No video

Diaspora:Abarundi USA&EU bidogera leta ya

  Рет қаралды 5,851

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

Ай бұрын

#amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Пікірлер: 21
@Jasonjames_882
@Jasonjames_882 Ай бұрын
Mbega wokora investissement ahantu amahera ata valeur uko bukeye uko bwije
@emmanuelnibaruta5834
@emmanuelnibaruta5834 Ай бұрын
Muze muravuga amabi no kugandagura abantu ama leta ya kera yakoze
@WozaMan-eo7wg
@WozaMan-eo7wg Ай бұрын
😊😊😊😊bemuleka ababona igihugu ko chaphuye muvyemele ntanumutwale mubulundi numwe nkunda hakilihiyo ntwalo ntakintu nakimwe ndakulahiye 😊😊😊😊
@niyzi1245
@niyzi1245 Ай бұрын
Mwebwe muracafis ico muvugauwahishikiye iburundi akahaboner ibiraho ntanumutima wob ukigira gusa uwarose agafaranga kiwe agakuye murakakazi ko mumahanga yitonde kukoazovayo yimyiz ibafu
@EmileDari-iq5gn
@EmileDari-iq5gn Ай бұрын
Hari ikibazo kizingamitse igihu ni igiturire nuko abari munzengo biyita ko barimwo muri projet iba itanguye mugace arimwo
@HusseinproHusseinpro-j5d
@HusseinproHusseinpro-j5d Ай бұрын
Muri imihimbiri kweri non muriko muvuguko ntanisoni mwumva
@melchiadehishakiye8639
@melchiadehishakiye8639 Ай бұрын
Muracari kure cane bantu mwe . iguhugu c'uburundi turakizi twese donc kahise turayizi kubu turakabona nivyipfuzo vya kazoza turabibona rero ntimurota mutwankisha igihugu cacu .mbe mwibaza ko tutabona umuzi wingirane z'ubukene turimwo ??? Indongozi zacu turazikunda cane kuko politique izinaniza turazibona .rero nimuze tucubake kandi bizogenda neza kuko namwe muri hanze ntimwibaze ngo muradusumvya amahoro yo mumutima je dirais.iki gihugu tuzogikundatugikorere mpaka giciyeko ibindi.merci
@emmanuelnibaruta5834
@emmanuelnibaruta5834 Ай бұрын
Nuko leta yaboroheye muvuga uko mushaka! Murabaza ko aho hakurya mu Rwanda ko bavuga? Abanyamitahe ntiyabamaze ba Rwigara nabandi ninde wumva harya avuga? Gusa inzigo ntaho izobashikana
@johnphiri-vf3ih
@johnphiri-vf3ih Ай бұрын
Uwo mugabo afis umugambi mwiza kugihugu nuko politics ariyo ivyish
@emmanuelnibaruta5834
@emmanuelnibaruta5834 Ай бұрын
Mwebwe mushaka lhaze leta izahe ko iza lera tuzi ivyo vyakoze? Mwanka umugambwe gusa kandi bizobagora
@jeanniyonkuru7545
@jeanniyonkuru7545 Ай бұрын
Banza umenye kwandika ikirundi . Hanyuma ikibazo kiri muburundi s'umugambwe. Abawuzingamitse nibake kandi bazingamitse n'igihugu. Tu suis la politique bêtement.
@jeanniyonkuru7545
@jeanniyonkuru7545 Ай бұрын
Urakoze kudusangiza iki kiganiro. Kiri très riche. Uwumuntu avuz'ati: Tubohore ugwaruka. N'ibindi vyinshi yavuze. Twobikoretako umugani w'abarihano. Igihugu covyuka. Ikindi naco. Uwavuze ikintu ça manque de leadership. Ntiyihenze namba
@EmileDari-iq5gn
@EmileDari-iq5gn Ай бұрын
Nagombo gushima ivyo Ntibashirakandi avuze vyoba vyiza éducation igarutse mugihe ci imbere ya 2005
@Gilos-l5e
@Gilos-l5e Ай бұрын
Ntaterambere twiteze bimeze uko
@claireuwimana9973
@claireuwimana9973 Ай бұрын
How empty brain can works? Never ever
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to Ай бұрын
Nihatar
@Jasonjames_882
@Jasonjames_882 Ай бұрын
Mwoma link yabo bakora ito space ?
@nmnteamdknn8405
@nmnteamdknn8405 Ай бұрын
Naje narayibuze ntibayerekana
@jacquesntabagara2702
@jacquesntabagara2702 Ай бұрын
That's Burundian for you, secrets society 😂😂😂​@@nmnteamdknn8405
Алексей Щербаков разнес ВДВшников
00:47
The Joker saves Harley Quinn from drowning!#joker  #shorts
00:34
Untitled Joker
Рет қаралды 38 МЛН
ОБЯЗАТЕЛЬНО СОВЕРШАЙТЕ ДОБРО!❤❤❤
00:45
Pool Bed Prank By My Grandpa 😂 #funny
00:47
SKITS
Рет қаралды 17 МЛН
Imvugo ya Ndayishimiye : ico abarundi boyitahuramwo
2:19:45
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 48 М.
Алексей Щербаков разнес ВДВшников
00:47