No video

Umunyagihugu n'ishavu asezeye

  Рет қаралды 6,340

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

Күн бұрын

#amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Пікірлер: 20
@jacquesntabagara2702
@jacquesntabagara2702 Ай бұрын
Ngo Prime Niyogabo bogora igihugu, what 😂😂😂. Prime Niyogabo = Neva, no different
@ERICKSHIANYULA
@ERICKSHIANYULA Ай бұрын
Aha abarundi tutakoze imyiyerekano mwijoro lmana nayi idufashe ntakirimwo
@NSEnGIYUMVAPhilbertGisigamutwe
@NSEnGIYUMVAPhilbertGisigamutwe Ай бұрын
Munywa ama SAPORS menshi nurumogi murasara .
@alinemiami9135
@alinemiami9135 Ай бұрын
Ayomajambo kuvaho mwayavugiye jew birandambiye ntaco muriko murakora atari amajambo gusa .Rwasa Umukama akuzigame numuryango wawe
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine Ай бұрын
Uyumunyagihugu yarakaye😂😂😂e
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to Ай бұрын
None ko ataco mushigako tugire gute intwaza ngabo zuburundi ziratinya kubona abanyagihugu baja mwibarabara kwiyamiriza ibibi dd ikorera abanyagihugu intwaza ngabo zikajamwo zikica ntimwunveko tugowe ahubwo nihaze igisoda cose aho kiri arimwipori nibinjire tubari inyuma twikureko ububugesera bwadd vyose birashoboka abasoda biburundi nibanka kudushigikira bakaturasa natwe tubarase erega birarenze 🙅🙅🙅🙅
@Kiwait-jo7is
@Kiwait-jo7is Ай бұрын
😅😅😅😅
@Kamenyero-gy2bj
@Kamenyero-gy2bj Ай бұрын
Référendum itegekanywa îngingo 4 yibwirizwa nshingiro izana Ubwami butavukana imbuto ntibuce kwicumu canke kumunwa winkoho niyo izohindura intwaro italiki 15 08 2024
@pastorprudent
@pastorprudent Ай бұрын
2040 sikuree. Afise 58ans kugirango 2040 hashike hasigaye16ans 58+16=74 iyo myaka since myinshi cane be mwiyumvira mukuvuga naho mushavuye
@ERICKSHIANYULA
@ERICKSHIANYULA Ай бұрын
Mwebwe abavyeyi gumiza abana muhira mukwicenda ntibatonde abarimu baze babure kuko imyiyerekano iherengaho
@Jospindusabe
@Jospindusabe Ай бұрын
Prime n'igisuma nka neva kandi ni n'abagenzi basangiye kwiba ni n'aba parrain rero nta ngabo yogomorora zija kugwanya neva
@schollaschol3948
@schollaschol3948 Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@ERICKSHIANYULA
@ERICKSHIANYULA Ай бұрын
None abana mukababuza babirukanye bakaja muhira baziga hanyuma bagumize muhira bihere ahonyene
@desirentihebuwayo5366
@desirentihebuwayo5366 Ай бұрын
Muguma muvuga ariko naco mukora namajambo gusa
@KennoKanse
@KennoKanse Ай бұрын
Abarundi turagoye kandi turagora Imana kuko ubanza twarabuze ihero ry'umuti. Imana yaturungikiye RWAGASORE, turica. Iturungikira NDADAYE turica. Iturungikira NTARYAMIRA ,turica. Iturungikira NKURUNZIZA, turica. Noneho Imana yaturungikiye SAMANDARI WA MANDARANGA , Président -pasteur-agronome-juriste-général-charlatan-paysan.....Niba nawe tutamwemeye none dushaka iki ?? Erega aba dd turi aba héritiers ba rwagasore naho benshi batabitahura.
@AdB-oe9yh
@AdB-oe9yh Ай бұрын
Heritiers wa ngegera we?ubulifa nubujuju ndengakamere ngo heritier????
@KennoKanse
@KennoKanse Ай бұрын
@@AdB-oe9yh Wewe uri héritier w'aba PDC , poucthistes devant l'éternel. 🤗🤗🤗🥲🥲!!!!
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine Ай бұрын
​@@KennoKanse😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂jew basha muzonvunimbavu vuba can lmana iraje ibanure
@gervaisntirenganya470
@gervaisntirenganya470 Ай бұрын
Abarundi nimburabugirire burya nkaneva urumuntuwiyumviraneza ikintuwomwagiriza cikosa ninkikihe gusa abarundi icomazekubabonamwo bose bashakakuba abatware ntibashakagutwagwa
@veanchynzoyisaba4123
@veanchynzoyisaba4123 Ай бұрын
Emwe urusyo gwa CNDD-FDD muracagwikoreye. Nimwiyakire carafashwe ntakurekura.
Lajmet qendrore 26.08.2024
29:53
RTK
Рет қаралды 3 М.
Parenting hacks and gadgets against mosquitoes 🦟👶
00:21
Let's GLOW!
Рет қаралды 13 МЛН
Survive 100 Days In Nuclear Bunker, Win $500,000
32:21
MrBeast
Рет қаралды 165 МЛН
My Cheetos🍕PIZZA #cooking #shorts
00:43
BANKII
Рет қаралды 28 МЛН
Schoolboy Runaway в реальной жизни🤣@onLI_gAmeS
00:31
МишАня
Рет қаралды 3,7 МЛН
“Enver Hoxha ishte AS”. Tani vuan fukarai dhe bejne qejf bosat e drogës
18:12
Kur arrihet te vija e kuqe, ndërhyn CIA! Godet diplomati: Pse erdhi Burns?
22:02
Imvugo ya Ndayishimiye : ico abarundi boyitahuramwo
2:19:45
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 52 М.
Parenting hacks and gadgets against mosquitoes 🦟👶
00:21
Let's GLOW!
Рет қаралды 13 МЛН