Vania ICE😍NARAHATSWE GUHEBA UMUZIKI😒/Impamvu ndirimba indirimbo zibabaje🥹/urukundo ntirwama ruryoshe

  Рет қаралды 14,246

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

11 күн бұрын

#burundi #vaniaice
“KABEMBA” niyo ndirimbo nshasha Vania Ice aherutse gusohora🥰
Yirabe uciye kuriyi link: • KABEMBA - Vania Ice (...

Пікірлер: 66
@sirenvibestv
@sirenvibestv 9 күн бұрын
Bonsoir na Bonjour ku bakunzi bacu b’ukuri😍, muhejeje kw’enjoyinga iki kiganiro twakoranye na Vania Ice muce muja kw’enjoyinga « Kabemba » “KABEMBA” niyo ndirimbo nshasha Vania Ice aherutse gusohora🥰 Yirabe uciye kuriyi link: kzfaq.info/get/bejne/g5iqp8mT1bS-h2Q.htmlsi=KNaZAhk79__YuVty
@confitbienius6903
@confitbienius6903 9 күн бұрын
Vania urazi kuririmba kandi gose, USA neza,wiy exprima bien Sanaa ,urafise potentiel kugira ube au top ariko ahantu bipfira ntiwidandaza , menyera gukorera kuma Réseau ( ama interviews , photo nyishi, vlogs , buzz... ) sinon indirimbo naho iryoha ntishobora kuba hit !!
@inesirakoze1954
@inesirakoze1954 9 күн бұрын
Vania ndakunda cane indirimbo yawe C'etait moi kandi na Kabemba ndiko nday'enjoinga, inkumbuza ubuto bwanje n'abagenzi banje bo mubuto🤩🤩🤩🤩
@TWAGIRAYEZUGUSTAVE-do3zt
@TWAGIRAYEZUGUSTAVE-do3zt 9 күн бұрын
Narakunze cane indimbo ya Vania na r flow Yari bien sana
@IgorFlorentHIF
@IgorFlorentHIF 3 күн бұрын
I like the way Vania is humble kndi ni umuririmvyi kazi yikwiza bose bari bakwiye kumugira icitegererezo
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 9 күн бұрын
Ririmba urukungo @Vania Ice niho isi igeze ubu canke uririmbe indirimbo zitanga vibes i mean indirimbo z’ibirori kandi ugerageze gusohora indirimbo y’ikirori ifise umudiho wa amapiano ,@Vania Ice wanka wavyemera ,umudiho wa amapiano niwo ugezweho presque partout au monde 🌍 so ico kintu urabe ugikorereko cogira ikintu gifasha mûri carrière yawe musicale kandi cogupushinga kika kugeza kure kandi ndazi yuko ubishoboye 🙌🏾🙌🏾🙌🏾,Love from Sweden 🇸🇪
@Ekn-20
@Ekn-20 9 күн бұрын
Un petit conseil Vania ba beaucoup présente cane ku ma médias ukore ibiganiro ukore ama vlogs wubake cane izina ryawe hama usohore indirimbo uzoronka views nyinshi. Et puis kora ama collabo naba stars bazwi cane ba Drama T ba we love music. And try something ca rap numva ufise ijwi ryiza gose.
@user-dt6wp3oy5v
@user-dt6wp3oy5v 9 күн бұрын
I love Vania🫂, really namumenye kuva kuri c'était moi😊, et je pense k j'étais ton 1er fan kurirya show ya Dadju à cause ya c'était moi😅. Nigake ndaba émission nkayiheza mais s'il s'agit de toi, b face ou monna avec Hosy ndaziraba en intégralité. So make your faith indirimbo zawe zizoba international one day 🙌
@Innocentciza
@Innocentciza 6 күн бұрын
she is beautifull and talented @VANIA ICE
@user-fk7mx9ig9p
@user-fk7mx9ig9p Күн бұрын
Nciye ngenda kuyiraba.même 5fois.vania ndagukunda cane.vues zigiye kuduga don't worry❤
@alainbertrandambazimana9189
@alainbertrandambazimana9189 9 күн бұрын
I don't know why but I like this singer 🥳🙌
@UYEIC
@UYEIC 9 күн бұрын
Vania est tellement jolie ❤
@EricAishaki
@EricAishaki 6 күн бұрын
Coucou les dames. Franchement cette émission est impecable👌so kabemba ni tradi-moderne nziza cane nizere ko izoduserukira muri Benin muri festival SICA
@MarieReineNsabimana
@MarieReineNsabimana 8 күн бұрын
Turagukunda sha Vania kandi uri keza cane, courageeee
@kimana8818
@kimana8818 9 күн бұрын
Maman peshy ako k lipstick kagutotse sana👌
@AngeRubeneIrakiza
@AngeRubeneIrakiza 9 күн бұрын
Vania Ace iyeee ee ee ayayayayaya❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@imuhiramedia1624
@imuhiramedia1624 9 күн бұрын
Komereza aho. Ziraryoshe cane.🔥❤👌
@alinenininahazwe3223
@alinenininahazwe3223 9 күн бұрын
Vania is beautiful. Ariko umengo murasa Hosy!
@Favored22
@Favored22 9 күн бұрын
Hosy na Vania Much love for you both❤️❤️❤️
@thealkebulanite8639
@thealkebulanite8639 9 күн бұрын
Mugore wanje numuzambiyakazi arakunda cane indirimbo KABEMBA na ihela ya vania ice, bizoza ya d-one, hayi ya monia ,pleya ya lino g, iyi ya ya lino g ft sat b hamwe nindirimbo ya THEECEMBER kila siku. Nizo ndirimbo zama zitumarira ama mega. Courage kabisa
@Mbate250
@Mbate250 8 күн бұрын
Cyakoze wubahwe 🙏
@angemirabellemutoni-fq2cz
@angemirabellemutoni-fq2cz 6 күн бұрын
Vania 🥰 ndagukunda cane
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 9 күн бұрын
Waaaouuuu musa neza caaaaane vrm muratesa saaaana❤❤❤
@alanblessed1744
@alanblessed1744 9 күн бұрын
Vania Iceeeee❤❤❤❤❤❤❤🎉
@milkb257
@milkb257 9 күн бұрын
Vania terimbere mugenzi ❤❤❤❤
@ikorinezaarmella2286
@ikorinezaarmella2286 8 күн бұрын
Abanyamutakura tumenyane ❤❤❤
@fabiorukundo2023
@fabiorukundo2023 9 күн бұрын
Deux belles dames d'exception ❤
@sirenvibestv
@sirenvibestv 9 күн бұрын
❤️❤️❤️❤️❤️
@user-sl8pi5sp8l
@user-sl8pi5sp8l 9 күн бұрын
Waoo iticket rirazimvye kweri
@muhozaemelyne7902
@muhozaemelyne7902 6 күн бұрын
Muratesa sana ❤❤
@urlichdylan5763
@urlichdylan5763 9 күн бұрын
Ati izo mu kamenge😂 maybe bless up✨
@Shurwe
@Shurwe 9 күн бұрын
Shurwe 🫠😮‍💨🤍
@PinCreative-hr6jd
@PinCreative-hr6jd 8 күн бұрын
ooooh this girl😍
@mireille2452
@mireille2452 8 күн бұрын
Muri beza cane muraberewe guhera kuri make up gushika kuvyo mwambaye ariko rero Vania wibagiye bagues cnk?
@Wanene1153
@Wanene1153 9 күн бұрын
Vania ndagukunda cane na hosy ni chumi yanje and my point is icombona wokora gira promotion kurusha uko ubikora uze uragira nam collabo nabarya ba star bandi hama ugeragez kuza uraboneka mu bintu vyinshi yeah
@ThaBest-Optatus
@ThaBest-Optatus 5 күн бұрын
Sorry Queen narinzi ng ndi already umu Subscriber, sha iyo utavuga igitigiri cabo, nogumye nibaz ngo narahejj gu subcribing😢. Courage mama. Ndumva ngiye gu sliding mur DM ndabe ko mwonyishura. "Hello , hi " 😂😂
@LK-pw7fm
@LK-pw7fm 8 күн бұрын
Naho nakagendeye abakobwa beza
@IrambonaJoyeuse
@IrambonaJoyeuse 2 күн бұрын
Sana nibeza cane gose
@user-lq5cd9ru2m
@user-lq5cd9ru2m 9 күн бұрын
Vania nimwiza Sha ndamukund
@yyyy6413
@yyyy6413 9 күн бұрын
Vania natubwire arakorera sha
@akintijeelsiedanse9523
@akintijeelsiedanse9523 9 күн бұрын
Wauuuhhhh Vania ndagukund uvyumv hm hosy turisabiye drama T Long Time ataz kuri siren
@bsc4177
@bsc4177 9 күн бұрын
Vania balafu🥰
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl 9 күн бұрын
Yambiiii,Hosy uratesa mu maso uraberewe cane Na Vava unapendeza sana.musa neza Vrmt.reka rero twumvurize Kabemba ingene itwika ndazi irarenze Vava nda mwemera
@yunusfreddy5859
@yunusfreddy5859 9 күн бұрын
❤❤
@esperancenibitanga7194
@esperancenibitanga7194 8 күн бұрын
Hosy uratesa akoka lipstick kagutotse 🥰
@user-hs9kt7fw6s
@user-hs9kt7fw6s 9 күн бұрын
❤❤❤
@alainblaise9401
@alainblaise9401 8 күн бұрын
Muri Dream house phones ziriyo ni Marques izihe?
@alanblessed1744
@alanblessed1744 9 күн бұрын
Wakoze gu pining Kabemba
@AnathalieManirambona-ew6ho
@AnathalieManirambona-ew6ho 8 күн бұрын
hosy erega umenga muravukana
@positivemind2255
@positivemind2255 9 күн бұрын
Kapukapu tunabutoa😂😂 Kabemba
@sirenvibestv
@sirenvibestv 9 күн бұрын
Neza🤣🤣🤣
@kaneza99
@kaneza99 9 күн бұрын
Mbe impeta yarataye ?
@girukwishakadivine9836
@girukwishakadivine9836 9 күн бұрын
Je ndabiraba vyose 😂😂😂 sincagur kbx
@vanilladushime2272
@vanilladushime2272 9 күн бұрын
Shurwe Monia niko yitwa iyindi you tube chanel ya Monia Fleur😂 promotion ndahejeje😂😂😂
@winnynduwimana4751
@winnynduwimana4751 9 күн бұрын
Muratesa
@oseendayi5046
@oseendayi5046 9 күн бұрын
I like vania so bad
@JosephSibomana-wo2qt
@JosephSibomana-wo2qt 9 күн бұрын
Kabemba yivye umwembe yivye umwembe awushira muri kabutura muri kabutura😂😂😂😂 aga terme komuri primaire murakoze
@JosephSibomana-wo2qt
@JosephSibomana-wo2qt 9 күн бұрын
Yooo nari nibagiye hosy mugutwara umuduga uzuribuka kugira muri voi yaw jist dusangire ibarabara so ntubifate fo nugukeburana
@kimana8818
@kimana8818 9 күн бұрын
Yooooo unyibukij iy ndorimb mur primaire twapf kwiririmbir kabemba tutaz nivyarivyo🤣🤣🤣🤣
@alainbertrandambazimana9189
@alainbertrandambazimana9189 9 күн бұрын
Ariko vraiment I'm deceived kubona indirimbo yiwe nta na 100k views irakwiza mu ndwi zitatu🤲😭
@user-yv4ht2tp9c
@user-yv4ht2tp9c 9 күн бұрын
Hosy na vania balafu, twebwe dufise ikibazo c'amamega. Muzobura ama vues ariko indirimbo tuzoguma tuzivoma(Download, Télécharger )tugume tuzi répétant encore bcp de fois ✌️ Ahubwo uradutumira GASAPE asubire utubwire aho bigeze kuko turababazwa n'ukuntu abaririmvyi bacu bataronka vues kandi bakora neza😢😢 Ikindi kimbabaza ni gouvernements zacu umego ntiziduha nirwere. Ariko ntaco bukebuke bushikana umusiba k'umugezi.
@user-sl8pi5sp8l
@user-sl8pi5sp8l 9 күн бұрын
Vania uvuze ukuri wa genda n'a maguru baravuga wagendera mu modoka kwakund iyo virus yitw jalousie vaccin izoyikiza hahaaaa !
@alainblaise9401
@alainblaise9401 8 күн бұрын
Muri Dream house phones ziriyo ni Marques izihe?
@alainbertrandambazimana9189
@alainbertrandambazimana9189 9 күн бұрын
Ariko vraiment I'm deceived kubona indirimbo yiwe nta na 100k views irakwiza mu ndwi zitatu🤲😭
@sirenvibestv
@sirenvibestv 9 күн бұрын
Birababaje cane😭
KABEMBA -  Vania Ice (Music Video)
2:55
Vania Ice
Рет қаралды 53 М.
Please be kind🙏
00:34
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 178 МЛН
Получилось у Вики?😂 #хабибка
00:14
ХАБИБ
Рет қаралды 6 МЛН
Вечный ДВИГАТЕЛЬ!⚙️ #shorts
00:27
Гараж 54
Рет қаралды 9 МЛН
Climbing to 18M Subscribers 🎉
00:32
Matt Larose
Рет қаралды 37 МЛН
Narira kuri commande../aga taille kanje karamfashije/ibitangaza pe!
52:52
Vania Ice - C'ETAIT MOI (Official video)
4:06
Vania Ice
Рет қаралды 419 М.
Please be kind🙏
00:34
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 178 МЛН