Pacifique NININAHAZWE ashize amabanga hanze kurupfu rwa NKURUNZIZA yari yaragizwibanga

  Рет қаралды 44,575

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

7 ай бұрын

#Amakuru_yurugendo_news
#Updats_zurugendo_news
#Interviews_zurugendo_news

Пікірлер: 63
@MabrukiNgereza-gj7mz
@MabrukiNgereza-gj7mz 7 ай бұрын
Shalom Shalom Shalom Abavukanyi bacu Bob Rugurika na Pacifique ✌️ Nininahazwe. Ukuri kuzotinda kumenyekana ku vyerekeye urupfu rwa Président Pierre Nkurunziza
@floribertnzobonimpa-zm2ji
@floribertnzobonimpa-zm2ji 7 ай бұрын
Amakuru meza cane, murakoze mukuyadusangiza kabisa.Ndibaza igikuru nuko nk'abarundi dukwiriye gutanguza ikintu codushira hamwe abantu booose tubona yuko igihugu kigeze habi, kugira tuve muri ivyo bintu vyokubura abantu vyama vyabaye kuva narindi. Abicwa nibenshi,abahohoterwa ntibagira uko bangana.....
@therencendagijimana9397
@therencendagijimana9397 7 ай бұрын
Mbona mwobireka kuko urubanza nyakuri ruhambaye cane n'Imana yomwijuru izoruca
@JanvierHakizimana-co3vs
@JanvierHakizimana-co3vs Ай бұрын
Yubahwe radio yacu nziza iduha amakuru atavugwa kuzindi radio mbega kiramvu arahema? Turkumbuye kumvijwi ryiwe?
@Nkurule
@Nkurule 7 ай бұрын
Merci Nadine de nous éclairer
@MugenziMugenzi
@MugenziMugenzi 7 ай бұрын
Hey, sindi umurundi, gusa hari ibyo uwo Bob, avuze nemera ko ari ukuri, hari gahunda ya recrutement mu bihigu ntavuze, critère: " uyobora diaspora kuba ari umututsi"; aho ufite ukuri 100% Gusa courage, murebe ko mwagera kuri changement....
@novatidamian7236
@novatidamian7236 7 ай бұрын
Pacific Ninahazwe wakoze kuvuga ivya Rugurika kwariwe yazanye abapfumu buca Perezida ariko wewe arikoarabihindagura ngo usumu ryavyye Tanzania
@user-tf1nj9dd8c
@user-tf1nj9dd8c 7 ай бұрын
Pierre Buyoya we vyagenze gt murayaca amahera yabazungu😂😂😂
@samsonniyonkuru4434
@samsonniyonkuru4434 7 ай бұрын
Mbe nyen ko mutavug ku rupfu rwa Ndadaye?ugir turibagiy ko yishwe ar incungu ya democratie kand bigakorwa nabavyeyi banyu?
@user-hh5sk8nf6h
@user-hh5sk8nf6h 7 ай бұрын
Wewe ndadaye mwakereye nkimpene kumurango izuba rwagasore nabiwe gayemwe ntimwabamariye kumbugiti nuno nunsi ntakuri kuraboneka none nkurunziza nurukundo mukunda abarundi mufise canke nuko amatora yimirije mugira mutangure kurwanira ibiti mwebwe kuko mufise ama pasporo agenda isiyose ataco murishe nicogituma muguma muryanisha abenegihugu ariko umwanya wanyu wararenganye
@suavisndihokubwayo-cc3id
@suavisndihokubwayo-cc3id 7 ай бұрын
ubujuju ningwara 😂😂mbega ubujiji bwubupfu 🤔🤔ivyuvuze bihuriyehe nibirikuvugwa
@veronicandizeye4817
@veronicandizeye4817 7 ай бұрын
Ko mutarondera ikishe Buyoya . Mukunda umuhusi wacu Nkurunziza kurusha Buyoya .
@user-yo5mz7ji6n
@user-yo5mz7ji6n 7 ай бұрын
RPA geza ngaho Ayo mahopa yanyu.mushaka guteranya abagumyabanga ba CNDD-FDD.ayo macenga yanyu basha!!!!! Twarabahinyuye.
@LeonardUWITURIJE
@LeonardUWITURIJE 28 күн бұрын
Emwe mukiriko muvuga ivyo mwigombeye uburumi bucagowe,mbe rpa komutavuga ibibi vya buyoya? Ese komutavuga ndadaye,nurupfurwe? Abarundi nibande? Muracagoka
@LeonardUWITURIJE
@LeonardUWITURIJE 28 күн бұрын
Murakinde amahoro basha uburumdi nubwacu twese
@elianusmiburo2483
@elianusmiburo2483 11 күн бұрын
Nn konkurunziza koyapfuy mushaka iki
@trezorirakoze9912
@trezorirakoze9912 7 күн бұрын
Ce
@turibamweali8661
@turibamweali8661 6 ай бұрын
Ngo mwarabuze abanyu ngo Nkurunziza ari kubutegetsi ? Hanyuma bene wanyu babatutsi bari kubutegetsi ntabahutu babuze ababo ? Ese papa wumuhisi Nkurunziza we yariyahiye cg nimwebwe mwamwishe ? Ese Ndadaye yishwe nande ? Ntaryamira yishwe nande ? Kuki mwigira inzoka mbi nkaho twabyibagiwe ?
@turibamweali8661
@turibamweali8661 6 ай бұрын
Icyo nkundira abatutsi murazi kwigira beza ubundi kuva abishwe muri 1972 gukomeza kugeza nubu kuki abishwe nabatutsi ko mutabikoraho ubusesenguzi ariko uwo mukeka ko yishwe nabahutu nibwo abatutsi muza kuvuga ubusa ?!
@omernshimirimana
@omernshimirimana 7 ай бұрын
Mana we nihatari kabisa ko bitoroshe bobo bandanya utubwira tumenye ukuri I intwari ni mwebwe pe
@cimpayeriziki6680
@cimpayeriziki6680 7 ай бұрын
Nihatar
@user-em7kp2ow1x
@user-em7kp2ow1x 7 ай бұрын
Iyo amatora yegereje havugwa vyinshi kdi biragoye kwemera ibivugwa n'impunzi
@user-dl4ug8vf2j
@user-dl4ug8vf2j 7 ай бұрын
Mana niwe Uzi ukuri pe!
@evodemanirakiza441
@evodemanirakiza441 7 ай бұрын
None komutavuga benewanyu bishe ndadaye Melchior na ntaryamira ugwo nurukundo rwinshi mufitiye nkurunziza? Komutavuga amazirantoke umukuru wigihugu ntibantunganya yatewe nabenewanyu mukambi yimpunzi ibugendana😢😢😢😢
@dieudonnendabaneze3761
@dieudonnendabaneze3761 6 ай бұрын
Mbega uyo ndaday mwagiz ikigigwa mana yamaz iki? Iyo demokarasi muvuga ko yazany irih? Ko mbona namwe mumuyaga ata demokarasi muzi, nyamba ari umuvumo wogukora amaraso yabaraz. Ntaryamira naw yaziz imigabo mibi yari yapangiy abarundi hagera aho asaba na lift! Ubu uvuga ndaday kuko wuzuy rindira niwagwara kwashiorkor kuzorya urupfu gwiw! Ico mukoz imitwe yanyu irimwo ibiziba
@user-vq7ku6js1p
@user-vq7ku6js1p 7 ай бұрын
komeza turabunva
@josaphathatungimana3504
@josaphathatungimana3504 7 ай бұрын
None umupfumu yica Nkurunziza Canke Evariste ?
@user-by4ju5ce3x
@user-by4ju5ce3x 7 ай бұрын
Nuko muhaze sha iyo nishibe mufise
@samsonniyonkuru4434
@samsonniyonkuru4434 7 ай бұрын
Vyukuri mwarabony ko twe abarundi tutagishak ibihungabanya umutekano muzanye iturufu ku rupfu rwa Sogo?
@turibamweali8661
@turibamweali8661 6 ай бұрын
Yishwe ngo nkakanyegeri Ndadaye yishwe mumuhimbaguye ko mutamuvuga ? Ngo abapfuye 1993 ! Ese ko mutavuga abapfuye 1972 nabo bishwe nabo ba cndd fdd?
@evodemanirakiza441
@evodemanirakiza441 7 ай бұрын
Mbega wewe nyene pacifique nininahazwe na bobo rugurika komwashaka kumugandagura 2015 ngomumuziza mandat ya 3 iyobibakundira mubamuriko muratubwirukuri kuvyo muba mwarakoze? Reka sha nidiri yanyu munaniwe 2015 mwarabandanije kuronderuko mwomwica mushaka guhuvya amatohoza ndazi nubu ntimwicaye ariko ntimwishongore imana izobagabura kubibi bibariko honyene banza wumvirize namajambo ava mwabo batumire banyu gusa igihugu kiri mwabagabo
@dieudonnendabaneze3761
@dieudonnendabaneze3761 6 ай бұрын
Abo nabo barantwenza, non nkurunziza yarons igihano akwiy ko naw abo yicishij ni vyinshi. Waache mdomo,
@akumirostefano8169
@akumirostefano8169 7 ай бұрын
Uwo agise amabanga nuko ari mubamwishe
@user-ws1ro3eh6j
@user-ws1ro3eh6j Ай бұрын
Umviriza mwabatutsi ubumusigaye mugomba kwigira abera !!!mubikore mwibuka ivyomwakoze 1994 mbekomutavuga ingene mwishe Ndadaye ? Turabiziko murabicanyi ariko ndabibire ibanga ,hamwe mwokwihenda ,gato gusa ntivyoba nkabimwe mwakora 94 mugafata agatutsi kamwe kapfuye nabi kagashorera abahutu cumi 10 kabateaye iyobabicira ,natwe ubu tubica hamwe atazina mututsi azosigara mugihugu cuburundi naburya mutanagwira ,mwogomba mwotekereza muzikugenda muragwehagurika gusa ,murubwoko bubi ,mugira amanyama atanutuguvu mufise umengo bwose bugway sida
@nzeyimanasaidi1585
@nzeyimanasaidi1585 7 ай бұрын
A andi bararenganye Ari KO bikomagu ntihazogire uwuza aramuvuga kuko ingorane zose abarundi turimwo azifisemwuruhara
@boobohhh3029
@boobohhh3029 7 ай бұрын
@aim0177
@aim0177 6 ай бұрын
Seul les votours pensent comment accéder au cadavre enteré 😊
@NtibankundiyeAthanase-dp8sq
@NtibankundiyeAthanase-dp8sq Ай бұрын
Abicanyi s'Abahutu kd s'Abatuts
@NtibankundiyeAthanase-dp8sq
@NtibankundiyeAthanase-dp8sq Ай бұрын
Abicanyi n'abakorana na Satani
@NtibankundiyeAthanase-dp8sq
@NtibankundiyeAthanase-dp8sq Ай бұрын
Imyaka y'umuntu ni 70inyuma yaho haba urubanza rw'IMANA Kd ku Mana hatsinda Ukuri Ivyo dukora kw'isi n'ivyo dutunze ntaco tujana ?None umunyabwenge ninde kw'isi ? Abatwagwa n'Abatware ufise ubwenge bw'inyuma y'imyaka 70 ans buri hehe ?ubutunzi bwobwo buri hehe?
@user-ep3nm3pe9j
@user-ep3nm3pe9j 7 ай бұрын
Nibarize Abo bagabo kndi bikunze mwonyishura!!ndadaye yishwe nande?Nabandi biciwe hamwe Bari harya mugisagara ça Bujumbura!!ndetse nabavyeyi bacu,Na benewacu!!muri kaminuza y'uburundi 1995,harishwe abanyeshure muramaze Kugura amatohoza??muduhe umuco!Hama nitwasanga ari cndd yakoze muzoba mukoze!!
@wellarsmukezamfura3160
@wellarsmukezamfura3160 7 ай бұрын
Aba bagabo baraduhemukira burya, mwibuke 2014-15 ko mwari mushushe muguhungabanya abenegihugu. Ntabwo yari mandat yaga3 ahubwo, kŵari ukutamebya! Mbwira ingene wokwiruka kunzego zigihugu Uri umusivil!?, hahahaha, ntimwari mutunze inkoho nurumogi binyuranye namategeko y'igihugu! Umunwa uravuga hémwe, nimuvuge! Ubu twe ino twibereyeho kumugambi w'Imana, muducira icobo Imana ikaducira icanzo!!!
@loverylovery4514
@loverylovery4514 6 ай бұрын
Uburozi from Rwanda
@EmmaNbi
@EmmaNbi 7 ай бұрын
None Pacifique yarimwo mukumwica ko azi urupfu rwiwe
@enocknini2006
@enocknini2006 7 ай бұрын
None ko Bobo Rugurika atamusi n'umwe yigeze abivuga bikiba? Ubu hegereje amatora niho abonye umwanya mwiza wokubivuga? Amakenga ntabuzemwo. Buyoya nawe bimeze gute?
@samsonniyonkuru4434
@samsonniyonkuru4434 7 ай бұрын
Usang ikiringo c ubuhunzi kigir kibaherane bashak babonger ikiringo co kuba hanze
@user-em7kp2ow1x
@user-em7kp2ow1x 7 ай бұрын
Ko mwabimenye mukanuma kuki mutabivuga kare atarapfa ngo akingirwe
@LeonardUWITURIJE
@LeonardUWITURIJE 28 күн бұрын
Keretse gucamishamwo abaribabanye?! Wowe niwowe kibazo rpako utavuga ivyo muri uprona '😊
@ThomasBukuru-hj6ly
@ThomasBukuru-hj6ly 7 ай бұрын
Mwabanamwe mugira opposition mutazi neza uburundi. Ndabahanure? Kuva uburundi bwa nya Burunga bubaho,ntamuntu numwe yabugwanije ariko akorera abanyamahanga na cane cane abazungu yigeze atsinda. Lero impanuro nobaha, nimugeze ngaho mugisesuka,mutahe gukorera igihugu canyu.
@suavisndihokubwayo-cc3id
@suavisndihokubwayo-cc3id 7 ай бұрын
😂😂🤔🤔
@DavidNdamukunda
@DavidNdamukunda 7 ай бұрын
Abazungu barabahenda kwer.
@suavisndihokubwayo-cc3id
@suavisndihokubwayo-cc3id 7 ай бұрын
@@DavidNdamukunda abazungu ubazanye ute uwabaroze ntiyakaravye ubu vyukuri hari umuzungu wumvisemwo? 💂💂💂
@jcnkindi1951
@jcnkindi1951 7 ай бұрын
​@@suavisndihokubwayo-cc3idnone urumva mukorera bande? Murashaka gusambura igihugu kunyungu zande? Murihenda ntacyo muzogeraho abakunda igihugu ntibazovyemera.
@sandyk4966
@sandyk4966 7 ай бұрын
@@suavisndihokubwayo-cc3idahaaa😂😂😂urantwengeje😁ngo har’umuzungu wumvisemwo?!😂
@MabrukiNgereza-gj7mz
@MabrukiNgereza-gj7mz 7 ай бұрын
Shalom Shalom Shalom Abavukanyi bacu Bob Rugurika na Pacifique ✌️ Nininahazwe. Ukuri kuzotinda kumenyekana ku vyerekeye urupfu rwa Président Pierre Nkurunziza
@LeonardUWITURIJE
@LeonardUWITURIJE 28 күн бұрын
Mbegamuzogeza ryari? Akiriho mwarakokeje mumwiyamiriza none ubu rero muramubabaye?muraje !!!
@user-yo5mz7ji6n
@user-yo5mz7ji6n 7 ай бұрын
RPA geza ngaho Ayo mahopa yanyu.mushaka guteranya abagumyabanga ba CNDD-FDD.ayo macenga yanyu basha!!!!! Twarabahinyuye.
@MabrukiNgereza-gj7mz
@MabrukiNgereza-gj7mz 7 ай бұрын
Shalom Shalom Shalom Abavukanyi bacu Bob Rugurika na Pacifique ✌️ Nininahazwe. Ukuri kuzotinda kumenyekana ku vyerekeye urupfu rwa Président Pierre Nkurunziza
@MabrukiNgereza-gj7mz
@MabrukiNgereza-gj7mz 7 ай бұрын
Shalom Shalom Shalom Abavukanyi bacu Bob Rugurika na Pacifique ✌️ Nininahazwe. Ukuri kuzotinda kumenyekana ku vyerekeye urupfu rwa Président Pierre Nkurunziza
@MabrukiNgereza-gj7mz
@MabrukiNgereza-gj7mz 7 ай бұрын
Shalom Shalom Shalom Abavukanyi bacu Bob Rugurika na Pacifique ✌️ Nininahazwe. Ukuri kuzotinda kumenyekana ku vyerekeye urupfu rwa Président Pierre Nkurunziza
Uburundi mu gikombe c'isi : birashoboka ?
7:29
Yaga Burundi
Рет қаралды 8 М.
Каха и суп
00:39
К-Media
Рет қаралды 5 МЛН
Мы никогда не были так напуганы!
00:15
Аришнев
Рет қаралды 6 МЛН
Ku nama : ni igiki Hon. Agathon Rwasa azokorera abarundi niyatorwa ?
1:00:38
Uko byifashe hirya no hino~#RIRARASHE
TV1 Rwanda
Рет қаралды 1,7 М.
si tenge menyamar jadi polisi farel #shorts #viral
0:19
Keluarga Hakiki chanel
Рет қаралды 12 МЛН
الساعة السحريه توقف الزمن
0:26
طارق الحلبي tarik alhalapi
Рет қаралды 51 МЛН
Sigma Kid Hair #funny #sigma #comedy
0:33
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 9 МЛН
Эта ведьма поедает детишек #фильм #кино
0:53
МеткийДик
Рет қаралды 4 МЛН
Didiya hume wo chidiya dila do na 🦜🦜 #shorts #comedy 😜
0:34
Sikha shorts and vlogs
Рет қаралды 71 МЛН