Girlfriend:NDI MWIZA KANDI NDATESA😍NARIGEZE KU DÉPRIMA KUBURYO NAVYUKA MW’IJORO NKARIRA/MUCO SANTA

  Рет қаралды 16,988

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

8 ай бұрын

#sirenvibestv #girlfriend
Kurikirana Ibikorwa vya Média Santa asanzwe arongoye “UMUCO MÉDIA” uciye kuriyi link • Abantu bahora babaza a...

Пікірлер: 70
@sirenvibestv
@sirenvibestv 8 ай бұрын
Kurikirana Ibikorwa vya Média Santa asanzwe arongoye “UMUCO MÉDIA” uciye kuriyi link kzfaq.info/get/bejne/nKuBdLyT18fWqIU.htmlsi=TRu9j2jC5g_tMwIg
@user-vh1yq7im2m
@user-vh1yq7im2m 8 ай бұрын
Ndabakunda
@user-vh1yq7im2m
@user-vh1yq7im2m 8 ай бұрын
Santa. Narabuzumurondowiwe. Ngozendamukurikirana. Nawndamufana
@nicoleiradukunda4698
@nicoleiradukunda4698 8 ай бұрын
Sha santa ndamutahura vremt nanje nuko umengo nijew nibereyaho nanje nsanga nabwiye lmana turikundaniye nlmana yooo santa turumwe pehhhhh abatagira aba somambike tumenyane
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 8 ай бұрын
Santa wapendeje kandi courage ikindi jewe ntavyabagenzi vraiment bihera bampemukiye ubu nije n,Imana
@jeaninehan
@jeaninehan 8 ай бұрын
Uwo mutumire n' umunyabwenge, muzomugarure🙏 Umunyabwenge yahuye nabo basa ☺️ Nukuri muratesa 🌹
@arlenemugisha5926
@arlenemugisha5926 8 ай бұрын
Gretha na Hosy muri beza cane ❤❤ muratesa cane ❤❤❤ muraba meilleure journaliste. Icompa umusi umwe ngahura na Hosy canke Gretha noryoherwa cane
@fleuryb8706
@fleuryb8706 8 ай бұрын
Hosy caméra yawe vraiment félicitation . Ba chita,sabin,manibou,Irène,yago .. Ubu ntaco bakurushije kabisaaaa.....
@user-ko4in4uy1u
@user-ko4in4uy1u 8 ай бұрын
Abagenz Bubu Nihatar Rekasha Reka😢😢 Gusa Iki Kiganiro Kiraryoheye Cane Courage ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@fleuryb8706
@fleuryb8706 8 ай бұрын
Iyo caractère ya Santa niya bien ndayikunze
@bsc4177
@bsc4177 8 ай бұрын
Hosy rero yarazi ko abahungu tudakunda Girlfriend?!😂😂tuyikunda kubi✌️
@Nkurunziza-rn4xt
@Nkurunziza-rn4xt 7 ай бұрын
Muco Santa ari proud uko nyene kandi ni strong girl. Mureke murakavyara muheke. Any way ndakunda SIREN VIBES TV.
@MeilleurGarc
@MeilleurGarc 8 ай бұрын
I like this Girl friend intervieu😋 Hosy Irakoze love you so much🥰 Imana ishishikare kubandany iguhezagira🙌
@kanyamunezaelvellade-vita2402
@kanyamunezaelvellade-vita2402 8 ай бұрын
Santa shn wewe wiruka n'ubuzima ntabintu vyabagenzi ngaho😂Naje twumvikana kubera meze nkawe bigatesa ko umwe agize ikibazo uwundi amuba hafi bikwiye
@user-rf7vl6zc9l
@user-rf7vl6zc9l 7 ай бұрын
HOSY TURAKUMBUYE WE LOVE MUZIKA, REKA KUBABANIRA KWELI, BAZANE VOICES ZABO ZIRICA
@angeleillairadukunda2599
@angeleillairadukunda2599 8 ай бұрын
Ntabugenz bwbkobwa bubahooo nukur urgumira uko santa
@niwemugeni
@niwemugeni 8 ай бұрын
Ndabigutuye: Santa ndakwikundiye🥰 nibareke kukugora 😂 nibakubaze kuri débat de société za sérieux 😂
@florienneflobi
@florienneflobi 8 ай бұрын
Santa wanjeeee ,umvugiye uko nimereye wubahwe.
@nishimikijimanabelyse1053
@nishimikijimanabelyse1053 8 ай бұрын
Gretta urasa neza Kandi ndakunda ubwiza bwawe vraiment
@ciatt9587
@ciatt9587 8 ай бұрын
Naje nikomeze uje wiriza nkubwira nti nkura imuteto imbere😂😂😂 Vyanyankanishije nabeshi cane
@elknmaestro6514
@elknmaestro6514 8 ай бұрын
Uyo mukobwa sinarinzi kwavuga gutyo kweri...ari sage vraiment
@dignedelicia6640
@dignedelicia6640 8 ай бұрын
Bon nsanzwe Nkunda girlfriend birazwi ariko nyene nanje sinoza 😂😂😂gusa ninagira Imana nkaza nzohitana mama wanje😂ndabakund mwese ❤❤bzuuu
@ciatt9587
@ciatt9587 8 ай бұрын
Uko Santa ameze ntibibatangaze nanje kera nkirinkumi niko narimeze ariko ibu ndamufise umwe rukumbi tubwirana twose nawe bizohera😂😂😂
@sosomh5430
@sosomh5430 8 ай бұрын
Gretta utongeye ko witwa Mama Kaïs mba numva umengo har'ikibuze.wagira ukareke sij mbonye urakavuze😂
@letyhavjoyeuse5950
@letyhavjoyeuse5950 7 ай бұрын
Santa tora amashurwe yawe🌹🌹umeze neza cne😘
@mondrine992
@mondrine992 8 ай бұрын
Kabisa good job arik hosy 10:36 sivyiza kubwira umutumire wawe nkuko. Kuko har abantu batabikunda nyene. Uca umengo ni nkumwana uriko urabwiraa
@HavyarimanaMethode-iq6nf
@HavyarimanaMethode-iq6nf 8 ай бұрын
❤ twese hamwe birashoboka
@user-lq5cd9ru2m
@user-lq5cd9ru2m 8 ай бұрын
Nnj nuk mez vrt sinz kuvug ivyanj sindabon UW nobibwir n jw n yesu GS
@yvanovichyale
@yvanovichyale 8 ай бұрын
Santaburigirira umugenzi D ONE nkakera UMUNYUKA niwe muhuza kandi yarakwikundiye kandi waravyanse
@leilaprinciaishimwe191
@leilaprinciaishimwe191 8 ай бұрын
Inshuti zirahar knd nibyo kuzibwira birahari ,ibintu bisanzw nyn apana ibiri deep ,muze murabwir Yesu gusa
@fleuryb8706
@fleuryb8706 8 ай бұрын
Santa♥️♥️👍
@CherubineSancta-zn1rr
@CherubineSancta-zn1rr 8 ай бұрын
Basi ndarons uwo tumez kumw 💃💃💃
@belysebutoyi5658
@belysebutoyi5658 8 ай бұрын
Je Umeny mez nkuyo mutumire Nukur kooose hakagira intime mfise ntibibaho j hubwo ndarab barya Bantu baza arabagenzi ngo ngwi ngo kurira ekaaa je hubwo mukwiy kump girlfriend numugabo niwe mbon mfis
@bihashivyamahembetv8705
@bihashivyamahembetv8705 8 ай бұрын
Muga santa avuga ukuri none uvanye nabantu woca uja kwibaraguza ubabwira ivyo batakubajije?
@ndayisengaboniface439
@ndayisengaboniface439 8 ай бұрын
Ngiye numvaaa umuntu dusangiye imyitwariree vmnt kandi ndibaza ni calite
@yyyy6413
@yyyy6413 8 ай бұрын
Gleuuuuuu plssss reka kuntwenzaaa ATI nokubarizaaa
@Xlsmdjdodjid
@Xlsmdjdodjid 8 ай бұрын
Hosy trick ari hehe?? Turamukumbuye
@kevinnsabimana3788
@kevinnsabimana3788 8 ай бұрын
Ntamuntu atagira umugenzi gusa harabaho ama limite Hama wewe ndumva vyavuye kuri Depression wagize a 16 ans ukeneye umu psychologue vyoba vyiza urarwaye naho utabibona
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 8 ай бұрын
Uraberewe Gretta sha
@jilu1095
@jilu1095 8 ай бұрын
Nazinduts uyumusi😊😊😊
@BIKANDA20660
@BIKANDA20660 8 ай бұрын
Santa❤❤❤❤.
@ineskwizera9456
@ineskwizera9456 8 ай бұрын
Nanj nuko meze kweri kandi bimbaniy neeeza 😂
@neustanishobola809
@neustanishobola809 8 ай бұрын
Sha hosy jewe ninaza mugihungu nzahashika muri Girlfriend ❤❤yooo basha Santa uraberewe cane
@sirenvibestv
@sirenvibestv 8 ай бұрын
Karibuuu
@irakozeliliane7548
@irakozeliliane7548 8 ай бұрын
Hosy, ndagukunda cane kandi ndakunda kwumviriza ibiganiro vyawe, ndakwinginze uzokosore anyways SVP!! Ntiwoguma gu percevera ivuga ukosa kandi benshi bamaze kubikubwira. Uzoba ukoze
@Mambo936
@Mambo936 6 ай бұрын
Woba uri liliane wo muri cartier 1?yambu sana twariganye
@zaza8625
@zaza8625 8 ай бұрын
Santa disi ameze nkanje 100%
@inesbigirimana867
@inesbigirimana867 8 ай бұрын
❤❤❤❤
@yyyy6413
@yyyy6413 8 ай бұрын
ABA brooo
@belysenihorimbere1588
@belysenihorimbere1588 8 ай бұрын
❤❤❤❤❤
@LifeGoesOn481
@LifeGoesOn481 8 ай бұрын
Meet you Santa I don’t have any girl friends the only friends I have is Boys.
@francoisengendakuriyo7010
@francoisengendakuriyo7010 8 ай бұрын
Naj ndashak kuza mur girlfriend
@user-qf7nd1et3g
@user-qf7nd1et3g Ай бұрын
Aba genzi nubuhemu vyiza wokwigumya
@diellamicheleharerimana9048
@diellamicheleharerimana9048 8 ай бұрын
murakoze cane kukiganiro muragize mudufashije cane
@Floxa9030
@Floxa9030 8 ай бұрын
Naje nukoo diii umuhungu atuma akubwira iyo muja kunywa kamwe 😂
@Agasobanuyemukinyarwanda-sy9xg
@Agasobanuyemukinyarwanda-sy9xg 8 ай бұрын
uyomukobw nijew vrt ndumvis umuntu amez nkajew neza neza igitandukany nuko jew nabobagenz babahungu ntigera ndabagir kwiyis nij niyizer nij mugenzi wanj😂ivyobind ntumbaz
@silvergirls00
@silvergirls00 8 ай бұрын
Ntabahungu nta bakobwa bose bafise iminwa
@johnfleurybigwiss3104
@johnfleurybigwiss3104 8 ай бұрын
Nivyo kuel santha ntiyabeshe Abagenzii bose sabo kubwira ivyarivyo vyosee
@lydiambonimpa7110
@lydiambonimpa7110 7 ай бұрын
Santa ngira nihasa ryanje Mana weeee .jewe kwiyugurura vyarananiy peeeeee.aba introverti en tout cas niko twabaye
@DeliciaINANZOZA
@DeliciaINANZOZA 8 ай бұрын
Ndakunda Gretha❤️❤️❤️Hosy nawew bisous 💋 maa ❤️
@ininahazwejoyeuse8839
@ininahazwejoyeuse8839 8 ай бұрын
Oya sha santa 😂😂ntana dovita kweli???
@vichouviva6169
@vichouviva6169 8 ай бұрын
Ndakunz iki kiganir
@user-xp2bs5ps4m
@user-xp2bs5ps4m 8 ай бұрын
Bjr nta bugenzi bw abakobw buhari burimw jalousie caane je Hako nogira umugezi wu mukobwa nojana na bahungu
@yvanovichyale
@yvanovichyale 8 ай бұрын
Uragaba abo bakobwa harukuntu bariko barashaka kukwinjira mubwenge sasa naawe nabonye uri makini wewe urisawa
@yvanovichyale
@yvanovichyale 8 ай бұрын
Urumva wewe hosy nuyo mugenzi wawe wipantalon ya rouge ngo mwashatse kumuhindura mugabo yabananiye umuhinga ahingugwa nuyundi
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 8 ай бұрын
😂😂😂😂Nciy nibuka umujama yaje ambwira ng umukobwa yamuhevy ambwir uk vyagenze ash namubwiy nti ni wew wabigize kugira baguhebe suk wari kubikora ng kand nciy ndabibona😂😂😂😂😂ub ntazosubira kubisamaramwo.
@Camille-hm7wr
@Camille-hm7wr 8 ай бұрын
Mumubajij ikibaz c mareine c nibuk k nanj muhir bamaz kukimbaz arik ndijenyen at mugenz mb numv nikwij
路飞被小孩吓到了#海贼王#路飞
00:41
路飞与唐舞桐
Рет қаралды 79 МЛН
КАК ДУМАЕТЕ КТО ВЫЙГРАЕТ😂
00:29
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 9 МЛН
Tantara Malagasy - ANATY AIZIM-PITO (Tantaran'ny Radio Don Bosco) Tantara indray miseho
2:51:00