Рет қаралды 12,762
#funandfacts #sirenvibestv
Mbega koko umugore y’ibungenze ntakazi aba agishoboye gukora? Mbega ho yibarutse ategerezwa guca aguma muhira kugeza umwana acutse? Mbega burya abagabo barazi inkomezi z’umukenyezi canke umuvyeyi?
Nivyo tugira turabire hamwe namwe bakunzi b’ikiganiro cacu…
Dusaba n’imbabazi kuba ikiganiro catevye☹️ ivyuma ntibisezerana🙆🏽♀️
Hanyuma Uwifuza guterera Siren Vibes canke iki kiganiro yoturondera kuri #76711802 ☺️🙌🏽🙏🏾