None Fofo aravukana n'a Nickita baravukana ko bavuga kumwe?
@consolatenkeshimana-fg9hp8 ай бұрын
Bavuga ngo: ururimi rwumwe rukamwa . . .
@godsgrace68208 ай бұрын
Ubwo bugenzi buraryosh sana
@sylvieniyongere8 ай бұрын
Ururimi rw'umwe rukamwa imfyifyu
@godsgrace68208 ай бұрын
Ivyo bintu vya sex ya bb nanj vyarambayeko k'umwanya wa 2 nari nipfuza umuhungu kwa muganga baguma bambwira sha ngo mfis un gars basha un mois avant accouchement baca bambwira ngo n'umukobwa malheursement ça a affecté mon bébé kifata nk'agahungu
@inna78038 ай бұрын
Ni ukugasengera utekanye Imana Ize ikarinde ibihe turimwo ntivyoroshe
@rosinenyirahategekimana45988 ай бұрын
Umva amashusho ari gusa nabi muherageze umurebe ikibazo gihari
@Ida357158 ай бұрын
Yeah ari trop rouge
@yvellaakimana-ne7dl8 ай бұрын
Amashusho wap kwl rab muhindure
@DianeIrankunda-fo2ds8 ай бұрын
Bratesa Vrm ariko Hosy hindura camera sh
@raissaakiteka30088 ай бұрын
Maze kurab émission nyish mug ntamuge z fit🤦
@parfaitendayikengurukiye73068 ай бұрын
😀😀😀😀😀😀😀😀😀
@nirenganira84338 ай бұрын
Murigusa nibipupe amashusho nimabi
@heavenlyjoy7948 ай бұрын
Yeah basubiremwo luminosité ya camera yabo. Sinzi ingene bisa.