#GIRLFRIEND

  Рет қаралды 26,749

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Ай бұрын

#burundi #girlfriends

Пікірлер: 120
@nahimanafiston6518
@nahimanafiston6518 Ай бұрын
Ozy na Gretta iyo mutumiye umuntu nimwe mufata umwanya mure mure wokuvuga umutumire akavuga akanya gatoo akaguma ahoze arimwebwe murikomuravuga rero nikuraba mugakosora akokantu
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy Ай бұрын
Ncuti yanje uratubesheye cane gose a moins que ushaka ko tutavuga carrément ce qui n’est pas possible kubera nitwe ba host b’ikiganiro!
@ThereseNahimana-vc8pn
@ThereseNahimana-vc8pn Ай бұрын
​@@AllaboutHosyfaut pas le prendre mal,c'est juste un critique,knd parfois nivyo il faut leur laisser plus de temps pr s'exprimer !!ariko turakunda Ivy mukora
@sirenvibestv
@sirenvibestv Ай бұрын
On l’a pas pris mal on l’a juste répondu que ce n’est pas possible qu’on ne parle pas! Parce que c’est nous qui oriente l’émission
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 29 күн бұрын
C'est nous qui orientons l' emission
@nahimanafiston6518
@nahimanafiston6518 29 күн бұрын
@@hangiroetincelle8167 oriente l emission c pas prandre bcp du temps en parlant s juste pose une petit question pour retourne au subject
@Ekn-20
@Ekn-20 Ай бұрын
Oooh la plus belle 😍😍😍basha this girl she is just Waouw! I will never forget ukuntu yatwitayeho nabana tuje gusukisha muri Zuri kids ❤️❤️❤️
@kenny-gofficiel8287
@kenny-gofficiel8287 Ай бұрын
Berirembo😍😍☝️ she's my fav! She inspires me! Atanga impanuro nziza, she's really intelligent, she got a beautiful voice, she's kind! Muzomutumire kandi🥰 Merci Hosy&Gretta de l'avoir invitée❤
@user-qg8lo4su4c
@user-qg8lo4su4c Ай бұрын
Delicia ndagukunze il faut que twiga kuba uko turi kandi( être soi-même)bizotuma tubaho neza kurusha. Bavyita kubumbwa nivyo ufise. Hosy et Gretta merci kumutumire afise ivyiyumviro vyiza cane. Muhezagirwe.
@Umuhoza199
@Umuhoza199 Ай бұрын
Abarundikazi nibeza Mana yanjye!!!!!🥰🥰 ndabakunda 💋❣️nkunda ukuntu muganira 💞💋 mbe I love all of you💋 arko sha ku memoriza amazina yanyu birangora rwose kdi mugira amazina meza menshi ni ama Francophone
@gloriosenininahazwe1678
@gloriosenininahazwe1678 Ай бұрын
Murakoze
@alaingael306
@alaingael306 Ай бұрын
Nshaka kugirira clein d'oeil kuri bashiki bacu Avant de se marier mes chères kugira valeur canke gutera iteka abavyeyi banza ukore ikintu kizoguhereza valeur pourtant umushingantahe wawe wo muri kazoza azokwubahe kandi aguhe agateka kawe I mean valeur zawe nkumukenyezi Don't be dumb by ivyuyumviro vyabavyeyi canke abari kuruhande rwawe kugira ube muri marriage utari ready canke ufise ihangiro ushaka gushika ko Naho umugabo mwotandukana udataha muhira canke ubure ico w'imarira bivanye nico wari washitse ko. "Husbands respect wise women and give back'em values" Narengana🤭🤭🤭🤭
@sirenvibestv
@sirenvibestv Ай бұрын
Thank youuu 🙏🏽🙏🏽
@bukeyenezakellyannyella1380
@bukeyenezakellyannyella1380 6 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤
@alaingael306
@alaingael306 Ай бұрын
Yooooo abo kuri Mungala ni muzee😍😍😍😍😍😍 Umuntu duheruka kera 🤓🤓🤓😂😂😂😂
@salehalghedaid730
@salehalghedaid730 Ай бұрын
Eg je nzoza nizananye umugenz wanj yaragiye hanze nanj ndi hanze muga nzovug kubugenz bwanj nawe ndamuknd❤❤❤❤namw ndabakund❤❤
@cocoirankunda1884
@cocoirankunda1884 Ай бұрын
Ikiganiro ciza ❤ umutumire ni mwiza kandi aciy ubwenge, courage kandi uzoshika aho ushaka kugera naho bifata igihe
@kezalarose-ga5ck
@kezalarose-ga5ck Ай бұрын
Wow Berirembo Delicia Uwotwita DD😂 yambiiii cane ❤urintore mwana wiwacuu,ufise urufasoni kuva ukiri muto cane.Gretta et Hosy namwbw ndaba❤
@user-zz5zj8uu1x
@user-zz5zj8uu1x Ай бұрын
Ufise nimishatsi myiza cane😍😍urakabajou tro
@nalaesi7389
@nalaesi7389 Ай бұрын
Mupfaso, mufise umushatsi mwiza. Biratey igomwe kubona umunyafrika yambaye crown yiwe 👑
@jean-claudeminani6156
@jean-claudeminani6156 Ай бұрын
Bana bacu! Jewe ndabakunda ariko harimvugo mukwiye gukosora. URUGO URUGO ni INSTITUTE ENDERTAKEN by GOD himself. Hari amajambo muvuga kurugo atanezera IMANA . Urugo rwiza nigwo gwareze ibibondo kamwe. Niho igihugu kiva niho abantu bazima bagira icobamarira abandi bareregwa. Musengere impwemumbi ibosha ngo nzibaruka gusa ntamugabo nshaka kandi ubawibarutse kumugabo nyene kandi atanahari mukurera ivyo bibondo ngobizovemwo abantu bazima bazogira icobamarira igihugu n'isi. God in his plan instituted a family to be happy. We the people misused the gift of GOD and made it hell. Twikebuke nkuko mwabivuze.
@Mpayinkandayisnga
@Mpayinkandayisnga Ай бұрын
merci bcp nari natiny kubivuga
@boriscubahiro
@boriscubahiro Ай бұрын
Deli n, umuntu muzzim atanze umpanuro nziza ikiganiro bakirab kirimwo impanuro nyishi❤❤❤
@dianeinamwiza
@dianeinamwiza Ай бұрын
Igituma bakubwira iyo uri hanze kwirinda kuba ahantu hari abarundi nuko batwara ingeso bakuye mu bdi zi gusakuza,gushaka gushirako pression abantu ingene bategerezwa kubaho,gucungana,hors uba uzi ko wabihunze,uje kuba libre de faire ta vie ata wushaka kumubeira comment mener ta vie,usanga physiquement uri hanze mais psychologiquement uracari mu bdi ntaco wahunze mu matiku.Jewe mfise umugenzi ubu ari presque muri depression kubera abarundi,ubu yarabavuyemwo pe,ariko aramers neza,bashobora no kugutera depression,ni hatari
@DuradeMpunduyera
@DuradeMpunduyera Ай бұрын
Waooh ndagukunz caan vrmt uko ibintu ubibon abantu dushak bambone tub twebw Tury dufis duk tudukoresh uko tur.
@anithamugisha3022
@anithamugisha3022 Ай бұрын
Witwa neeeezaaa Berirembo 🥰🥰🥰😍😍😍😍
@emmanuelusabimana2038
@emmanuelusabimana2038 7 күн бұрын
Ndabakurikira cane courage Emmy from Rwanda 🇷🇼
@josetteihuwizeye8966
@josetteihuwizeye8966 Ай бұрын
Dedeeeeee yambiiiiii...urampimbara igihe coooose..bzuuuu I love you so much❤❤❤❤
@boriscubahiro
@boriscubahiro Ай бұрын
Iki kiganiro cari très intéressant pour moi je vs remercie
@rukundovalens4375
@rukundovalens4375 Ай бұрын
Hello our sisters I love your team, mainly siren vibes tv.
@liessehervinerukundo2386
@liessehervinerukundo2386 Ай бұрын
Muratesa mwese❤muri beza😊
@kennyinesinamahoro
@kennyinesinamahoro Ай бұрын
Courage Dede nukubihanganira 🎉
@dushimeanny1857
@dushimeanny1857 29 күн бұрын
Akanyoni katagurutse ntikamenya iyo bweze☺️I liked the way you say things as they are.Ico ni co nous les burundais dukeneye,juste accepter nos faiblesses et chercher à savoir comment les autres s’y comportent
@user-nr5rx5ow5i
@user-nr5rx5ow5i Ай бұрын
Umupfasoni mwiza.mbwira ukuntu notraita imishatsi naturel wigore uzonyishure nukuri
@itsdelidory
@itsdelidory Ай бұрын
Merci mwiza.. mugihe woba uri mu 🇧🇮 wogenda kuri salon yitwa Gaga hair .. niho nja iyo ndabishoboye et comme ça tu verras ingene bagira traitement et comment bakwoza imishatsi. Sinon ariw uvyigirira fait un traitement de bain d’huile avant de laver tes cheveux (huile d’olive ou huile de coco ou un mélange des deux) après lavage usige amavuta j’essaie toujours d’utiliser des produits organiques comme par examples beurre de karité. Ibindi ni kugerageza kugumiza umushatsi muri protective hairstyle ou au moins avant de dormir, dormir sur un tissue en satin ou mettre un bonnet en satin. Aussi kuraba ukagerageza kudakoresha ibintu biturira umushatsi cane.. si tu veux kuyikwegesha ukabigira gake to prevent heat damage. Dernière chose is to trim the ends. Je coupe nka 2-3 fois l’année .
@DusengeCynthia
@DusengeCynthia Ай бұрын
Siren vibes courage vrt❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@halchoo5183
@halchoo5183 Ай бұрын
Yooo muru tubajou mwese bsha😊muraryosh uknt musa vrt😅
@Claire-rq9cg
@Claire-rq9cg Ай бұрын
Nakunze cane iyi épisode 🫶🏾🫶🏾🫶🏾
@LydieKouyate
@LydieKouyate 18 күн бұрын
Kbr iki ntaronka abagenzi nkaba ga Mana. Nukuri ndabasavye mu mbooster kugira ndabe ko nomera nka mwebwe vrt. Imana iguhezagire cne Delicia ❤❤
@Dorine-ui7lx
@Dorine-ui7lx Ай бұрын
Urumurundikazi afis kazoz courage iyab narindakuzi nokuugize umugenzi just hakenewe abantu nkawe
@sylvaneirigizimana1062
@sylvaneirigizimana1062 Ай бұрын
hosty yadusamaje . iyo nyicarooo
@AlexisNDAGIJIMANA-sl1wk
@AlexisNDAGIJIMANA-sl1wk Ай бұрын
Nice conversation ♥️♥️♥️
@user-mr1jq8ml4k
@user-mr1jq8ml4k Ай бұрын
Nibi chch vyanj shaaaa ❤❤❤
@ezechielsingirankabo5736
@ezechielsingirankabo5736 Ай бұрын
Nsigaye ndaba suiva cane sinzi igituma. Ariko big up vraiment. None Boyfriend nayo bite?? Hahaa
@user-we4nq3jg5t
@user-we4nq3jg5t 26 күн бұрын
njewe ndakunda cane kumviriza ikirundi ciranjohera cyane
@user-yx3uj1br9q
@user-yx3uj1br9q Ай бұрын
Merci pour l'émission,
@user-zz5zj8uu1x
@user-zz5zj8uu1x Ай бұрын
Umutumire urimwiza trop
@FB-df6bp
@FB-df6bp Ай бұрын
Très intelligente💯
@medianekamikazi2070
@medianekamikazi2070 Ай бұрын
Zamuramuha umwanya agaheza kuvuga umushitsi muguma mumuciramwo muraruhisha
@lysekanyamuneza6273
@lysekanyamuneza6273 Ай бұрын
Go ahead Delicia!
@Irak19958
@Irak19958 Ай бұрын
Mur twiza❤
@cappucinella9120
@cappucinella9120 Ай бұрын
Delicia uri mwiza cane, birasamaza 😅😅😅😅😂😂😂
@inna7803
@inna7803 Ай бұрын
Nukuri 😂
@AngeAkimana-xg3io
@AngeAkimana-xg3io 29 күн бұрын
Salut... Merci kutuzanira umutumire atwungura ubwenge, atuyagira sur sa propre expérience. Ariko nkuko yabuvuze (ati ndakunda kuba diplomate ngahera kuri critiques positives), nashaka kugira na critiques négatives (j m dis k birekuwe): - ndakunda gukurukirana iyi émission, intro zayo ni ndende cane, parfois on sent que l'invité est perdu, surtout iyo ari uwutamenyereye kuba devant les caméras. Ndamaze kuganira n'uwo mwigeze arambarira k umwanya wa intro atiriwe yabonye uraheze kuko yari yabuze uko yifata - hari uwagize comment ko les hosts bavuga cane. Naho manifestement iyo comment itakiriwe neza, je trouve que arivyo. Womenga l'invitée ahari kugira y'introduisE un sujet, avuge son point de vue, hama namwe muronke akaryo ko gutanga la vôtre (avec toute la frustration qu'on peut remarquer iyo muriko muravuga par rapport à votre vécu). Il n'y a rien de méchant nukuri kuvyo mvuze, c'est juste kugira ntitugire impression ko ari mwbw mwatanze votre opinion boku plus que votre invitée n'en a donné. Umugani wiwe (l'invitée), ntimuvyegereze umutima. Merciii☺️ et bon courage 💪
@irakozenasra3924
@irakozenasra3924 Ай бұрын
Gretta ako kantu ko kwi soumetta muri turquie siko bimeze, bameze nka ba européen ,polygamie ntaho ndayibona , avuze possessif yashatse kuvuga ko bari toxique genre umu turque ntashaka kukuboba uri kumwe nuwundi mu type naho iba ari umugenzi asanzwe kuko bapfuha kubi abonye numu type akuravye aca agusoma en publique pour lui montrer k ari rwiwe , hama les turques sont musulmans kwizina pas muri life yabo... nabantu bari free , bambara ubusa , ama boîte na ma bar aruzuye, genre urino c'est comme si uri Europe mubuzima kuko les pratiquants ni bake. I felt gu participa muriyo émission pour parler vyinshi kuko nanje nabanje gushikira ahantu muri village nar nibereye muri depression🤣🤣🤣🤣
@medianekamikazi2070
@medianekamikazi2070 Ай бұрын
Urabizi pee Nkunda films Zana turkey wewe ubivuze neza kunwa Izoga chose ninkaba européen pee gusa utundi gwabo ninkabarabu
@Vision2300
@Vision2300 Ай бұрын
Ils sont pareil avec les arabes musulmans, ils n'ont rien avoir avec les européens
@nellyniyonsaba3463
@nellyniyonsaba3463 Ай бұрын
Umutumire,tu es extrêmement belle
@flowermoniqueniyonyishu2875
@flowermoniqueniyonyishu2875 Ай бұрын
Nari nacereweeeeee
@munyemanainnocent4070
@munyemanainnocent4070 Ай бұрын
Keshi introduction mugira ninde de saana irarambira muraraba muzoze mucagagura kuko ijambo introduction ryifitiye meaning ryikwiye so courage kubiganiro vyiza turaba❤ gusa mugabanye ce genre de 'introduction inutile
@carrelmazameza2962
@carrelmazameza2962 Ай бұрын
Uyomukobwa afise imishatsi myiza cane
@enockndayishimiye-ru5nq
@enockndayishimiye-ru5nq Ай бұрын
Nicuki Kbxaa
@regismfuranzima6312
@regismfuranzima6312 Ай бұрын
Iyi TV online irafise ibintu vy abakenyezi cane
@nahimanafiston6518
@nahimanafiston6518 Ай бұрын
Haaaa Dede
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl Ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤
@ezechielsingirankabo5736
@ezechielsingirankabo5736 Ай бұрын
Hariho ivyo mwaciye tutumvise
@fabiorukundo2023
@fabiorukundo2023 Ай бұрын
❤❤❤❤
@user-nr5rx5ow5i
@user-nr5rx5ow5i Ай бұрын
Délice iyo mishatsi mbwira uko Nikita cheveux nzturels
@kabirorigynette4341
@kabirorigynette4341 Ай бұрын
Coucou à DD❤❤❤
@bizimanaeric-mn9zz
@bizimanaeric-mn9zz Ай бұрын
hosy et gretta muraraba introduction zanyu zimba ndende bigatuma umutumire aronka umwanya muto kuko ababakurikirana baba bashaka umwanya munini kumutumire. murakoze
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy Ай бұрын
Iki kiganiro kimara 1h irenga et intro yamaze moins de 6min kandi ivyo twavuze vyari bikenewe ! A moins que udashaka ko tuvuga carrément. Intro ifasha umutumire kwisanga
@EdenJoyHiddenNITONDE
@EdenJoyHiddenNITONDE 10 күн бұрын
Au fait en général ni nk la plupart des pays Asiatiques coe La Corée du Sud, Chine, Japon, Inde, Thaïlande,.....
@user-hs9kt7fw6s
@user-hs9kt7fw6s Ай бұрын
❤❤❤
@Joannyirakoze
@Joannyirakoze Ай бұрын
I’ m from France ndakunda ibiganiro vyanyu nzoza kubayagira ivyino navyo😂😂😂😂ico kiganiro kiraryosh
@fleurinekeza7278
@fleurinekeza7278 Ай бұрын
Uragenda uduserukire sha
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy Ай бұрын
Karibuuu🥰🥰
@boriscubahiro
@boriscubahiro Ай бұрын
Gretta yajanishije ku nkofero, rouge à lèvres ni pantalon
@nemrod_nemh
@nemrod_nemh Ай бұрын
Interview ya bien gusa za muraha umwanya umutumire
@kaneza99
@kaneza99 Ай бұрын
Bakuremerera ubusa ntihararengerana pee
@cariniemasumbuko2463
@cariniemasumbuko2463 Ай бұрын
Umugore atagira contribution mu rugo ABA très malheureuse. Bambwirire barondera amahera
@Umuhoza199
@Umuhoza199 Ай бұрын
Delicia uri mwiza 🥰wambaye amabara nkunda🌺 wirabura neza uko nkunda💋mbe urisine ❣️
@dismasniyo5641
@dismasniyo5641 Ай бұрын
Hewe muko muri America umukobwa ntibamukorako uko ushstse kuko sexual harassment ni icaha gikomeye,kandi ntivyoroha kuvugisha umuntu atazi. Kukazi ho hagize uwukwagiriza ko wamubwiye n’ijambo ry ibiterasoni baca bakwirukana.
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl Ай бұрын
Muraberewe Hosy na Gretta narindagukumbuye bzuuu nu mutumire wanyu Ni mwiza,Hosy ndakunda ukuntu ukomeza kutuzanira abatumire batandukanye tukabigirako vyishi,Hama Siren vibes yu bahwe
@sirenvibestv
@sirenvibestv Ай бұрын
Yambiiii Mirene🫂🫂 merciii ku rukundo utwereka😍
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl Ай бұрын
@@sirenvibestv Yambiiii!!
@appolineniyonkuru9157
@appolineniyonkuru9157 Ай бұрын
Ufise umwana hakiri kare nibon,sinon usaza bakiri bato ,waravyay ntaco
@user-wr8fn4hq7b
@user-wr8fn4hq7b Ай бұрын
Ariko jewe mwarase kunyakira
@ffhcgggcjc-ix7fs
@ffhcgggcjc-ix7fs Ай бұрын
🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤
@josetteihuwizeye8966
@josetteihuwizeye8966 Ай бұрын
Vyoba vyiza muhay akanya umutumire..😂😂😂 avuga akanya gato par rapport yamwee😅😅😅 sorry
@joselynejose2951
@joselynejose2951 Ай бұрын
Girls friends I love you so much 🫶🫶🫶🫶🫶umutumire wuno musi ararren ze💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐
@garythebeast3056
@garythebeast3056 Ай бұрын
Abarundi ingwara mufise nugusuzugura umuntu jewe namambona nkabantu bavuye hanze baje iburundi ingene bitaho inyambaro yambaye imyitwarire yiwe ukamenga sumuntu nkabandi bamutako umwanya bamukoraho comment
@wisemanfromzerotohero970
@wisemanfromzerotohero970 28 күн бұрын
Hozy ureke kuza uraduhenera pumbafu
@sirenvibestv
@sirenvibestv 28 күн бұрын
🤣🤣😂😂mpore basi
@user-vh5yd7li3l
@user-vh5yd7li3l Ай бұрын
mushiki wacu ayaga neza, bref elle a l'esprit éveillé , mais akantu wavuze ko les turques en général boba bari attirés bcp plus par les filles africaines ngo par ignorance. Mwoka rectifiant gato canke mushobora kuba vs aussi par exprès ou par ignorance mwabifashe ukutariko . Ce n'est pas de l'amour ,c'est plutôt l'irrespect, ils ont tendance à prendre nos filles africaines comme des objets. icokwereka ko ukwo ndabibona gushobora nakwo kuba arikwo, nuko kubahungu bobo bahabwa impanuro zo kwirinda kurwana no guchwana alors que bobo (vos frères africains ) sont souvent agressés ,provoqués, etc. Bref ivyo vyose rero biba kuba étranger en général et surtout kuba nyafrica, ce sont des signes du racisme naho numvise nacone ucirengagiza.surtout que la Turquie est un pays majoritairement musulman(83%) ,mais c'est un État laïque contrairement aux autres pays à majorité musulmane.
@ezechielsingirankabo5736
@ezechielsingirankabo5736 Ай бұрын
Uriko uriruka ariko nta Valeur Ajoutée
@lindankurikiye9881
@lindankurikiye9881 28 күн бұрын
UBURUNDI dufise AMBASSADE canke CONSULAT muri TURQUIE
@KuwakuMalumba6895
@KuwakuMalumba6895 Ай бұрын
I know the girl 👧 for Instagram 😊 she so beautiful ❤ and beautiful 😍 she friends of Makosi😊 I see now she went back home to Burundi 🇧🇮 Bujumbura 😊 very good 👍🏿 I don't know if she still single 😅 GOD bless Burundi 🇧🇮
@uwimanamarie8106
@uwimanamarie8106 Ай бұрын
Yachiye amateka yokuba single
@bennyparfaitmunezero9242
@bennyparfaitmunezero9242 Ай бұрын
ariko ntibisobanutse ingene ushaka kuja gukora muri entreprise alimentaire, kuki udakora ivyawe lait barayikora muri poudre, gukora isabuni ingénieur kweri
@itsdelidory
@itsdelidory Ай бұрын
Mwiza muri Savonor hariho des produits alimentaires nka margarine, huile de palme , mayonnaise nibindi.. 😊
@achillebarancira6797
@achillebarancira6797 Ай бұрын
Elle est remarquable Delicia !
@chardoncrepu
@chardoncrepu Ай бұрын
Pourquoi elle parle de la turquie au début ? (je parle pas le Kirundi )
@sirenvibestv
@sirenvibestv Ай бұрын
Elle a vécu en Turquie et elle parle de son expérience la ba
@arcada86
@arcada86 Ай бұрын
AVUGA NEZA LA FILLE.
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 Ай бұрын
Barundikazi ,barundi,mushiremwo inguvu muteramire amahoro n'urukundo ibifi binini bireke kubagira ibikoresho vyo kwicana. Nigute umuntu yohererwa inyigisho z'ubwicanyi mu Rwanda mukabahishira mu Burundi. Biravurwa ko hari abanyarwandakazi barimwo barategura ubwicanyi aho mu Burundi.
@dushimeblaine5618
@dushimeblaine5618 Ай бұрын
Mmmh rek kudusamaz utubikamwo ubwoba , on s'en fou de tes bêtises
@inna7803
@inna7803 Ай бұрын
Rengana
@inna7803
@inna7803 Ай бұрын
​@@dushimeblaine5618 merci
@christella5092
@christella5092 Ай бұрын
None nkivyo bivugwa atacemezo ibifitiye abanyagwanda ko bariko bita kwiterambere urabona barajwe ishinga nokwicana??nibazako ari jaruzi mubafitiye bivanye nugweko bariko Abarundi turazinanyi niyo babonye umuntu ateyimbere bamushorako intambara nkubu nkibi ubizanye gute ngaha??niwishinge politics uzoyigwamo politics ni dayimoni uragabe jesinemeranya nawe kbx mureke abanyagwanda bitererw imbere ahubwo namwe ivyiza mubigireho ivyomubona vyiza mubigireho naho kuvugako barikobategura ubwicanyi kugira bunguke iki???ko bateyimbere atanzara bafise mwebabahigako iki????rekana nivyo hangana nubuzima bwawe abanyagwanda ubareke
@christella5092
@christella5092 Ай бұрын
Abanyagwanda bafise igotoro,bafise isukari,ama devise ntibayabuze ,umuyagankuba uruzuye,amazi meza barayagise abanyeshure biga neza ingabo zaho zigihugu zifungura neza zambara neza zisa neza hama boza kugwana Iburundi baturonderako iki???😂😂ndumiwe gwanya ubukene weww gusa bizohera ntaribi
@IVOMO_TV
@IVOMO_TV Ай бұрын
Tubwire chaîne yiwe ya KZfaq
@nirenganira8433
@nirenganira8433 Ай бұрын
Hosy waheneye sorry kubikubwira 😂😂😂😂😅😅😅
@vyuguruzumwangumwereka
@vyuguruzumwangumwereka Ай бұрын
Yicaye nabi cane.
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy Ай бұрын
Wabonye iki😂
@SM-nn5rw
@SM-nn5rw Ай бұрын
Aba turcs bafise racisme nyinshi ntibakunda abirabure ivyp birazwi
@diagfinamix1861
@diagfinamix1861 Ай бұрын
None ngo ni mwiza cane ko mbona atanubwiza arusha abo ba hosts.😮
@kabirorigynette4341
@kabirorigynette4341 Ай бұрын
Coucou à DD❤❤❤
Climbing to 18M Subscribers 🎉
00:32
Matt Larose
Рет қаралды 29 МЛН
Why You Should Always Help Others ❤️
00:40
Alan Chikin Chow
Рет қаралды 117 МЛН
WHO DO I LOVE MOST?
00:22
dednahype
Рет қаралды 57 МЛН
KUBWERERE BY TINAH BAIBY OFFICIAL LYRICS VIDEO (NEW UGANDAN MUSIC 4K)
3:13
mugabe promotionz ug 🇺🇬
Рет қаралды 3
URUGENDO ICEGERA C'UMUKURU W'IGIHUGU YAGIZE  KU KIVUKO CA BUJUMBURA
2:41
Climbing to 18M Subscribers 🎉
00:32
Matt Larose
Рет қаралды 29 МЛН