No video

VYOBA BIGIKENEWE GUTANGA IKIMAZI ? by Chris NDIKUMANA

  Рет қаралды 27,447

INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA

INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA

Күн бұрын

Mushaka kumenya ivyerekeye Kanguka, mwoja kuri www.kanguka.com muce kuri "KI" hejuru i buryo.
Mushobora kuturungikira intahe (ubuhamya) muciye kuri WhatsApp: +257 71 11 11 32

Пікірлер: 139
@JojoNinziza
@JojoNinziza 3 ай бұрын
Abantu mukunda Chris NdikuMana nkanje tumenyane mukozi w'IMANA ukiri mwisi ubeho urinzwe n'UWITEKA YESU niwe agaragara muri wewe mukozi w'IMANA❤❤❤
@modesteessau8032
@modesteessau8032 3 ай бұрын
Imana izimuzigame izimuhereze iherezo ryiza 😅 😅🎉
@nk.p.9503
@nk.p.9503 2 ай бұрын
N ukuri Chris uri umugisha kuri benshi. Imana iriko iritororokaniriza rya shengero rimwe ry abizera bose. Merci Seigneur Jésus !!!
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 3 ай бұрын
Shimwa Yesu kubw iyi nyigisho ! Mpwemu Yera,ndagusaba vyukuri Unkangurire guha Imana Data ikimazi kiyikwiye kandi Yemera, no kwama ngira neza n ubuntu, mw Izina rya Yesu Murakoze cane kuduhezagira muvyeyi wacu, nukuri turabasabira kuzogira iherezo ryiiiiiizaaaa, mw Izina rya Yesu .
@user-dx1tr9zh6b
@user-dx1tr9zh6b 2 ай бұрын
Mwami Yesu ngomba ko noba ikimaziiii 🎉ndagomba komba Umukobwa wawe wishimira my Jesus❤
@laurettetetero3529
@laurettetetero3529 3 ай бұрын
Wow🙏🙏🙏Dear God, please prune me 🙏
@user-bs9kx4vb4g
@user-bs9kx4vb4g 3 ай бұрын
Amen ameeen
@user-bs9kx4vb4g
@user-bs9kx4vb4g 3 ай бұрын
Sivyanje
@user-bs9kx4vb4g
@user-bs9kx4vb4g 3 ай бұрын
Vyose nivy,Imana
@EsperanceNikundane
@EsperanceNikundane 2 ай бұрын
​@@user-bs9kx4vb4ge
@EsperanceNikundane
@EsperanceNikundane 2 ай бұрын
​@@user-bs9kx4vb4g❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ de
@christophentankumbu4821
@christophentankumbu4821 3 ай бұрын
Imana ninziza cane yaduhaye umukozi wimana Chris aratwigisha neza caneeeeeeeeeeeeeeeeeee
@eliemuhoza1675
@eliemuhoza1675 2 ай бұрын
Ndashaka nanje kwakira umwaminukiza ndashaka kwakira Ubuntu bwimana
@karyuryujeanmichel
@karyuryujeanmichel 2 ай бұрын
Amen
@theresemanirambona7646
@theresemanirambona7646 2 ай бұрын
Abahaye agaciro izi nyigisho mweeese Imana ibahezagire Chris nawe Imana ikongere amavuta asesekare ngume nshikirwa
@user-so2hh8kg9t
@user-so2hh8kg9t 2 ай бұрын
AmenMana nyigisha kukushimirankuko ijamboryawe ritubwiye
@user-so2hh8kg9t
@user-so2hh8kg9t 2 ай бұрын
Ego cane kumasengesho yanyu arakiza abanru benshi mutazi kandimubihezagorirwe cane Imana ibahe umugisha mwishi cane amen
@ManirakizaMediatrice
@ManirakizaMediatrice 2 ай бұрын
Mana nanje ndashaka kumfasha nkaba icushaka ,kandi Mwami wanje hamwe wonkura murubu bumaraya ndimwo nzogushima cane ,Amen
@karyuryujeanmichel
@karyuryujeanmichel 2 ай бұрын
Imana irakwitayeho, ntiyakugeneye kuba umu malaya, kunda kwumva inyigisho za Chris Imana izokubohora....Emera ijambo rivuye ku Mana ubuzima uzosubira kumva ko buryoshe mugihe uyihaye Ubuzima bwawe..,.....Ndagusengera
@JNy-rh9yg
@JNy-rh9yg 3 ай бұрын
Ndagushimiye caane gose Chris inyigisho nziza caane inkuye mukibanza narimwo inshira ahandi hantu ndafashijwe cane kenshi ndikausha Ndiho ambabarire anshoboze gushira mungiro ivyo mutwigishije mwizina rya YESU Christo umwami wacu 🙏🙏🙏❤❤❤❤❤❤❤❤
@AnneNdayishimiye
@AnneNdayishimiye 3 ай бұрын
Mwarahezagiwe,inyigisho zanyu ziratubohora cane,dushishikara kuzisangiza nabandi,
@ChantalNdayizeye-ru4vq
@ChantalNdayizeye-ru4vq 3 ай бұрын
Amen Uhoraho icubahiro cose nicawe ivyomfise vyose nivyawe🙏
@gracecyasimire9970
@gracecyasimire9970 3 ай бұрын
Halleruya halleluya halleruya halleruya halleruya halleruya halleruya ❤❤❤❤
@user-qo4ud3ki4k
@user-qo4ud3ki4k 2 ай бұрын
Amen 🙏🙏🙏 imana ihabwe icubahiro 🙌🙌🙌🙌
@user-cx6kx2si9r
@user-cx6kx2si9r 2 ай бұрын
Mwami ndakwihaye mbikimazi cawe kuko uruwera Mana amen
@AlbertNdihokubwayo-f7h
@AlbertNdihokubwayo-f7h Ай бұрын
Amen urakoze kubutumwa bwaiza udushikirije.
@user-kw1jr9rp8o
@user-kw1jr9rp8o 2 ай бұрын
Haleluya icubahiro nicumwami yesu 🙏🙏
@user-nv2ii9eu4j
@user-nv2ii9eu4j 2 ай бұрын
Amen Imana iguhezagire cn mukozi w'Imana
@user-es2tg2dh4e
@user-es2tg2dh4e 2 ай бұрын
Amen 🙌🙌 nukuri urakoze cyane imana ikongerere imbaraga namavuta oooooh amen 🙏
@tuyizere_gad.5
@tuyizere_gad.5 3 ай бұрын
Amen amen congratulations Imana ishimwe ikomeze ibajye imbere
@jeannetteuwimana1000
@jeannetteuwimana1000 2 ай бұрын
Amen uhoraho ahabwe icubahiro
@EmelyneNIYONGERE
@EmelyneNIYONGERE 2 ай бұрын
Imana igukomeze mukozi w'Imana
@JuzifGood
@JuzifGood 3 ай бұрын
Amen Amen Imana iguhezagir kwiyinyigisho ikomeze kukongera inkomez numbweg
@user-hp9eo8lw7h
@user-hp9eo8lw7h 2 ай бұрын
Muhezagirwe mukozi w'Imana 🙌🙌🙌🙏🙏🙏🙏🙏
@HoHnot-py1nj
@HoHnot-py1nj 3 ай бұрын
Amen.ndafashijwe.kugiraneza nubuntu nivyobihimbara.Imana.haleluaaaà.umwami abongere amavuta mashaaa🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@Jnh4512
@Jnh4512 3 ай бұрын
Mbenga inyigisho wee! Man of God you are too much,Amen!
@CarltonKeyla
@CarltonKeyla 2 ай бұрын
Ndiho akongerere Amavuta ❤❤
@fhfggugg7800
@fhfggugg7800 3 ай бұрын
Uhoraho Imana iguhezagire mukozi wi Imana kunyigisho nziza
@Nipeniel007
@Nipeniel007 3 ай бұрын
Ijambo ry'ukuri ni ubuzima budashira, shimwa NDIHO UHORAHO Imana yibihe vyose kubwiyi nyigisho wahaye umusavyi wawe kugira asubire kutwibutsa: inyifato ibereye #umukristu .🙏🏾🙏🏾🙏🏾
@bakunzijosiane289
@bakunzijosiane289 3 ай бұрын
Amen🙏🙏🙏
@WinnycynthiaIteriteka
@WinnycynthiaIteriteka 3 ай бұрын
Iman Ibongererez amavuta knd Imfashe ndonk UK ntanga ikimazi ndeke kwigir sindabibazwa🙏
@me-so4wk
@me-so4wk 2 ай бұрын
Urakoze Mana kuri ino hishurirwa
@DidaceNizere
@DidaceNizere 3 күн бұрын
Amen Amen
@CcC-ef4cf
@CcC-ef4cf 2 ай бұрын
Amen 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏
@EuphremCifuba
@EuphremCifuba 2 ай бұрын
Amen amen
@user-th2ng3zm9c
@user-th2ng3zm9c 3 ай бұрын
God bless you 🙏
@user-xu5gq2ps8v
@user-xu5gq2ps8v 2 ай бұрын
Warahezagiwe muriyesu❤❤❤
@NsengiyunvaJouliene
@NsengiyunvaJouliene 3 ай бұрын
Âmen❤❤❤ habwicubahiro mwami
@ruheteshajd4075
@ruheteshajd4075 3 ай бұрын
Amen Amen wabwa umugisha kubwo kamamaza ubutumwa bwiza imana ikwagure
@user-wt5lz7nd1o
@user-wt5lz7nd1o 3 ай бұрын
❤❤❤ibintu vyose nfise sivyiwanje! Ndafashijwe! Amen 🙏
@user-kp5oc9lc8h
@user-kp5oc9lc8h 2 ай бұрын
Merci seigneur
@Jeremyndayongeje
@Jeremyndayongeje 2 ай бұрын
haraho iyi nyigisho Inkuye nahinshikanye muhezagirwe mushumba wa Yesu
@user-ix9cg3ey2u
@user-ix9cg3ey2u Ай бұрын
Nahezagigw cane Can ndiho amurind
@KevinYamuremye
@KevinYamuremye 3 ай бұрын
Hashimw UHORAHO❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@nadiamugisha2913
@nadiamugisha2913 3 ай бұрын
Ngomba konoba ikimazi mwami ndakwihae
@JorisNihorimbere
@JorisNihorimbere 3 ай бұрын
Amen ❤❤
@emmanuelkwizerimana5411
@emmanuelkwizerimana5411 3 ай бұрын
IMANA ihabwe ICUBAHIRO cose kw'isi no mw'IJURU kubw'iyi nyigisho.amen
@user-yk8xb2ms7h
@user-yk8xb2ms7h 2 ай бұрын
Hezagigwa pasta waragezagiwe
@user-hv6bm7sr5m
@user-hv6bm7sr5m 3 ай бұрын
Yesu aguhezagire mukozi wImana
@leaniyonzima3562
@leaniyonzima3562 2 ай бұрын
Amen
@njutujedeofficial2998
@njutujedeofficial2998 3 ай бұрын
Ndahezagirwa kubwa Kanguka
@mdoman5229
@mdoman5229 3 ай бұрын
Amen🙌🙏
@NzoyihayaEdouard
@NzoyihayaEdouard 2 ай бұрын
Amen amen 🙏🙏🙏
@DianeNahimana-rx6xz
@DianeNahimana-rx6xz 2 ай бұрын
Amen Amen 🙏
@user-hj4ox6dm6w
@user-hj4ox6dm6w 3 ай бұрын
Amen warahezagiw Yesu akonger amavut
@Nana-lr7po
@Nana-lr7po 2 ай бұрын
Amen Mwami
@RadhiaRAMADHANI-tl5ds
@RadhiaRAMADHANI-tl5ds 3 ай бұрын
Umukozi W'Imana wa vrai ❤
@ndaalexis9221
@ndaalexis9221 3 ай бұрын
Amen Amen 🇲🇼🇲🇼🇲🇼
@user-md6ml4bb7f
@user-md6ml4bb7f 2 ай бұрын
Muhezagigwe cane❤❤❤
@TresorIRADUKUNDA-zg6mi
@TresorIRADUKUNDA-zg6mi Ай бұрын
God bless you
@user-so2hh8kg9t
@user-so2hh8kg9t 2 ай бұрын
Shimws mwami yesu
@user-zk8mi9uf3w
@user-zk8mi9uf3w 3 ай бұрын
Ndafashijwe
@gikundirobricha
@gikundirobricha 3 ай бұрын
Wawooo merci beaucoup ndahezagiwe
@thierryngenda100
@thierryngenda100 2 ай бұрын
Uri umunyamugisha nabonye dufise
@GeorgineKanyange
@GeorgineKanyange 2 ай бұрын
Halleluaaaaaa.Amen.
@user-ix9cg3ey2u
@user-ix9cg3ey2u Ай бұрын
Kanguka zo kuwagatandatu
@leviskabura-ce8rn
@leviskabura-ce8rn 2 ай бұрын
Amena
@oswardbanda315
@oswardbanda315 3 ай бұрын
Amen murampezagir cn christ
@user-nn5fq2yj7o
@user-nn5fq2yj7o 2 ай бұрын
waoo 🙏🙏
@joliejojo8730
@joliejojo8730 2 ай бұрын
Amen 🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@user-yj6tv8ud3v
@user-yj6tv8ud3v 3 ай бұрын
Shimwa mwami wanje kunyigisho nziza nzimfasha murugendo
@sandirene
@sandirene 3 ай бұрын
Amena🙏🙏🙏
@eliane802
@eliane802 3 ай бұрын
Ameeeeeen Icubahiro kwa Ndiho 🙌🙏🏻❤
@KigemeM
@KigemeM 3 ай бұрын
Shimwa uworaho, uri Uwera Uhoraho
@KanezaAdiella-me5jr
@KanezaAdiella-me5jr 3 ай бұрын
que Dieu vous bénisse 🙏🙏
@LaureUWISONI
@LaureUWISONI 3 ай бұрын
Mwami wanjye ndakwihayee🙏🙏 ungenze uko ushaka
@user-vf7bz4fl4w
@user-vf7bz4fl4w 3 ай бұрын
ndashima kuri iyi nyigisho
@user-hl9of6li8l
@user-hl9of6li8l 2 ай бұрын
Mana yanje ndemera amashimwe mwibibihe bigoye
@paulegagne3669
@paulegagne3669 3 ай бұрын
AMENNNNNNNNNNN ALLÉLUIA
@StephanieNkurikiye
@StephanieNkurikiye 3 ай бұрын
Amen, ndafashijwe.
@NzoyihayaEdouard
@NzoyihayaEdouard 2 ай бұрын
Shimwa mwam'imana unshoboze kuba icowipfuza
@Jeremyndayongeje
@Jeremyndayongeje 2 ай бұрын
Muragahezagirwa
@user-er7zc6ye2l
@user-er7zc6ye2l 3 ай бұрын
Amen Amen Amen Amen 🙏 🙌
@yvettempawenimana7111
@yvettempawenimana7111 3 ай бұрын
Amen amen 🙏 🙌 👏
@user-kq5pd7ur1b
@user-kq5pd7ur1b 3 ай бұрын
❤❤
@user-pd5ev4wq7c
@user-pd5ev4wq7c 3 ай бұрын
Amen Amen 🎉🎉🎉❤🎉🎉Amen Amen
@OmanSalalah-zk5wz
@OmanSalalah-zk5wz 3 ай бұрын
Amen. Amen Amen 🙏🙏🙏
@sandyk4966
@sandyk4966 3 ай бұрын
AMEEEN AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@arnaudnganji7702
@arnaudnganji7702 3 ай бұрын
Aaaaamen 🙏🙏🙏🙌🙌🙌🙌
@paulemile6431
@paulemile6431 2 ай бұрын
AMEEEEN
@user-ef9ti2jv4b
@user-ef9ti2jv4b 3 ай бұрын
Urakoze cane
@laurettetetero3529
@laurettetetero3529 3 ай бұрын
❤️❤️❤️❤️
@olicendayihimbaze4074
@olicendayihimbaze4074 Ай бұрын
🙏🙏
@user-sp7gc1oi9t
@user-sp7gc1oi9t 3 ай бұрын
🙏🙏🙏
@raiyuuali9078
@raiyuuali9078 3 ай бұрын
Amennnnnnn
@LidiaArmiya
@LidiaArmiya 2 ай бұрын
❤⛪🙏🙏🙏
@irakazaeriekim4753
@irakazaeriekim4753 3 ай бұрын
Amen🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪
@ALAINADIGNEAKIMANA
@ALAINADIGNEAKIMANA 3 ай бұрын
Ndashaka mutubwire abakozi bimana bukuri na ba feck
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 3 ай бұрын
Ab ukuri n abatar ab ukuri, tuzobamenyera kuvyo bama, nikwo ijambo ry Imana ritubwira. Ntawuzotwereka n urutoke ngo uyu n umukozi w ukuri canke ngo si uw ukuri. Uzoze urasoma ijambo ry Imana, riravuga ku bigisha n abavugishwa b ibinyoma. Umuvyeyi wacu Chris mu nyigisho aduha, arakunda kutwigisha ivyerekana ab ukuri n ab ibinyoma, kandi akatwigisha ingene twokwirinda ab ibinyoma, kandi yishimikiza ijambo ry Imana.
URUFUNGURUZO RW'UBUSHOBOZI BWA NDIHO by Chris NDIKUMNANA
57:15
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 61 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 11/2/2023 by Chris NDIKUMANA
34:15
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 24 М.
WORLD'S SHORTEST WOMAN
00:58
Stokes Twins
Рет қаралды 200 МЛН
Doing This Instead Of Studying.. 😳
00:12
Jojo Sim
Рет қаралды 36 МЛН
IBINTU BINE BIZIBIRA IGITANGAZA by Chris NDIKUMANA
55:51
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 47 М.
KURAHO AKABURUNGU (AKADOMO) by Chris NDIKUMANA
57:02
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 37 М.
KUBOHOKA KU MUVUMO WA KARANDE by chris NDIKUMANA
1:08:51
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 131 М.
FATA YERIKO YAWE by Chris Ndikumana EDMONTON 2018
1:51:09
Chris Ndikumana
Рет қаралды 120 М.
ISENGESHO RIBOHORA by Chris NDIKUMANA BRUXELLES 2017
2:04:03
Chris Ndikumana
Рет қаралды 263 М.
ISENGESHO RIFISE AGACIRO by Chris NDIKUMANA
56:47
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 106 М.
KUGENDERERWA NA NDIHO by Chris NDIKUMANA
57:09
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 94 М.
UMWAMBARO W'AMASHIMWE by Chris NDIKUMANA
1:33:10
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 124 М.
UBWOKO BUNE BW'IBIMAZI BIHIMBARA NDIHO by Chris NDIKUMANA
1:14:47
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 63 М.