Gaeel jewe ndi umu mami akuze. Bahungu bacu,hako muzak muzana abakobwa,ataco bakora,baha i wacu mu ma quartiers residentieelle,muze murondera barya bakobwa bo mu ma quarier mato. Kinama,buyenzi,kamenge,au moins bamenyereye ubuzima buto,bazi nogukora ubuzi buto. ( gusuka,restauranter)
@clovisburundi1902 ай бұрын
merci bcp pour votre conseil mum
@justinmuhimpundu2gmail2 ай бұрын
Ukonukuri uvuz numumboner azigukor uzomump nukur jew nonamuh imitah
@musicrecitals39962 ай бұрын
Uvuz ikintu gikomeye cane
@emilevenantndihokubwayo3267Ай бұрын
Barya bo muma haut stand nabo gukwabagura gusa hageze kugira mariage niho duca tuja muri barya bamenyerey ubuzima buciririkitse
Uyu mukobwa ubiravye ni mwiza eka nivyavuga ntaco bibaye , ariko no kuba so cute so natural izo ntoke umenga ni bimwe tubona muma film zama vampire, vraiment ntibakidoge ngo babuze ababarongora ubwabo n'ibi babera ntavyo Bazi naho umubwiza ukuri ko yarengej urugero yumva ko uri kumutyoza. 😢
@nyiringangoalain7103Ай бұрын
Kabisa
@user-io4bi9ly6kАй бұрын
Ese koko izo nzara ninkizigisizimwe
@user-np9lw5kq6r2 ай бұрын
Hhhh juste ako gakobwa karakunaniye nkeeh hose kaguma kagufise ntigipasa😂😂😂
@NduwimanaSammy2 ай бұрын
Big up monia ndagufana uvuze ukuri kweli abahungu nobaze baradraga abakonwa bari kuri niveau imwe
@mento21tvonline94Ай бұрын
Ninde uzakurongora kandi uri inkangu? Tegereza inkangu ngenzi yawe, uziko mbonye izo nzara nkagirango ni ingwe
I really agree with Monia ko before yo kurondera uwo mubana,banza ubeho.On the other hand,Monia should know ko nimba Maman Papa baba munzu yabo mu kinindo or whatever,she has to know ko kuhahera bitaba vyoroshe iwacu mu Burundi unless uva muri famille nziza canke wakoze business at young age.Better is to go step by step and reach your goals together.
@MeilleurGarc2 ай бұрын
I likee this intervieu😋 Big up juste Gaël👊 And i love our Beautiful girl #Moniafleur kand Courrage can akomez👌
@Mpayinkandayisnga2 ай бұрын
Ndamweye pe👌
@seniorrobertoomonde76522 ай бұрын
Ndi number one
@cedricrukundo72292 ай бұрын
Je nakunda monia kuva kera ariko Ubu yonzimba 😂 big up gael
@kevinblessing762 ай бұрын
First one ....mumpe like❤ Big shout out kwa juste no kwa gaël👊🤛
@alexismanirakizaofficialam10422 ай бұрын
Monia avuga nkumwa dolesca 😂kuri 40ans bizoba vyahinduts.so Im very incompatibl love her very much
@muhirwadenys19002 ай бұрын
Abarundi ndabakunda cyane
@user-yb5rj6sr3c2 ай бұрын
Just gael uzi ko ndumufan waw ndakwemer san
@mijickwamaana83422 ай бұрын
Umukubito ❤kumb mom arishura keza😅tora🎉
@boscoconkunze10682 ай бұрын
Abakunzi bumukubito turahar ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@DesireKhalfan-tf6wm2 ай бұрын
Juste Gaël Uno musi wakubise swata, ntakintu kizima mwayaze
@nkejimanadamien35022 ай бұрын
Muranejeje cyane kabisa!!!
@user-kr1ct7pf2s2 ай бұрын
Kandaho monia yibazako twibagiye bimwe vyaya video yendwa y'igipupe mugihugu ca Emirats arabes unis:Dubai
@ElyseeSagamba-vl7li2 ай бұрын
None uvyibutse bimutwara iki nawe bikakwungura iki?😂😂
Ubuse koko nawe urashaka umugabo umutungo ufite ari inzara wateretse ubwo zizabasha nokonsa umwana kweri
@novencenahimana73732 ай бұрын
Well done Monia !! I have a lot of admiration for your Interview. You have answered every single question convincingly using a proper example concerning relationships for true couples who want to build a sustainable family in the future. Very interesting interview to watch !!!
Such topics are so worth to be tickled these days👍. Young men and women are confused in terms of figuring out the partner due to real and unreal criterias to be taken into account. However, May you, for the next time, include in this discussion the conservation of the values of culture of our Country (Burundi). Anyway, it's been amazing 💫💫