Surprise ya St Valentin irafashe😂😍/Raoul na Nuru bagiriye surprise Hosy muhira, Nikita na Dacia

  Рет қаралды 29,277

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

4 ай бұрын

#valentinesday #sirenvibestv

Пікірлер: 168
@janynday6579
@janynday6579 4 ай бұрын
Le comédien uduteramishije neza cane kandi cane. Uzi ubwenge Imana ikurinde. Nuru ufise umutima wagutse.
@lindanikitairankunda8181
@lindanikitairankunda8181 4 ай бұрын
Nuruuuuu wacuuuu❤❤❤❤❤ n'ukuri je te remercierai jamais assez ku mutima watugaragarije😍😍 ufise umutima w'Imana ndagusabira ngo Ize Iwurinde icowubabaza coosee, wankozeko ibintu bidasanzwe 🥰🥰 @Raoulcomédien nawe wakoze kumufasha mwe na @Sanchez🫂🫂
@fridolinhabonimana4854
@fridolinhabonimana4854 4 ай бұрын
Am so happy for u guys🤞 wauuuuuu munkumbuje Home😥😢💖💖🇧🇮🇧🇮🇧🇮💕💕 Thx Raoul and Nuru murankoreye umusi peee muntembereje Home GPS🇧🇮isigaye ihari biriko biraza hasigaye no Uber🚘ziza shineeee🇧🇮🔥🌏 reka ncenirabira kamwe🥂🍾✌
@irleneakimana3718
@irleneakimana3718 4 ай бұрын
Nuru imana imuhezangangire urafise umutima wu rukundo pe kandi yabaye utuntu twiza cane pe🙏🏾🙏🏾❤️👌💐💐
@Ida35715
@Ida35715 4 ай бұрын
Nuru nta kuntu wonshira kuri liste y'abantu muzinanye 🥺 nanje ndazi gutangara mbonye surprise nk'uko babikoze 🥺 Uri igi chr
@boboyann
@boboyann 4 ай бұрын
Nikita is a darling ❤💕 niwe yashimye bivuye kumutima💯👏 She has gained a fan from today 👌 Bose ndabakunda ariko nyene.... 😂😂😂
@dinadispinanininahazwe8153
@dinadispinanininahazwe8153 4 ай бұрын
Sinobabwira ingene nkunda SV. Raoul na Nuru nabo bayiciye umurya. Barantuye uburuhe bwose maranye cette semaine. Que Dieu vs bénisse
@eveblack2520
@eveblack2520 4 ай бұрын
Nuru n'a Raoul mwabikoz nez 👏👏👏😘😘 Nikita akira aka kwitama 💋 Hosy na Dacia namw yambii ❤️❤️❤️
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl 3 ай бұрын
Nuru Vrmt uranryoheye Imana iguhezagire cane nigikorwa ciza wiyumviriye sivyabose kugikogwa ciza wakoze vrmt hejuru cane niho ndakwifurije
@manundayi2409
@manundayi2409 4 ай бұрын
Yooooo nari nkumbuye buja caane none murantembereje. Thank you very guys ❤
@godsgrace6820
@godsgrace6820 4 ай бұрын
Nuru warenganij ka Gretha vraiment. Ariko rero Hosy n'a Dacia ni abasoda nkanje disi😃Nickita araryosha surprise 😍
@zakiya-ww5zz
@zakiya-ww5zz 4 ай бұрын
Raul aravuga ntarambirwa courage vrt sivyabose hama Nuru uri umuntu wa bien
@FugeneNIYOKWIZERA-fl3hn
@FugeneNIYOKWIZERA-fl3hn 4 ай бұрын
Thx Mr Raoul kururyohereza umusi
@najatn1781
@najatn1781 4 ай бұрын
Nduwambere kabisa mundemere🎉🎉🎉❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
@felideturibamwe-sx9qd
@felideturibamwe-sx9qd 4 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣merciiiii bcp Raoul comedien kutwereka buja ninkuru nyinshiiii😊😊😊
@fridolinhabonimana4854
@fridolinhabonimana4854 4 ай бұрын
Raul😂😂😂😂😂😂😂warasaze ngobose bangwaye amaso yimbwaa ngobantu b,Imana uraka Thx Nuru guha Gufty ba my Cycy 💕💯😍😍😍😍😍😍😍
@itekachristadivine8993
@itekachristadivine8993 4 ай бұрын
Ikintu kimw gusa Nuru Imana igume iguhezagira ibihe vyose ❤❤❤❤❤❤
@user-qi8kc3fj7q
@user-qi8kc3fj7q 4 ай бұрын
Raoul le comédien😂😂😂
@davemiguel710
@davemiguel710 4 ай бұрын
Love u from rwanda 🇷🇼
@bajoubeto1421
@bajoubeto1421 4 ай бұрын
Let's talk about the person on the piano🤣🤣🤣 ub serieux nabwo yafashee😅
@Mr_KORI
@Mr_KORI 4 ай бұрын
emission niya bien💯💯💯 ariko Raoul zurambara aga single🤣🤣🤣🤣
@user-wn5kt5hg1z
@user-wn5kt5hg1z 4 ай бұрын
Petit Nuru iko sérieux sana
@user-lq5cd9ru2m
@user-lq5cd9ru2m 4 ай бұрын
Ew Raoul uraryoher can hm Nuru courage uz wamane umutim wurukund hm n gretta Sha wamwibgy
@ginezruzunga915
@ginezruzunga915 4 ай бұрын
Quelle jolie surprise🥰
@user-jm6uq7jo2t
@user-jm6uq7jo2t 4 ай бұрын
Ngo kiri gute😅😅😅Ewe Raoul urarenze na comédie
@Ibintu.Nibindi
@Ibintu.Nibindi 4 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣 bro....ndatwenze sanaa vrt!!
@user-po5sg6vh4c
@user-po5sg6vh4c 4 ай бұрын
Waaaaao, mubalikiiiwe sana zaidi brs, ndasetse kuko muranezeeeza pe. Much lv from pichou Paul in Kenya Mombasa exactly cost. Mumbwirire hozianne ko mukundaaaa
@akimanarachelalice3009
@akimanarachelalice3009 4 ай бұрын
Nuru kutowa ni baraka ubarikiwe saana 🙏
@user-jm6uq7jo2t
@user-jm6uq7jo2t 4 ай бұрын
Natanguye ikiganiro ntwenga ndinda ndagiheza ntwenga kubera amajambo ya Roul😂😂😂😂😂
@Vision2300
@Vision2300 4 ай бұрын
Surprise surprise ‼
@felideturibamwe-sx9qd
@felideturibamwe-sx9qd 4 ай бұрын
Surpriseeee,,🤣🤣🤣yaritesaa Nuru uhezagirwe kweli
@niyogushimadorine6086
@niyogushimadorine6086 4 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤mwirambire ndabakunda🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@joananailla3643
@joananailla3643 4 ай бұрын
Wow nice gift love you all
@evellakorineza8208
@evellakorineza8208 4 ай бұрын
Raoul araryohej ikiganiro vrmnt.de la commedie vrmnt.
@angeakeza6542
@angeakeza6542 4 ай бұрын
Nuru Imana iguhezagir
@sfkl8257
@sfkl8257 4 ай бұрын
Nkunda Raul 🎉🎉❤
@user-ej5gz7ir3m
@user-ej5gz7ir3m 4 ай бұрын
Raoul arakoze umuti peeee ❤❤❤❤😂😂😂
@febronieemerimana406
@febronieemerimana406 4 ай бұрын
Mbe Raul ng'ushaka kurongorwa naba Diaspora😂😂😂😂
@user-ch8sq3xg7h
@user-ch8sq3xg7h 4 ай бұрын
Mbaze Nuru ahantu yagakoreshej azoba akoze kandi IMANA ibahezagire
@user-mr1jq8ml4k
@user-mr1jq8ml4k 4 ай бұрын
Mbekunda cne vrt sibanga ❤❤❤
@oseendayi5046
@oseendayi5046 4 ай бұрын
Hahaaahah kumbe muburundi hariho GPS 😂😂😂😂
@uwinezajohara8362
@uwinezajohara8362 4 ай бұрын
Vyari vyiza pe
@ericciza926
@ericciza926 4 ай бұрын
Nuru urakoze umuti muba kolege
@yvettedusabe547
@yvettedusabe547 4 ай бұрын
Ci Dacia kirashimishije.
@jamesndayishimiye253
@jamesndayishimiye253 4 ай бұрын
Hahaha ngo nabagumya banga😂😂😂 but Big up bro
@JosetteDusabe-zo1uu
@JosetteDusabe-zo1uu 4 ай бұрын
Raoul uratwengej kbx comedie urayi melita
@niwemugeni
@niwemugeni 4 ай бұрын
Nikita araryoshe guha cadeau disi nzomuha cadeau 🥰🥰🥰
@anniealixaineza991
@anniealixaineza991 4 ай бұрын
Noe Raoul vrt ntaruha no kuvugaa 😂😂😂😂
@user-Armelle1dt5m
@user-Armelle1dt5m 4 ай бұрын
😂😂😂 ntaruh vrt ngir ab yaborots ntanuko aruhuk ngo bicik😅
@user-lm9bo4qd4v
@user-lm9bo4qd4v 4 ай бұрын
Habuze gato biryohe cane kwl,vyar kuryoha cane iyo Greta yar kuba arimwo ,ariko nizere ko nawe muzoca mumuha cadeau muri 4 kuko mwamuriye ikorosi ukuntu kbx ,ariko big up sana siren vibs hejuru cane
@Emilie-ri1ig
@Emilie-ri1ig 4 ай бұрын
Raoul vrt😂❤
@vanilladushime2272
@vanilladushime2272 4 ай бұрын
Ce qui est bien , ce qui n'est pas bien😂😂😂 niko kangumije aha
@user-kw1jr9rp8o
@user-kw1jr9rp8o 4 ай бұрын
Hahah ariko ga mana yanje le comédien nukuri atarikindi ntiruh nokuvuga😂😂😂kimwe ikiganiro kiraryoshe gose
@user-yw2sm7cr1n
@user-yw2sm7cr1n 4 ай бұрын
Nukur yongerwe inoti akoz ibikorink nichita j nzoguh cadeau kuk uzikunda kubi
@LyseAkimana-dn4ir
@LyseAkimana-dn4ir 4 ай бұрын
Raoul uravug cneee yooooo nturuhuka😂😂
@nduwayojando4170
@nduwayojando4170 3 ай бұрын
Ninapfa nagatwengo bazakumbaza wewe Raoul😅😂
@niwemugeni
@niwemugeni 4 ай бұрын
Acouche avant de partir 😅siguvyaye lol
@bedbuntu1171
@bedbuntu1171 4 ай бұрын
😂😂😂😂😂Raoul vraiment
@tumukundescheilla580
@tumukundescheilla580 4 ай бұрын
Nuru wabikoz neza ariko Greta wamwibagiy kweri
@arbinuwamahoro7370
@arbinuwamahoro7370 4 ай бұрын
Waooii🎉🎉🎉🎉
@EricBizindavyi-of9cf
@EricBizindavyi-of9cf 3 ай бұрын
Urahanyibukij Sha 😅
@nyleneuwimana6184
@nyleneuwimana6184 4 ай бұрын
Muranryohey caneeee
@ffhcgggcjc-ix7fs
@ffhcgggcjc-ix7fs 4 ай бұрын
🙆🙆🙆🙆🙆🙆🙆😭😭😭Nuru Gretta wamurenganije
@kekeira8435
@kekeira8435 4 ай бұрын
Ce qui est bien🤣🤣🤣
@PrincEloge
@PrincEloge 4 ай бұрын
🤣🤣🤣😂😂😂ikiganir kiryoshe cane
@gloriaminani3067
@gloriaminani3067 4 ай бұрын
😂😂Nikibanzo. Abokumusanga😂😂
@KimanaSanta
@KimanaSanta 4 ай бұрын
Uraryosha ikiganiro
@botiger7208
@botiger7208 4 ай бұрын
Raoul uratwengeje ati ukamuramutsa ntunyurire mu modoka😅😅😅
@oseendayi5046
@oseendayi5046 4 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂 urumu comedy kweli 😂
@boboyann
@boboyann 4 ай бұрын
Raul can talk for Africa 😂😂😂😂😂
@cynetteIninahazwe
@cynetteIninahazwe 4 ай бұрын
Muraryoshe vrt😂😂😂😂😂
@ornellaakimana4681
@ornellaakimana4681 4 ай бұрын
Nuru nawe ng harya haracibwamwo😅😅😅😅😅
@malkiahouse6036
@malkiahouse6036 4 ай бұрын
Raoul ❤😂
@bechouingabire4818
@bechouingabire4818 4 ай бұрын
Wiyumviriye neza nuru wakoz kudufatir nez abantu
@vanilladushime2272
@vanilladushime2272 4 ай бұрын
Gretta gute nawe mbega??
@wembakamungu7820
@wembakamungu7820 4 ай бұрын
Amaso yimbwa❤❤😂😂😂😂😂😂
@uwimanacosette5886
@uwimanacosette5886 4 ай бұрын
Ko Gretta atarimwo🙄🙄🙄Nuru warenganij😂
@JeannineJeannineBella-cr3vj
@JeannineJeannineBella-cr3vj 4 ай бұрын
Uyu Raoul ko asa na Kigingi?
@Dorinenshimirimana-xx5no
@Dorinenshimirimana-xx5no 4 ай бұрын
Non greee naw ko atamuhay😢
@bellardnijimbere1423
@bellardnijimbere1423 4 ай бұрын
Surprise iratesa
@loveyouallful
@loveyouallful 4 ай бұрын
Amasurprise meza cane wooow😍😍 (they deserve it) ariko next iyo intro uzoyigabanye😂😂
@GyslaineAkimana
@GyslaineAkimana 4 ай бұрын
Raoul agira umunwa urenze😂😂😂
@NgenziAfrica
@NgenziAfrica 4 ай бұрын
Mwe ntimubona ko raoul ashaka gusa na kigingi?
@sandrenciza7688
@sandrenciza7688 4 ай бұрын
🎉 ngira baravukana😂
@user-pg5wi8ts1k
@user-pg5wi8ts1k 3 ай бұрын
Cane
@ClarisseMunezero-zo7we
@ClarisseMunezero-zo7we 4 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂Raoul urigisazi
@user-yo1xr1tg2h
@user-yo1xr1tg2h 4 ай бұрын
None ndakubaze uravukana nakigingi?
@user-hs9kt7fw6s
@user-hs9kt7fw6s 4 ай бұрын
Raoul❤
@niyonzimaeric3693
@niyonzimaeric3693 4 ай бұрын
Kiri gt?😂none nkaw utarab iradiyo wari iki?😂😂😂😂
@user-jm3pc7tu7c
@user-jm3pc7tu7c 4 ай бұрын
Wawuuuuu vyiza cane .kudutembereza igisagara cacu hama amaso mukoreshe amayane. Icayi kitagira isukari bicabihera
@simbarakiyedamien7775
@simbarakiyedamien7775 4 ай бұрын
Vyukuri nyene uwo niwomuti aho ntubeshe? Bitubwire neza
@annetteniyomwungere825
@annetteniyomwungere825 4 ай бұрын
Gretha nae KO batamuhay cadeau ?
@bernicebeba
@bernicebeba 4 ай бұрын
Harih uwo bibagiye umwe, cnke ntibituraba?
@cappucinella9120
@cappucinella9120 4 ай бұрын
Ce qui est bien 😂
@user-vy1ht7dp7w
@user-vy1ht7dp7w 4 ай бұрын
Uwomuntu ukunt yazitanga nivy bitwengeje yihuta 😂😂😂
@ThacienneIgiraneza-gw7mr
@ThacienneIgiraneza-gw7mr 4 ай бұрын
❤️❤️❤️
@prospernsabiyumva3590
@prospernsabiyumva3590 4 ай бұрын
Nikithaaa niwe wenyen yaryohew caane vrt araz surprise agacir kay
@sandrasylvere2830
@sandrasylvere2830 4 ай бұрын
Hahaha Raul vmt tu es un vrai malade ahwiiiiiiiiiiiiii
@godsgrace6820
@godsgrace6820 4 ай бұрын
😂😂none Raoul utarasara wakora iki?
@irakozesolange3908
@irakozesolange3908 4 ай бұрын
Akantu ko kunywa rugombo uzanyemwo ariko sikeza🙄😂😂😂
@elsayvanna3
@elsayvanna3 4 ай бұрын
Nikitaa chrie😍😍😍
@user-gv6tn2sr4f
@user-gv6tn2sr4f 4 ай бұрын
Nuru wadukoresheje hehe disi utu du cadeaux s'il te plaît
@kimana8818
@kimana8818 4 ай бұрын
Natubwir nukur yob akoze
@nanananette031
@nanananette031 4 ай бұрын
Gretta nawe gut? Ko wamwibagiy?
@donbrunodushime1069
@donbrunodushime1069 4 ай бұрын
@cimpayeclairia
@cimpayeclairia 4 ай бұрын
Raul kweli😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 4 ай бұрын
Uwagukuye ivata yarakoze urinvizi P 😂😂😂
Nutella bro sis family Challenge 😋
00:31
Mr. Clabik
Рет қаралды 11 МЛН
The day of the sea 🌊 🤣❤️ #demariki
00:22
Demariki
Рет қаралды 107 МЛН
Rtd.Gen j.KABAREBE ASOBANUYE UKO BARWANYE URUGAMBA RWO KU MURINDI W'INTWARI
29:24
Podcast Vorbitorincii 72. Idei în dialog cu Horia-Roman Patapievici
3:23:59