NAWE WA MUKOBWA WE UKIRI MUTO WIHANGANE , N'IMANA IHINDURA AMATEKA.

  Рет қаралды 4,626

Christ Life Center

Christ Life Center

5 ай бұрын

Muri iki kiganiro,murumva uko Imana yabanye n'umuryango wa Ornella Nikobamye mu gihugu c' u Rwanda. Ingene Imana yahabarindiye , kugera bageze ngaha muri America. Murumva kandi ingene yahuye n'umutware wiwe. Yavuze ati "Umutware wanje niwe yari kubivuga neza" gusa Imana ni Niza. Ati nta shengesho na rimwe riba rito. Ndibuka ko ngikizwa nabwiye Imana nti ndakwinginze nubona ngiye guhusha umuntu tuzokwubakana, uzokwame wiyaranja bipfe.
Umumenyesha makuru Darlene Irakoze yaciye amubaza ati kuba muzu y'Imana bifize Akamaro kahe? Ati kuba munzu y'Imana ni ikintu c'agaciro gakomeye. Ati birababaje kuba aka kanya 2020 abantu bamaze kwibagira COVID 19. Ati abantu ntibari bazi ko bazosubira kuba mu nzu y'Imana. Ariko inyuma y'imyaka 4 abantu bamaze gufata inzu y'Imana nka Jokes.
Mumpera zikiganiro, yahawe iminota itanu yo kuganiriza abanywanyi ba WARUBIZI. Ati Ndashaka kubwira umuntu ko Ari Imana Ihindura amateka. Sinzi ivyo uri ko uracamwo, ariko ndashaka kukuremesha. Ihindura amateka.Nawe wamukobwa we ukiri muto, hari Imana yumva gusenga. Hahirwa uwihanganye kuko azabona Imana.
🎥 ushobora no kuraba iyi video: 🎥
• BARABESHWE!! M'UMURYA...
✨ Subscribe for More ✨
Don't miss out on future discussions! Hit the subscribe button and turn on notifications to stay updated on WARUBIZI 's latest insights.
👍 Like, Share, and Comment 👍
If you enjoyed this video, give it a thumbs up, share it with your friends, and leave a comment below. Let's keep the conversation going!
#Burundi #christ life center #Warubizi #abimukira #gutsinda #intahe
Haruwoba afise iciyumviro ashaka guterera canke icipfuzo kubijanye ni kiganiro? Yoduhamagara canke akatwandira kuri izi numero "+1 (602) 525-4010". Muhezagirwe
Ishengero rya Christ life Center rirabashimiye mwese.

Пікірлер: 28
@mariekamikazi9308
@mariekamikazi9308 4 ай бұрын
Oh madam Ornella isengesho ryawe ryari rikomeye jewe nasengeye umugabo tuzobana niga 5em annee primaire ibimenyetso bitatu vyumugabo nasavye lmana yarabimpaye lmana urishura iyo usenze wizeye ndabihamya cane
@UwizeyimanaSarah
@UwizeyimanaSarah 5 ай бұрын
Shalom ornella twarakoropanye kuri vivante wowe nabo muvukana Cynthia ndabazi mwabana beza cyane none wabaye umudamu mwiza lmana ishimwe cyane
@BerniseMuhoza
@BerniseMuhoza 2 ай бұрын
Ntahe ya Ornella irafashijej cn kand ibiganir biradufash cn warubiz nikiganir ciz cn lmana ibahezagir mubikorw vyany ibagurir mubon ikigaz cimana
@alicenigarura9241
@alicenigarura9241 5 ай бұрын
Que Dieu te bénisse Madame Ornella témoignage yawe irampezagiye cane
@user-rt5ej7bu8i
@user-rt5ej7bu8i 3 ай бұрын
Done well 🎉❤
@inesigiraneza6936
@inesigiraneza6936 4 ай бұрын
Women Foundation Ministries ah Imitima ya benshi cane yubakirwaaa,ah amateka ya benshii ahindurirwaa👍👍 May God bless so much Apostle Mignonne KABERA ❤️❤️❤️❤️
@nadege1518
@nadege1518 5 ай бұрын
Imana ibahezagire bakozi b'Imana
@pascalinensengumuremye4642
@pascalinensengumuremye4642 4 ай бұрын
Ndabasaba munsengere nanje imana impe mariage kandi impe umugabo ari mubugombe bwayo.j,ai 44ans sans mariage😢
@InesNinaNahigombeye
@InesNinaNahigombeye 5 ай бұрын
Merci bcp Madame Ornella uraduteye intégré cana Mu kwihangana Mu bihe bigoyd. Merci Darlène pour la belle émission que tu nous prépare. Muriel mukora ibikorwa vy'ikimazi cane, Muriel murasana imitima. Thanks you much dear.
@umuringajeannedarc4165
@umuringajeannedarc4165 5 ай бұрын
God bless you Ornella kuduha ubuhamya budusbizamo inkomezi
@joselynekwizera7758
@joselynekwizera7758 5 ай бұрын
Imana ibahezagire kubutumwa bwiza mutanga
@bellauwimana5189
@bellauwimana5189 4 ай бұрын
Ndafashijwe. Imana Ibahezagire caneee❤❤
@mariekamikazi9308
@mariekamikazi9308 4 ай бұрын
Amen Good women's hello to my classmate Darlen
@pascalinensengumuremye4642
@pascalinensengumuremye4642 4 ай бұрын
Sister Ornella merci uradufashije cane.
@user-ew1ki9cs2z
@user-ew1ki9cs2z 4 ай бұрын
Ohhhh.mrc ornella !ndakwibutse muri precious
@pascalinensengumuremye4642
@pascalinensengumuremye4642 4 ай бұрын
Amen 🙏🙏🙏
@MamyEsperance-rm6bt
@MamyEsperance-rm6bt 5 ай бұрын
Yoooo nje naje gucoropa nsanga urumuriribyi ariko gukoropa muri vivant twahaboneye byinshi nanje mbifimo intahe ikomeye umuceri nibiharage baduha byabaga biryoshe
@irakozedarlene7743
@irakozedarlene7743 5 ай бұрын
Amen Imana Iguhezagire cane @Mamy
@kaburawitness1731
@kaburawitness1731 4 ай бұрын
Nanje mfise intahe ariko ndi muri South Dakota. Ariko ndizera igihe kigeze nzovuga intahe yanje
@inesigiraneza6936
@inesigiraneza6936 4 ай бұрын
Apostle Mignonne's daughter 🫂🫂🫂❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@cappucinella9120
@cappucinella9120 5 ай бұрын
Mfise imyaka 38 nkaba ntarubaka, urakoze cane ku mpanuro zukuntu dutore abo twubakana, urakoze cane numvise amahoro Imana ibahezagire cane ❤❤❤
@irakozedarlene7743
@irakozedarlene7743 5 ай бұрын
Amen @cappucinella nukuri Imana izobigukera
@Uwaselaurence
@Uwaselaurence 5 ай бұрын
Yooooo 38 yuzu yesu yamusanze kukidendezi abantu Bose baramutaye amazi yakihinduriza akabura umujugunya mumazi yesu ahanyuze aramubwira ati ikorere uburiri bwawe wigendere izere uyumunsi kwikorere uburiri bwawe wigendere Akira urugo wigendere humura niwizera urayisohokamo.ufite urugo
@cappucinella9120
@cappucinella9120 5 ай бұрын
@@Uwaselaurence thank youuu🫂🫂 uwanje arahari Yesu ariko aramutegura nkuko nanje ariko arantegura 🥰🥰🥰
@Uwaselaurence
@Uwaselaurence 5 ай бұрын
@@cappucinella9120 ngewe ndunva nizeye peee ko imana igiye kugusetsa
@lyvenishimwe4013
@lyvenishimwe4013 5 ай бұрын
Waouuu ariko mana abana mwamenye Imana vyukuri mukiribato ni vyiza peee. Turasabira abana bacu ngo ivyo tutamenye munzu y'Imana bo bazobimenye caaane au non de Jesus 🙏 kuko ngo ntawakoreye Imana ngo y'ikorere amaboko. Merçi beaucoup Ornella que Dieu te bénisse 🙌♥️
3M❤️ #thankyou #shorts
00:16
ウエスP -Mr Uekusa- Wes-P
Рет қаралды 13 МЛН
🌊Насколько Глубокий Океан ? #shorts
00:42
MEGA BOXES ARE BACK!!!
08:53
Brawl Stars
Рет қаралды 36 МЛН
Umugore w'agaciro arangwa niki?|Bibiliya ibivugako iki [Pst prudent]
27:42
Ubutumwa bwiza kuri bose
Рет қаралды 3,3 М.
KURI MARIAGE UZAHITA UPFA | AKIMBWIRA KO ANKUNDA NAHISE NGIRA UBWOBA
1:31:35
Christ Life Center
Рет қаралды 16 М.
3M❤️ #thankyou #shorts
00:16
ウエスP -Mr Uekusa- Wes-P
Рет қаралды 13 МЛН