No video

Abazungu batumwe kwica Pacifique Nininahazwe,leta BDI ya Evariste yatanze Mission || 15/01/2024

  Рет қаралды 39,591

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

Күн бұрын

#Amakuru_yurugendo_news
#Updats_zurugendo_news
#Interviews_zurugendo_news
AMAKURU YA 🅱🅱C GAHUZAMIRYANGO
AMAKURU YA RPA YIHUTA
AMAKURU YA HAGURUKA YIHUTA
AMAKURU YÍNZAMBA YIHUTA
AMAKURU YA PEAC FM YIHUTA
AMAKURU N'IBIGANIRO BICUKUMBUYE

Пікірлер: 48
@AnithangabireFemme
@AnithangabireFemme 7 ай бұрын
Imana ibarinde nukur abarundi bararushe, iyintwaro ngira yatumwe nasatani nibwoyihisha mumana
@ReemAl-Qahtani-se6bl
@ReemAl-Qahtani-se6bl 26 күн бұрын
Abrnd muracarushe
@nzomwitaadolphe3869
@nzomwitaadolphe3869 2 ай бұрын
Mwakoze cane kwiyumvira iki kiganiro! Nagomba kongerako ko kuvyo bitwaza ku Rwanda, ko harimwo no kuzibira ko batoshikiriza abantu 660 bagiriwe n'icaha co gukora ihonyabwoko ry'abatutsi ryabaye mu 1994 muri ico gihugu c'u Rwanda! Rero gufatanya na fdlr na cdd-fdd vyatanguye kera kandi n'ubu birabandanya! N'ikimenyamenya nuko banabacumbikiye mu Burundi Kandi akaba ari nabo babagemurira ivyo barya! Rero ntacotuma badafatanya muri Congo! Murakoze
@user-cm2uz8si8j
@user-cm2uz8si8j 6 ай бұрын
Mujye mubasengera Imana izahindure amateka.
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 7 ай бұрын
Ndamaramayeeeeee,yarubahuts kwikura imbonankubone ingabo ziw? Oya vraiment birambabaje
@bennyparfaitmunezero9242
@bennyparfaitmunezero9242 2 ай бұрын
mbega burya Pacifique ntaco abazwa mu butungane kubijanye nivyabaye 2015
@user-im4yv3qv9k
@user-im4yv3qv9k 2 ай бұрын
Imanirakubona mutama
@caritasinamuzima2859
@caritasinamuzima2859 6 ай бұрын
Ntaco uzoba Imana niyo ifise isaha nitariki yawe kuko iyo biba ivyo bashoboye ntiwari kubavana buja. Nibamureke kuko uvugira impande zose pe uragerageza kweri
@rosettehabimana2666
@rosettehabimana2666 6 ай бұрын
Pasifike taco ubesha...none ok utavuga abashaka kukwica... Niwapfa abenshi bazogira umusi mukuru.... Kubera ububeshi bwawe ; ucafuza igihugu cacu c.Uburundi burarenze.......uzopfs ryari ???
@sisisylvanendayisenga1005
@sisisylvanendayisenga1005 7 ай бұрын
Agati gateretswe n'Imana ntigahenurwa n'umuyaga.
@user-eb1fc5ic4r
@user-eb1fc5ic4r 6 ай бұрын
Muvuge neza mwabantu mureke gutukanira kurubuga ukuri kuradyana ariko ucumuntu abiba nico azasarura vuba rero mube mwubahana mirek kwandika mutukana pe
@mamanbella5460
@mamanbella5460 7 ай бұрын
Ukuri kurababaza cane Ahaturi harabandi natwe tuzarengana twigendere Koreneza mwemegwe nimana Kuko iherezo gyavyose nubusagusa imirango irakuranwa tukabona bgira buca ariko sikobizohora.
@user-qg7xg2ku3z
@user-qg7xg2ku3z 7 ай бұрын
Woyoberwa abanyuruzwa gute ko nawe wabikoze?mbega Abo watumye kwica abahutu 2015 kutabavuga?reka kwigira intungane nuko wabujijwe kuguma unigagura abahutu
@donatairadukunda9919
@donatairadukunda9919 7 ай бұрын
Mbega abo bahutu bamaze iki mwiterambere ry'igihugu? Mubamiza mu kanwa nko ari amashurwe kandi ataco bazi atari kuniga no kwica. Mbe wibaza ko ari wewe usumvya ubuhutu intwari tuzi ari nazo zigifatiye umuzi igihugu? Nayo wewe ntanico uri upfa kubomoka ngo abahutu abahutu ! Niwaguma inyuma yivyo uzopfa udateye intambwe abandi bahutu turiko turiga ngo twiteze imbere! Nawe ngo uri umuhutu ? Ntaco uri ! 😂😂😂😂😂
@citegetsebenoit1570
@citegetsebenoit1570 7 ай бұрын
Ariko ga Paci wewe ba kuronderako iki ? Je mbona atakibazo uteye mu Gihugu Kabisa kuburyo bogusanga aho wibereye biranagoye i Buraya si Africa aha warakize
@mauricemajambere1456
@mauricemajambere1456 7 ай бұрын
Kuvuga rapport za ONU zivuga ko uburundi bufatanishij na FDLR, iyo rapport ivuga iki kuri RDF na M23?
@fundifundi5505
@fundifundi5505 7 ай бұрын
None Ibihuha uzobireka Ryariko urush bikungura Iki Kuva bibiri 15??
@user-xn9od4ze1j
@user-xn9od4ze1j 7 ай бұрын
Pacifique nimureme kk imana yomwijuru niyo mushobora vyose
@user-wh2wg2dg7g
@user-wh2wg2dg7g 7 ай бұрын
Izomanza bacira abandi nabo hiryayejo bazozibacaraa
@jeanmarieuwima3684
@jeanmarieuwima3684 7 ай бұрын
Tekan naw ntiwera paci abarundi turacafis ikibazo co kuvuga nab igihugu cacu
@rutenasamuel4822
@rutenasamuel4822 7 ай бұрын
Nonkubu ntiwoza mugihugu ?
@user-ps2ul2hi7x
@user-ps2ul2hi7x 7 ай бұрын
Pacific numwasi witerambere kuva kera, rero barakwiye kugucecekesha muburyo bwose bushoboka
@mariechantalkwizera7319
@mariechantalkwizera7319 7 ай бұрын
Ah mumucecekesh mw muri Imana kwariy yamuy umunw wo kuvuga 😂ic nabony mwank kwivyany bij ahabona iryarya gusa vuga usubir uvuge
@fundifundi5505
@fundifundi5505 7 ай бұрын
Wagirizwa vyishi wakoz bibiri na15
@fundifundi5505
@fundifundi5505 7 ай бұрын
Uko nigukwepa ubutungane bukurondera
@rutenasamuel4822
@rutenasamuel4822 7 ай бұрын
Rekakwiyamamaza turabazi mwebwe
@Dieu_estBon
@Dieu_estBon 7 ай бұрын
baragutumye none yarakunaniye ishavu rirakwishe
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 7 ай бұрын
@@Dieu_estBon komera nk'iciment ya kera
@user-kw2pt5ql1o
@user-kw2pt5ql1o 7 ай бұрын
Ukuntu uriguteranya abana bigihugu kuber occident igukoresha nkincoreke urateyisoni pasifik ahubw je sinemera kurumurundi ki1 gusa ntacuzopf ushitseko **ckU❤
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 7 ай бұрын
Huuuu wew niwe uri umurundi kurusha Pacifigue?
@rutenasamuel4822
@rutenasamuel4822 7 ай бұрын
Ngobatumye abazungu kukwica?Nonewarabananiye?Erega urakaze, bo baragutunze bwangurube none warabananiye kwicwa?
@user-kw2pt5ql1o
@user-kw2pt5ql1o 7 ай бұрын
😂😅
@rutenasamuel4822
@rutenasamuel4822 7 ай бұрын
N'a Nyenicubahiro uramuvuga?Urashirisoni
@rutenasamuel4822
@rutenasamuel4822 7 ай бұрын
Wamavyiwe mugitwara urazukuntu mwarimwaratwangaje?Hama Urammkavugango uzozanintwaro itumatawangazwa?Arakagwiyo hanze
@rutenasamuel4822
@rutenasamuel4822 7 ай бұрын
Wamu sans échec we
@daphnk738
@daphnk738 7 ай бұрын
@@rutenasamuel4822Ooh! Uteye isoni na wewe😢
@rutenasamuel4822
@rutenasamuel4822 7 ай бұрын
Uzopfarubi
@rutenasamuel4822
@rutenasamuel4822 7 ай бұрын
Urikibwa
@rutenasamuel4822
@rutenasamuel4822 7 ай бұрын
Hendabatakuzi wakinwamatasowe
@Gilos-l5e
@Gilos-l5e 7 ай бұрын
Ibinwamaraso si Paci hariho ibindi ariko ntangoma ihoraho.mwibuke Micombero.Buyoya nabandi ntavuze ubu none barihe?
@user-sm2tz7pu7c
@user-sm2tz7pu7c 7 ай бұрын
Genda hiyo urarushe
@user-sm2tz7pu7c
@user-sm2tz7pu7c 7 ай бұрын
Urarushe www
@user-rm8qh2oz1r
@user-rm8qh2oz1r 7 ай бұрын
😂
@user-jz4ni7nf4d
@user-jz4ni7nf4d 7 ай бұрын
Pacific uko imbwa.
@user-wh2wg2dg7g
@user-wh2wg2dg7g 7 ай бұрын
Izomanza bacira abandi nabo hiryayejo bazozibacaraa
@user-sm2tz7pu7c
@user-sm2tz7pu7c 7 ай бұрын
Genda hiyo urarushe
@rutenasamuel4822
@rutenasamuel4822 7 ай бұрын
Rekakwiyamamaza turabazi mwebwe
Uburusiya bwagabye igitero gikomeye muri Ukraine
12:52
TV1 Rwanda
Рет қаралды 2,9 М.
M23 ku marembo ya BUTEMBO
9:25
TV1 Rwanda
Рет қаралды 1,6 М.
WORLD'S SHORTEST WOMAN
00:58
Stokes Twins
Рет қаралды 210 МЛН
لااا! هذه البرتقالة مزعجة جدًا #قصير
00:15
One More Arabic
Рет қаралды 52 МЛН
Prank vs Prank #shorts
00:28
Mr DegrEE
Рет қаралды 10 МЛН
Before VS during the CONCERT 🔥 "Aliby" | Andra Gogan
00:13
Andra Gogan
Рет қаралды 10 МЛН
Pierre Nkurunziza yagwanye intambara zose kandi arazitsinda!
6:19
Mashariki TV
Рет қаралды 50 М.
WORLD'S SHORTEST WOMAN
00:58
Stokes Twins
Рет қаралды 210 МЛН