бұрын
Akorera heh??
@hit297
@hit297 7 ай бұрын
Nyenicubahiro ariko arakora gusa amahera nataba papa na mama
@emerynkunzimana4829
@emerynkunzimana4829 7 ай бұрын
Birikumpwemu idadanzwe bro
@ChachaChany
@ChachaChany 7 ай бұрын
Nkaho uba ukwiy kubasab numéro zabo tukabaronder kk natwe dukeney kworora ikibazo ntavyo ukor kd ngir na commentaires ntazo usoma
@cedricrukundo7229
@cedricrukundo7229 7 ай бұрын
Moi aussi je me pose ça
@UrbainNdayihereje-wi3hm
@UrbainNdayihereje-wi3hm 7 ай бұрын
Bakubwiye ko umugambi uwurungika facilement kuri email hama bakawigako atari ngombwa ushike aho bakorera.ubu numéro yabo boyitanga muri commentaire appels ntiboronka naho bazikwiza
@ChachaChany
@ChachaChany 7 ай бұрын
@@UrbainNdayihereje-wi3hm ereg si mpaka tuje mur PAEJ numéro zabo zirakenew ku munt yifitiy amaher agomb gutumako imiswi hanze bakamubwir uk abigenza
@nirenganira8433
@nirenganira8433 7 ай бұрын
​@@ChachaChanyubuzwa niki kwandika email nimba ushaka gukora ?
@felixbanda6129
@felixbanda6129 7 ай бұрын
Ngira akeney ibintaruk
@Fatagarment
@Fatagarment 7 ай бұрын
❤❤❤❤
@jeanneumutesi9617
@jeanneumutesi9617 7 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤
@fafsfffff839
@fafsfffff839 7 ай бұрын
❤❤❤❤❤
@samuchretien3082
@samuchretien3082 7 ай бұрын
KABISAAAAA
@hit297
@hit297 7 ай бұрын
Ikintu gitangaj ubuzi nkivyo cleaning niyo iri developed nn muburund ntanyubakwa zikaz zihari kbc
@desireirambona2319
@desireirambona2319 7 ай бұрын
Kuvuze ko PAEJ atari umugambi wogufasha imbonerakure, tubwire abandi ba jeunes muyindi migambwe PAEJ yahaye ideni canke imfashanyo. Ahubwo sinari nashizemwo ikibazo camoko, PAEJ uzotwereke abatwa n'abatutsi bafashijwe muri PAEJ. Hanyuma, Gael nibindi bimenyesha makuru bibishire kumugaragaro. Basha aho tuzobona ukuri aho kuri. Wewe utwara PAEJ ntubeshe ko batazana ama projets, sinibaza ko imbonerakure zisumvya ubwenge urundi rwaruka. Uhagabire
@nirenganira8433
@nirenganira8433 7 ай бұрын
Bose nibemere babe imbonerakure basics baba incabwenge 😂😂😂😂
@userk23456
@userk23456 7 ай бұрын
Mureke kubesha jewe ndabazi barayabonye.kandi abenshi babisaba enligne kuri platforme ya paeej,kandi bakayabona batabazi.jewe ndabazi bayabonye
@ChachaChany
@ChachaChany 7 ай бұрын
Gaël umunt akwandikiy kur whatsapp kuberik utishur ck ngo unarab non iyo numéro ushir kur screen niyiki hari ikiganiro wakorany nuwitwa Gisèle narakwandikiy ng umpe numéro yiw ngo ndamwibarize vyinshi kyvyerekey inkoko ntanukurab vrt urarenze
@twororeturimekijambere5491
@twororeturimekijambere5491 7 ай бұрын
Kbs
@burundipixelproduction3326
@burundipixelproduction3326 7 ай бұрын
Desiré numukozi kandi ari droit
@user-ff8sg5ux3f
@user-ff8sg5ux3f 7 ай бұрын
Nimureke guhuma amaso amakungu, utari umu cndd fdd ntivyoroshe ko baguha financement. La preuve iyo marché bayihaye umuhungu wa feu Adolphe yitwa Rodrigue 35:16 sinzi igituma atariwe muhaye micro ngira mwanse ko babibona Paeej ni Cnddfdd birazwi
@user-vs4qk4pf7d
@user-vs4qk4pf7d 7 ай бұрын
Kurajebatamabeza nivyiea
@user-id3on1pg2u
@user-id3on1pg2u 7 ай бұрын
Turasab mukomez gushik n muzindi ntara abajeune besh tumaz gutahur k dukeney gukor tukitezimber kuk nitw tugifise ibitekerz bityaye arik akeshi habura uburyo bwogutangura
@desireirambona2319
@desireirambona2319 7 ай бұрын
Aho nturiko urabesha ko mu myaka 5-6, ikibazo cagashomeri canke kubura ico bakora, PAEJ izoba yagitoreye inyishu. Iyo taux de chomage murwaruka, aho ubona PAEJ, niyo budget nabo muha izo prets muzoba mwatoye inyishu. Ko tubona abaronka izo prets benshi cane ari imbonerakure CNDD-FDD, none urundi rwaruka ruca ruba urwande? Ntibandika iyo migambi kuko ingurane canke imfashanyo ihabwa imbonerakure naho nyene zatowe mu mugambwe nabarya ba Reverien, nabandi biyita ko ari ibihangange. Uyo nawe atwara PAEJ yarungitswe na CNDD-FDD, urumva akora ivyo ategetswe.
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 7 ай бұрын
Wooooa ❤❤❤❤❤❤❤❤
@desireirambona2319
@desireirambona2319 7 ай бұрын
Mbe ko ata évaluation iraba ya PAEJ, isuzumwa rikozwe naba experts independants et competents, apana ayo manyanga muha ibiraka aba CNDD-FDD bari incompetents, bakaza bemeza rapport wewe wakoze, idahuye nivyo PAEJ yakoze. Ntavyo wokwubahuka, ibihangange nka Kora boguca umutwe bavuga ngo nukumena umutwe.
@christainc.5217
@christainc.5217 7 ай бұрын
😂😂❤
@arianenikuze4475
@arianenikuze4475 7 ай бұрын
Kubera iki uwurenza 40 ans batamwakira? Iryo nikumira
@nirenganira8433
@nirenganira8433 7 ай бұрын
Ntabantu bashaje bakeneye 😂
@desireirambona2319
@desireirambona2319 7 ай бұрын
PAEJ n'umugambi wa CNDD-FDD wa propagande politique kandi igihe habaye isuzumwa nyaryo harashobora kuzoboneka n'ubusuma bwayo mahera. Iyo budget 400 milliards iva mu kigega cabarundi kuko ava mucuya cabarundi bose batanga amakori. Bizogorana gusigura ko PAEJ ari projet ya CNDD-FDD, abandi ba jeunes bari discriminés, turabimenyeye bireze. Ariko mu myaka iza, bizogohava bigaruka kubakoze nabi iyo projet, harimwo amacakubiri. Désiré, urye uwo mushara nayandi mahera iruhande, ariko ugume uzi ejo buca bagacana ayandi.
@nirenganira8433
@nirenganira8433 7 ай бұрын
Uwo mugambwe bababwiye ko uzotwara ibihevyose sinzi ivyo urikuvuga
@user-jl9nn5dw9x
@user-jl9nn5dw9x Ай бұрын
Ahubwo wew uvuze vyumugambwe urikijuju ntukwije neza haraho wumvise uwugiye gushikiriza umuhambi bavuga uzanikarata yumugambwe canke yubwoko abarundi bamwebamwumengo baracuritse arikubu mutahureko atarinkabirya vyakera ngo umuntumwe afise inkoho imwe ashorera abantu cumi bikoreye amaboko ahubwo yandikumugambi nibakwima uzovugivyuvuze apana kuzan vyimigambwe canke vyintwaro
@alvellaniyonzima4046
@alvellaniyonzima4046 7 ай бұрын
Muri kaminuza ubu nta bapoil bakiriho.
Cool Items! New Gadgets, Smart Appliances 🌟 By 123 GO! House
00:18
123 GO! HOUSE
Рет қаралды 17 МЛН
ПРОВЕРИЛ АРБУЗЫ #shorts
00:34
Паша Осадчий
Рет қаралды 6 МЛН
Despicable Me Fart Blaster
00:51
_vector_
Рет қаралды 25 МЛН
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 25 Mukakaro 2024
16:29
Isanganiro
Рет қаралды 197
Что делать ЕСЛИ у  Вас Живёт Монстр?
0:36
ИЗЮМЕР
Рет қаралды 2,5 МЛН
19 июля 2024 г.
0:20
мишук круглов
Рет қаралды 7 МЛН
ВОДА В СОЛО
0:20
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 23 МЛН
Бушмен и бабуин. В поисках воды.
0:42
BERMUDA
Рет қаралды 10 МЛН
He doesn’t like illusions
0:17
V.A. show / Магика
Рет қаралды 14 МЛН