Kazoza k’Uburundi kari mu mayirabiri ufatiye kw’itituka ry’ibisata vyose

  Рет қаралды 27,296

Tele Renaissance

Tele Renaissance

12 күн бұрын

Uburundi bugeze aho umwansi ashaka ufatiye ku bisata vyose vy’ubuzima bw’igihugu bwahungabanye, uhereye mu bijanye n’agateka ka zina muntu, imigenderanire n’amakungu, eka n’ubutunzi bw’igihugu. Ivyo biri mu kiganiro c’urunani rw’ibimenyeshamakuru Radio Inzamba, RPA hamwe na Télévision Renaissance, ikiganiro categuwe n’urunani rw’Abarundi baba mu gihugu ca Canada, ABC.
Abatumire muri ico kiganiro berekana uko ibintu vyategerezwa kuba bimeze, n’uko uno munsi ivyo bisata ata ko vyifashe, bigatuma Uburundi butakaza icizere no ku bahora babufasha.

Пікірлер: 46
@kezananafleur8480
@kezananafleur8480 9 күн бұрын
Nindorera will never die -Ligue Iteka🎉🎉🎉🎉
@ingasim5923
@ingasim5923 7 күн бұрын
Oyeeeeee
@JesperManirankunda
@JesperManirankunda 9 күн бұрын
Eugene nabo bandi bavuga ko reta izohava itunganya amatora meza. Nibaza ko bariko baratera inkuru, bariko barigirisha. Twizere ko bavuze mu mvugo ifobetse. Nibabandanye basemerera hirya nohino kandi ni sawa😊
@kezananafleur8480
@kezananafleur8480 9 күн бұрын
Nindorera -Ligue Iteka🎉🎉🎉🎉
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 6 күн бұрын
Mw'abana b'Imana mwe nimuvuge nk'abantu aho kwigira ibikoko vyo mw'ishamba. Nza muri amerika 2007,igitoro cari munsi ya $1.50 ubu kiri $3. Ikiro c'inyama z'inka cari $2 ubu ni $6. Ishashi y'ibirayi yagurwa $2 ,ubu ni $7.
@kezananafleur8480
@kezananafleur8480 9 күн бұрын
Mbega ko mutarera igihugu cabibarutse, erega ntakindi muzoronka?
@JonathanNiyokwizigira
@JonathanNiyokwizigira 6 күн бұрын
Eugène na Ambassadeur, reke gutamba ku mivyimba abarundi, ntimwobewe uruhara mufise mugutabagaza igihugu muri iyo myaka 62. Mwe na ba soboja Buyoya na Micombero murazi Aho mwakigejeje, reke kwigira abahinga, buhorobbuhoro tuzogorora; ntamvura idahita!
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 6 күн бұрын
Micombero na buyoya bakonye uburundi mukwica incabwenge n'abakozi 1965,1972,1988,1993,1995,2015 mugushaka kumara abahutu
@user-xh9ep9pc8j
@user-xh9ep9pc8j 7 күн бұрын
Oooh, quels nostalgiques du passé ☹️. Vyari bimeze gute de votre temps ?
@georgettenahimana1695
@georgettenahimana1695 9 күн бұрын
Murakoze! Ariko mutanga n' ama solutions kugira tubone ko muri serieux. Uburundi bufise ibibazo muri projet de la mondialisation. Abo ba Eugene bari muri projets z' abahima batabizi. Ngo ni abanyakirundo babaye ba ambasdadeursde génération en génération😂 n' aba ministre! Ha! Barabe ko batariko barakoreshwa! Uburundi buri mu magume kuva umwami ahunze, umuryango wiwe ukicwa uwundi ukangara! Mwige i ica abatwara uburundi kuva twikukiye! Sinon uwuzojaho wese aba mondialistes bazomu paralysa, bamwice, ainsi de suite!
@AudaceNiyorukundo
@AudaceNiyorukundo 6 күн бұрын
Hehe mubatubwirire Kirya gihirire cisoko nkuru ya Bujumbura bagihe Abantu bacubakemwo inzu zimbaho bahakorere bakure imicafu mu misafara.iyamasoko makuru yigihugu birarengeye uburyndi
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 6 күн бұрын
None amahera ava mu bihugu vyo hanze,iyo bagiye kwihagaroka bihagarika amahera yo guha uburundi?
@JesperManirankunda
@JesperManirankunda 9 күн бұрын
Alice Hakizimana, twari tugukumbuye mu biganiro utegura/uremesha/ukoresha. Turanezerewe gose. Uzoze urinatata na Bonfils nabandi musangiye iki kivi citeka muze muratunganya ibiganiro vyinshi bishoboka. Turashimiye nabitavye ubutumire bose baze barashira hanze ibibi bikoregwa Abarundi.
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 6 күн бұрын
Ubwenge bwanyu ntawabarenganya burashaje kuko mu 2000 abarundi ntibarenga imiliyoni 6 ,ubu barenga imiliyoni 13. Imodoka zirwije incuro 10 kandi uburundi ntibwiyongera
@irambonageorges5280
@irambonageorges5280 9 күн бұрын
Amajambo nahagarare kuko Mwese vyarabananiye ibi jewe ndavyumva nkamatangazo
@SamuelNkurunziza-ql4xv
@SamuelNkurunziza-ql4xv 7 күн бұрын
Mwebwe nuko muri hanze yigihugu ataco mwoba nn abagiye mumyiyerekano 2015 abapfuye banganuko rero ivyimyiyerekano muvuga namwe ukwo muriko murakora ibiganiro mwoja hamwe ngo muje muburundi mugirre imyiyerekano ntimwovyemera mushaka gusa kwicusha abandi hageze kuja kwicara ubiro mukagorora magoti abapfuye bapfuye
@aloysdegonzagueniyoyita1974
@aloysdegonzagueniyoyita1974 10 күн бұрын
Baratubwiye ko umwami n'abaganwa ari bari babi, barabica, barabatoteza, bamwe barahunga, abandi baranyegera. Batubwiye ivyo nyene ku batutsi. Ubu bamwe barahunze, abandi bari cini ya ulinzi. None ubu naho bazotubwira iki? Si ubwoko bubi. Abatwara nibo babi. Nibaduhe intwaro nziza, abo b'icanyi b'abasuma banyuruza bakica bafatwe, dutahe twubake iwacu.
@luizfigo1133
@luizfigo1133 10 күн бұрын
Uburundi bwagirwa😂
@JesperManirankunda
@JesperManirankunda 9 күн бұрын
Hahahahha
@GeorgesMucunga
@GeorgesMucunga 10 күн бұрын
Muragitembagaje neza ikabi kabishe nuko ibindi bihugu ndetse nivyo muhana ibibe biguma bibasiga mwiterambere.
@user-zd9ck8km5i
@user-zd9ck8km5i 10 күн бұрын
Ivy'ingorane z'ubwicanyi vyarabaye nubu bikiriko muburundi ntamusi wijana, ariko mwibuke ko abari kubutegetsi bamaze imyaka irenga 20, nta ntambara zihari kuburyo kari akaryo keza ko guteza igihugu imbere. Mbere no mugihe izo ntambara zaba igihugu nticari bwagere aho kigeze ubu. Tureke kwitwaza akahise
@Zola788
@Zola788 9 күн бұрын
Les DD vont pas adorer😅😅
@charleskanyegeri3679
@charleskanyegeri3679 9 күн бұрын
Langage flou
@charleskanyegeri3679
@charleskanyegeri3679 9 күн бұрын
Ivyo vyoguhendahenda ni ukwivugana
@LeonidasNtirampeba-q1g
@LeonidasNtirampeba-q1g 7 күн бұрын
A
@luizfigo1133
@luizfigo1133 10 күн бұрын
Burigorewe 😂
@odakagimbi2325
@odakagimbi2325 8 күн бұрын
Reta DD ntishobora kwemanga ko inaniwe. Ivyo vyo ni ukuvyibagira, mushingantahe Nikwigize. None ko aribo nyene batuma ibintu biba nabi mu busuma, mu kwica, mu gukandamiza, mu koza imitwe y'abanyagihugu... ahubwo umengo bafise intumbero yo gutemvya igihugu.
@charleskanyegeri3679
@charleskanyegeri3679 9 күн бұрын
Nimube mutumira nka mukasi kugira aterere
@GeorgesMucunga
@GeorgesMucunga 10 күн бұрын
Ubwambere itunga dy' igihugu n' umunyagihugu mweneco kuko ntaterambere igihugu kizoshikako umunyagihugu hacane cane uwikorera utwiwe abariko arahohotegwa aho ntaterambere rihaboneka; kuko ntabwo abafise ubwigenge ninacogituma akenshi mubona n' ugwaruka ruriko rurata U Uburundi bomoka mubindi bihugu kwirondererayo ubuzima.
@fredericnshimirimana8014
@fredericnshimirimana8014 7 күн бұрын
Mwebwe uburundi ntabwo muzi,mubuheruka igihe kera.Uvuzeko atakintu na kimwe uburundi bufise ubu usuzuguye twebwe abenegihugu tububamwo.Mbegako kuva 2015 mwagumye mubusabira ibihano,ubu ntiburiho ?Ubwo nimwe mudukunda,kuburyo muje mwoca muduteza imbere ?Nimubanze muhindure ingendo n'imvugo,duheze tubagarukaneko icizere.Ariko mugumye muriyo politique ishaje yo gucapfuza igihugu cabibarutse,muzosazana nayo
@JesperManirankunda
@JesperManirankunda 9 күн бұрын
Iyo generation ya DD igizwe nabavuye mw'ishamba, ubu barongowe na Never, nivyo biswi vy'inkona biriko birategugwa n'abari kw'isonga muri DD, bakiri hejuru mu butegetsi, Barundi Barundikazi, ni mwibagire ko hazoba impinduka nziza mu Burundi, wapi ntibizopfa bibaye n'ukwimosha, ndabarahiye.
@lostboy2608
@lostboy2608 10 күн бұрын
Ico kigabo cinvi mubwanwa ico kivuga vyerekana imigambi bafitiye Neva. Bashaka kumunaniza kugira abanyagihugu bagumuke
@JesperManirankunda
@JesperManirankunda 9 күн бұрын
Hahahahha
@aloysdegonzagueniyoyita1974
@aloysdegonzagueniyoyita1974 9 күн бұрын
Uyo mugabo ubona ni incabwenge, yubashwe mu makungu. Kandi ari mubafashije kugira CNDD FDD ive mw'ishamba. Iyo uba uwundi wari ku mwubaha. Mugabo ukwo kutubaha n'ugutukana nikwo gutuma uburundi bugeze aho uwo uterefonye wese agusaba ngo mfasha
@lostboy2608
@lostboy2608 9 күн бұрын
Abarundi gusa nibo basaba kwiyi monde yose😂?​@@aloysdegonzagueniyoyita1974
@user-um6kd4eh4e
@user-um6kd4eh4e 9 күн бұрын
Generation Z
@GeorgesMucunga
@GeorgesMucunga 10 күн бұрын
Gwabize nibo bafise ubwenge bwinshi burengeye gusumvya abandi ekaye suko ibijuju mvyambere biri mubiyita kobize kuko ntabwo wobindongozi ukanezegwa nuko igihugu cawe kiguma gikenye nibiba vyarinyuma yaco mwiterambere bikaguma bigisiga inyuma hanyuma ugatinda mubiro n' amakaramu ngo wicaye mubiro ngo ndikurongora igihugu noguteza imbere umunyagihugu.
@JesperManirankunda
@JesperManirankunda 9 күн бұрын
😄😄😄😄
@aloysdegonzagueniyoyita1974
@aloysdegonzagueniyoyita1974 9 күн бұрын
None utize womenya kwiyumvira no kwubaka imigambi gute?
@user-hn1sf7qz5v
@user-hn1sf7qz5v 9 күн бұрын
Ikigwanishwa musigaranye ni média gusa . Iciza nuko tutumviriza mwebwe gusa .
@JesperManirankunda
@JesperManirankunda 9 күн бұрын
Hahahahahha
@charleskanyegeri3679
@charleskanyegeri3679 9 күн бұрын
Abo bagabo mbega bose ubwenge bwaradegeye!!!
@JonathanNiyokwizigira
@JonathanNiyokwizigira 6 күн бұрын
Bworeka kudegera gute ko Bari kurira ibulaya ivyo basahuye igihugu hageze KO badutamba ku muvyima
@Dddma455
@Dddma455 10 күн бұрын
Ego twavyumvise none bitumariye iki kuvyumva? Namwe bibamariye iki kubivuga?
@JesperManirankunda
@JesperManirankunda 9 күн бұрын
Reka bashikirize ico biyumvira. N'uburenganzira bwabo😊
Ikiyago n’abahoze ari abakuru b’igihugu
1:59:23
Yaga Burundi
Рет қаралды 8 М.
Uwu niwe mushikiranganji yarakwiye gutanga imihoho kubwa Olucome
20:58
I CAN’T BELIEVE I LOST 😱
00:46
Topper Guild
Рет қаралды 114 МЛН
Wait for the last one! 👀
00:28
Josh Horton
Рет қаралды 170 МЛН
Каха и суп
00:39
К-Media
Рет қаралды 4,8 МЛН
Pourquoi la gauche n’est pas sûre d’avoir gagné
18:20
HugoDécrypte - Actus du jour
Рет қаралды 473 М.