Umukuru w’Igihugu yategerezwa kugena leta nshasha (PARCEM)

  Рет қаралды 19,849

Tele Renaissance

Tele Renaissance

Күн бұрын

Igitoro n’amafaranga y’agaciro mu Burundi biri ku rugero rwo hasi cane kandi ibihugu vyose kw’isi ari vyo bigenderako kugira bimenye uko ubutunzi bwavyo bwifashe. Ivyo bisigurwa n’ishirahamwe PARCEM ryasubiye gutera akamo kubera igihugu kiguma kija hasi. Faustin Ndikumana, arongoye iryo shirahamwe, akaba anegura igiturire kiriko ciha inkumbi, n’ingene leta yiziziye isoko ry’igitoro, kandi yategerezwa kurihebera abigenga. Ku bw’ivyo, abona ko leta ihari uno munsi yategerezwa gutanga imihoho, umukuru w’Igihugu agashinga iyindi nshasha. Ku bwa Faustin Ndikumana, uwo ni wo muti nyamukuru utegerezwa kwisungwa. Hanyuma abo bategetsi bashasha bagafata ingingo zibereye zo kurwanya igiturire no gutunganya neza ibikorwa vya leta, babifashijwemwo n’abahinga.

Пікірлер: 10
@AbassiAlaba-vi7tc
@AbassiAlaba-vi7tc 2 ай бұрын
Umukuru w' igihugu natange imihoho vyamunaniye
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira 2 ай бұрын
Ingingo zikomeye zifatwa na nde ga Bwana Faustin ?
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 2 ай бұрын
Leta yo kwegura aho ibintu bigeze biteye ubwoba iyo bipfuye hejuru noha6 birapfa
@user-gw1kg4wy6r
@user-gw1kg4wy6r 2 ай бұрын
Tekana mwana wamama ntagiturire kizova mubundinayivyigitoro vyo twaravyibagiye
@charlessadoc2203
@charlessadoc2203 2 ай бұрын
Ariko ubutegetsi bwanyu burarwaye none nimba bimeze uko kuberiki abatware buburundi badashobora kweguza Neva nimba ntantumbero iharo yoguteza imbere igihugu
@SabuwukunzeTerase
@SabuwukunzeTerase 2 ай бұрын
Uvuze ukuri mutama nahindure abatware
@manasseninteretse8510
@manasseninteretse8510 2 ай бұрын
Nahinfure inzego nkurunkuru ahimdure ninzego za obr ahagarike na marche noir kuko naho ibintu biriko birahapfira cane, ubu ivyasara ntibakija kurangura inrya zabuze mugihugu idolalle rivunzwa 2000 muri bank Marche noir rikavunzwa 6000 ubu rero abobategeci bakuru basigaye Baja mumabank bakaka amadaralle ngo bagiye kurangura bayabaha bagaca bayajana muri Marche noir bagaca bunguka umurengera ataco binjije nakimwe aho bakaba bariko bahorora twe batobato, igihugu kirayumbishijwe nimihimbiri imwimwe ngo anabategeci ngobariko bakorera igihugu, icombona nahindagure inzego abarihejuru abakorore aduze bashasha, kuva 2015 imisore twomukera mumahanga ngo tugiye kurondera kubera iwacu vyase ubu imisore yose yahereye hanze uwushiceyo akiruhuca😢 Mana dufashe uduhindurire igihugu cacu
@CharlseChima-tj7tu
@CharlseChima-tj7tu 15 күн бұрын
Icambere nibareke ivyikimirana mumugambwe bareke abashoboye gutwara babakore Mungata President Areke gukumira Agathon Rwasa nabarya Bahoze ba muri CDD ibintu vyoca bitora inzira nareke inzigo yinzikira Abariko bamuhenda ngo akumire Agathon Rwasa Bariko baramukorera nabi barya Societe civil abahunze nabareke batahe ikiringo cagatatu nibo bagihonyanze niyompamvu igihugu kigeze ahatemba kubera kudadaza kwabategetsi bakingira inyungu zabo nivyo basahuye bobivuyemwo babona kombona bahomvye niboroshe imitima basangire nabandi
@bestjo2003
@bestjo2003 2 ай бұрын
🫤🙄
Whoa
01:00
Justin Flom
Рет қаралды 20 МЛН
Bony Just Wants To Take A Shower #animation
00:10
GREEN MAX
Рет қаралды 7 МЛН
WORLD'S SHORTEST WOMAN
00:58
Stokes Twins
Рет қаралды 209 МЛН
Schoolboy Runaway в реальной жизни🤣@onLI_gAmeS
00:31
МишАня
Рет қаралды 3,7 МЛН
Umugambi wo guhonya Abatutsi ni wo uhuza CNDD-FDD na FDLR (A. Karayenga)
6:05
Pierre Nkurunziza yagwanye intambara zose kandi arazitsinda!
6:19
Mashariki TV
Рет қаралды 50 М.
Afrique du Sud : investiture de Cyril Ramaphosa
2:12
TV5MONDE Info
Рет қаралды 44 М.
Whoa
01:00
Justin Flom
Рет қаралды 20 МЛН